Тёмный
No video :(

INGARUKA Series s4 ep3 ije itavyorosha. mbe birahererahe? King na Diva bigenda gute 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 71 тыс.
50% 1

kaze bakundwa bingaruka series murabe muha nabandi

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 611   
@KklKkl-hj5rw
@KklKkl-hj5rw 6 месяцев назад
Abipfuza ko vyette koyohura na King mundabire❤❤🎉🎉🎉
@haragakizanoe4263
@haragakizanoe4263 6 месяцев назад
😂❤
@user-kh3rb4wu6z
@user-kh3rb4wu6z 6 месяцев назад
Mbay uwahafi abakunda kingi mump like nanj numve ukobimez❤❤
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 месяцев назад
Abakunzi biyiserie ingaruka mbisabire murirwarukundo mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-pi4ib7ql4d
@user-pi4ib7ql4d 6 месяцев назад
Neza hsrahiye urubeya ruratse sabass hejuru cane❤❤❤❤❤❤
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 6 месяцев назад
Abakunzi ba Soso n'a King Sabbas mundemere utu likes
@pasteursolange
@pasteursolange 6 месяцев назад
merci bokuuuu
@PulcherieKamikazi-ei3dq
@PulcherieKamikazi-ei3dq 6 месяцев назад
Abakunzi bingaruka mundemere like
@odillendayikete911
@odillendayikete911 6 месяцев назад
Sabbas ndagukundacane❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 courage. Non. Film yawe. Yubuzima. Ko. Utaduhaye. Final. Turayikumbuye
@manigiranezavania2725
@manigiranezavania2725 6 месяцев назад
Mbega ugucerwa 😢abacerew nkanj munsingir twatuntu muhit mwimanukir
@wwre-rv7pb
@wwre-rv7pb 6 месяцев назад
Abacerew tumenyane ndaba❤❤❤
@fifiakimana57
@fifiakimana57 6 месяцев назад
Ahez nimwijur sorange ub wumvis ivete arimwo amabar yose constance nukur mumuhe umudarar yoyoyo🌹🌹🌹🌹🌹🥀🥀🥀🥀🥀🥀♥️♥️♥️♥️♥️♥️
@Cycy129
@Cycy129 6 месяцев назад
Abaguma barunguruk nkanje tumenyan Mbega King sabbas na Diva biraheraherah. Mardi turi yeux
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 6 месяцев назад
Welcome back ingaruk series guys abakunzi b,ingaruka like tuhatwike today ni🔥🔥🔥🔥bari batunyotej kbs courage beza😍😍💪💪💪
@user-nv4he2px7m
@user-nv4he2px7m 6 месяцев назад
Sabbas iki nicyogihe cyoguteta Imana igusukiye imigisha yose wari warabuze IMANA ninziza ibihe byose Bebe❤
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 6 месяцев назад
Waaow abakunzi biyi movie gongeni like tujuwane😂😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 6 месяцев назад
Wooooa courage king sabasi hejuru cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@user-bf7lm9ff1o
@user-bf7lm9ff1o 6 месяцев назад
Ndabakunda cn iyi film iranyubaka mubandany muterimbere💕
@AlenAlien-mg9vf
@AlenAlien-mg9vf 6 месяцев назад
Sabass Yesu abaduhere umugisha mubikora neza❤❤❤🎉🎉😢
@user-vk4dq1tm6z
@user-vk4dq1tm6z 6 месяцев назад
Waooh ubundi nimwe banje sabass merci kuturyohereza umunsi 💃💃💃💃💃💃
@user-ph1lx5th7v
@user-ph1lx5th7v 6 месяцев назад
Saba big up Hejurucan kweli Imana igukomeze mubikorwa vyawe
@nduwayezuallyda6184
@nduwayezuallyda6184 6 месяцев назад
Ingaruka abakunzi bayo tumenyane
@emelyne4167
@emelyne4167 6 месяцев назад
Mana yanje iyi team ndayifana cane gose muranezera
@afsamossi830
@afsamossi830 6 месяцев назад
Kuwakabiri izobitesa hazosha père sabbas aramenyeko diodonne ariwese amuvyara yewegayeweeeee numuriro❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@christellairakoze532
@christellairakoze532 6 месяцев назад
Mardi nikeraaa weee,ngo tubone suiiiite❤
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 6 месяцев назад
Kumbe Lyonel kumbe aga Heineken urakwega? Sinabikwibazako kbx 😂hama courage vraiment king sabass muterimber nabakinyi bawe kbx❤❤❤❤❤❤❤abakunz binguruka musigire link🙏🙏
@alicenibigira
@alicenibigira 6 месяцев назад
Sabbas igaragaez kuk ntah bizoherer akagize Lionel 💪Diva nawen azobitahur kuk samakos yanyu 🔥💪❤️
@theoyoberane
@theoyoberane 6 месяцев назад
Série nziza irimwo ivyiyumviro vyinkora mutima ❤ turabashimiye👃
@FlorenceNijimbere-nd5yy
@FlorenceNijimbere-nd5yy 6 месяцев назад
Hagusiba wocerwa😂😂😂ingaruk ubandany iba ingaruk❤❤❤🎉🎉
@nsabeyezubelyse1302
@nsabeyezubelyse1302 6 месяцев назад
Muri 14min ndahageze mundabire twatunti👍👍 link👇👇❤❤
@janvierniyomwungere1232
@janvierniyomwungere1232 6 месяцев назад
❤❤❤
@alish2182
@alish2182 6 месяцев назад
Ndashaka kubona king sabass abonanye nababyeyi❤❤❤❤❤❤
@user-fe1gx1jk2i
@user-fe1gx1jk2i 6 месяцев назад
Nanj ndabakunda cane, twikomerez n film ingaruka, Mimi ndagkund bitagabanije,hejur cne mwiz mur 5mn nahishikiy,♥️
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 6 месяцев назад
Ewe constance uranyeguye😂😂Solange nuko atumv warumubwiy pe😅knd uvuz akur nashak arabigender.Haaa mbe biraherer heh ko diva na sabbas bavukana🤔🤔grave kabisa
@raissa6836
@raissa6836 6 месяцев назад
Ndabakunda cane ❤️❤️🇧🇮❤️ IMANA ibaje imbere ibahe ivyumutima wanyu wifuza
@espefiesta3840
@espefiesta3840 6 месяцев назад
Mutunyarukiriz iyukurikir vrt hejuru cn sabsii Lionel umubwiy ijamboo ryibweng vrt uhejej nez cn
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 6 месяцев назад
Iyi série vmt irarenze❤❤
@HygueJasiri-hf2kb
@HygueJasiri-hf2kb 6 месяцев назад
Gusa nyene mwubahwe ahomwize niho mufise ivyiyumvir vyiza Imana ibakomeze
@PascasieSindayigaya-tj6jv
@PascasieSindayigaya-tj6jv 6 месяцев назад
None ejo ntayindi mwasohoye katayo tubona turiko turabakurikirana cane?
@GiftKaluba-dg7xv
@GiftKaluba-dg7xv 6 месяцев назад
Nyarukana igice gikurikir tubarinyuma ❤️💞ndabakunda canee
@user-nv4he2px7m
@user-nv4he2px7m 6 месяцев назад
Ndabakunda cyane Lionel uri umuhuza mwiza
@divineuwizeyimana7290
@divineuwizeyimana7290 6 месяцев назад
Waouh film niyi nama visage aboneka neza
@user-mk2su3gv3i
@user-mk2su3gv3i 6 месяцев назад
Wow amashurwe n'ayanyu
@SuavisNdayikeza
@SuavisNdayikeza 6 месяцев назад
Nar niranz k yasivy 😢m ndaryohew
@DorineUwishimiyimana-hg7ir
@DorineUwishimiyimana-hg7ir 6 месяцев назад
King sabbas hejur caaan ❤❤❤gx courage mwes ndabakunda❤❤
@user-qx4rw7ei8t
@user-qx4rw7ei8t 6 месяцев назад
Jenukur niberey murukundo ningaruka❤❤
@niyuhirecharlotte112
@niyuhirecharlotte112 6 месяцев назад
Ndabakunda mwese mukina neza.natwe muzoduhe amahirwe yo gukina
@user-ob9ii4ui5i
@user-ob9ii4ui5i 6 месяцев назад
Waooooo mubikora neza cane muhezagigwe ❤️
@francoisnigaba-dd4bm
@francoisnigaba-dd4bm 6 месяцев назад
All actors and actresses are very serious 😊🎉
@user-iu1wt1bg4r
@user-iu1wt1bg4r 6 месяцев назад
Hejuru cneee bakinyi beza 🥰
@user-hg5cp9sn4l
@user-hg5cp9sn4l 6 месяцев назад
Iyi film iranyuzuza cane courage kbx
@elyssaniyukuri8955
@elyssaniyukuri8955 6 месяцев назад
Sabas wubahwe cane iyi film irimwo ubuhing bwish
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 6 месяцев назад
Ewe Constance wanje urantwengeje mubwire yumve
@kamilakamila8353
@kamilakamila8353 6 месяцев назад
Kuminot 9 ndahakorokeye rek mbanze nicyare ndagaruk mur comment mpejej guherezijisho Gus ndabakund cyane beza banyje mubeho mutababaye ❤❤❤❤
@user-gl8ly3xb5m
@user-gl8ly3xb5m 6 месяцев назад
Ndabakunda caaanee kk muramarirung nkaryohegw
@VictorNimbona-we4ro
@VictorNimbona-we4ro 6 месяцев назад
Ingaruk film yanj iriko irafata umurongo courage abakiny mws
@user-cm3yv5pq7v
@user-cm3yv5pq7v 6 месяцев назад
We are together in zambia 🇿🇲
@user-oh9eb5pr3g
@user-oh9eb5pr3g 6 месяцев назад
Kumu vuduko udasanzwe ❤❤ courage mon frère
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 месяцев назад
Ubwo nanj nkaba ndahageze mubambere from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-gf8zr8xf4e
@user-gf8zr8xf4e 6 месяцев назад
Mukomer cane bavukany nd❤❤cane
@safinshimirimana8442
@safinshimirimana8442 6 месяцев назад
Waou mbakund kubi ibikorw vyanyu biratwubak sabbas
@cizigamyejacqueline
@cizigamyejacqueline 6 месяцев назад
sabas aramenyekanye pole sana gukunda mushikawe
@user-xh8ib9mm5j
@user-xh8ib9mm5j 6 месяцев назад
Muhabwe umugisha Harim inyigisho
@fifiakimana57
@fifiakimana57 6 месяцев назад
kingi sabass ngagenda nkasoro 🤛🤛🤛🤛chenge ndagukund
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 6 месяцев назад
Ariko ga Mana yanje ewe costance wama udutwenza ndakwikundira❤❤ hama Solange urakumbura umwumvire constace shahu ahez nimwijuru😂😂😂😂😂😂
@DevotteNtakarutimana-vw3qy
@DevotteNtakarutimana-vw3qy 6 месяцев назад
Weee constance imbavuzanje urazindihaaaa😂😂😂
@gloireininahazwe
@gloireininahazwe 6 месяцев назад
Love from Gloire to Gogo Love Official
@angeirat
@angeirat 6 месяцев назад
Iyingaruka nayo ntivahiri ndayirambiwe pe
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb 6 месяцев назад
Yooo None kumengo Ingaruka Niho lgitangura Gabashaaa courage vraiment ndabakunda mwese ❤❤❤❤
@Lalissa-xi8ct
@Lalissa-xi8ct 6 месяцев назад
Waooooooh ingaruka hejuru❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@irakozegedeon3220
@irakozegedeon3220 6 месяцев назад
Mudufashe muze musohora kabiri mundwi
@fabricentihebuwayo2000
@fabricentihebuwayo2000 6 месяцев назад
Ooo ndababaye weeeee😢😢hari hageze Aho iryoha sana,mbenga amarira agiye kuhaba kuri king Sabas wee,ese Diva wee biragenda gute?❤❤ Gusa mudusize mu buryohe.
@stiveniriho6698
@stiveniriho6698 6 месяцев назад
Courage arik yvette yakumbuwe san
@bellairakoze2769
@bellairakoze2769 6 месяцев назад
Thank you sabbas izi scènes ukuntu mwazikurikiranij biratesa ukuntu🥳🥳🥳💃💃💃💃
@developpementpersonnelburu2431
@developpementpersonnelburu2431 18 дней назад
Iyi film ikwiy kwandikwa mubitabo 🎉🎉🎉
@methodnkundumukiza6367
@methodnkundumukiza6367 6 месяцев назад
Fireeeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥Ewan mubikora uko nshaka kwel
@user-ol2xg9xm7t
@user-ol2xg9xm7t 6 месяцев назад
Oooooh iyikurikir yihute yemwe💃💃💃
@user-bg7rm2wy7q
@user-bg7rm2wy7q 6 месяцев назад
Sabbas utegur film nez ❤❤ ark rab wiyerek abavyey kugir ntuzogw mwikos ryo kuban na diva knd ar sister waw
@InesIngabire-hi4ll
@InesIngabire-hi4ll 6 месяцев назад
Film nziza cane,mfise amatsiko ya suite❤
@jeanbosco9034
@jeanbosco9034 6 месяцев назад
Sabas courage kbs urandyohera cane
@hahajah7189
@hahajah7189 6 месяцев назад
Waooo courage mubirimwo neza ingaruka hejuru cane❤❤❤❤❤
@user-fh1ui5if3d
@user-fh1ui5if3d 6 месяцев назад
Ndabakunda ❤❤🎉🎉
@user-id8gy6po4s
@user-id8gy6po4s 6 месяцев назад
King sabasi courage Umwami ashishikar kubaha ihishurirwa ryagutse❤❤ 🇧🇮🇧🇮
@NishimweNadia-vr4fj
@NishimweNadia-vr4fj 6 месяцев назад
Courage bantu banj❤❤❤🎉🎉❤🎉
@wasafiriwasafi1676
@wasafiriwasafi1676 6 месяцев назад
mungu weeeee komudusize muburyohe nibiki murangirij aho yaritanguy kuryoh rero sasa
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 6 месяцев назад
Kuminota 8 ndahageze kubaza bahita basoma comment nkanje mubinyereke na like basi dukwize ni 100 please
@kladahmad3333
@kladahmad3333 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤💯💯💯🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 6 месяцев назад
​@@kladahmad3333Saudi Arabia oyeeew
@user-yj4ex4pn5d
@user-yj4ex4pn5d 6 месяцев назад
😂😂😂😂 constance nawe ngo aheza nimwijuru ariko nawe ndakwikundira😂😂😂😂 gusa courage ndaba❤❤❤
@ViolaIduharire
@ViolaIduharire 6 месяцев назад
Uyumusi ndahageze kare nanje❤️
@nshimirimanjaja6130
@nshimirimanjaja6130 6 месяцев назад
Gusa nuko muduha utuntu dutoduto muzohore muduha duterame courage tura❤❤❤
@smbest5881
@smbest5881 6 месяцев назад
Weloveyou turabakunda Can sabass komerezaho turabakunda can❤❤❤❤ nacerew
@Darcine-bx4ou9by6f
@Darcine-bx4ou9by6f 6 месяцев назад
Courage mwes❤ndabkund
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 6 месяцев назад
Waoooooo courage cane turabakunda❤❤
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 6 месяцев назад
Iyi serie irarenze kabisa mubikorA neza
@user-si4gj6fn7b
@user-si4gj6fn7b 6 месяцев назад
ndazindutse uyumus reka ntore agatebe nicare❤❤❤❤
@arikibok4735
@arikibok4735 6 месяцев назад
Courage ❤❤❤🎉🎉🎉
@EgideNizigiyimana-td2gu
@EgideNizigiyimana-td2gu 6 месяцев назад
❤❤❤❤❤ none nkumuntu atariko Ararab Ingaruka abayeho gt😂😂😂 Team GN j muranryohera nukur hejuruuu cn bantu banjeux
@user-qz9wy8yl4b
@user-qz9wy8yl4b 6 месяцев назад
Nakubali kazi yako napenda kuzitazama allah akuhifadhi
@user-qm4qj5hi4b
@user-qm4qj5hi4b 6 месяцев назад
Ariko Mana long wanje birahererahe. Mbaye Lionel kabisa Manawe. Soso nawe shishoza Yvette 'tamahoro agushakira gusa ndabakunda mugubwe 'eza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@JeanineIrabaruta
@JeanineIrabaruta Месяц назад
Constance wnje Sha nd❤ maz urantwenzaaaa😂😂😂😂🎉🎉🎉
@user-rb7cd4gb9g
@user-rb7cd4gb9g 6 месяцев назад
Gusa amasanamu ntiyagenze neza gusa turabakunda cane gose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 6 месяцев назад
Ariko Mana constance nurusaku gwiwe uranyica sha gusa uramuhanuye neza peee Solange mazina yanje gendabuk buke nimwagabura uzoce ugurisha wigumire kwa Senge 😂😂 team mwese ndabakunda cane mubirimwo neza rata ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@HygueJasiri-hf2kb
@HygueJasiri-hf2kb 6 месяцев назад
Shaa!umengo mwarigupfum muyongerako na 10min basi.sinzobona indwiraheze ngo mbonikindigice
@user-yf3gn3zk8e
@user-yf3gn3zk8e 6 месяцев назад
Ndabakunda cn courage
@user-tr9vp6ef3h
@user-tr9vp6ef3h 6 месяцев назад
Umuriro kwaka nda❤❤🎉🎉🎉 sabasi na diva mana yanje haha😢😢😢
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 6 месяцев назад
Ndabakunda mukomere❤❤
Далее
When I met the most famous Cristiano
01:03
Просмотров 24 млн
c'est quoi l'Amour  Ep 23 (comming)
4:24
Просмотров 3,1 тыс.