Тёмный

IMANA ISENGWA N'ABAISLAM YOBA ARI IMANA Y'UKURI ? PART 2 

AFRACOP MEDIA
Подписаться 11 тыс.
Просмотров 14 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

5 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 20   
@laurancemanirampa3960
@laurancemanirampa3960 Год назад
Ayiiiiiiiiiiiiiii impundu impundu kumwami YESU nukuri Imana ikomeze kubashigikira mumuvugire nacanecane muzunguruke kwisi yooo ndabakunze caane
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Год назад
Yesu ni Bwana!
@MANING41
@MANING41 Год назад
Nakubali sana hiki kipindi! Ni babishano yaliyo jaa mafunzo mwanzo mwisho!!
@cypriennzoyisaba6438
@cypriennzoyisaba6438 Год назад
Hassan ❤
@astereingabire2877
@astereingabire2877 Год назад
Muzoze muraduha nivyo umu isilamu yishuye
@jacksontuyisabe2576
@jacksontuyisabe2576 Год назад
Ntasoni mufise mugomba gucoza umwami Wanje ngo yavuganye numugore kuki musomye ako karongo kamwe gusa soma ico gice cose mwebwe muri injiji cane soma mwirabire ibitangaza soma yohana 4 igice cose mureke kubesha abantu mugushaka gucoza umwami wanje
@mudakikwaemmanuel1216
@mudakikwaemmanuel1216 Год назад
Abayisiramu, tubasengere bakizwe kuko rwose barayobye. Ntibashobora nogusubiza ikibazo kiwe gusa⁉️⁉️⁉️
@GasanaViateur-um2ps
@GasanaViateur-um2ps Год назад
Byagukundira ko mwaza nomurwanda ikarenge mukazajamutumara impaka nkizo
@afracopmedia
@afracopmedia Год назад
Turavyipfuza cane
@germanmutoni7133
@germanmutoni7133 Год назад
Nanjye nifuza ko yaza murwanda harumugabo wumuslam wigisha ibintu bikura abantu kuri yesu kubera ibinyoma yigisha
@michouchalome7482
@michouchalome7482 Год назад
Nimucebugufi mureke kwishirahejuru yomana mwirigwa muraririmba murakokanwa kanyu uzobarandura
@munimuni3365
@munimuni3365 Год назад
Ko tutabona abisiram bavuga?mwoshiriyemwo vyiwamyu kugira nitumve ukuri twarabamemye
@cypriennzoyisaba6438
@cypriennzoyisaba6438 Год назад
❤Hassan
@georgetteniyonkuru9060
@georgetteniyonkuru9060 Год назад
Amina
@DUFASHANYE67
@DUFASHANYE67 Год назад
Barabaza ibiharage ikishura ibigoro
@dusabimanamariam1879
@dusabimanamariam1879 Год назад
Aba dawat babanyarwanda bababafite bibiliya mumutwe ntahantunahamwe abachristu babona bavuga.
@afracopmedia
@afracopmedia Год назад
KO tugerageza kujabukayo bakanka KO duhura ? Bazoduhamagare
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Год назад
Ivyo Bintu biri iburundi gusa none sindabona akamaro kavyo atari ugucafuzanya gusa none burya nkivyo bibazo bitandukaniye hé? Bamureka gukoroga abantu mumitweABA islam basenga imanz imwe naba kritsu muvyukuri ndumukristu arko ndakunda cne ABA islam kuko bazi cane ivyo barimwo kndi ntibigera batyozanya nkuko abakritsu bacyoza islam
@afracopmedia
@afracopmedia Год назад
Murakoze ariko sinibaza komwoba muri i Burundi kuko numvise KO mutaratahura ivyo ARI vyo bikunze mwotubaza tukabasigurira uko vyifashe. Twobaha chaîne Zabo bakorerako mukazikurikirana. Akarorero RONDERA chaîne yitwa DAWA TV BURUNDI.
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Год назад
@@afracopmedia ndabikurikirana gusa nanka Abo bigira abakristu baza guharira nabo bigira ABA islam ivyo guharira ntakintu bidufasha atarugusaanzaza imitima yabatararama none iyo baharira baba bashaka guskika kuki? Konumva Bose bavuga imana imwe
Далее
MBEGA IKIBAZO !!! UMUSHEHE AMANITSE AMABOKO
14:31
Просмотров 101 тыс.
ALLAH NTIYAREMYE N'AKANYEGERI
10:27
Просмотров 1,4 тыс.
MARIAGES  Z'UBU IVYAZO BIRAYOBEYE
55:50
Просмотров 10 тыс.
UWU MUGABO ARARINDA KABISA, UMVIRIZA NAWE. Ahaaa
50:36
Просмотров 118 тыс.
UWU MUGABO ARARYOSHE VRAIMENT, UMVIRIZA...
41:02
Просмотров 37 тыс.