Тёмный
No video :(

INGARUKA SERIES S5 EP2 UBUHO BARAMARANA. YVETTE WE ARAFASHWE KING KO ATOROHEWE? 

GN FILMS
Подписаться 72 тыс.
Просмотров 61 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 650   
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 4 месяца назад
❤ Bantu banje beza muryoherwe ndabakunda cane .mwakire neza ingaruka munayihe abandi benshi bashoboka❤❤❤❤❤❤
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 4 месяца назад
Ego wangu kandi mubirimwo neza ndabakunda mwese❤❤❤❤ muri abagaciro
@CephasKabiki-vo2zg
@CephasKabiki-vo2zg 4 месяца назад
Yani twayakiriye cane muhimbarwe❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NdayambajeClaude-uh6vq
@NdayambajeClaude-uh6vq 4 месяца назад
❤❤❤❤❤turabakunda cane
@user-ty9ri4xl9y
@user-ty9ri4xl9y 4 месяца назад
Natwe turabakund caaaaan❤❤❤❤
@NiyomwungereIrene-ej3hz
@NiyomwungereIrene-ej3hz 4 месяца назад
Ter'imbere kurusha
@BernardineTuyisenge-kv4xb
@BernardineTuyisenge-kv4xb 4 месяца назад
Abo twatanguranye ingaruka mumpe Ama like yanje😊❤❤❤
@user-de3oo4dg4l
@user-de3oo4dg4l 4 месяца назад
Niho twibereye turi gado
@niyizurugerovallerie9736
@niyizurugerovallerie9736 4 месяца назад
​@@user-de3oo4dg4l😊
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o 4 месяца назад
Ntavyinshiiiii no vuga atari 🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️💯💯💯💯💯💯💯💯💯💟💟💟💫💟💟💫💫🤗🤗🤗🤗
@emeryvyosenumukama6192
@emeryvyosenumukama6192 4 месяца назад
Abashaka ingaruka kabiri mundwi mumpe j'aime turabe uko tungana
@JeovanisMog-vx6vc
@JeovanisMog-vx6vc 4 месяца назад
Abantu twese twumva ko ata mahoro twogira kumusi wa2 tutaravye ingaruka munyihere vitu😅😅❤❤❤
@user-ty9ri4xl9y
@user-ty9ri4xl9y 4 месяца назад
Jew nogusara nosara kl
@user-vu4ki6zc5m
@user-vu4ki6zc5m 4 месяца назад
Ntayinony sidya ndakurahiy
@ndabarushimanaclaude5773
@ndabarushimanaclaude5773 4 месяца назад
Jewe nguma nsuzumira ndaba ko notification yinjira
@niyibigiradina9771
@niyibigiradina9771 4 месяца назад
Ibuze nirirwa atamahoro pe!!!gusa sabbas abikora neza cane courage ndabakunda mwese❤❤❤
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk 4 месяца назад
Waaaooo uwubona yko bakiny neza ampe like
@user-mr3jc4pf9n
@user-mr3jc4pf9n 4 месяца назад
Naho mbay uwanyuma ntaco uwuryoherwa kur scène ya senge na Yvette bamp 5 likes 😂😂😂😂😂😂
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj 4 месяца назад
Abantu mwese twatanguranye ni ngaruka tukirikumwe mumpe link
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life 4 месяца назад
😂😂😂😂rek ndaguhe link wawa
@user-lr6fh1ve2p
@user-lr6fh1ve2p 4 месяца назад
Njyewee umusi nzaza iburundi kubareba pe
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj 4 месяца назад
@@user-lr6fh1ve2p karibu sh
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj
@OnesphoreNiyomwungere-cg3tj 4 месяца назад
@@Bagenzi4life merci
@mukarugiravictoria4279
@mukarugiravictoria4279 4 месяца назад
Abodufatanyije gukunda ingaruka mumpe Like ❤❤❤
@francinGerome
@francinGerome 4 месяца назад
Ingaruka nkaba ndahageze yvett gayemwe numuti wamenyo abantu muraguz ntanubwo kurahura mugira 😂😂😂😂😂
@User-vr4wf6md6b
@User-vr4wf6md6b 4 месяца назад
🎉🎉
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 4 месяца назад
Ubundi ingaruka niyo filme igezweho❤❤❤ courageux
@user-mp2zs7nr1c
@user-mp2zs7nr1c 4 месяца назад
Nariko ndarengana mungaruka❤❤❤😂😂😂😂 tumenyane dukoresheje like❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@NiyuhireEri-tk3ll
@NiyuhireEri-tk3ll 3 месяца назад
😂
@NdayiragijeSamuel-lw2hs
@NdayiragijeSamuel-lw2hs 4 месяца назад
Gum mudutamw kuk iyi film muyikinan ubuhing bukomey can mwubahwe ndabakund can❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 4 месяца назад
Yvette 😂😂😂😂😂 mupfu mupfumu weee ngo abapfumu murinda mwanyoye😂😂😂😂
@SuavisNdayikeza
@SuavisNdayikeza 4 месяца назад
Amashurw nayanyu 🎉🎉🎉🎉ingaruk igy kub ingaruka❤❤
@user-ty9ri4xl9y
@user-ty9ri4xl9y 4 месяца назад
Waaaaaaooooooo❤❤❤abaz nyum ndaz k ari bensh rek twitagatir ngir ic mvuz mpejj kuyiraba kl
@remyniyongabo845
@remyniyongabo845 4 месяца назад
Mbaye uwambere kuri 12secondes gusa mba nahishikiye nanje mundemere bakunzi ' ingaruka
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 4 месяца назад
Ubundi film ndundi twari dukeneyeko ishika kwiyintambwe mwubahwe
@user-vu7yd4bb4l
@user-vu7yd4bb4l 4 месяца назад
Sij mbambona mardi haragez💯💯💯
@gladysirt7606
@gladysirt7606 4 месяца назад
GN films Fans 🎉🎉🎉🎉 Reka ntore agatebe nicare😂❤😂❤😂
@ChannyQueenofficial
@ChannyQueenofficial 4 месяца назад
❤❤❤Abakunzi bingaruka mumpe utwo tuntu😂 muri 1min Nkaba ndahashits🎉🎉Courage bantu bacuu❤
@MoussaKilosso
@MoussaKilosso 4 месяца назад
Ubu nanje nsigaye nshika kumwanya😂 Ingaruka hejuru 🔥🔥🔥
@odillendayikete911
@odillendayikete911 4 месяца назад
Yvette nukur wew uranyica ndatwengankumigwa
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 4 месяца назад
Abakunzi b' ingaruka tumenyane✋👍love from FANNY FAFA OFFICIAL 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@gicandaeddy-ix8sq
@gicandaeddy-ix8sq 4 месяца назад
Nange mpageze mubambere nukuri mundemere❤ ndabakunda cyane abachouuuuu❤
@raissa6836
@raissa6836 4 месяца назад
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ndabakunda cane ndabifurije kugera kure cane IMANA igume ihezagira ivyomukora
@jeandedieunitonde1032
@jeandedieunitonde1032 4 месяца назад
Nahigereye
@user-qc9ny7sd9v
@user-qc9ny7sd9v 4 месяца назад
Nacerewe ariko mwabikoze neza
@SylvaneDavisNDAYISENGA
@SylvaneDavisNDAYISENGA 4 месяца назад
Mbaye uwa 1.basha courage bakinyi beza
@joselynejose2951
@joselynejose2951 4 месяца назад
Ndahageze nanje abakunzi bingaruka nkanje ndabasuhuje 🙌🙌🙌🙌🙌 Yvette rero nukujagara😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-nd2kv8co6q
@user-nd2kv8co6q 4 месяца назад
Nice❤❤
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp 4 месяца назад
Number one ndahageze ndabinginze mundere uyumusi dukwize na like 200 tugerageze kubari bayirindiranye igishika mutibwabumwe❤❤❤
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 4 месяца назад
Ivyo bito? Criiiiii paaaaa!!!😂
@user-uq5vh7jo9b
@user-uq5vh7jo9b 4 месяца назад
Ivet na senge muranryoher cn aya mashurw nayany❤❤❤🎉🎉❤
@GiftKaluba-dg7xv
@GiftKaluba-dg7xv 4 месяца назад
Wow❤
@user-ev1xj4ig7o
@user-ev1xj4ig7o 4 месяца назад
Yvette aratwenz kabis❤
@PascalBivugire-qe4in
@PascalBivugire-qe4in 4 месяца назад
hhhhh ewe maman diva sha uratumye twumva ubwenge bwa Yvette aho bugera
@ChachaChany
@ChachaChany 4 месяца назад
Ngo urya mugore akaba ashika muri kariya karere turagowe
@esta7304
@esta7304 4 месяца назад
❤❤❤uyumusi nkaba mbaye uwambere😂😂
@JaquelineNINKUNDA
@JaquelineNINKUNDA 4 месяца назад
Yvette uranyeguye pe ngugiye gufata uwa gutwaye mubapfum gwagusubize amahera😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-ef9mt9cv1l
@user-ef9mt9cv1l 4 месяца назад
Waoooh karibu kandi team ingaruka ndabakunda cane❤❤❤
@user-cq6ky5dv4j
@user-cq6ky5dv4j 4 месяца назад
Good❤
@FrancineMUHIMPUNDU-lt1gb
@FrancineMUHIMPUNDU-lt1gb Месяц назад
Courage ❤
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd 4 месяца назад
Couragee mwakinye nezaa cane
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 4 месяца назад
Hahahah constance shahooo❤❤❤❤
@user-wz1li2jn4g
@user-wz1li2jn4g 4 месяца назад
Courage muratwigisha cane
@user-vy7oc5bb5h
@user-vy7oc5bb5h 4 месяца назад
Ndabakunda cane sabbas wubahwe ukina neza ntibagiy na Yvette ndabakunda cane ekamwese mwakinye iyi film courrage
@dorinemuhimpundu2807
@dorinemuhimpundu2807 4 месяца назад
124 ,jeho mbeye uwanyuma ndumiwe,genda wa filme naw urakunzwe peeee😂❤
@AliseAlise-sj6ud
@AliseAlise-sj6ud 4 месяца назад
❤❤❤❤❤❤
@user-sl7kx4dv8v
@user-sl7kx4dv8v 4 месяца назад
Iman ibandanye kubahezagira
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 4 месяца назад
Yvette ngo ntaraja gusengera hehe💪💪ndabakunda cane
@SandrineMunezero-wq6no
@SandrineMunezero-wq6no 4 месяца назад
😂😂😂😂ewe senge sha urabura uwutura ibibazo.YVette sha ndagukunda❤courage kandi
@user-zc9qs8kk1z
@user-zc9qs8kk1z 4 месяца назад
Constanceeeeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂uramenyumutweeeee ngo numuchr wiwe ntayo aramuhaa Ayo 10mile😂😂😂😂😂
@user-li5ps9tj1b
@user-li5ps9tj1b 4 месяца назад
Constance weeeeh uranyica kweli
@VyukusengeJoici
@VyukusengeJoici 4 месяца назад
Ingaruka nubwo nzoba ndumwe❤ Abo twayitangiranye love liké ndazihabwe Yvette gamana ingaruka ugire uzibon 😂😂😂😂😂😂😂😂
@jacquelinekaneza6017
@jacquelinekaneza6017 4 месяца назад
Abakinyi bo mungaruka ndabakunda cane,mwese murashoboye
@edinenikuze3939
@edinenikuze3939 2 месяца назад
Seng arihagarikiy kandi vet atawuhar whubahwe seng🤗🤗🤗😘
@user-ty3rd5qs6w
@user-ty3rd5qs6w 4 месяца назад
Nacerewe ngeze ahitwa mugihug merica😂😂😂😂❤
@alicenibigira
@alicenibigira 4 месяца назад
Yvette ntamakuru ufis sha 😂amapfung solang yafash niy yish umut wa Mupfumu 💪💃Mama w Div araguruk 🤣🤣🔥💪❤️
@olivierndayikeza1650
@olivierndayikeza1650 4 месяца назад
Love from kynza turabakunda cyane❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@zeinabaudaciemanirambona-ki9en
@zeinabaudaciemanirambona-ki9en 4 месяца назад
Nkaba ndahageze💃💃💃💃💃💃
@jean.claude.hakizimana
@jean.claude.hakizimana 4 месяца назад
Murashoboy kbx mubikora nez cn Courg❤❤❤🎉
@theresemfuruta452
@theresemfuruta452 4 месяца назад
It’s a fire 🔥 very fine show ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-ru9oo1dx5t
@user-ru9oo1dx5t 4 месяца назад
courage❤❤❤🎉🎉🎉
@bazigameDancile
@bazigameDancile 27 дней назад
Yvette ndakwikundira cyane ucyina film neza cyane ndabakunda mwese cyane cyane Yvette 🤗🤗🤗🤗🤗🥰🥰🤣🤣🤣🤣🤣👏👏🫡🫡
@UwimanaOdette-vt6on
@UwimanaOdette-vt6on 9 дней назад
Constanc twaritugukumbuye
@gitumvagenevieve8806
@gitumvagenevieve8806 4 месяца назад
❤❤❤❤❤ego muri bon 🎉🎉🎉
@user-gj7jn9dv7b
@user-gj7jn9dv7b 4 месяца назад
Waaoooo kumbeyaje🎉❤
@arikibok4735
@arikibok4735 4 месяца назад
Courage ❤❤❤❤❤❤
@noellaminani6322
@noellaminani6322 2 месяца назад
Iko sawa kabisa❤
@user-ey9lz5wm1z
@user-ey9lz5wm1z 4 месяца назад
Courage turabakunda 🎉🎉🎉
@GerardNdayisenga-hj5vo
@GerardNdayisenga-hj5vo 4 месяца назад
Maman chris urindyandya yumugore nkumusengezana waw abagore nkamw twikebuk kuk mwena Yvette ntimwiger mwemer amakos yanyu nakagaye kenshi .
@user-lb6tz9zm2f
@user-lb6tz9zm2f 4 месяца назад
🎉🎉❤❤❤ courage
@ElianeTuyizere-uu3pf
@ElianeTuyizere-uu3pf Месяц назад
Trabakund caneeee! Iman ibandany ibamenyesh vyos!!!!❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@Inyigisho432
@Inyigisho432 4 месяца назад
Mwubahwe cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-cv3sx3uj3l
@user-cv3sx3uj3l 4 месяца назад
Ingaruka iraryoshe vyahatari irarenze.Gusa kimwe ndipfuza kuzobona iherezo ryayo kabisa
@user-pt3rg3cn9j
@user-pt3rg3cn9j 4 месяца назад
❤❤❤❤mba numv kuwa kabiri hageze ntarabon ingaruk mba numv ngwaye.
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 4 месяца назад
Courage ❤❤❤
@user-nb4ez7ym2m
@user-nb4ez7ym2m 4 месяца назад
Abakunzi ba Yvetteurutoki hejuru ❤❤
@UwimanaOdette-vt6on
@UwimanaOdette-vt6on 8 дней назад
Nawucabe azawota🔥🔥🔥🔥🔥
@user-ol3ci1ys2f
@user-ol3ci1ys2f 4 месяца назад
Emweeee❤❤❤gayeeeweee❤❤ naceriwe pe
@DivineIradukunda-gd7zk
@DivineIradukunda-gd7zk 4 месяца назад
Ubund ingaruka niyo yanj❤❤❤❤
@odillendayikete911
@odillendayikete911 4 месяца назад
Yvette ndagukunda nasenge
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 4 месяца назад
Hhhhhhh ireresi ndundi mugire courage na'atumva ikirundi ku kiyo muze murandika mugiswahili cank anglais. N'igisabo s'itegeko. Bandanya mudukinira n'izindi ngaruka turabakurikirana. Ntaco tuzobaburana mugihe tukibafise😂🎉🎉🎉
@user-nc1ex8sf8w
@user-nc1ex8sf8w 4 месяца назад
❤❤❤ courage
@GraceNiyomuco
@GraceNiyomuco 4 месяца назад
Mutunyarukirize iyindi turabakunda caaan mubikora neza
@maryamt594
@maryamt594 4 месяца назад
Yoooo unomusi mwantanze basha
@AliceNdikumwenayo-jd8fu
@AliceNdikumwenayo-jd8fu 2 месяца назад
Constance 😂😂😂😂arakabona abateye burya bugato.😂😂😂😂
@JeremieNdayishimiye-md8ti
@JeremieNdayishimiye-md8ti 2 месяца назад
Big up sana
@ChannellaNitwongere
@ChannellaNitwongere 4 месяца назад
Courage 🥰🥰🥰❤️❤️❤️
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 4 месяца назад
Yaaaayayayaya👏👏👏👏🎉🎉🎉🎉mbega Yvete urafashwe weeee😂😂😂😂😂😂 Emwe, mbega Maman Taty ko azohava ashaya kuri bamwana kubera yishinga Maman Diva??? Burakeye tuvyereke😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂abagaboooo
@JNSmithJoshuaNiyo
@JNSmithJoshuaNiyo 3 месяца назад
❤❤❤courage
@LaurenceManirampa-hn7nw
@LaurenceManirampa-hn7nw 4 месяца назад
Yvette hejuru caaane ingozi oooooyeeee❤❤❤
@SandrineTuyisenge-pi1hv
@SandrineTuyisenge-pi1hv Месяц назад
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@IradukundaFidelite-nw3dj
@IradukundaFidelite-nw3dj 4 месяца назад
Courage 🎉🎉
@user-up8ip9xu4n
@user-up8ip9xu4n 4 месяца назад
Courage🎉
@Sandra-ln3vj
@Sandra-ln3vj 4 месяца назад
Yvette wewe urantwengeje 🎉🎉🎉🎉
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 4 месяца назад
Ndabakunda cne
@stitore2388
@stitore2388 4 месяца назад
King sabass nabomukorana vyukuri mwubahwe ndabakunda cyane mwanditsi wubahwe 💯💯✅✅✅🙏🙏🙏 Yvette waberewe sabass vyukuri urumwe 💯💯💯✅✅✅🙏🙏🙏
@user-lv7pg6pq1y
@user-lv7pg6pq1y 4 месяца назад
Basha iyi fim iguana akanobera kabisa ivitte uranyica pee ngogwiki utarimwo nobabara❤❤❤❤
@SamsonTuyisabe-hy1js
@SamsonTuyisabe-hy1js 4 месяца назад
🥰🥰🥰🥰🥰courage
@user-fy5zz9ht8j
@user-fy5zz9ht8j 4 месяца назад
À
@odaoda2517
@odaoda2517 4 месяца назад
Courage❤❤❤
@user-lq2fi8gg5x
@user-lq2fi8gg5x 4 месяца назад
Ndabakunda ❤❤❤
@user-gr7ri5hv3x
@user-gr7ri5hv3x 4 месяца назад
Number one❤❤❤
@EricBirori-ye5bn
@EricBirori-ye5bn 4 месяца назад
Iyaba arije ntanga ijuru noribaha mwese. Ariko ni data aritanga. Imana ihezagire ibikorwa vyanyu❤
Далее
UMUGANI WA NYASHYA NA BABA
6:59
Просмотров 47 тыс.
WAZ YOU SEASON 1 EPISODE 1: KUGIRA AMAKENGA BYAGUKIZA
31:39
KILLAMAN PART 551:MY HEART 426:BIRACYAKOMEJE kugorana
59:30