Тёмный

INKOKO ISHOBORA KUMARA IMYAKA YOSE ITAGWARA, RABA NAWE UBU BUHINGA WOKORA. 

Fabrice Hatungimana
Подписаться 27 тыс.
Просмотров 13 тыс.
50% 1

Fyonda aho kuriyo link irihasi wirabire izindi video zo muri IMPANO: ru-vid.com/show-UC1eP...
Ukaba utarabikora, wodushigikira mukugira SUBSCRIBE(S'ABONNER), Gira ico ushikirije muri COMMENTAIRE, ugire PARTAGERHama ntiwibagire gufyonda AIMER (LIKE) kugirango uze wironkera video nshasha. IMPANO Turikumwe namwe! Murakoze!

Приколы

Опубликовано:

 

31 июл 2020

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 44   
@RichardIgiraneza-mi2it
@RichardIgiraneza-mi2it 2 месяца назад
Good
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 2 года назад
Murakoze cane nanje ndavyifuza
@IMPANOVIDEOZ
@IMPANOVIDEOZ 2 года назад
Karibu
@nickbalyhatungimana2258
@nickbalyhatungimana2258 3 года назад
Waouh!!!
@sebazungugilbert4678
@sebazungugilbert4678 3 года назад
Courage kbsa ,
@NDAYIZEYEAllemaque
@NDAYIZEYEAllemaque Месяц назад
Komera kuruyo mugambi mukorerahe
@olivieriranzi6629
@olivieriranzi6629 3 года назад
aha iwacu uriye inyama y'inkoko no muri quartier barabimenya
@josianenishimwe7119
@josianenishimwe7119 11 месяцев назад
Chalom chalom zamura dusigirako numéro twobatorako représentant kuko biratugora cane gushika kundoto bisaba mudufashe
@user-wo3eo4jd1h
@user-wo3eo4jd1h 2 месяца назад
Non naj noronk iyumashin ibudikir amagi
@yasinhasanhasinhasan8549
@yasinhasanhasinhasan8549 8 месяцев назад
Ibituma amagi azimba Mutama ibiryo birazimvye kweli ikibazo c'ukuntu zifungura kiracagoranye
@irutingabobeni204
@irutingabobeni204 Год назад
uwomuntu akorera i Buringa amaja he ? contact ziwe ?
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 2 года назад
None nigute uzitunga ntizirware agahweka nifuza kuzorora kweli ndazikunda
@niyukuridieudonne5342
@niyukuridieudonne5342 Год назад
Jewe Naje ndabishaka ariko ngeze kugahweka ndakibutse n'intège zicazicika pee
@khaledmaloba
@khaledmaloba Год назад
Bite hiyo keneye ikoko ndaha ibugada nzita
@alineniyirema7845
@alineniyirema7845 Год назад
Bidushikaneko twese
@egidesengumuremyi6157
@egidesengumuremyi6157 Год назад
Nigut kinama ibarabara mwarivuze inomero ntayiriko niya fone ntayo narindabakeneye cane murakoze iburinga mukorera amajahe
@pontiennizigiyimana9217
@pontiennizigiyimana9217 3 года назад
Umusi ugurwa angahe?
@nickbalyhatungimana2258
@nickbalyhatungimana2258 3 года назад
Nitwiteze imbere
@geofreyjoel
@geofreyjoel 3 года назад
Mworoye ubwoko ubuhe?
@egidesengumuremyi6157
@egidesengumuremyi6157 Год назад
Nigut kinama mwavuze ibarabara ntimwavuze inomero yurumpangu niya fone ntayiriko nari ndabakeneye cane iburinga mukorera amajah
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 2 года назад
None utunze kijambere wew?
@niyukuridieudonne5342
@niyukuridieudonne5342 Год назад
None uwushaka kworora mawe mwomufasha iki?
@nahimanafiacre1912
@nahimanafiacre1912 3 года назад
Uwokenera inama zanyu yobatora gute ?
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 2 года назад
Ndabaramukije ,muratanga ibiganiro ariko ntimushirako numero yanyu kugira uwushaka kugira ico ababaza ashobore kubaronka .Please duhe WhatsApp yawe .
@alinenduwayo3741
@alinenduwayo3741 3 года назад
Ubworozi mubenegihugu turabushaka ariko mukwezi 8 hariho ingwara icitera zigapfa umuntu acacika intege.komeza utwigishe tukwigireho
@augustinnimbabazi2901
@augustinnimbabazi2901 3 года назад
duhe numero yiwe
@niyitungabenjamin7594
@niyitungabenjamin7594 2 года назад
Nobasanga hehe?
@IMPANOVIDEOZ
@IMPANOVIDEOZ 2 года назад
Kinama bubanza kuri 20
@nkengurutsenoel6190
@nkengurutsenoel6190 3 года назад
Uwubakeneye yobasanga he?
@IMPANOVIDEOZ
@IMPANOVIDEOZ 3 года назад
Bujumbura, Burundi, commune Ntahangwa zone Kinama
@jeanmanirakiza4082
@jeanmanirakiza4082 4 года назад
Mbega ko twumvise mufise couveuse umuntu abazaniye amagi murashobora kuyamushirira mumashini?umuswi umwe umaze nk,indwi zitatu muwugurisha angahe? I Buringa mukorera majahe?. Murakoze
@IMPANOVIDEOZ
@IMPANOVIDEOZ 3 года назад
ego uzanye amagi turayagushirira muri couveuse. hama umuswi windwi zitatu tuwudandaza kumafaranga ibihumbi bitanu. tuwugushikiriza umaze kuronswa incanco zose. murakoze
@carineniyomwungere1049
@carineniyomwungere1049 3 года назад
@@IMPANOVIDEOZ Ndabasuhuje cane,Nitwa carine nashaka k twoyaga mwoba mukorera he umuntu azobatemberere
@IMPANOVIDEOZ
@IMPANOVIDEOZ 3 года назад
@@carineniyomwungere1049 ni hano Bujumbura, commune ntahangwa, zone ya kinama, quartier ruyigi kuri 21avenue/ 75885377
@tharcisseishimwe884
@tharcisseishimwe884 3 года назад
@@IMPANOVIDEOZ murakoze kuri adresse yanyu muduhaye
@ndayishimiyealexis5926
@ndayishimiyealexis5926 3 года назад
U
@semereratv2488
@semereratv2488 3 года назад
Your telephone number. Nipfuza kuganira nawe
@impanovideoz632
@impanovideoz632 4 года назад
nivyiza kuduha ubumenyi
@fabricehatungimana6168
@fabricehatungimana6168 4 года назад
umwarozi mwiza yigura igitungwa
@fcc6786
@fcc6786 2 года назад
Bro mudufash whatsapp yany please
@egidesengumuremyi6157
@egidesengumuremyi6157 Год назад
Nigut kinama ibarabara mwarivuze inomero ntayiriko niya fone ntayo narindabakeneye cane murakoze iburinga mukorera amajahe
Далее
It works! #beatbox #tiktok
00:15
Просмотров 2,9 млн
Пельмешка 🤣
0:18
Просмотров 3,4 млн
няня привела в дом чужого
0:59