Aba rappeur muri rusangi baravyonga kabisa bavuga menshi caaane bakunda no kugira abafana bakunda akajagari kabisa bizokwamaho kabisa show igizwe naba star 1k ntamwanya boronka
Vyapfiriye mubo bahaye umwanya ubwambere baririmvye umwanya munini kandi bazi ko hasigaye abafise abafana benshi nkabafana bari harya nkabose bari baje kuraba b face na sat b rer abo mutabahay umwany nkuwo mwahaye abambere muba muvyinshe
Simbizi yarababwiy ko b face afanwa nabantu batisonera ngo yerere yerere! Ahubwo ubu kugira haze haraba ibintu vyisoneye bisaba ntazoze aratumirwa kuko ni kabiri narimwe akazana abitwaje amabuye! Ninaco gituma vyandyoheye kubona drama Fernando na D- one atariho vari bari! Muzoteba mutahure ko drama atakosa afite!
B face yarkoze faux San Twe tear turindiriye sat b none kuberiki b face yase kuva imbere Kandi nabandi baguma bavuga KO babahaye umwanya muto mugaà agaca yanka gusohokaa eeg