Тёмный
Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Подписаться
Bonjour chers auditeurs la Radio Television PEACE fm la Parole des Jeunes Burundais,vous présente une chaîne RU-vid qui vas vous aider à suivre les vidéos. Si vous avez une question n'hésitez pas à nous contacter au +49 1521 3498050
Комментарии
@Nduway0Cassien
@Nduway0Cassien 3 дня назад
Reveriano afise bangahe abana biwe muri congo
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 3 дня назад
Ayo mashi y'abagumyabanga ko umengo arababaza ?
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 3 дня назад
None ga yemwe,karaciye ingani ibibabiramwo muce mubigira ivyipfuzo vy'abarundi.mwarabuze ihero ry'imiti.CNDD-FDD iriho kandi izokwamaho haduga hanyerera
@OkeloShyaka
@OkeloShyaka 8 дней назад
RWANDA 🇷🇼 TO THE WORLD 😊
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 25 дней назад
Ntakugugumwa caratuvunye ntitubaha Haduga hamanuka hanyerera haba murushana haba muci kumurango canke mw'ijoro CNDD-FDD izotsinda amatora ya 2025 naya 2027 muvyemera mutavyemera shauri yenu mimi nimekwisha sema.
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 26 дней назад
Anita gabanya ururimi rubi kuko uzopfana agashavu.CNDD-FDD ifise abanywanyi bikwiye .Nayo ukwitwaza imandat ya gatatu nkuko ariyo nyirabayazana,teshwa mute iyo nambu y'ivyisi izobagera habi.KEFA nawe nasigure ingene yashinze NYAKURI,rwari urukundo canke inda ndende.Mutizeye amatora turavyunva kuko murazi ko ataho vyoca ngo mutsinde kuko ntaco mufise
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 26 дней назад
Tekana mwongere mwihangane,kuva 2005 canecane 2010,mwagumye muboroga ariko twaratoye kandi neza,nubu tuzotora neza abafise agashavu kuko ubutegetsi mwamaze ko imyaka amajana bakuwe ubutsima ku munwa.Abo ba KEFA,ba fabiyano,Anita n'abacangero,urwo rurimi nk'urwibihuna borureka.None bajejwe amatangazo yo kubika?
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo 26 дней назад
Amatora azoba nkuko yigeze kuba depuis 2005 , azoba nkuko yabaye partout ailleurs et que le meilleur gagne , voilà.
@emmanuelniyonsaba4568
@emmanuelniyonsaba4568 28 дней назад
Nibayage nabone babumve kwarabenegihugu
@JohnDecaux-gt2ye
@JohnDecaux-gt2ye 28 дней назад
Il faut restituer l, est du Congo au Rwanda et à la, Uganda comme c, était avant Berlin 1885
@FrancoisButere
@FrancoisButere 28 дней назад
Nanjye mbona bemeye guha abavuga ururimi rw'ikinyarwanda igice cy'ubutaka kikigenga byatanga amahoro mu karere!
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 29 дней назад
Sinduhij vraiment ari so naive kuko yemeranya nabamwe bita ndadaye icungu kndi yari umumenja mubi mbere nivyo cnddfdd igenderako ni genicidal ideology yabivy mu bahutu. ikindi niw yahayagiza abamenja ba cnddfdd 2015 abagira ko barenganijwe yirengagij ihonyabwoko bakoz non vyaramugarutse. Icungu ni Michel Micombero yarinz igihugu kitagwa mwihonyabwoko nkiryabay 1993 rikaba ribandanya. Micombero yarinz iyicwa ryabatutsi 1965 ndetse agwannya inyigisho zihonyabwoko za kayibanda ziherekejw nibitero 1972. unfortunately, sinduhij na bandi banyepolitique nkaw bagumy bavyina indirimbo yaba genocidaires ko Micombero ari umwicanyi. ikintwenza sinduhij imbonerakure naba fnl yahay ama poste nibo baberey maneko ba cnddfdd ndetse 2015 hapfuy aba msd babatutsi ariko abandi bidibamiy that is why nanj nsigay ntizera mbona ko msd yarifis mission yokumara abatutsi.
@TwagiramunguWise
@TwagiramunguWise Месяц назад
Ivyo vyoshoboka gut harumugambw umw mugihugu nimw muzimiza abarundi iyo publicite mukoze dd irabashimiy kuk ivyishaka nta musi numw izigera yemera ivyomusavy😢
@KINGUmurundi
@KINGUmurundi Месяц назад
Neza cane
@sabushimikejeanmarie1156
@sabushimikejeanmarie1156 Месяц назад
Sinduhije ninkozi yikibi cane numugome numuheme ntavyiyumvuro arwanya kuko nawe ivyiyimviro vyiwe nibibi cane numwicanye numwicanyi numuhemu numugome
@NdikuriyoDesire-wh6mh
@NdikuriyoDesire-wh6mh Месяц назад
Msd na sinduhije na Red tabara nibo duhanze amaso gusa birababaje sinduhije na Rugurika batumvikana kimw gusa Bob aho ageze nikibera sinduhije
@pierreclavernduwimana1974
@pierreclavernduwimana1974 Месяц назад
Sinduhije numuhemu skorera cnddfdd twaramumenye
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv Месяц назад
None sisanganya ryabashikiye nkuko namwe ryobashikira ukabona nkico kizu urimwo kiguhenukiyeko atavyo wariwiteze?noneho ivyo bibaye nkisanganya kandi ntawuzi urwiwe Aho ruzozira.nubu wofyonyoka ivuye kuri micro.
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Месяц назад
😂😂kuberiki zitapfuye zosee😢
@yvettekaneza4385
@yvettekaneza4385 Месяц назад
Imana yarakaye nibareke gukora ikibi
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 Месяц назад
Ndakurahiye
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo Месяц назад
Abo s'abasirikare ba Ndikuriyo Reveriyano , abo n'umuhari w'imbonerakure z'umugambwe CNDD-FDD utwarwa kurwego rw'igihugu na Ndikiriyo Reveriyano
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 Месяц назад
Ewe Burundi 🇧🇮 urambaye😅😅😅😅
@TheogeneGaboryaheze
@TheogeneGaboryaheze Месяц назад
Ce SINDUHIJE est un vrai manipulateur. Il a tjrs joué un double jeux. Ari kumwe n' ABAHUTU ababwira ko ari umu HUTU, arikumwe n' ABATUTSI, akababwira ko ari umu TUTSI. Or, en 1993, ses proches affirment qu'il soutenait le Président NDANDAYE et en 2005, il a voté clairement pour le CNDD-FDD et a transmis, en direct à la RPA, le dernier meeting du CNDD-FDD, ce qui l'a refusé de faire pour d'autres partis politique. > LES FAITS : - Sur les événements de 1972: Il a clairement pris position pour les HUTU. - Sur les événements de Ntega, Kibimba, Buta, Bugendana, Teza, tueries des banyamurenge à Gatumba : Il a tjrs été muet. Jamais de déclaration pour la mémoire des victimes, juste parce que ils sont TUTSI. - Affaire des machettes: Il s'est transformé en avocat du CNDD-FDD alors qu'il se présente comme le plus grand opposant du CNDD-FDD. - RED TABARA: BAYAGA, le Chef d'Etat Major du mouvement a exécuté, très récemment , sur ordre direct de SINDUHIJE, GISIGA et REVERIEN, tous TUTSI, respectivement chargé des opérations et de la logistique sous prétexte qu'ils sont proches du RWANDA et du M23. - Géopolitique: Sa haine contre le RWANDA n'est plus à prouver. Sur son ordre, le RED TABARA a massacré des milliers des banyamulenge, en complicité avec les MAYI MAYI.
@johnntwari1417
@johnntwari1417 Месяц назад
Je suis un curieux qui ne connaît pas le passé de Sinduhije, none hoho ko twumva Red TABARA igeze très loin de la frontière du Burundi, comment Red Tabara est tjrs qualifié comme actif au Burundi ??? 8 ans ntaco mbona bashitseko !!!
@davidmuthike-oh3ps
@davidmuthike-oh3ps Месяц назад
Ako ka dd kariko kabesha ibiki?
@IVOMO_TV
@IVOMO_TV Месяц назад
Ni jojo paparazzi 😂
@chevaljoyeux1
@chevaljoyeux1 Месяц назад
Murakoze caaaane ikiganiro cari gifise akamaro cane kandi sinduhije yatanze impanuro ku barundi bave hasi bibohore bareke guta umwanya mu majambo...tuje twese mu bikorwa...murakoze cane merci a alexis...komera komera
@anacledondayizeye7857
@anacledondayizeye7857 Месяц назад
Muburundi igikenewe nuko imigabwe yose yo uburundi hoba itegeko riyaka ugwaruke kuva kumyaka 18-30 ko boba ugwaruka gwigihugu bakayoborwa nagisirikare Amahoro yobatashe iburundi Imigambwe yokoraneza nurwaruka namategeko yigisoda cu Burundi
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Месяц назад
Muri ibi bihe ivy'umukazo nk'uwo ushaka vyoshoboka nko muri Coree du Nord.
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 Месяц назад
Georges, ahubwo raba ingene wohunga umwana uvyaye ntazobone ivyo abo bicanyi bakora yohava akora nkabo. Erega CNDD-FDD ni abamenja.
@RICHARDNDUWAYO-uc5xg
@RICHARDNDUWAYO-uc5xg Месяц назад
Amakuru yamahama
@mugisha1
@mugisha1 Месяц назад
Sinduhije cga Ndabaruhije
@GeorgesByabagabo
@GeorgesByabagabo Месяц назад
Nagira Alexis Sinduhije ndamuhe impanuro nk'umugenzi : va muvya politique kuko aho bigeze ntiwoba ukibishobora ! iki gihugu IMANA yahaye aba CNDD-FDD ngo bagitware ntibazokirekura uko biri kose ! Urabona umaze imyaka myinshi uri mubuhungiro , urwanya CNDD-FDD uri mubuhungiro gushika ryari ??? Umuntu anyegeza imyaka umubiri ukayerekana bivemwo usabe HCR igutahukane avec la bénédiction du gouvernement Burundais uzoc'utaha ! de tel façon que amatora ya 2025 na 2027 azoshika utakiri en exil c'est mon souhait le plus absolu voilà ! Niwirambire nukomere .
@sese667
@sese667 Месяц назад
Reka kuba mukinisha Imana SVP !!!! Imana ntikinishwa, Imana si système CNDD-FDD kandi système CNDD-FDD izovaho nkuko n'ayandi ma systèmes yose yigeze gutwara Uburundi yavuyeho, mu buryo ubu canke ubundi ! CNDD-FDD sibwo Burundi, Uburundi bwariho imbere ya système CNDD-FDD kandi n'inyuma ya système CNDD-FDD, buzokwamaho gushika Yesu agarutse !
@davidkaburaadavid8626
@davidkaburaadavid8626 Месяц назад
Good response
@sese667
@sese667 Месяц назад
@@davidkaburaadavid8626 Blind fanaticism is a real disease among some Burundians ...
@sese667
@sese667 Месяц назад
@@davidkaburaadavid8626 Blind fanaticism is a real disease among some Burundians ...
@bizuruvenant7953
@bizuruvenant7953 Месяц назад
Amadini asumvya ububi cnddfdd
@bizuruvenant7953
@bizuruvenant7953 Месяц назад
Nimba hariho aba colonies amadini n'amashengero baza imbere y'abazungu abadagi n'ababiligi bitiyubwoba bica mumitwe batanga virus 🦠 yica mumutwe gusumba abazanye zana amagi zana amasoro (beurre de vache) kuko bobo baragiye iwabo ! Ariko basiga bateye virus 🦠 mubakuru b'idini basaba imperezwa ivyacumi imishuzo kubakira Imana gukorera Imana ivyo Intumwa z' Umwami YESU KRISTO yabambwe zitigeze zigisha leta zimwe zimaze kubimenya ko zisahurwa nico gituma basabako amadini atanga imisoro , idini n'imyuka ya shitani 👿😈😈😡 Bazobona ibara abakuru b'amadini kuko ivyo bigisha n'inyungu zabo ubwabo
@nsavyinganji
@nsavyinganji Месяц назад
Oya si amadini. Ni tuvyemere ko ari ububegito bwa leadership. Ibihugu vyose vyo kw'isi vyaraciye muri iyo nzira y'amadini mazanano ariko ubutegetsi n'umurongozi mwiza bihari, igihugu kiraheza kigatera imbere.
@burengo
@burengo Месяц назад
yabatwarabandi twokwikurako amazinayabo
@burengo
@burengo Месяц назад
aho badushoboreye baduhinduye namazina bakita amazinay,Ikirundiko aramashezi ariko uravye amazinay,k,Ikirundi niyo afise ninsiguronzinza
@burengo
@burengo Месяц назад
Kuberikinone mudashoborakurindre Idini itarimwo canke ritakoronije abantu
@oscarbutare4403
@oscarbutare4403 Месяц назад
Ikiganiro kiryoshe caane kandi ngira kamaro❤
@DariusNdayikengurukiye-m8s
@DariusNdayikengurukiye-m8s 2 месяца назад
Mwege mwabakozi bakagame turabiyamirize Muburundi ntavyamoko duhanzwe nibindi, ivyubwoko mubironderere mu Rwanda
@arnaulddolfi20
@arnaulddolfi20 2 месяца назад
Hahahahaha! Iki kigabo cari igihutu cuzuje ivyagombwa ! Urabona ingene abazungu bagumye bakijuragiza !
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm 2 месяца назад
Kirazirako umukuru wigihu ibitandukanye namabanga bamujejwe y'lgihugu!
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 2 месяца назад
Ivya kenya sico kimwe n'uburundi,mwibuke 2015,mwibaza ko ivyabaye ahandi bishoboka no muburundi,abo barundi boja mw'ibarabara sibenshi na gato.Rindira amatora nayo imigumuko wapi
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 3 месяца назад
Imana ntibeshwa bro ukinda ugaramye, ukinda uhahaze kwisha maneno!!!!
@EricNdayambaje-r2j
@EricNdayambaje-r2j 3 месяца назад
Abarundi tur yeux iyo amatora yegereje turazi ntaciza muvuga kuburundi
@EvaristeNshimirimana-ho4uq
@EvaristeNshimirimana-ho4uq 3 месяца назад
ndumva birakomeye
@NathalieNIYUHIRE-vj8il
@NathalieNIYUHIRE-vj8il 3 месяца назад
Vyarabacanze mumabifu twarahavuye mwe muracaraho bandanya muta umwanya twe turimuvyunguka
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 месяца назад
Ndababazwa nabobagabo bafashe igihugu bakaconona basi twari tukwiye kwikangura tukisubiza agateka
@EvaristeNshimirimana-ho4uq
@EvaristeNshimirimana-ho4uq 3 месяца назад
karabaye noneh
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 месяца назад
Hubwo nibaje mwibarabara bamwiyamirize kuko igihugu cacu ntabwo kikwiye kutwarwa nkuko mbona agitwara mengo nitongo ryabase abarundi twariyibagiye kwl
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 месяца назад
Nn nkubu uburundi uravye ibiriko biberamwo sakamaramaza jewe ndibaza kigihugu cadandajwe
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 месяца назад
Ntakwikukira kuri muburundi iyaba hariho ukwikukira uwo atwara uburundi ntiyokwamye avuga amajambo yakamaramaza nkayo