Тёмный

#Burundi 

Mashariki TV
Подписаться 285 тыс.
Просмотров 2,5 тыс.
50% 1

#Burundi #Elections2020: Ibibazo n'inyishu kuri Francis Rohero, umukandida yigenga mu matora y'umukuru w'igihugu, mu migambi yiwe kubw' igisagara ca Bujumbura

Опубликовано:

 

28 апр 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 8   
@kaburagad7268
@kaburagad7268 4 года назад
Francis Imana izoguhe ikibanza ciza ugire ico uhinduye abarundi babone akarorero kawe bazoheze batangure kukumvira inyota 2027. Imana ikuzigame cane, warize kandi wiga ibintu bihwanye n uko woba n umurongozi w igihugu.
@usadburundi7101
@usadburundi7101 4 года назад
Iteka kumurundi wese
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 года назад
My President tsinda !!!
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 4 года назад
Sir ntucike intege imigambi ufise 👍👍ntawundi ndayumvana mu bariko bitoza I’m sure keep going uko birikose
@philemonhakizimana5848
@philemonhakizimana5848 4 года назад
Ivyiyumviro vyanyu biratomoye cane. Abarundi benshi ntibatora bisunze imigabo n' imigambi , bumviriza uwo bashaka gusa ; iyaba bitari gutyo hoje imbinduka nzima. Tangura mudufashe guhindura ingendo !
@alainwalterrwota1868
@alainwalterrwota1868 4 года назад
Mbega mwokwishura kubijanye nayo ma barabara ateye isoni cane
@alainwalterrwota1868
@alainwalterrwota1868 4 года назад
Wavuze neza ariko
@usadburundi7101
@usadburundi7101 4 года назад
Macron Burundais hahahaaa.
Далее
Cabeças erguidas, galera! 🙌 Vamos pegá-la!
00:10
Кто то встречал их на улице?
00:59
Imigabo n'imigambi y'umu candidat yigenga Francis Rohero
1:52:27