Тёмный

Imana iciye kuba Patiri kuburira Prezida  

URUGENDO NEWS
Подписаться 113 тыс.
Просмотров 22 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

15 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 93   
@Nkangata
@Nkangata Месяц назад
Murakoze Nyakubahwa Patiri, wihebeye I'mana nk'intama ziwe.
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Месяц назад
Uravuze neza nyakwubahwa, ushaka igihugu cifashe shigikira igisata gitanga ubumenyi,( connaissance) jewe ndakunda caane Daniel MUGISHA kuko aduha amakuru atagira ivumbi afise n'ibimenyetso✅✅✅ wubahwe uzigamwe kandi turahari mudufashe kuja turamenya vyinshi, église catholique je la remercie très chaleureusement
@DieudonneeNdayishimiye-em5ve
@DieudonneeNdayishimiye-em5ve Месяц назад
mugi,iimana igushire imbere,msg uwumva arumva,soyez courage,mrc
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih Месяц назад
Ati ntiwokwiga gukoroka mundege utagira indege,ukavura udafis ubushobozi, uravuz kbx Imana ikuj imber
@Bensonkwalia-qg5bc
@Bensonkwalia-qg5bc Месяц назад
Babwire
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx Месяц назад
Nabo bakozi bimana nibareke kuvugira mumigani nibigishe ico twokora kugira tuvavanure nabo bungere babi nayo kuzibwira zihanure hariho zimwe zizoragigwa neza izindi zagumye muruhongore ahorero muzuguma mwahanuye navyo ntibihera babungere babi bazogaruka bigambe
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад
Ababwira ngo barunva gusa yavuze ijambo rikomeye imana imuhezagire 🙏🙏
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Uhoraho. Ahumugisha Abakozibimana, kumpanuro Bahaye, letayuburundi
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Imanihezagire. Abakozi. Bayooooo
@Bensonkwalia-qg5bc
@Bensonkwalia-qg5bc Месяц назад
Babwire gusantibumva
@NimbonaSalome
@NimbonaSalome Месяц назад
Gatorika iravugishukuri
@NiyonkuruAliera
@NiyonkuruAliera Месяц назад
Padiri urakozemwavuga kwel hamawewe urimurireta ufisakaziwobonabibini mwivugire
@DonchretienMrsiko
@DonchretienMrsiko Месяц назад
Uyomupadiri numu comedie. Ariko abeshera Yezu nkuko. Imitwe yakurengeranye kweri hari uwosigura nkivyo. Iyonimisa yaryari kamuta. Iyomitwe ya CNL yashaje. Nubwo woburwaye urumva neza ko ubwo atari ubutumwa bwiza ari poritike yubujuju gusa. Muta rondera izindimvugo ureke kubesha uhengamiye kuvy Imana. Izoguhana nabi
@PhilippeBarabwiriza
@PhilippeBarabwiriza Месяц назад
Reka kuvuga igitoro,Patiri,duca duhahamuka
@EgideBayizigire
@EgideBayizigire Месяц назад
Imana umuzigame
@handsome737
@handsome737 Месяц назад
Umwungere mwiza❤
@denisentamakiriro9685
@denisentamakiriro9685 Месяц назад
Ako kantu uherejeko siko! Guponda ayandi ma eglise sivyiza Mugenzi. Hose hariyo beza na babi. Je suis catholique
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Ame, Ame, Ameeeeeee
@elianusmiburo2483
@elianusmiburo2483 Месяц назад
Daniel iyo wumviriza Amakur ya Radio Maria Burundi ukumviriza umupadiri araho yitwa innocent warikumirwa
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Aleluyaaaaaa Ameeeeeeeeee❤❤❤❤❤❤
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Месяц назад
Nibabe basoma ivyiyunviro vyabantu erega Daniel uworyogora yobapfuye nurusengero rwoca rwugarwa Catholic uyihangaye usara mumutwe
@piterfedrick4647
@piterfedrick4647 Месяц назад
amen
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 Месяц назад
Buvuga ivyo wabanje kwiyumvira n'uko uri hanze urino wobovuga catorika yireke ituvugire ntaco vyononya
@NkeshimanaSalvator
@NkeshimanaSalvator Месяц назад
Nibababwire arabunva bunvise
@DesireHenk-pr8qp
@DesireHenk-pr8qp Месяц назад
Inkuru udushikiriza ziratunezera ark ndakwandikye kuri whatsapp ntiwishura
@JCLAUDENIMPAGARITSE
@JCLAUDENIMPAGARITSE Месяц назад
Président ni umwungere mwiza abushitse
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho Месяц назад
Munzu Iwanyu gusa
@Pontientndayikengurukiye-kk6ls
@Pontientndayikengurukiye-kk6ls Месяц назад
Ça uburungika wgstsap tubukwiragize muzoba mukoze .
@uwamahorohussein3923
@uwamahorohussein3923 Месяц назад
Gatholika turumva aho ihagaz ariko ayandimadini ninzingamirizo!!
@felicitenibogora8569
@felicitenibogora8569 Месяц назад
Iyo message y'uwo mu patiri yayiteguye ashaka guhanura ubutegetsi akoresheje ijambo ry,Imana ry'uyu wimana. Wagize neza kurishira ku murongo abatagiye mur'iyo misa bavyumve. Ico ntashimye Daniel, warengeje gato mugutyoza ayandi ma dini kubera umuntu umwe yakurenganije. Jewe ndi umu Katolika ariko kuvuga ko mu Burundi ata bakizwa bariho sivyo kandi si vyiza. Wakoresheje émotions zawe personnelles gusa. Ibi ugiye urabikora, tuzoheba kugukurikira
@urugendonews
@urugendonews Месяц назад
Ntacobitwaye.kumbure uratubwira aho tuja kumviriza iryo aba poloti nabo bavuze naryo.
@MaranathaInteyiteka-nh9cz
@MaranathaInteyiteka-nh9cz Месяц назад
.mwarasizwe amavuta bavyeyi imana ibahezagire kurubwo butumwa
@NshirimanaInnocent
@NshirimanaInnocent Месяц назад
Uhoraho akingire Uburundi bwanyabunga!!!!
@alialshehri9645
@alialshehri9645 Месяц назад
❤❤❤❤❤❤👏👏👏👏👏👏👍🇧🇮🇸🇦
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 Месяц назад
Zizoyamurya rindira
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Месяц назад
Uyomu Patiri ndamuzi kbs yitwa Patiri Viateur ndunva yaratoye mitende yahora agwaye cane .
@user-bj2ct6ms6p
@user-bj2ct6ms6p Месяц назад
😂😂😂😂
@denisentamakiriro9685
@denisentamakiriro9685 Месяц назад
Oya si viateur ntuzewé ! Subira wumvirize neza
@FrederickBarumpozako
@FrederickBarumpozako Месяц назад
❤❤❤❤
@DonchretienMrsiko
@DonchretienMrsiko Месяц назад
Abanyafurika turacarway cane hakomey kamwe kamwe. Non nkizonguvu mushira mukurwanira ibiti vyigihugu ngo CNL ,CNDD FDD nibindi twirirwa duterana ibitugu dupfiki koko. Zana ivyiyumviro vyawe mushire hamwe nabo mutavuga rumwe nimba mukunda igihugu mucubake atamakiki ngo naka araturiye ngo akora nabi. Muta hindura ivyiyumviro guko uwogukurikira yokwicuza
@fobty2872
@fobty2872 Месяц назад
Amadini yose nico kimwe ntitwihende arimwo abakozi bibirwarudubi(catholic, protestant, musulman, juif, etc…) Gusa muri bihe vya politique mbi yo mu burundi église catholique niyo yubahuka gukebura abarongozi bigihugu ngo bahindure ingendo amazi atararenga inkombe. Ni kubakomera amashi. Ayo yandi madini atavuga bazovyishura kuko abayoboke bazobaherako buhoro buhoro.
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 Месяц назад
None ivyo padiri abivugira mw'isengero canke yegera benevyo akabibabwira Aho yabaye nk'uwugirishije Inama abanywanyi biwe kugira abereke ko bagowe amwe bihebure bate umutwe.Abapatiri mission zabo zirazwi.
@daphroseNdikumana-u5c
@daphroseNdikumana-u5c Месяц назад
Murahumba Catholique yubahwe
@CalinieKanehure-yy2vd
@CalinieKanehure-yy2vd Месяц назад
Imana imuhezagire ! Abungere badashima nabo nyene bafashe abarezi bigishije imyaka nimyaniko mugabo bakabata nk umwavu ari abavyeyi babo! Haaaaa ! Imana itabare!
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana Месяц назад
Mugisha ndakubaze nikiki yuda yaguze Yesu kandi ataco yamuburana????ndagusavye unyishure.
@AnicetKwizera
@AnicetKwizera Месяц назад
Iyo Misa,ya le 21/07 cathédrale Mundi,irakebura,kandi boyigirako twokira
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад
Mugisha urikijuju
@alinemiami9135
@alinemiami9135 Месяц назад
Umungere mwiza yigura intama ziwe.
@emmanuelficin2321
@emmanuelficin2321 Месяц назад
Mr Daniel, iyi vidéo wayitoye bikenewe. Uwo muntu washizeko qui ressemble a Ndayi avugaga KO chose ari bon alors que rien ne va akwiye ku disparesa de la scène politique. Mutubwirirf utiliser bye
@DonchretienMrsiko
@DonchretienMrsiko Месяц назад
Yaba mubiganiro utanga utaza urabesha nibiboneka abokumviye boba beshi.
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 Месяц назад
None n'ubwambere wunvise abo bungere bavuga ivyo nabo badakora? Abo turabamenyereye niko bama ariko ntakivamwo.None muribagiye ba sindumuja?Ntibari abungere ba kiriziya?Ewe thomas nawe vyagucanze,uri thomas nyene izina niryo muntu
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Bibwirwabenshi Bikumva benenevyo Ukonukuri. Nicimanidushakako Kugirango. Tuzogire Iherezo. Ryiza. Ubutumw. Bw. Ekreziya. Katotike Uhoraho. Ayihezagire Kukoyamyeho Kandi. ,niyabatumwa,
@ENOCKboyTv-fm5ye
@ENOCKboyTv-fm5ye Месяц назад
Kwumva muzokwama mwumva ariko ntimubitahure kuraba muzokwama muraba ariko ntimuvyihweze Yesaya6:9 b---
@Niyogusenga-i1y
@Niyogusenga-i1y Месяц назад
Wuvuzuko ninde mukozi wimana wabonye akora atarya? ahubwo twumvirize ivyoyavuze ivyovyamadini uvyihoze
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Ntibatwiciye Abapatiriri Nabasenyeri Haramabwa. Badakora None Ubutumwanukuvugukuri Vyarahagaze. Ngonuko. Babaziza. Kuvugukuri
@NobelBikorimana
@NobelBikorimana Месяц назад
We'we urirofa nagugunda ariko warengereye apapastitori igiti twaririy mukayaza we'we
@AnicetKwizera
@AnicetKwizera Месяц назад
Senge dukora
@user-zj9ri3mc4f
@user-zj9ri3mc4f Месяц назад
Uwo mupa Ndiri se nde de Mumu rabire mumuha ne
@mahirwe980
@mahirwe980 Месяц назад
Cddfdd irabamara abarundi,Cddfdd numuvumo kuburundi
@user-ez9cg7vt2u
@user-ez9cg7vt2u Месяц назад
Nawe vyagucanze urikugirira propagande catorika urikigorye
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
None Batabashizemwo. Mumasepi
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Umuvumowuwiteka. Waramaze. Kubafata. Baravumwe Bamaze. Kugarira. Murushengero Babereka. Ibwicaro,, bakabigaralizako. Badahaguruka Ntamuvumo. Urutuyo, iyonintango. Yamasoso Hasigaye. Ubuhanza, Nibindi. Birinyuma ,, bikwegera. Kurznduka. Muzobibonaaa
@Kiwait-jo7is
@Kiwait-jo7is Месяц назад
Gatorika Ixocayugarimiryango?????
@UwimanaEzechiel-v4d
@UwimanaEzechiel-v4d Месяц назад
Nuko batumva yari yababariye
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Месяц назад
Igituma uburundi budaterimbere nuko bashirimbere gusenga aho gushira imbere ibikogwa
@sese667
@sese667 Месяц назад
Ko nzi hari Ibihugu biteye imbere dufatiye kumibereho y'abanyagihugu bavyo, ariko ugasanga indongozi zavyo ntizemera Imana, ntizinaja no mw'isengero ariko twebwe indongozi zacu zama mw'isengero, nyamara ugasanga Ibihugu vyacu, biri inyuma mw'iterambere dufatiye ku mibereho y'abanyagihugu, biva kuki ? Kubwanje, ugusenga kudaherekezwa n'ibikorwa, kuba ari impfagusa ...
@muslimmuslim512
@muslimmuslim512 Месяц назад
@@sese667 iniwacu benshi bakunda kugira badusamaze ndakwibutse ikintu abakoroni kugira badukoroneze batwibe ivyacu batwigishije ivy'Imana nabandi nabo babikora kugira badusamaze
@sese667
@sese667 Месяц назад
@@muslimmuslim512 Mugani wawe, ibi bintu, système Cndd-Fdd yabizanye kugira isamaze abanyagihugu kuko imbere ya Cndd-Fdd abandi bategetsi ibi ntavyo bigeze bakora ... Jewe sinigeze mbona nk'akarorero Perezida Ndayizeye atunganya ibikorane ...
@user-fc6mo9bn2x
@user-fc6mo9bn2x Месяц назад
Ukuri nikwo kuzotubohora Umukama yarabivuze ntazisubirako
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Месяц назад
Ewe president mpore raba utunganirize abarundi kora ivyo bagusaba
@patrickndayiziga2666
@patrickndayiziga2666 Месяц назад
Muntu udushikirije amakuru, nukuri wakoze cane kandi turagukurikirana ariko uko kuntu ufatiye abantu bose Muri rusangi sivyiza kuko nta Dini yuzuye aberanda, hamwe hose hariyo bakorera Imana mukuri kandi abakizwa mu burundi barahari. Hama nukuri nkuko ukurikiranwa na benshi, ntuzosubire guhengamira ku ruhande kanaka ahubwo hagarara mu kuri gusa. Nimba wewe Gatolika uyemera kandi yakuguye neza,ibereyo udahengama kuko iyo dini urimwo hariho abandi nabo baba barayivuyemwo kubera ibintu bitameze neza babonyeyo. Kuba utarumva ayandi madini avuze bashobora kuba babikoze ukundi kuko twese ntitwokora kumwe.
@JanvierHakizimana-co3vs
@JanvierHakizimana-co3vs Месяц назад
Iyonintumv.yase gutanga igihungu camunaniy gutwara kwel
@PapsonAsani
@PapsonAsani Месяц назад
Niyunv kwl 😂😂😂😂 twarush😂😂😂
@uwamahorohussein3923
@uwamahorohussein3923 Месяц назад
Aho nicokimwe no gusesa amazi k,umugongo w,imbata
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA Месяц назад
Na mbayahaga akajamwo mpora ntwenga nkumirwa
@LadislasHarerimana-ix1ke
@LadislasHarerimana-ix1ke Месяц назад
Ivyo vyuwomupatiri nawene ntazi ivyarimwo, kuko iyaba azi ko yazimiye nawe akarya intama barongoye. Mumadini.
@emmanuelficin2321
@emmanuelficin2321 Месяц назад
Ndakeneye Fred back de ce message
@NestorNdayizeye-lj4vl
@NestorNdayizeye-lj4vl Месяц назад
Egomearahanura ntitwumaraba magorwa barunditugowe
@user-mx1pu6ic2e
@user-mx1pu6ic2e Месяц назад
Umukuru wigihugu cacu cuburundi arashoboye ahubwo tumubehafi dukorere igihugu none namwe arubaka namwe mukarondera gusambura nuguta indero mwabuze icomwokora?
@PrimeHAVUGIYAREMYE
@PrimeHAVUGIYAREMYE Месяц назад
😮😮wewap. pet ahuvuze iki?
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho Месяц назад
Arashoboye amaze gushobora Iki
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx Месяц назад
Nimukorane wewe aho wubahimana wokwitanya na dd ntitubuze icodukora Kuko siwe udutunze mufashe gusa niwaba utahura uzobibona
@MaranathaInteyiteka-nh9cz
@MaranathaInteyiteka-nh9cz Месяц назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Bisengimana-ezekiele
@Bisengimana-ezekiele Месяц назад
Neva akwiyegukoru murimowe ntage ndere kubyabo batinganyi baba padiri kukonibo banyobya isi nabategetsi?
@oma3795
@oma3795 Месяц назад
Cane
@gumulisa44
@gumulisa44 Месяц назад
Ariko se uyu mutegetsi w,abarundi muracyamubitsemo iki? Igihugu arakirimbuye murebera kweli? Ko arimwe mwamutoye mwanamusabye gutanga imihoho?
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho Месяц назад
Ntabamutoye yarayivye
@NdayisengaElda
@NdayisengaElda Месяц назад
Je ntakonkundakuraba ibiganiro vyaw igeze ahoushisha kubera utavugarumwe numugabwe uguma ubatsoza waretse kuko ndazi konamwebwe mukirongoy mwokirya bamureka ifutu😂😂😂😂
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d Месяц назад
Oya nawe reka wewe ntubona ko igihugu gitemba kija mu manga!?
@NdayisengaElda
@NdayisengaElda Месяц назад
@@NinaZouzou-p4d nzoraba abazojako kwataruko bizogend
@PapsonAsani
@PapsonAsani Месяц назад
Niyunv kwl 😂😂😂😂 twarush😂😂😂
@NestorNdayizeye-lj4vl
@NestorNdayizeye-lj4vl Месяц назад
Egomearahanura ntitwumaraba magorwa barunditugowe
@NestorNdayizeye-lj4vl
@NestorNdayizeye-lj4vl Месяц назад
Egomearahanura ntitwumaraba magorwa barunditugowe
Далее
@HolyBaam ультанул в конце 🧨
00:34
Просмотров 245 тыс.