Тёмный
No video :(

INGARUKA SERIES S4 EP1 IBINTU BITERA BIKOMERA KING SABBAS NA DIVA BATEYE IKIGONGWE. YVETTE NA SOSO 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 68 тыс.
50% 1

MURAHAWE IKAZE TUBANDANYE TWIGISHWE NINGARUKA MBEGA UBUHO BIGIYE KUGENDA GUTE? MURI INO SAISON TUGIYE KWIGISHWA BIKOMEYE CANE.
UFIS ICO UBAZA TURONDERE KURI +257 69964660
#gnfilms
#ingaruka
#sabbas
#BURUNDIANFILMS

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 505   
@gnfilms8582
@gnfilms8582 7 месяцев назад
Bakunzi muryoherwe hama nikwakundi muhe benshi bashoboka
@ClaudineNihorimbere
@ClaudineNihorimbere 7 месяцев назад
Wewe duhura sabbas ntuduh na bonjour
@kladahmad3333
@kladahmad3333 7 месяцев назад
Turi kumwe❤❤❤
@user-lr6fh1ve2p
@user-lr6fh1ve2p 7 месяцев назад
Mana iyo from irandiza ikanashimisha
@mukandayisengadiane7088
@mukandayisengadiane7088 7 месяцев назад
Ndabakunda cyane abarundi from Rwanda
@UniquePlan88
@UniquePlan88 7 месяцев назад
Egome twaryohewe ❤
@EllaIzere
@EllaIzere 7 месяцев назад
Ukuntu mutunyarukirije reo ndi mu rukundo niyi series❤❤❤mundemere like tube turaterama Imana ikomeze kubakomeza courage
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 7 месяцев назад
Eeeeeeeeee,abaza nyuma mumpitanize twa tuboro hemwe 😂😂😂😂
@KevineIradukunda-gm7od
@KevineIradukunda-gm7od 7 месяцев назад
Number one Kéké 🎉🎉🎉 mrc bakinyi beza ❤ abaza nyum nanj mump
@user-tj4wz9nw7x
@user-tj4wz9nw7x 7 месяцев назад
Genda king sabasi urategura kbx imana ikuzigame❤❤❤❤
@TwariqJamilu-jf4bd
@TwariqJamilu-jf4bd 7 месяцев назад
Wukund ibikogw king sabas akor amp lek mur rwa❤❤❤❤🎉🎉
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 7 месяцев назад
Waaaaoooh abakunzi bingaruka muriho nabakunzi ba Yvette n'a senge😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤😂
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 7 месяцев назад
Welcome back ingaruka series guys abakunzi biyi series like ngaha tuhatwike🎉🎉🎉💃💃today ni 🔥🔥🔥🔥🔥courage 💪💪💪💪
@user-vo8ih2kw7l
@user-vo8ih2kw7l 7 месяцев назад
Wa oooooo❤❤🎉🎉
@fifiakimana57
@fifiakimana57 7 месяцев назад
Umunt yayisubiyemw nkincur nayisubiymwo agongeko hano ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉mbeg diva n'a sabasss🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 7 месяцев назад
Soso wewe nkomeza kugukunda kubw'izo mpanuro zawe uriko uha senge❤❤❤
@IRIHOEny
@IRIHOEny 7 месяцев назад
Hejuru Can ingaruka 🥳🥳 Hama Soso agerageze kuza ararira nez kabantu bazi gukina film nez
@kimana8818
@kimana8818 7 месяцев назад
Arabishe kubona peee. Nagabany kurira ntibimuberey
@salehjassim2857
@salehjassim2857 7 месяцев назад
😂😂😂😂har umuntu arir neza gantu
@venantiegirukwishaka9944
@venantiegirukwishaka9944 7 месяцев назад
King Sabbas and Diva, Yvette, soso na senge, mwubahwe! Kandi ndabakunda muduha ibintu vy'amavuta nukuri
@alicenibigira
@alicenibigira 7 месяцев назад
King sabbas yaraguy murukund kok 🤦arik bizahererah kwel 😳🔥💪🥰
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 7 месяцев назад
Muri 15min nkaba ndahishikiye abakunzi b'ingaruka séries muze tuhatwike hashe hatokombere🔥🔥🔥🔥🔥
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 7 месяцев назад
Naje nahavuye ndaza mwiza😂😂imisi myinshi 🤣🤣🤣🤣💃💃💃💃💃💃💃
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 7 месяцев назад
@@kubwimanayvette6203 karibu maze💞💞 sinarinayimaze Yvette somo yawe wabonye ukuntu yikaza ngo Senge ivyo nivyo wampamagariye nkaca kubiti no kumabuye🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-tr9vp6ef3h
@user-tr9vp6ef3h 7 месяцев назад
Hahah❤❤❤ jewe ndabuze ico mvuga gusa ndabakunda mura nezereye caneeeeee umuriro wake❤
@adamoman4966
@adamoman4966 7 месяцев назад
Karibu abantu beza twikundira yvette usenge ndabatahije nayamasengesho🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️
@IshimwePamellaChantal
@IshimwePamellaChantal 7 месяцев назад
My favorite movie mubandanye mutera imbere gosee turabakunda gosee ❤
@user-ig5ds9lh9v
@user-ig5ds9lh9v 7 месяцев назад
Mbaye uwa3,ingaruka🎉🎉🎉🎉,mundemere umunsi abaza nyuma.
@leoncinsabimana9813
@leoncinsabimana9813 7 месяцев назад
Najewe ndanyarutse uyu munsi gusa abakinyi beza muraduhezagira mugerageze muze muratunyarukiriza nukuri turabakunda ❤❤❤❤
@jamela1114
@jamela1114 7 месяцев назад
😭😭😭😭yoooo senge ndakwikundira reka kurira❤
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 7 месяцев назад
Nukwigumya cane sha!!!
@pilindayishimiye9393
@pilindayishimiye9393 7 месяцев назад
My favorite movie abakunzi bayo nimushire like ngaha
@user-ov7er8dm7j
@user-ov7er8dm7j 7 месяцев назад
King sabbas hejuru cane❤❤❤
@venantiegirukwishaka9944
@venantiegirukwishaka9944 7 месяцев назад
Gusa King Sabbas ndamusavye ntazokwiyahure niyasanga Diva Ari mushikiwe. Imana iramubikiye Queen of her heart ❤
@adelineakimpaye61
@adelineakimpaye61 7 месяцев назад
Usanga ar Tatiana 🤣🤣
@user-rh8ue9um6l
@user-rh8ue9um6l 7 месяцев назад
King sabasd pole sana diva nimushikawe
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 7 месяцев назад
Mbe film nziza weee ego vraiment murazi gukina nuwogaya urukwavu ntiyovugako rutazi kwiruka .Mwirambire ❤
@user-gt6gd3cv1s
@user-gt6gd3cv1s 7 месяцев назад
Ukuntu mutunyarukirije nukuri courage caneee bantuuu banjewe mbega yvette kukibi uruwambere
@AlineNiyonsaba-hb5rt
@AlineNiyonsaba-hb5rt 7 месяцев назад
Ingaruka yuyumusi numuriro 🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤
@user-gt6gd3cv1s
@user-gt6gd3cv1s 7 месяцев назад
19:22 ubu wiyorobetse kuri sorage kugura umwice noneho sorage arasenga ntacuzoshikako bizokuyobera kuko vyakuyobeye kuri king sabass courage bantu beza❤❤❤❤❤❤❤
@ININAHAZWEDevote-lb5gk
@ININAHAZWEDevote-lb5gk 7 месяцев назад
Muminota 15💃💃💃💃
@gladysirt7606
@gladysirt7606 7 месяцев назад
Asha nza baba uwambere Uno musi😂❤❤❤ mumpe amashurwe yanjeee🎉🎉🎉🎉
@user-pm8de8lq3v
@user-pm8de8lq3v 7 месяцев назад
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉courage cane bikomeza kubavyizaaaa
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 7 месяцев назад
Mbegaa Diva bizoherera he na King ko mbona bazoteba bakamenya ko bavukana mbe🔥🔥🔥🔥wee reka turindire.
@nishimwealine1535
@nishimwealine1535 7 месяцев назад
Ingaruka serie hejuru can sabbas hejuru can nihonkwipfurij gushika team yose mwubahwe Gus Yvette na inasenge munkuraho kubutumwa buheruka bwobo bwaransenyaguy imbavu😂😂😂😂😂
@UmutoniAnnuarite-xr6qz
@UmutoniAnnuarite-xr6qz 7 месяцев назад
Courage cyane ndabakunda mukina neza cyane. Ivyette wenoneho. Nirurangiza njyugerageza ushiremo imiyaga
@naomiehakizimana5000
@naomiehakizimana5000 7 месяцев назад
King Sabass tohoza nez ntugiruk urukundo rugiz usang utway sister waw so ndabakund❤
@Nice-gd9xr
@Nice-gd9xr 7 месяцев назад
Arikomana Yvette yesu aguhindure nukuri
@user-jm9ig9gj6q
@user-jm9ig9gj6q 7 месяцев назад
ℕ𝕒𝕔𝕖𝕣𝕖𝕨𝕖 𝕒𝕣𝕚𝕜𝕠𝕕𝕒𝕓𝕠𝕟𝕒 𝕙𝕒𝕙𝕚𝕪𝕖❤❤🎉
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 7 месяцев назад
👍👍👍👍👍👍👍ndemeye
@lucienzokorerimana6251
@lucienzokorerimana6251 7 месяцев назад
Yvette😂😂😂ndagukunda nkubuze mungaruka sinogaruka😂😂
@user-fe3ds8pe8o
@user-fe3ds8pe8o 3 месяца назад
Emwe sabbas ramba cane dukeneye inama zabakuru mugutegura ejo hacu hazaza twe urungano nimwubahwe❤❤❤❤❤🎉
@smbest5881
@smbest5881 7 месяцев назад
Waooo courage mubirimo neza 👌👌 turabakunda Can king sabass rabat urab umubyeyi wawe aragukumbuy Can umubabarire Can maman ni mama niw ufis kand bisaba muhur muyag🎉🎉🎉❤❤❤❤
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 7 месяцев назад
Ingaruka ibintu bikomeza kuryoha yeweee yvett uragenda Gahoro urucira mukaso rugatwara nyoko nimusangire aho twabisanze niho tuzobisiga😢😢😢😢😢😢
@AdelineNizigiyimana-po9iw
@AdelineNizigiyimana-po9iw 7 месяцев назад
Iyi film yarananiye kubuwambere shamukomer muterimbere kure cyaaane ndaba❤❤❤❤ abacerewe nkanj gonga hano
@sylvanendayikeza879
@sylvanendayikeza879 7 месяцев назад
Ubutumwa bwari buryoshe senge na Yvette 😂😂😂😂
@FurahaNdayishimiye-wv2ef
@FurahaNdayishimiye-wv2ef 7 месяцев назад
Nahonacerew harahiy ivette weeeeeewe sabbas Na team yaw yos mwakir🎉🎉🎉🎉🎉murayakwiy ingaruk hejur can muradukoreyumus ndab❤❤❤❤❤muvyumv
@olivierndayikeza1650
@olivierndayikeza1650 7 месяцев назад
King sabbas & Olivier mazina 🤜🤛
@user-lv9py2rk1e
@user-lv9py2rk1e 7 месяцев назад
Waaauuuuu welcome nongeye kubakunda ukumutadutebeje
@violette8348
@violette8348 7 месяцев назад
Sabba mwihoze Diva kuko is your sister. Ahubwo panga akarere kwa Tatiana
@chamimmanirakiza9072
@chamimmanirakiza9072 7 месяцев назад
Solange ndagukunda uvyumve nukur! Ndakubony umeng mbonye maman wanje murasaa n kuvuga nukooo❤❤❤❤
@IsaieTuyisenge-nr4ji
@IsaieTuyisenge-nr4ji 7 месяцев назад
Abaaakunzi b ingaruka like hano tuhatwike hama twimanukire🎉❤❤❤❤😂😂😂😂team INGARUKA ndabakunda 💓💓💓
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 7 месяцев назад
Ingaruka séries isubiye itoto akanovera kaguma kiyongera🥰🥰🥰courage beza biwacu
@Gilbertenduwayezu
@Gilbertenduwayezu 7 месяцев назад
Ingaruka séries ndabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤
@EularieNdayishimiye-eb9ki
@EularieNdayishimiye-eb9ki 7 месяцев назад
Welcome my favorites series hejuru cne narinkumbuye senge na Yvette😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 7 месяцев назад
Twahageze bantu bacu muhezagigwe
@user-gw7nj3fv2k
@user-gw7nj3fv2k 7 месяцев назад
Mukuri courage sabbas ndagukunda cyane
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 7 месяцев назад
Zemurabakosora mw, Ijambo ry Imana
@mutesiwasedarlene2236
@mutesiwasedarlene2236 7 месяцев назад
Courage bantu banje munkorera umusi❤❤
@PascalGahutu-zl4up
@PascalGahutu-zl4up 7 месяцев назад
hama mubandanye muhezagirwa nkunda Film zanyu kuko harimwinyigisho kabisa rero yesu abashikane aho mwipfuza kugera
@FofoFo-qt1qj
@FofoFo-qt1qj 7 месяцев назад
Courage my brother ubikoraneza
@user-ju3eh8dn9i
@user-ju3eh8dn9i 7 месяцев назад
Ibirungo vyinsh vyic isosi ay marira ay Solange vrt ayagabanye🙏🙏😔🌝ingaruka hejuru cne
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 7 месяцев назад
Birababaje disi Divan na Sabas none nimwasanga muvukana ko nubundi arivyo muzobigenza gute,? Gusa nyene nibutse zirya nzozi ko atariwe mwakoze ubukwe yari mushikawe nyn reka turindire iyo bija courage cane
@user-rz9oe4iu2p
@user-rz9oe4iu2p 7 месяцев назад
Ndimurukundo niyi séries muranyuzuza vrt❤❤❤
@DeborahTuyizere-jt4ue
@DeborahTuyizere-jt4ue 7 месяцев назад
🤣🤣🤣🤣 yvette w ngo idiri rimubere idirisha
@user-dw1gi4vo1n
@user-dw1gi4vo1n 7 месяцев назад
Welcam again Ingaruka ❤❤❤
@Darcine-bx4ou9by6f
@Darcine-bx4ou9by6f 7 месяцев назад
Courage mwes ❤
@aliceigirubuntu-kt8lw
@aliceigirubuntu-kt8lw 7 месяцев назад
Waoooh💃💃courage vrt murashoboye👏💗💗💗
@ClairiaNiyomashimwe
@ClairiaNiyomashimwe Месяц назад
Yvette na senge mbakunda kubi❤❤
@Belyse-xq4uk
@Belyse-xq4uk 7 месяцев назад
Courage bakinyiiii beza❤
@ininahazwejacqueline
@ininahazwejacqueline 7 месяцев назад
Waoooooh kurecane nihombifurije gusa numvubwoba bwa diva nakingi sabas ivete aziboma abasenga turumuriro turumurazi king sabas hejuru Cane wubahwe
@bizindavyichrisostome9820
@bizindavyichrisostome9820 7 месяцев назад
Waooo byz cane film nziza igeze aharenze sabbas courage ❤❤❤
@user-so3hf4ov2p
@user-so3hf4ov2p 7 месяцев назад
Wauuuu vyza cn❤❤❤❤
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 7 месяцев назад
Waooooo Mimi Arunvise Akajwe kurukundogwiwe❤❤❤muga Muga ivyombona uzohava ugira Agahinda gasumba Akufise Numarakunva Arimusazawe😢😢😢 komeza muterimbere👌👌👌👌👌🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰👏👏👏👏👏
@fifiakimana57
@fifiakimana57 7 месяцев назад
Arik Mana ndakunda sabass ndashak kuzomubon mbeg ingaruk hejur umwami abahezagire❤❤
@odettarayna9620
@odettarayna9620 7 месяцев назад
Yvette na senge ntabatahije mukomere ❤❤❤🎉🎉🎉mubandanye mwatsa hashake hashe
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 7 месяцев назад
Waou ewe King ntukarongore mushikawe
@khanwkk
@khanwkk 7 месяцев назад
Niatal Yvette ashaka kubigumamwo wenye.ahogusangira namwenewabo.abantubameze nka Yvette muhindure ingendo.
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 7 месяцев назад
Rk rka abantu barabay ibikoko shn uwutabizinarabimbaza
@user-uc3pk6rb1f
@user-uc3pk6rb1f 7 месяцев назад
Imana yompa nkasanga Dieudonee si se wa diva noryoherwa kugira sabbas na diva bibandanirize
@NikizadianeNikizadiane
@NikizadianeNikizadiane 7 месяцев назад
Courage
@yvesndayisenga9355
@yvesndayisenga9355 7 месяцев назад
Courage murashoboye👍
@user-zc9qs8kk1z
@user-zc9qs8kk1z 7 месяцев назад
Waoooo ni 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 7 месяцев назад
Yvette we uranyish nukur Gus ingaruka hejur kbx❤❤
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 7 месяцев назад
Ariko man Yvette nukuri uruyudimunt 😂😂rwidir imuban idirich cha SOS ubemaso ugiyekuban ninzok😮😮 courage
@alexisnkurunziza461
@alexisnkurunziza461 7 месяцев назад
Reka Saba ni sister wawe
@FarinaMassoud-kx7es
@FarinaMassoud-kx7es 7 месяцев назад
Bamubanza murabe film
@user-hg6ep3qk9u
@user-hg6ep3qk9u 7 месяцев назад
Nivyo vyiza
@divinemugisha987
@divinemugisha987 7 месяцев назад
Tuba twabakumbuy disii🎉💕
@user-my5os6vb1q
@user-my5os6vb1q 7 месяцев назад
Mubikora neza caneeeee❤❤❤❤❤❤❤ amashurwee nayanyu🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@user-yv2jb2zj9q
@user-yv2jb2zj9q 7 месяцев назад
Nonega senge utunguwe nik hhhh ndabakunda cne nibereye mu Rwanda🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤
@JoslyneNtaho-cz1xs
@JoslyneNtaho-cz1xs 7 месяцев назад
Nanje ndabakunda cyane mukomeze kudushigikira
@kimana8818
@kimana8818 7 месяцев назад
Yvette na senge reo mur look nshansh 😍 musa neza vrt. J ntanikint mbon cotuma nank Yvette😂😂😂
@AliseAlise-sj6ud
@AliseAlise-sj6ud 7 месяцев назад
murakoze cyane❤
@umwizerwahosianna4224
@umwizerwahosianna4224 7 месяцев назад
Welcome Sabbas
@vyukusengechantalchantal8899
@vyukusengechantalchantal8899 7 месяцев назад
❤❤❤❤❤ingaruka
@mediamed1196
@mediamed1196 7 месяцев назад
Courage Bantu beza ❤❤❤
@theontaki8062
@theontaki8062 6 месяцев назад
Courage vraiment très mignonne mes frères et soeurs Imana ntanzigo ibashikane kure hashoboka kurusha aho mugeze ubu
@user-nu8bm1qx6k
@user-nu8bm1qx6k 7 месяцев назад
King❤❤❤
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 7 месяцев назад
Ingaruk série hejuru ❤🎉
@user-ik7ir1ui4h
@user-ik7ir1ui4h 7 месяцев назад
Mwirambire nd❤
@EmelyneNiyonzima-ci4ts
@EmelyneNiyonzima-ci4ts 2 месяца назад
Courage ndabakunda cane mubikora neza
@user-ev7yc1fu4w
@user-ev7yc1fu4w 4 месяца назад
Waoòndabakunda cane umwam IMANA ibageze kure
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 7 месяцев назад
J ndabakunda Maz GN films ❤❤team sabbas mwes mundi kum ❤courage nubwo nacerew today
@DushimeGrase-vj1wl
@DushimeGrase-vj1wl 7 месяцев назад
Ingaruka ❤❤❤❤❤❤
@bonheurjean-marie2433
@bonheurjean-marie2433 7 месяцев назад
Iyo mitoma ya king sabass nayo irasara❤
@user-uy1xk6cd4h
@user-uy1xk6cd4h 7 месяцев назад
Ndabakundaaaa❤❤❤❤❤
Далее
Never Troll Shelly🫡 | Brawl Stars
00:10
Просмотров 1,4 млн
would you eat this? #shorts
00:29
Просмотров 1,3 млн
💀СЛОМАЛ Айфон за 5 СЕКУНД😱
00:26
Alvella MUHIMBARE_-_NDAKWIBUTSE (OFFICIAL VIDEO 2024)
8:03
Imitego ya satani by Nzaramba Emmanuel
33:12
Просмотров 9 тыс.
IMPANGA SERIES EP 4SEASON8 : INTAMBARA Y'URUKUNDO
25:36