Тёмный

Agathon Rwasa: Sinarota Nicarana n'Akagwi k'Abantu Bavuga ko Bankuye ku Burongozi bwa CNL 

Radiyoyacu VOA
Подписаться 54 тыс.
Просмотров 210 тыс.
50% 1

Uwutavuga rumwe n'ubutegetsi mu Burundi akaba n'umukuru w'umugambwe CNL , Agathon Rwasa yemeza ko atarota yicarana n'akagwi k'abantu 10 bari muri biro poritike y'uwo mugambwe baherutse gutangaza ko bamukuye ku burongozi bwa CNL.
Mu kiganiro cihariye yahaye Ijwi ry'Amerika yavuze ko ata mugambi wo gushinga uwundi mugambwe igihe amatora ya 2025 y'abakenguzamateka n'abashingamateka yogera umugambwe utarasubira kwemererwa gukora. Asaba ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati kumureka we n'abandi banyamugambwe bagatumako ikoraniro kaminuza, akamenyesha ko ari ryo ryonyene rishobora gutorera umuti indyane z'umugambwe wiwe.
Yaganiriye na mugenzi wacu Eloge-Willy Kaneza wo ku biro vy'i Nairobi muri Kenya.

Опубликовано:

 

28 ноя 2023

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 301   
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 7 месяцев назад
umutama wubuki dukunda💖💖💖💪💪💪👍👑👑👑
@gdffGdff-xn7gt
@gdffGdff-xn7gt 3 месяца назад
Ndakwemera nda gukuda nukuri
@uwizeyimanaveda430
@uwizeyimanaveda430 7 месяцев назад
Nkuri inyuma rwose ukomeze urwanire uburenganzira bwawe
@user-sm9uf9yi7z
@user-sm9uf9yi7z 3 месяца назад
Vraiment nous vous aimons beaucoup
@user-rs1bo1ic7j
@user-rs1bo1ic7j Месяц назад
Muheshimiwa akizungumza kawulizake ni nzuri tena za kisomi . Kipindi nilimuona uso kwa uso nilifurahi sana .yuko na tabasam nzuri . anajiheshimu sana . Inshaallah naamini ntakuona tena ❤❤❤❤❤ narakubonye kukazi kwa ALFREDO FROJO 2013 2014
@user-oh2lq5vs1x
@user-oh2lq5vs1x 7 месяцев назад
Urumugabo wijunja uwukwanka akwandureko
@AlnNn-yi8hg
@AlnNn-yi8hg 7 месяцев назад
Turinyuma yaw mutama wacu❤❤🎉🎉🎉
@NathaSmart
@NathaSmart 7 месяцев назад
Ndakwemera mutam Much love
@jeanpierrekabura2539
@jeanpierrekabura2539 3 месяца назад
U'uj ni I no I no no he I*;?(6#-(9 uuhuhgu no u to no thnutjug'ok kj nt bkj
@user-nh1dh8db1l
@user-nh1dh8db1l 3 месяца назад
Ndakwemera mutam imana ikutuzigamire
@DonatienNiyonkuru-dz1iw
@DonatienNiyonkuru-dz1iw 3 месяца назад
Nawe ndakwemera ndakwera
@NizeyomanaAlexandre
@NizeyomanaAlexandre 2 месяца назад
​@@DonatienNiyonkuru-dz1iw😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
@IsraelNiyonkuru
@IsraelNiyonkuru 2 дня назад
Nyakwubahwa Hon Rwasa.presidant. uravugijambo.habwigihugu uragikwiriyepe
@user-tu8tv8ff8f
@user-tu8tv8ff8f 7 месяцев назад
Mutama nabanyonyezi nzoguma inyuma yawe❤
@venustenshimirimana3639
@venustenshimirimana3639 3 месяца назад
Tu es un homme charismatique un leader dont le Burundi a besoin pour progresser
@user-ui7gf3hu3f
@user-ui7gf3hu3f 7 месяцев назад
Genda wamugabowe uri nagatwe gakomeye kuva nkiri imwana ndakunva nanubu uracajugumiza abant ngira wew urafite umugambi imana yagusezeranije utararangura kuk aband barapfuye ariko wew ngira warabananiye😂😂
@user-il5mr3jp9q
@user-il5mr3jp9q 7 месяцев назад
😂😂😂😂
@kram6499
@kram6499 3 месяца назад
😂😂😂😂uyo niwe Imana girishireko turabe ko byognda neza ndake😂😂😂😂
@adijaamur962
@adijaamur962 3 месяца назад
Kabisa naho umugabowange yazize nanje nzomugwinyuma
@KamaroElicha
@KamaroElicha 3 месяца назад
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
@user-px4wz9zy4r
@user-px4wz9zy4r 3 месяца назад
Uyo niwe mwene Burundi ❤
@user-pj3lp5oy4d
@user-pj3lp5oy4d 7 месяцев назад
Muta hamwe n'Imana tuzoshika peeeeee
@NemeyimanaPrince
@NemeyimanaPrince 3 месяца назад
Uhoraho arikumwe nawe mutama. Iburundi buragukeneye ngo ubusubize agaciro iteka nitekane❤
@VioletteMANANDORERA
@VioletteMANANDORERA 3 месяца назад
Bwana H Agatho ahumugambwe wamazegusambagurika nimwige iyindingingo mwokenyura
@chantalmwavita7402
@chantalmwavita7402 7 месяцев назад
RwASa OBama ❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ie2qy9oq1j
@user-ie2qy9oq1j 3 месяца назад
Nyenicubahiro murongoye CNL muvuzukuru nimwirambire Imana yavyumvise kandikutuzigamire
@fabricensenzincuti2136
@fabricensenzincuti2136 3 месяца назад
Uyu turamukunda cyane
@user-rs1bo1ic7j
@user-rs1bo1ic7j Месяц назад
Hawajiamini .wako na hofu . Emwe tuzoguma twumviriza NEWS kuri Facebook na RU-vid . Najikupendea ❤❤❤❤❤❤
@user-fh4mz4xh3z
@user-fh4mz4xh3z 3 месяца назад
Imana igufisukumugambi kuko Kuko sinumva ingene ukibahemana
@user-rs1bo1ic7j
@user-rs1bo1ic7j Месяц назад
Mungu yuko na miujiza yake
@user-sm9uf9yi7z
@user-sm9uf9yi7z 3 месяца назад
Uyu Bwana tunamupenda sana tena sana❤❤
@user-wt9sw9mz7r
@user-wt9sw9mz7r 3 месяца назад
Urumugabo winyangamugayo turakwemera kuberimana utegerezwa gutwara uburundi
@alexismanirakiza8832
@alexismanirakiza8832 3 месяца назад
Sha ndakwemera ❤❤🎉🎉
@MarthusManiraguha-we2td
@MarthusManiraguha-we2td 3 месяца назад
😊😊😊❤ 0:09
@uwizeyimanaveda430
@uwizeyimanaveda430 7 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤
@JohnHasabiteka
@JohnHasabiteka 2 месяца назад
Humura warapfunywe ntiwapfuye. Uzopfuma uhashike ungana na Mandela. Haracariho ivyizigiro ❤
@MabrukiNgereza-gj7mz
@MabrukiNgereza-gj7mz 7 месяцев назад
Shalom Shalom. Abarundi bari mu ntwaro ya démocratie. Barakwiye kwishira no kwizana. Si ngombwa yuko umurundi wese iyo ava akagera ngo mpaka abe umunywanyi wa CNDD - FDD. Haba ntamba
@ndayishimiyealexis7182
@ndayishimiyealexis7182 2 месяца назад
Ndagukunda cyan❤❤❤❤❤
@user-ep4is6gn6t
@user-ep4is6gn6t 3 месяца назад
❤❤❤❤ndagufan san
@ericsmith0315
@ericsmith0315 3 месяца назад
Un bon leader❤❤❤
@user-vf8pk4pj4n
@user-vf8pk4pj4n 7 месяцев назад
Niharambe démocratie ❤❤❤❤
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 7 месяцев назад
Reka ndindire commentaires zigwire nze kwisomera Muri Africa turisomera commentaires gusa tukimanukira😁😁🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️🏃🏼‍♀️
@jijikingtonny3854
@jijikingtonny3854 7 месяцев назад
Mutama komera
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 7 месяцев назад
Reka ndindire commentaires zigwire nze kwisomera ibisigaye navyo ababipfa nababisangiye iyi ni Africa turimwo
@user-xi6ge2jv2h
@user-xi6ge2jv2h 3 месяца назад
Nawel mugabo birakuraba!
@onesimenzoyihaya8203
@onesimenzoyihaya8203 3 месяца назад
Sha uburundi burafise incambwenge kl
@francisnandine
@francisnandine 3 месяца назад
Ndabakunda batama very nice 👍👍👍
@user-yt4oj9rq3f
@user-yt4oj9rq3f 7 месяцев назад
Uvuzukuri peee,ndakwemera mutama wacu
@leoncendenzako8934
@leoncendenzako8934 6 месяцев назад
Imana ikurindi.cane mutama wacu turinyuma yaw izubaryak imvurigwa
@MadaleneBayavuge-bz9oo
@MadaleneBayavuge-bz9oo 3 месяца назад
Imana niyomucarubanza rekekukwanira ivyisi ivyomwakozebirakwiye rondera imana gusa niryoherezoryiza
@SibomanaJack-qq9lb
@SibomanaJack-qq9lb 6 месяцев назад
Ariko kazi unayo sbbu mwikigihugu turimwo inryane zamatongo ukunyarwamatoko bitsiye munguvu zabantu barihano vyabayurwimo runini gusumbriza hamwe ninzara kwa hiyo ivyoniwabikuraho utakukua umefanya kazi ngumu sana
@najryaautbya2774
@najryaautbya2774 7 месяцев назад
🙏🙏🙏🙏❤
@user-te6eh7pq8m
@user-te6eh7pq8m 3 месяца назад
Turinyuma yawe mutama ❤❤❤
@moontv2959
@moontv2959 7 месяцев назад
❤❤❤
@Toyielissa-qm4sm
@Toyielissa-qm4sm 3 месяца назад
Turinyumayawe❤❤❤❤
@Vitomixbdi-uz2fn
@Vitomixbdi-uz2fn 2 месяца назад
Abarundi tunyotewe umugabo nkawe😭😭😭
@user-ww3rp2nz6x
@user-ww3rp2nz6x 3 месяца назад
Muta haricutabona utagizirunani nabahutu naho twoguha igihugu bakajagari babuyoya ntiwobakira
@RenovatPascasie-yr7qt
@RenovatPascasie-yr7qt 2 месяца назад
Komera cane kurugamba nyakwubaha,utekanebinyankamugayo turazi ikiri ukuri
@SalvatorNdihokubwayo
@SalvatorNdihokubwayo 2 месяца назад
Muburundi Biracagoranye kuberako indyane Z inzego zikiri ikirenga Ubuzima Bwacu Nibwo buhaherera
@user-ch9hb3pq2h
@user-ch9hb3pq2h 3 месяца назад
Uko nukuri
@venustenshimirimana3639
@venustenshimirimana3639 3 месяца назад
Big up
@masumbukoaugustin5327
@masumbukoaugustin5327 7 месяцев назад
🎉🙏
@MeriyaBurundi
@MeriyaBurundi 5 месяцев назад
❤❤
@NiyonkuruVianey-pl9jn
@NiyonkuruVianey-pl9jn 3 месяца назад
Turakwemera mutama kandi imbere niheza cane kubona ugihema ukiriho
@user-bm4cm6vn1j
@user-bm4cm6vn1j 3 месяца назад
❤🎉
@cedricknsengiyumva2583
@cedricknsengiyumva2583 2 месяца назад
Nukuri umuco uzost indumwiza cenere hejurucane nah nzob ndumwe🫶🫶
@user-mw5gm4by8g
@user-mw5gm4by8g 2 месяца назад
Icombona nukwo hoba umugambwe unwe hama abo bategetsi bose bakawujanwo hageze mu matora bakaduca imbere bose bitoza hama twebwe tugatora izina'hama uwutsinze akayobora bose nkakurya kwa kosiyo
@novatidamian7236
@novatidamian7236 6 месяцев назад
Bwana Rwasa ushaka democracy manza uyihere murugo iyawe uyihere mumugambwe wawe ubisire abandi nabo bawuyobore ushaka kiwihagara nacho basi
@JClaude-zo9oo
@JClaude-zo9oo 3 месяца назад
Uyumutama aravugukurui kwel izi nizondongozi twiteze kwel imana ikurinde mutama
@cedricknsengiyumva2583
@cedricknsengiyumva2583 2 месяца назад
Turagukunda turakwemera mutama wacu naho vyogenda gut bavomer mukayungiro
@emerusengeeric801
@emerusengeeric801 3 месяца назад
Mutama ,wew urakunda guca imigani,hari umugani w'ikirundi uvugango
@eellooe6339
@eellooe6339 6 месяцев назад
Mutama wubahwe nahobaguma bakwiba imanizobaguhorera
@AnaMisigaro-uh6mx
@AnaMisigaro-uh6mx 6 месяцев назад
Mutama Rwasa nareke kubesha abantu. Nyene uwohamushikana yokora gute ko tumuzi tukirikumwe mw’ishamba?? Nahende izo nyankamugayo nshasha tweho turamuzi. Reka reka Rwasa ni umuyobe turamuzi
@claudemutore7904
@claudemutore7904 3 месяца назад
✊🤞
@kram6499
@kram6499 3 месяца назад
Wewe ndakwikundira kumva kera banye bakwanke ariko ufisukuri niwe tushaka ko wotwar,uburundi pe komera mutama wajyu 😂😂😂👏
@turimukagaferdinand9836
@turimukagaferdinand9836 3 месяца назад
Tout change tout évolue
@ntibaali3865
@ntibaali3865 7 месяцев назад
Mbega mubona kazoza ku Burundi arakahe???
@user-et6gj4xx1d
@user-et6gj4xx1d 7 месяцев назад
Wirambire
@itangishakaemily8315
@itangishakaemily8315 3 месяца назад
Ndimoize Iburund Iyiret Ningoran
@user-rh4hy9kv9k
@user-rh4hy9kv9k 2 месяца назад
Uzame uvugukuri uzukuzire imana izama ikugwanira nkagidiyoni kurugamba
@ingodwetrust.239
@ingodwetrust.239 7 месяцев назад
Uzabazwa aba nyamulenge bicyiwe GATUMBA UZABIRYOZWA AMAHEREZO
@chantalmwavita7402
@chantalmwavita7402 7 месяцев назад
Koma Shetani👽
@JeanPierreNGENDAHIMANA-yl6sy
@JeanPierreNGENDAHIMANA-yl6sy Месяц назад
Niwirambire ok
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 7 месяцев назад
Rwasa yashaje kweli
@AnaMisigaro-uh6mx
@AnaMisigaro-uh6mx 6 месяцев назад
Rwasa politike yamunaniye ako nakarimi gusa. Murazi atanguye kuvuga kwadaca. Nakoranye irya bifyoti bumvikane. Ivyo bagiranya bavyumvikane ko. We akura abandi nkande? Erega CNL siya Rwasa
@FabriceEric-lx6vi
@FabriceEric-lx6vi 3 месяца назад
Ndabemera caaaane batware bacu🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@yohanaj2002
@yohanaj2002 7 месяцев назад
Abaraso yinzirakarengane arataka kumusozi
@omernshimirimana
@omernshimirimana Месяц назад
Numva uvuga neza nukwo abantu mwagwanye tuziko mwariko muratugwanira kubira umuhutu abire ijambo mbere Zina murundi wese akarenganyo kakahava kuri Zina murundi none cn.dd Efdd idukoreye ningene twayizeye kuko ari benewacu abahutu turi imihimbiri pe
@user-hw5gb2gk2n
@user-hw5gb2gk2n 3 месяца назад
Teckis nutan
@novatidamian7236
@novatidamian7236 3 месяца назад
Numugabwe wosi uzojamobaxice bawufuta kuko nawe uwo mugambwe wawivye abandi uwuhindura niziba kugeza yabatutsi ukorera
@chalespasckar1521
@chalespasckar1521 3 месяца назад
Murazi Jew ukuntu noruca? Ndi nka Ministre NOHAMAGARA ABAYOBOKE BOSE BITWA ABA CNL BAKAJA KUKIBUGA, NKAHAGARIKA RWASA KU RUHANDE NA NESTOR KU RUNDI, NKAVUGA NTI: ABO KWA GWASA MUMUJE IRUHANDE, ABO KWA NESTOR MUMUJE IRUHANDE!! HAMA TUGACA DUHARURA EFFECTIF KU MUGARAGARO! UWUSUMBIJE UWUNDI AGATWARA UMUGAMBWE POINT BARRE!!!!
@KmHn-qq4gi
@KmHn-qq4gi 7 месяцев назад
Turagukuda mutama wacu
@user-fy8rm1ku6c
@user-fy8rm1ku6c 3 месяца назад
Mutama vyaranse nukuri hariho abantu imana yaremeye kuba ubiraro vyabantu muvyank muvyemera warukwiye kuja ahantu ukitekanira
@NkurunzizaJean-zw2bj
@NkurunzizaJean-zw2bj 2 месяца назад
Muta uraraba ntuzosozere nkabunyoni kuko mbona iyukoreyigihugu uhembwa gufungwa
@user-vq7ku6js1p
@user-vq7ku6js1p 6 месяцев назад
komeramutama
@niyongendakosamuel858
@niyongendakosamuel858 7 месяцев назад
Rwasa niwe mfiseko amahigwe yanyuma azonsubiza umutima wogukunda igihugu canje kandi ndamufiseko icizere kinini i love my country but I don’t love leaders seriously
@chalespasckar1521
@chalespasckar1521 3 месяца назад
Niwitware imbere ya za sentare nimba uzizeye mu Burundi bazobafasha
@bukurujames7026
@bukurujames7026 7 месяцев назад
Uwo kabyi abanyamurenge yishe imana izabamubaze
@papyjohntv0777
@papyjohntv0777 7 месяцев назад
Abanyamurenge barabasirikare
@chantalmwavita7402
@chantalmwavita7402 7 месяцев назад
Kudadadek 🤮 pumbafu
@user-zm1xh5pr2x
@user-zm1xh5pr2x 6 месяцев назад
Hewe jewe ndarindiriye urubanza rwazirya nzira karengane ukoruzoci bwapee
@ttyy7642
@ttyy7642 3 месяца назад
Muburundi haracaragacinyizo Ariko lmana lrabibona Harigihe bazogumabbazogonikwakundi nahoshwi komeramutam
@user-nl3qn2uj6o
@user-nl3qn2uj6o 7 месяцев назад
Mutama komeza ntimucike intege
@user-lv5zq2st1s
@user-lv5zq2st1s 3 месяца назад
Ahubwoyibazakwigihugu aricase nanyina
@amolam97
@amolam97 7 месяцев назад
Ivyo bintu basha vyarataye garantie nibashire hamwe bakorere hamwe ntakamaro.nakamw kokugira imigambwe myinshi mugihugu kubwanje ntanyambo ibura agahonzi nibaze twubake igihugu aamajambo abe make aba bose bumva kino kiganiro ntanakimw bashobora guhindura nukwumviriza gusa
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 7 месяцев назад
Mutama, urakomeye kwijambo niyompanvu nasanze wewe igihugu c'iseszerano uzogishikako
@AfricaAnimalsv9
@AfricaAnimalsv9 7 месяцев назад
Gezaho Sha mwese muri basumirinda
@sebiterekontwarialexis8544
@sebiterekontwarialexis8544 3 месяца назад
Nanga kunva izina ryawe
@user-vp8ey8ip6w
@user-vp8ey8ip6w 6 месяцев назад
Ntamakuru Mugitandaa N'yrahiyo
@user-pn2yd8ci9j
@user-pn2yd8ci9j 7 месяцев назад
Mutama komer
@ChrisdDusen
@ChrisdDusen 7 месяцев назад
Wew vyarakunaniye, burary utwobagutereye. Umutekan ufise nibo bawuguh s’umugambwe wawe system ya politics yawe nibo baguh ubushobozi burya ngo uwuguhemba aba akuganza no numu nzu yawe
@chantalmwavita7402
@chantalmwavita7402 7 месяцев назад
Kudadadek 🤮 pumbafu
@AnaMisigaro-uh6mx
@AnaMisigaro-uh6mx 6 месяцев назад
Abaja mw’ishamba nimugende jewe sindimwo. Mpanura inyankamugayo zose nobahanura mwitekanire nayo kuja mw’ishamba kopo….
@WdW-cl6ym
@WdW-cl6ym 3 месяца назад
Nukuri nibarekenawe ushikigwe kuko ivyabontawutabibona
@NduwayoBosco-xy1ut
@NduwayoBosco-xy1ut 6 месяцев назад
turikumwe mutama
@user-lv5zq2st1s
@user-lv5zq2st1s 3 месяца назад
Mutamawacu imana irikumwenawe
@user-cq8jh5xl6v
@user-cq8jh5xl6v 3 месяца назад
Umutama twemera can
@AlexisBucumi-mz3pt
@AlexisBucumi-mz3pt 3 месяца назад
Mutam nibakurek wibereh
Далее
Agathon Rwasa na CNL : biraheze ?
6:02
Просмотров 22 тыс.
Zlatan embarrasses Speed 😂 #ishowspeed
00:32
Просмотров 2,7 млн
ШОКОЛАДКА МИСТЕРА БИСТА
00:44
Просмотров 516 тыс.