Тёмный
No video :(

INGARUKA SERIES S4 EP 6 AYO MAKURU MUDUFASHE KUYATOHOZA.DIVA NA MAMA KING AMASO KUYANDI. 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 60 тыс.
50% 1

MBEGAKO BIKOMEYE MUNGARUKA HMMMM DIVA MUGAHINDA ARIKO UMENGO BIRANGIYE BABONYE VYAGENZE GUTE? KURIKIRANA INGARUKA
#ingaruka
#gnfilms
#sabbas
#films
#BURUNDIANMOUVIE

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 863   
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 6 месяцев назад
Muryoherwe bakunzi kandi bakundwa banje beza❤ murabe mwibuka cane guha nabandi twige❤ Amashurwe yanje ndayahabwe mushireko nagatima❤ ndabakunda kubi
@nananienaishimwe5247
@nananienaishimwe5247 6 месяцев назад
Ingaruk mi favorite series🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@Shidebunew
@Shidebunew 6 месяцев назад
❤❤❤
@ndikumanadiane7458
@ndikumanadiane7458 6 месяцев назад
🥀🥀🥀🌺🌺🌺🌹🌹💞💞💞💞
@Salem87-s6p
@Salem87-s6p 6 месяцев назад
❤❤ 🎉🎉
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 6 месяцев назад
Cane gose ahubwo courage ndabakunda mwese🎉🎉🎉🎉
@gicandaeddy-ix8sq
@gicandaeddy-ix8sq 6 месяцев назад
Umuntu ukunda Yvette nkange😂 nambabarire abingaragarize muri like❤
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 6 месяцев назад
Umunt akund yvette nandemere utuntu😂😂
@KamikaziClaudine-jh7oh
@KamikaziClaudine-jh7oh 6 месяцев назад
Yvette yubahwe nukur ngiki kigore ci senge aranyish kbx
@EstaHash
@EstaHash 6 месяцев назад
❤❤❤❤
@AliceNiyomuhoza-ls1yv
@AliceNiyomuhoza-ls1yv 6 месяцев назад
Yvette hejuru ❤nda❤
@GerardNdayisenga-hj5vo
@GerardNdayisenga-hj5vo 6 месяцев назад
Yvette wew uri igisazi kbx ukuntu utey mur film uranyica ndanakunda ukuntu untwenza
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 6 месяцев назад
Ndahishikiye nanje abakunzi ba Ingaruka Série mundemere utu likes abaza inyuma yanje
@user-jj7md2ru8r
@user-jj7md2ru8r 6 месяцев назад
Yvette nukuri ndamukunda❤❤😂😂 arantwenza cane
@ndikumanadiane7458
@ndikumanadiane7458 6 месяцев назад
Waaaoooooh 🔥💕💞💞💞 ntimumbwire ko ivyo numvis Diva avuga ar'ukuri weeeeeee💃💃💃💃💃💃💃nokwishimira kubona Sabbas abanye na Diva💖💖💖💖💖🔥🔥🔥🔥💕💕💞💞💃💃💃💃abovyishimira nkanje murahari?????👆👆👆👆 Urukundo rwa Sabbas na Diva nonezerwa intambamyi twakwibaza dusanze atazoooooo😂😂😂😂😂😂😂iyi épisode ndayikunzeee caaanee.
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 месяцев назад
Waoooo💃💃💃💃welcome back ingaruka series guys niba uri murukundo niyi series nturengane udasize like ngaha tuhatwike 🎉🎉🎉🎉today ni 🔥🔥🔥🔥🔥so courage beza banje😍😍😍😍💪💪💪
@omersmith7621
@omersmith7621 6 месяцев назад
Ivette narindgukumbuy
@hjkklnn
@hjkklnn 6 месяцев назад
Yooh mubikora neza diva ansd sabasd ndabakunda
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 6 месяцев назад
🥰🥰🥰 uwabony ukunt soso yahamagay seng amumper amashurw ❤❤🌹🌹🌹🌹
@softwer-8592
@softwer-8592 6 месяцев назад
Sabbas imana iguhezagire uzana firme ziryoshe ziranatwigisha
@user-ic7ol1dh3v
@user-ic7ol1dh3v 6 месяцев назад
Sha ngo hagusiba woceregwa rero niho nkishika kubera ubu mwayitebukanye narimenyereye muducereza❤❤❤❤❤
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 6 месяцев назад
Gacerewa nkaba ndahageze ewee yvett uranyegagura ndabakunda mwes❤❤❤❤❤
@Eliasbayagayuwundi-ij5fp
@Eliasbayagayuwundi-ij5fp 6 месяцев назад
waoooo king Sabasi and Diva❤❤❤
@kimanaevelyne1030
@kimanaevelyne1030 6 месяцев назад
Oya sha ivyo n'ivyiyumviro vyumwe muribo
@kimanaevelyne1030
@kimanaevelyne1030 6 месяцев назад
Zarindoto za diva
@AlexBiko-ts4zk
@AlexBiko-ts4zk 5 месяцев назад
Birashoboka ko zoba arindoto
@mariechantalkwizera7319
@mariechantalkwizera7319 6 месяцев назад
Ukunt maz imins ndota sabass na mimi ntivyokwijan hav ntor agatebe ngarur akenge ndaba❤❤❤
@user-pi5nn1jn9x
@user-pi5nn1jn9x 6 месяцев назад
Yvette weee🤩🤩🤩🤩🤩🤩
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 6 месяцев назад
Yvette na Solange muranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 murankoreye umusi🤣🤣🤣🤣
@OlgaIrankunda-rp6be
@OlgaIrankunda-rp6be 6 месяцев назад
Uyu musi nanje mbaye mu bambere courage king sabbas na team yawe aha hantu harimwo inyigisho zikomeye
@mukarugiravictoria4279
@mukarugiravictoria4279 6 месяцев назад
Turabakunda cyane am from rwanda 🇷🇼
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc 6 месяцев назад
Ndazindutsepe💃💃💃💃muvyondehano abakunzi b'ingaruka💪👍
@ElissaIrakoze-nu3yw
@ElissaIrakoze-nu3yw 6 месяцев назад
Courage team king sabbas❤❤❤😊
@user-my3jd6bt3e
@user-my3jd6bt3e 6 месяцев назад
Yvette numuti wamenyo😂
@esperanceniyonkuru6970
@esperanceniyonkuru6970 6 месяцев назад
Turikumwe ,ingaruka iriko ivyifatamwo neza.ako kanyuma rero sasa, ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii.diva ntankeka uraba Queene
@dieudonnehakizimana4786
@dieudonnehakizimana4786 5 месяцев назад
Nshaka liké nyinshi Mbaye uwambere🥀🥀🌹
@user-is4yp5bz6d
@user-is4yp5bz6d 6 месяцев назад
Yvette weeee urazi gukina kabisa uranyica sana❤❤❤❤
@niyonkinzodenis
@niyonkinzodenis 6 месяцев назад
Okkkeeeeeee! Jewe sindi umukobwa wa Dieudonné. Notes ça. Gusa je ndindiriye za ndoto za king sabbas yabaye umwami
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 6 месяцев назад
Yoooo hari abantu bacunga kunsumvya reka ntore agatebe ndabe kweli gusa abaza nyuma yanje tumvumva kumwe mundebere twatundi nanje umusi mwantanze nzotubaha peee king sabbas 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@nzinahorajeanne
@nzinahorajeanne 6 месяцев назад
Big up 💪❤
@gloireininahazwe
@gloireininahazwe 6 месяцев назад
Yesuweee!! Ingaruka rero niho nkibona kw'igiye gutangura bushasha, harageze aho iryoha kurusha, Diva ngo sind'umukobwa wa Dieudonné. Love from Gloire to Gogo Love Official
@uwurukundobella-uv4xx
@uwurukundobella-uv4xx 6 месяцев назад
N'ukur umanditsi akaba umukinyi King Sabbas wubahwe kumwe nabo mukinana, Yvette wew uti 👍👍👍❤ ndabakunda caaaaaaaaaneeee goooooosee Imana ibakomereze imirimo
@user-ib9xc7gi5w
@user-ib9xc7gi5w 6 месяцев назад
Waaaooooo my fovrit film❤❤❤❤❤❤
@divineirakoze9896
@divineirakoze9896 6 месяцев назад
Wa kwanza mumpereze utwo tuntu much love❤
@user-pt5ch7ij7n
@user-pt5ch7ij7n 6 месяцев назад
Gusa ndatangay harabantu mugum muri yeux.narinz ngo mbayuwambere.so turabakunda Ubu mukoz neza ntimudutebeje
@luckychichichimene-vu8zu
@luckychichichimene-vu8zu 6 месяцев назад
Aho soso aririmvye ngumukazana na inabukwe nsanze narize nukuri ❤❤❤
@aullah257
@aullah257 6 месяцев назад
Mwizinarya yesu abazimu bashe Yvette uranyishe nukur😂😂😂😂😂
@alicenibigira
@alicenibigira 6 месяцев назад
Je ndabon mwazindutse naj nihond mur 12min bash ay ma like muyaduh kwel 🥰
@user-ty7rw5gq9r
@user-ty7rw5gq9r 6 месяцев назад
Vette ❤❤❤❤❤
@dieudonnehakizimana4786
@dieudonnehakizimana4786 5 месяцев назад
Courage mes amis mimi love ndakwikundira na king sabass❤❤❤🎉🎉🌷😍🌷😍😍🥰😍
@Nduwayezuclaudine
@Nduwayezuclaudine 6 месяцев назад
Oooh team sabbas hejuru cane ndaba❤❤❤ ndumwe mubakunzi bibikirwa vyanyu🇧🇮🇸🇦
@-rebeth
@-rebeth 6 месяцев назад
wow yve ndabon uratanguye kiba kuzima ,ham diva wanj kobona yaguye muzamusimbuza nde Koko
@user-tu5lo6zr8w
@user-tu5lo6zr8w 6 месяцев назад
King,umwami wa film ndundi,kanumba Ubu tumufise iburund,wubahwe,love from chadia pe
@claudinensengiyumva397
@claudinensengiyumva397 6 месяцев назад
Kweli ugize comparaisons nziza Cane
@claudinensengiyumva397
@claudinensengiyumva397 6 месяцев назад
Numwanditsi aciye ubwenge kandi akina neza
@irakozebelyse2432
@irakozebelyse2432 6 месяцев назад
Muhezagigwe Imana ikomeze kwivanga mubikogwa vyanyu nukuri ❤❤❤❤❤
@user-gp2po7ie3u
@user-gp2po7ie3u 6 месяцев назад
Wao birangiye ssabas amurons ndavyibaz courragekbx nd❤❤❤❤runini muduh iyikurukir reo
@jeanclaudenimbona9200
@jeanclaudenimbona9200 6 месяцев назад
Diva ngwiki!!!! Kirisuuuuu iyi film kumenga nihigitangura
@ziadamusavyimana7826
@ziadamusavyimana7826 6 месяцев назад
Gucerewa bisumba gusiba Team ❤
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 6 месяцев назад
Waooooo courage my favorites series ❤❤❤❤
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 6 месяцев назад
Disi diva na king❤❤ ndabakunda weeee ingaruk ndabasavy ntimuz muyiheb
@AliceCuki
@AliceCuki Месяц назад
Diva weee urarushye disi pole sna yvette yvette yvette ndaguhamagay kangah? Nukur unvuna imbavu team sabbas ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@alicenibigira
@alicenibigira 6 месяцев назад
Nkurikirany za ndoto n finlin nub Diva nimushik wa king sabbas ❤ Chris wabayintwr p🔥🔥💪🥰
@NdayishimiyeEmeline-ci5dn
@NdayishimiyeEmeline-ci5dn 6 месяцев назад
Mubikora nez can vrt muduh ep7nay kl
@JanviereNdayiragije-fj4fr
@JanviereNdayiragije-fj4fr 6 месяцев назад
Wouuuuuu najewe umunezero uranyishe Imana utabare Diva kunzozi ziwe nauo king yesu yahabaye
@myriam5411
@myriam5411 6 месяцев назад
Yvette wena soso muranyishepe😂😂ndabikundira❤ sengeyobumva yobankomorera muramwicariyepe Diva wiyumva gute kuba utsindiye sabbasi ❤❤ yomakuru najewe yarampimbayepe🎉🎉🎉😊
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 6 месяцев назад
Je vous remercie mon groupes préférés bien jouer
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 6 месяцев назад
Izo nzozi nazo ziratwishe Mukama gusa Chris ngufashije kunezerwa ariko murabe neza ntimumusubize gutakaza ubwenge kubw'amakuru mukomeje gutangaza knd mutanazi nicari cabiteye genda gahoro gahoro
@DianetdTuyisenge
@DianetdTuyisenge 6 месяцев назад
Waaaaaooooo ndaryohew tunyarukirize iyikurikira ❤❤❤❤❤
@arikibok4735
@arikibok4735 6 месяцев назад
Courage ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@Pasteur-Salomon-Ira-Officiel
@Pasteur-Salomon-Ira-Officiel 6 месяцев назад
Wow. Ndakeka za nzozi Sabass yarose mbere Diva ari mushiki we ubu aribwo zigiye gusohora. Nazibuke atange imbabazi ubuzima bukomereze kwa senge nuko nawe yambare ikamba ry'ubwami. Mu Rwanda turabemera
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc 6 месяцев назад
Bemuryam narinzinazinduts nnembayuwanyum ndabakundamwes❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@meryorndi630
@meryorndi630 6 месяцев назад
Bashanaho.ntabaye.uwambere.ariko.nduwahafi.turabakunda❤❤❤
@imuezo2388
@imuezo2388 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru cane 💯💯💯💯💯😸
@user-ru9oo1dx5t
@user-ru9oo1dx5t 6 месяцев назад
Courage my favorite🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
@UwimanaDonathe-zh9yq
@UwimanaDonathe-zh9yq 6 месяцев назад
Twahigerey mungaruka ❤❤❤❤❤❤❤💐💐💐💐💐💐💐💐
@user-cu6gq4xw1q
@user-cu6gq4xw1q 6 месяцев назад
Ngiye naba mubambere❤❤❤ku munota wa 8 ndahageze
@GraceNdayikeza
@GraceNdayikeza 6 месяцев назад
Waaaoooh nkaba ndabae mubambere. Uyu musi ndazindutse❤❤❤❤❤❤❤
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe 6 месяцев назад
Ndanezerejwe nokubona Chris ukuntu yitayeho Sabass❤❤,hanyuma Yvette nawe uzomvunagura imbavuu😂😂😂😂😂😂😂, ndabakunda caane🥰🥰🥰🥰🥰❣️❣️
@user-jz2hw8nf1k
@user-jz2hw8nf1k 6 месяцев назад
Ewe Yvette 🤔😄😄😄😄😄 Yvette hejuru mukuryosha ibintu😅😅😅😅
@nyishuyimanafaida125
@nyishuyimanafaida125 6 месяцев назад
Uyumusi mbaye muba mbere mumpe utu❤❤❤😊😊😊
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 6 месяцев назад
Waaaaaoooh 🎉🎉🎉😂😢 kuyindi mpwemu nkabandahashitse muvyumve KO ndabakunda🔥🔥🔥🔥🔥💓💓💓🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️🙌💯💯💯💯💯💯💯💯
@user-xw6lt4yq7o
@user-xw6lt4yq7o 6 месяцев назад
Hejuru cyane Turabakunda❤❤❤❤❤❤ hano murwanda
@josianendayizeye2707
@josianendayizeye2707 6 месяцев назад
Yesu were mbega ingaruka weee
@YvetteUwimana
@YvetteUwimana 6 месяцев назад
Ndabakunda cane🎉
@user-gj6bx9dk6q
@user-gj6bx9dk6q 5 месяцев назад
This is the good news, Congratulations sabbas and Diva
@user-uw5vs1gk7q
@user-uw5vs1gk7q 6 месяцев назад
Filim twama twipfuza nizi nyen .ingaruka hejuruuu❤❤❤
@salomonroi2149
@salomonroi2149 6 месяцев назад
Oooh thanks you.❤❤❤❤.kumbure King sabbas na Diva kizocamwo!!!!!
@JjxhJjxhnjsiii-to3vd
@JjxhJjxhnjsiii-to3vd 6 месяцев назад
Team ingaruka séries hejuru cane
@AliseAlise-sj6ud
@AliseAlise-sj6ud 6 месяцев назад
courage❤❤
@user-qw5pe7dd3p
@user-qw5pe7dd3p 6 месяцев назад
Film nkunda cane!mukina neza vrt.
@addynini4291
@addynini4291 6 месяцев назад
Waaaaaaaaaaaaah ndaryohew ntanguy kwiranda king aravuzeeeee😢😢😢😢😢😢hejuru càneeee goseeee ❤
@stitore2388
@stitore2388 5 месяцев назад
Waaawooo vyizacane team king sabass courage mwubahwe
@NINGABIREElysee
@NINGABIREElysee 6 месяцев назад
Bizonryoher namb Diva atar umukobwa wa Dieudonnée❤❤ courage Sabbas Na team Yawe yoseee mwakinye nez can
@user-ti1eg4tx5v
@user-ti1eg4tx5v 6 месяцев назад
Ubuhoh mwatunyarukirij kwelli ubonankomundwi mukaza muduh zibir mwobamukoze kuk turaba❤❤
@user-mj4wp2wd1u
@user-mj4wp2wd1u 6 месяцев назад
Kumbe sabbas ahonyene ntakizobatandukanya yagushize arakwiye
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 6 месяцев назад
Abaza nyuma mundemereee 🎉🎉🎉🎉
@user-cb8gj9uf9j
@user-cb8gj9uf9j 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru cyane from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn
@FugeneNIYOKWIZERA-fl3hn 6 месяцев назад
Nciye nkumbura igice gikurikira disii❤❤❤
@user-ow2hr2gg5z
@user-ow2hr2gg5z 6 месяцев назад
Waooo Diva bazokwibanira na Sabbas
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 6 месяцев назад
Abacerewe nkanje tumenyane kuri like 😂😂😂😂
@uwimanaangenelly348
@uwimanaangenelly348 6 месяцев назад
Yvette wew mungaruka ijuru uzoryumva kumatwi pe gusa utuma nduhuka pe❤❤
@user-so5zf8sc3v
@user-so5zf8sc3v 6 месяцев назад
Kumburavuga ga muka kinege
@ElyseeHakiza-tv9bf
@ElyseeHakiza-tv9bf 6 месяцев назад
Waooo ndanezerew kuba mudasangiy papa reka ndindir igice gikurikira Hama Team ingaruka ndabakunda cane🎉
@DianeDUKWIYIMBABBAZI
@DianeDUKWIYIMBABBAZI 6 месяцев назад
Yvette na Soso nda❤❤❤
@JanvierBanzubaze-tj5qw
@JanvierBanzubaze-tj5qw 6 месяцев назад
Imana Yo mwijuru Ihezagire aba bana bayo barazi gukina vraiment.ndabakunze
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 6 месяцев назад
Ingaruka séries Kure cane 🙌✊💪🔥🔥
@oman4303
@oman4303 6 месяцев назад
Yooooooooo.. Mutunyarukirize.. Iyonkuru🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌👌👌👌
@solangekefahakizimana5414
@solangekefahakizimana5414 6 месяцев назад
Waoo ndaryohew ko diva ataruwa dieudone
@Francus1609
@Francus1609 6 месяцев назад
Kaze neza abo muri GN Films kwa Sabbas, bakinyi beza murashoboye peeeee. Abakunzi ba série INGARUKA nimuze tumenyane.
@user-df5fg1tw7v
@user-df5fg1tw7v 6 месяцев назад
Nkaba ndahageze hejuru cne bezaaa❤❤❤
@bumweolivier4610
@bumweolivier4610 5 месяцев назад
Courge my favorite team❤❤❤
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 6 месяцев назад
Nikiri saba ndagukunda cyane urumuhanga bikomeye kunyigisho uduha
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 6 месяцев назад
Yyyyyyyaaaaa🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤ingaruka séries ije kuyindi mpwemu idasanzwe mur 7min nkaba ndahageze 🎉🎉🎉
@SaraP-kw9jz
@SaraP-kw9jz 6 месяцев назад
Wooowwww burya Jew si ndi umukobwa wa Dieudonne 😂😂😂 💋💋💋💪💪💪Ako kantu Niko narindindiriye👌👌
@-rebeth
@-rebeth 6 месяцев назад
uzi ninkuru rr ndicaye kukarago nzahaguruka aruko mpejj kireba next episode kk mbona umenga tugiye munyishu peee Kandi RR mba❤❤❤❤❤kubiii courage muriko muvyitwaramwo neza
@oscarnininahazwe9101
@oscarnininahazwe9101 6 месяцев назад
Yooo diva wacuu tzokubura muri filme ndundi tugware imitima vrt??we❤❤❤ u so much
@user-tc7ml6mj6y
@user-tc7ml6mj6y 6 месяцев назад
Waaoh vyiza cane disiiiii!!diva na sabbas kuba mutavukana Imana ishimwe beza banj.mardi nikera ngo turabe suite izoba itesa.king courage urumwanditsi mwizaaaa.film igeze ahiryohaaaa
@user-ie1nl6ol4y
@user-ie1nl6ol4y 6 месяцев назад
Big UP sana❤❤❤
@NshimirimanaEgide-rf9nw
@NshimirimanaEgide-rf9nw 6 месяцев назад
Waaaaaaouuuuuuuu courage bantu banjee...Ndaryohewe KO mutavukana Ubwobukw nahari ubwa film nzobutahaa....nkunda Yvette❤❤
Далее
Italians vs @BayashiTV_  SO CLOSE
00:30
Просмотров 4,7 млн
Never Troll Shelly🫡 | Brawl Stars
00:10
Просмотров 1,4 млн
IBIGERO VY'UMWIGEME Full Movie 4K-Burundian Movie
1:11:52
ALIYA SEASON 3 EPISODE 6
59:40
Просмотров 31 тыс.