Тёмный

Imbonerakure zatemaguye umusirikare wa Congo kubera igitoro/Abo mu magara y'abantu bahagaritse akazi 

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Подписаться 9 тыс.
Просмотров 8 тыс.
50% 1

1.Impapuro zitagira umukono ziguma zitorwa hirya no hino mu gihugu ,koba ari agashavu k'abanyagihugu katanguye kuduga kubera amanyanga y'intwaro ihari muraya makuru muraza kumva umwihwezo wa Joe Philbert Karangwa yashinze Radio Peace Fm ijwi ry'urwaruka.
2.Nayo ishirahamwe ryishinze kurwanya igiturire n'isesagurwa ry'ubutunzi bwa reta OLUCOME basaba reta gukorera mu mumuco naryo rubafashe urugamba muvyubutunzi navyo muca muvyumva mukanya .
3.Ubu nta gitoro cemerewe kuva muri Kivu y'ubumanuko gija mu Burundi nagake kahora kaboneka kahagaritswe inyifato igayitse y'imbonerakure niyo ivyinyegeje inyuma navyo twabibateguriye.
Amakuru twabateguriye akaba ataraya gusa ,tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Viator Torry Haragiramungu ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Yves Irakoze m'ubuhinga bw'ivyuma kaze mwese.
#m23 #msd #parcem #rwasa #cndd_fdd #cnl #nkurunziza

Опубликовано:

 

7 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 3   
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 15 дней назад
Imana ntibeshwa bro ukinda ugaramye, ukinda uhahaze kwisha maneno!!!!
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 14 дней назад
Ivya kenya sico kimwe n'uburundi,mwibuke 2015,mwibaza ko ivyabaye ahandi bishoboka no muburundi,abo barundi boja mw'ibarabara sibenshi na gato.Rindira amatora nayo imigumuko wapi
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm 14 дней назад
Kirazirako umukuru wigihu ibitandukanye namabanga bamujejwe y'lgihugu!
Далее
🤔
00:28
Просмотров 953 тыс.