Тёмный

INDIRIMBO ZOSE ZA CHORALE NGOMA/ISHENGERO RYA PENTECOTE GASHIKANWA 

Gospel of Peace Tv
Подписаться 13 тыс.
Просмотров 12 тыс.
50% 1

indirimbo zose za chorale ngoma gashikanwa, indirimbo zifasha umutima
Ubutumwa Bwiza Bw'amahoro
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu
/ @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA

Опубликовано:

 

23 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 19   
@ndayambajejeandedieu
@ndayambajejeandedieu 9 дней назад
Imana ibagure ibahe umugisha ndafashijwe
@violettemyongere7769
@violettemyongere7769 15 дней назад
Amen chorale Ngoma , Imana ibahezagire
@IsaïeNiyonkinzo
@IsaïeNiyonkinzo 9 дней назад
Mwarahezagiwe n'a ntakubahwa YESU
@Claudine-l8f
@Claudine-l8f 12 дней назад
Korare ngoma Imana ibahezagire
@ChadrackNiyongabo-c5m
@ChadrackNiyongabo-c5m 24 дня назад
Umwami yesu abahezagire kand azobah iherezo ryiza
@NdayikezaMagnifique
@NdayikezaMagnifique Месяц назад
Nukuri murampezagira uwiteka abongererezamavuta
@BayubaheclaudineClaudine
@BayubaheclaudineClaudine 2 месяца назад
Amen amen
@SylvaneNiyikiza
@SylvaneNiyikiza Месяц назад
Amen
@Joselyneirankunda-r5g
@Joselyneirankunda-r5g 2 месяца назад
Amen muragahezagigwa muri nimpano nziza ❤❤❤❤❤❤ndabakunda caane ramiriza kandi mbipfurije ijuru
@NibitangaCecile
@NibitangaCecile 2 месяца назад
amen
@ericuwizeyimana154
@ericuwizeyimana154 4 месяца назад
Chorale Ngoma Ndabakunda
@رهفالحربي-ر7ظ
@رهفالحربي-ر7ظ 27 дней назад
Amen😅
@ClaudineNdayiragije-bz4nt
@ClaudineNdayiragije-bz4nt 3 месяца назад
Mukomer mumwami yesu
@divinediv5826
@divinediv5826 2 месяца назад
Ndabakunda beza
@emmanuelniyobuhungiro4470
@emmanuelniyobuhungiro4470 4 месяца назад
Muhezagirwe 😮😮😮❤
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 4 месяца назад
Amen Amen Amen !!! UHORAHO abongerereze amavuta
@NdayikezaMagnifique
@NdayikezaMagnifique Месяц назад
Nukuri murampezagira uwiteka abongererezamavuta
@SamriaAbidrashid
@SamriaAbidrashid 3 месяца назад
Amen
@julestwagirayezu
@julestwagirayezu 3 месяца назад
Amen
Далее
🖤
00:18
Просмотров 331 тыс.
URUKURIKIRANE RW'INDIRIMBO Z'ITORWA, IGICE CA MBERE
52:30
ubutumwa Bwiza Bubohora/pasteur Prosper IYAKAREMYE
49:49