Тёмный
No video :(

INGARUKA SERIES S4 EP 5 DIVA IVYO AVUZE NI IBIKI? CHRIS MUMUBABARO, KING SABBAS AGIRA AFATWE. 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 65 тыс.
50% 1

BAKUNZI INGARUKA IGEZE AHATESA ARIKO KANDI INYIGISHO NI ZOSE RABA NAWE WIBUKE UHE ABANDI UFISE ICO UTERERA CANK UBAZA TWANDIKIRE
INSTAGRAM NA FACEBOOK
SABBAS NKURUNZIZA
#gnfilms
#ingaruka
#sabbas
#films
#burundianmovie

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 712   
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 6 месяцев назад
INGARUKA YABASHWAYEMWO MURYOHERWE HAMA NIKWAKUNDI MUHE BENSHI BASHOBOKA❤ HAMA MUDUHE UDUTIMA BASHA❤
@loulumony8519
@loulumony8519 6 месяцев назад
Urakoze Sabbas ❤❤🎉🎉
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Nicenicole257
@Nicenicole257 6 месяцев назад
Je rer Yvette pls mumpuze naw vrt yotwenz nuwafuy 😂
@user-jm6uq7jo2t
@user-jm6uq7jo2t 6 месяцев назад
❤❤❤❤
@user-ep5wd3sy7r
@user-ep5wd3sy7r 6 месяцев назад
Waaaaa diva impanuro nziza cn kumuntu yabony izompanur karizakamar anyiher jem diva hejuru n'a kingi
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 6 месяцев назад
Kur 38 min ndahageze.Abakunzi ba Diva na King Sabbas muza munyuma mundemere utu likes.
@afsamossi830
@afsamossi830 6 месяцев назад
Twahatwitse kbs❤❤❤🎉🎉🎉
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 6 месяцев назад
Acha uwumusi ntavyichii mbaye uwambere abinyuma mumpe rink zanyu catugira uku❤❤❤❤🎉
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 месяцев назад
Guys abakunzi b'ingaruka series like ngaha tuhatwik💃💃💃🎉🎉🎉🎉today ni🔥🔥🔥🔥
@jeijeesperer-it6vk
@jeijeesperer-it6vk 6 месяцев назад
Yvette urantwenza nkr abakunda Yvette mumpe utwotu like
@MimimireilleOfficial-dm8ty
@MimimireilleOfficial-dm8ty 6 месяцев назад
Muryoherwe bakunziii❤❤
@joselyne30
@joselyne30 6 месяцев назад
Urakoze turagukunda
@user-iq7yw6qm3t
@user-iq7yw6qm3t 6 месяцев назад
Abakunzi ba Yvette hejuru 😂😂😂😂j aranyica
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx 6 месяцев назад
Uwubonak diva ariw bavyay hanz atavukan na sabbass mugong han😂😂😂
@user-si4gj6fn7b
@user-si4gj6fn7b 6 месяцев назад
Nkaba ndahashits reka ntore agatebe abashikira muri comments tumenyane❤❤💃💃
@joselynedusabimana8046
@joselynedusabimana8046 6 месяцев назад
🎉🎉🎉🎉 gusa ngize amakenga kwadiva gusa vyoryoha hamwe batoba bavukana nasabas❤❤❤
@esperanceniyonkuru6970
@esperanceniyonkuru6970 6 месяцев назад
Ingaruka iratanguye rero sasa Chris raba sabas Mumu simbane ku mu psychologue kugira amuganirize kandi amukuremw aga hinda..ikindi twizer ko Diva ariwe tuzosang arikivyarira mbavu,kugira bikunde baze babane na sabas wiw Mukomeze impanuro turikumw namwe nahubutaha❤❤❤❤
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 6 месяцев назад
Yvette ❤❤❤.Ngo nta nshushu ishushe wanzaniye arongera ATI nagirango waratse ubunyagihugu mu Rwanda Yvette hejuru cane.Diva nawe komera uhanura neza umuvyeyi.
@user-yq1vh8qr5s
@user-yq1vh8qr5s 6 месяцев назад
Yvette ndagukunda ukina neza
@christabellakaneza3317
@christabellakaneza3317 6 месяцев назад
Diva na King Sabbas diii🤗🤗🤗tuzosang batavukana✨💞💞💞💞💞 turahiriwe
@EddyBaaba
@EddyBaaba 24 дня назад
Olimba
@Nzeyimanafrancine
@Nzeyimanafrancine 6 месяцев назад
Ingaruka ndikuyibona hejuru cne uwubibona nkanje anyihere kakantu👍 tuyishingikira partag nyinshi cane
@user-bg7rm2wy7q
@user-bg7rm2wy7q 6 месяцев назад
Waouuuu ingaruka hejuru caaaneeee mbaye mubahafi abaje munyum mump twa dushugw
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 6 месяцев назад
Nukuri ndarize ariko munkoze kumutima kristo ahezagire umuntu yateguy ino filme imuhaze amahoro numunezero kandi courage ❤❤❤❤
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 6 месяцев назад
Abakunzi bingaruka tumenyane❤🇸🇦🇧🇮
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 6 месяцев назад
Nkaba ndahigereye uyumusi mbaye mubambere🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@Francus1609
@Francus1609 6 месяцев назад
Waouh !!! Série INGARUKA hejuru. Murashoboye peeeee.
@Belysemuhoza
@Belysemuhoza 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 6 месяцев назад
Yvette Ga Mana numuti wamenyo ngurumudiyasipora se ndacari muvyarawe se uravyibuka se😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NeelaBukeyeneza-ov1yf
@NeelaBukeyeneza-ov1yf 6 месяцев назад
Uwo ni too much Yvette yoc agutwenza warakay
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 6 месяцев назад
@@NeelaBukeyeneza-ov1yf je nukuli hashikiriwe scène yiwe camba ndategura imihogo😂😂
@joselynejose2951
@joselynejose2951 6 месяцев назад
Nacerew abaza nyuma mundemere utu like🎉🎉🎉🎉🎉🎉 abakunzi bingaruka nkanje muze dutwike🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥we Yvette naw😂😂😂 team king Sabas mukomerezaho mwese mubirimo neza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@masirahmasi5524
@masirahmasi5524 6 месяцев назад
Ingaruka niyo yanje ubundi🎉courage Kuri mwese Team GN kumpanuro ❤🎉
@JoselyneAkimana-co1xs
@JoselyneAkimana-co1xs 6 месяцев назад
Murashoboyeeee diva n'a Sabas bigumy cne disi 🥰
@leonieyankurije2869
@leonieyankurije2869 6 месяцев назад
Mubandanye mujye mbere kd Nyagasani akomeze abahezagire.❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 месяцев назад
Wooooa courage team king sabasi ❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-xt9dp3uf2s
@user-xt9dp3uf2s 6 месяцев назад
En tout cas uy'umusi mbaye muba mbere 🎉🎉rek ntor agatebe narimbakumbuye
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 6 месяцев назад
Ego ncuti nanje senge ndabakumbura cane
@AlenAlien-mg9vf
@AlenAlien-mg9vf 6 месяцев назад
Nukuri ingaruka ndayibony ndihuta kuyiraba cane gusa ❤❤❤🎉🎉🎉hejuru kwer
@franklukazula
@franklukazula 6 месяцев назад
❤️ from Malawi 🇲🇼 courage guys
@AliceCuki
@AliceCuki Месяц назад
Yvette ndagukunda disiii❤❤❤ ingaruka hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
@EularieNdayishimiye-eb9ki
@EularieNdayishimiye-eb9ki 6 месяцев назад
Kuminota 18min mbandahashitse❤❤❤❤❤❤❤❤❤ welcome my favorites series😅😅😅😅😅😅😅
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 6 месяцев назад
Ew ivete umutez winkur ngumuganga wibifyitiriz 😂😂😂😂😂nahaseng ivete agati kikirundi ngarakamir mukam hahiye nukur mwakir 🎉🎉🎉🎉🎉🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🌷🌺🌺🌺🌺🌺🌺🌿🌿🌿🌿🌿🌹🌹🌹🌹🌹🌹💃💃💃💃💃💃💃💃
@Mwaminiomar
@Mwaminiomar 6 месяцев назад
Yvette nahusenga agati k'ikirundi wokamira😂😂😂😂😂
@ChachaChany
@ChachaChany 6 месяцев назад
Yvette wew uzonanyica Diane nakubwir sha ko ari umugang w'ikirundi
@blankoblanko1550
@blankoblanko1550 6 месяцев назад
Ivett ndakundukunt utwengan agahem wew uzombabarir nkubon❤❤❤❤❤❤
@dorcasnikiza1925
@dorcasnikiza1925 6 месяцев назад
Uransororera ndamukwerek tegura aya brochette nzobahuz
@MamaKingChalom
@MamaKingChalom 6 месяцев назад
Waoooo vyiza cane!! My Favorite❤❤
@user-vk3nm9vg4h
@user-vk3nm9vg4h 6 месяцев назад
Waoh Diva aranezeye kbx❤❤❤❤❤❤❤
@ChantalIRANKUNDA-gl9cm
@ChantalIRANKUNDA-gl9cm 6 месяцев назад
Waouh❤❤❤❤ courage🎉🎉🎉🎉
@LilianeBukuru-fd3nf
@LilianeBukuru-fd3nf 6 месяцев назад
Yvette courage my sister tu es belle actrisse
@angerubeneirakiza1628
@angerubeneirakiza1628 6 месяцев назад
Harabantu bazinduka gusumvya umu......sh 😂😂😂😂😂😂Ndabakunda Mwese❤❤❤❤❤
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf 4 месяца назад
Turabakund caneeee❤❤❤❤❤ diva na king sabbas mukomer! ❤%
@samiauwiteka2319
@samiauwiteka2319 6 месяцев назад
Courage❤ bantubacu❤ bazinyuma mumpe utu like😊
@amedeenimubona1764
@amedeenimubona1764 6 месяцев назад
Sabbas nahumure Diva arashobora kuba atari mushikiwe❤
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 6 месяцев назад
Team king sabbas hejuru cane courage ❤❤❤❤❤
@user-ip4pr8ri1k
@user-ip4pr8ri1k 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ igice gikurikurikira tugihabwe nukuri murarenze
@sysyirishura4023
@sysyirishura4023 6 месяцев назад
Numv nshak kubona gwi Yvette 😂😂😂😂😂
@user-ru9oo1dx5t
@user-ru9oo1dx5t 6 месяцев назад
Ingarukaaaaa hejuru can🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@IreneNIHORIMBERE
@IreneNIHORIMBERE 6 месяцев назад
Courage les amis je vous aime très très fort ❤
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e 6 месяцев назад
Numusazi ivete 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😅😅😅😂😂😂😅❤❤❤😂😂😅😅😂😂
@user-mp2zs7nr1c
@user-mp2zs7nr1c 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@dedeiteritekacovenant6751
@dedeiteritekacovenant6751 6 месяцев назад
Wauuuu mbega weee🎉🎉🎉 King Sabbas uba wavyitondey koko courage bcp murashoboy Can t❤❤❤
@mukarugiravictoria4279
@mukarugiravictoria4279 6 месяцев назад
Turabakunda cyane from rwanda 🇷🇼
@user-ig5ds9lh9v
@user-ig5ds9lh9v 6 месяцев назад
Mumunota 1 nkaba ndahageze,comment apres
@user-gk3bl9fo5d
@user-gk3bl9fo5d 6 месяцев назад
Yvette se!yasaze se!ntashishi wazanye!!!chriseeee😂😂😂yveteeeęe
@NashazaVanessa-dc2sg
@NashazaVanessa-dc2sg 6 месяцев назад
Mwirambire ndabikundira cane ❤❤❤❤❤❤❤
@EricNiyogusenga-jz3bv
@EricNiyogusenga-jz3bv 6 месяцев назад
courage pour cette série agréable à regarder
@zepherinhavyarimana332
@zepherinhavyarimana332 6 месяцев назад
Ingaruka iaye ingaruka je vs encourage.sabba inkenerwa izovamwo igihumbi❤❤❤❤❤❤❤❤
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 6 месяцев назад
Nkunda yvette ga basha nukuri kugwego go hejuru❤
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru cane murashoboye beza
@smbest5881
@smbest5881 6 месяцев назад
Welcome team Ingaruka hejuru caan❤❤❤❤
@ViolaIduharire
@ViolaIduharire 6 месяцев назад
Wao nanje nahageze mubambere❤
@JeovanisMog-vx6vc
@JeovanisMog-vx6vc 6 месяцев назад
Ku munota wa 18 nkaba ndahishikiye munyihere udutima twiza disi🎉😂❤
@astaingabire4469
@astaingabire4469 6 месяцев назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣anti stress yvette 🤣🤣🤣❤️
@alicenibigira
@alicenibigira 6 месяцев назад
Yvette urimbazw marushw kwel rwagat wokamir 😂 king sabbas ndamwipfurij gikir 🔥🔥❤️💪💪
@olivierndayikeza1650
@olivierndayikeza1650 6 месяцев назад
Courage mes amis impanuro ziri murino films ziratwigisha cane 🙏🙏🙏🙏nimwakire🎉🎉🎉🎉
@DarleneNiyukuri-ut4zq
@DarleneNiyukuri-ut4zq 5 месяцев назад
😂🎉😢😅😊🎉🎉🎉🎉😂😂iyi film nihaburamwo Yvette nzoca mpeba kuyiraba nukur ndamukunda mumabara yose ❤❤❤❤❤
@jeannettenimbona7976
@jeannettenimbona7976 6 месяцев назад
Ndabon ingaruk ikomej kub ingarak pe rek dukomez turab
@theontaki8062
@theontaki8062 6 месяцев назад
Merci bcp beza bacuuuuuuu Mukomeze imbere ni heza kandi cane gose
@user-ql4cw9ps5w
@user-ql4cw9ps5w 6 месяцев назад
King sabbas mbabarira uvuge utumye ndira p! Warababaye cyane!
@Darcine-bx4ou9by6f
@Darcine-bx4ou9by6f 6 месяцев назад
Courage mwes ❤
@grettaizerimana4836
@grettaizerimana4836 6 месяцев назад
Diva arashobora kuba atari uwurya Mugabo
@nshimirimanarodrick3962
@nshimirimanarodrick3962 5 месяцев назад
Abakobwa tuko tuj mubigero nabahungu basha ni twigee ku'garuka🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-go2hi3zj5g
@user-go2hi3zj5g 6 месяцев назад
Courage nchuti zacu hano iwacu muri Congo igoma tura bakunda cane reka nyisangize abandi.
@user-pf2bu4hn1j
@user-pf2bu4hn1j 6 месяцев назад
Bantu banje ndabakunda❤❤❤❤❤😂😂😂😂
@user-em6kv6of5g
@user-em6kv6of5g 6 месяцев назад
Nukuri mwarakoze cane gukina ingaruka series
@raissa6836
@raissa6836 6 месяцев назад
❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndabakunda cane ndabifurije kugera kure
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 6 месяцев назад
Urakoze cane ariko muduterere tugure ivyuma kumunsi kumunsi bituma tutabaha kumwanya .
@odaoda2517
@odaoda2517 6 месяцев назад
Kobitey agahind ibiriko bishikir king sabas courage turinyum yanyu❤❤❤
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 6 месяцев назад
Yoooh chris utumy nanj ndira nukur😢sabbas urakwiy gukir ak gahinda nukuri abavyeyi muvyarir ibarabar ik kibaber icigwa😭😭ndarindiy iyo surprise ngir uzotum ahar amarir kur sabbas hahinduk umunezero,mrci kuriyi serie imaz kunyigisha vyinsh bijany n'ubuzim🙏
@MisigaroBernard
@MisigaroBernard 6 месяцев назад
❤❤❤❤ kandi muradutevyyya sana
@Claudine-xm9yh
@Claudine-xm9yh 6 месяцев назад
Mukam wanj biraza nabi sabbas yabay ikiragi kweli gus courage
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 месяцев назад
Ubwo nanj nkaba ndahageze mubambere from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@nadinehakizimana7061
@nadinehakizimana7061 6 месяцев назад
Ndabakunda❤
@user-ir2gw1eg3l
@user-ir2gw1eg3l 5 месяцев назад
Mama ivete! Nakupenda saana
@user-dk4cl8dj4l
@user-dk4cl8dj4l 6 месяцев назад
Je vous encourage
@SaraP-kw9jz
@SaraP-kw9jz 6 месяцев назад
Yoooo hamwe diva ariwe yoba Atari uwa Dieudonne urukundo rwoba rutsinzeeee 💪💪💪✌️
@ClaudineIrankunda-pw2sp
@ClaudineIrankunda-pw2sp 6 месяцев назад
Basha nukur ingaruk ndayikund cn gose kur Can niho ndabipfurije bafan banj❤
@user-mg5px6wr6r
@user-mg5px6wr6r 6 месяцев назад
Unomusi mbay uwambere wallah
@SuavisNiyongabirano-yv6zz
@SuavisNiyongabirano-yv6zz 6 месяцев назад
Ingaruka yabaye ingaruka kweli mutunyarukirize iyindi
@nishimwealice7001
@nishimwealice7001 6 месяцев назад
Ivette ngonahasenga arakoresha uduyfitiririzi😂😂😂😂😂
@belyseirankunda3617
@belyseirankunda3617 6 месяцев назад
Ngo agati kikirundi yokamira🤣🤣
@nyishuyimanafaida125
@nyishuyimanafaida125 6 месяцев назад
Ndabakunda cnee❤❤❤❤
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 6 месяцев назад
Ngira nij mbaye wanyuma courageux mubirimwo neza cane
@FrancineButoyi-ct2gx
@FrancineButoyi-ct2gx 6 месяцев назад
Diva ntibavukana na sabbas bigira biryoh🎉🎉🎉
@amanyasmary5348
@amanyasmary5348 6 месяцев назад
Nukuri yvette ndagukeneye mubuzima busanzwe
@dorcasnikiza1925
@dorcasnikiza1925 6 месяцев назад
Hew mubuzima busanzw nintore cane ntiwobona
@TuyizereIngride-oj4cu
@TuyizereIngride-oj4cu 6 месяцев назад
Imana ihezagir ibikorwa vyamaboko yawe King ssabasi
@Gloria-sv2vx
@Gloria-sv2vx 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru cane❤❤❤🎉🎉🎉
@DorineUwishimiyimana-hg7ir
@DorineUwishimiyimana-hg7ir 6 месяцев назад
Nimumujan kwa muganga sabbas ❤❤❤❤
@user-lj6ox3sr9g
@user-lj6ox3sr9g 6 месяцев назад
Wawuuu namb 1
@user-fy8rt1hh3b
@user-fy8rt1hh3b 6 месяцев назад
Ingaruka hejuru cane muhavuye munandiza kweli mbakurikiran 5/5 mwubahwe ndaba❤
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 6 месяцев назад
Abagabo baraho buranyishe 😂😂ukuntubarira😂😂courage Bantu banje murikomutanga inyigisho❤❤
@Inyigisho432
@Inyigisho432 6 месяцев назад
Nubwo nacerewe aha nitiro nsiboronka 😂😂😂😂😂😂ntaravye Ingaruka💕💕💕💕
Далее
GEZAHO: umwana w'uwundi😥
13:46
Просмотров 31 тыс.
NTAHOYAGIYE_EPISODE 1
26:24
Просмотров 568 тыс.