Тёмный

Intahe ibabaje cane yuyu mu DIASPORA ||MUVYARANJE YAmfashe KUNGUVU nanka gukoma induru mw’Ikambi…… 

Magic Channel TV
Подписаться 97 тыс.
Просмотров 7 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

2 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 32   
@magicchanneltv553
@magicchanneltv553 11 дней назад
Contact zipora: +61 413 733 764
@iraaminmusic3801
@iraaminmusic3801 10 дней назад
I recommend the number gets deleted.
@B-Y-N
@B-Y-N 8 дней назад
Amahoro y Imana mwese ndabashimiye mwese mwakurikiranye ikiganiro canke se intahe yanje. Ari abanditse komanteri ziza canke mbi mwese Imana ibampezagirire .. ntihagire nuwo bitsitaza kuko ntamuntu yokudwa nabose. . Hama ubu ndi Australia nagize urugendo rwiza nimisi namaze Muburundi yabaye vyiza mwarakozo kusengera yari Ziporah 🙌🙌🙌❤️❤️❤️💒💒💒💒
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 8 дней назад
Urakoz ariko.jew narizeknd sinkubesh narize 😥😥😥😥😥😥
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 6 дней назад
Ugize neza gukebura abakobwa kuko basigaye babaye nabi ngo Diasport
@garythebeast3056
@garythebeast3056 11 дней назад
Urakoze muvyeyi kukiyago sengera igihugu cacu c,uburundi kugira kironke amahoro IMANA itabare
@Alinakeyla
@Alinakeyla 11 дней назад
Imana imbababarire kuri msg itari nziza nanditse kuruyu muvyeyi🙏🙏🙏 Burya kirazira kugaya igitabo utaragisoma❤
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 8 дней назад
Urakoze ariko binteyekurira gs ikiganironicizacane wakozemuvyeyiwanj❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ndagukyndacane🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼📞📞
@aloysnijimbere6741
@aloysnijimbere6741 11 дней назад
Zipola Imana iguhe umugisha urimvugakuri waramenye Imana
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 7 дней назад
Sawaa
@audreysnella3411
@audreysnella3411 8 дней назад
Uhezagirwe caneee muvyeyi kuntahe yawe udusangije uhezagirwe nawe
@esperance7215
@esperance7215 7 дней назад
zipora my sister urabatanze
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 10 дней назад
uyu mu mama avungishije ukuri pe ibintu vyarazivye nukuri pe 🙏🏾🙏🏾
@user-yv8eo7ms2n
@user-yv8eo7ms2n 8 дней назад
Uramubwirira ATI wibuke nabo kugatumba inyange basi muganire baragushaka
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 9 дней назад
Australia ngo uraparika imidoka canke ukayigurisha kubera igitoro ? USA kumbe turakomeye cane.kizimba kitazimba turagura kandi ntitwidoga kuko dufise amahera .
@augustenzeyimana7999
@augustenzeyimana7999 11 дней назад
Intahe nziza cane
@EvelyneBikorinka
@EvelyneBikorinka 10 дней назад
Australia igitoro kigura $1.88 5/7/2024 sinumva ingene uhagarika imodoka kandi igitoro kizimbutse”. Ushobora kugura inzu cash, amahera okorera aba arayo kuryoherwamwo hano muri Australia. Kandi New Zealand Na Australia ntawutondera igitoro nkuko biri muri Africa/ Burundi. Please muvuge uko ibintu biri kubabahaye indaro. Kandi Imana Irumva gusumba twebwe kiremwa muntu “. Sholom
@audreysnella3411
@audreysnella3411 8 дней назад
Shalom shalom Urakoze ku kuri uduhaye IMANA iguhezagire canee wamfashije contact zawe uzoba ukoze canee
@bibikiki8437
@bibikiki8437 11 дней назад
Jewe sinzi ingene abantu mwabantu mwabaye ? Uyo mu maman ariko yivugira intahe yiwe kandi ndazi ko bimuruhururira umutima. Hama mwibuke ko ico gihe yarakiri muto kandi ari umu Civil sinzirero ko yobazwa ivyabaye 93. Muramurenganya ntaho ahuriye na Leta kandi na Fabrice ntakorera reta. Ibintu vyose mubibonamwo politike Nimugezaho abantu bose si abapoliticiens 🙏🏿
@hahahehe6921
@hahahehe6921 11 дней назад
❤❤
@user-hj4fj8jr8p
@user-hj4fj8jr8p 11 дней назад
uri claire koko kandi bona uri umuntu mwiza nfatiye ukuntu vyose ibivuga ataco winona , unyegeza . zibo, , amacakubiri yarahoneje abantu goose ariko , ivyo , twobireka , tukirabira kwironkera amahera , niterambere , aho niho abazungu baturusha , none, umuhutu, umututsi , umutwa bimaze iki koko! ndi iburayi nkawe , nabonye abazungu bakunda uwinjiriza igihugu! natwe dukore uko , ivyo vya hutu,tutsi nibindi bizina twobisezerera vyoba vyiza , ntakamaro ndabibonamwo , nuwomuvukana munda , hageze ivya amaronko , arakugandagura! none, gupfa si ugupfa wana! mana tuve mwivyo bintu man a, mana!
@sese667
@sese667 11 дней назад
Hutu, Tutsi, Twa, biri mw'Ibirizwa Shingiro (Constitution), nimba koko Abarundi dushaka ko bivaho, n'idusabe ko bikurwa muri Constitution !
@IsaroBu-co-kf4jr
@IsaroBu-co-kf4jr 8 дней назад
@sese667 sha hutu twa tutsi vyanditswe mu mitima yacu naho vyokugwa muri constitution ntivyoca biva no mu mitima yacu kuko vyarahejeje kutwinjira kuva kera nabana bugwaruka barabizi baravyigumvamo. Sigaho sha abazungu baratwishe urupfu rubi
@sese667
@sese667 8 дней назад
@@IsaroBu-co-kf4jr Uvuze ukuri ! Gusa navuga constitution kuko mu Burundi havuye Bibiliya, constitution n'iryo bwirizwa risumba ayandi yose, gukura amoko muri constitution yoba intango hama ibindi bikaza bukebuke ... Ntidushobora kuvuga ngo ntamoko ahari mu Burundi kandi constitution iyemera, arimwo, keretse niba constitution dufise ubu tutayemera, niba tuvuga ngo turayemera, ni tuyemere n'ibirimwo vyose canke dusabe ko paragraphe yanditswemwo ivy'amoko muri constitution, ifutwa ... Bizova mu mitima bukebuke ariko dufatiye kubushakashatsi (anthropologie) ntamoko ahari mu Burundi kuko tuvuga twese ururimi rumwe ariko dufatiye ku mategeko (juridiquement) amoko ariko kuko yemewe na constitution dufise ubu, abayanditse barayashizemwo ...
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 11 дней назад
Intah yaw iranezey nez can
@cladyclady7215
@cladyclady7215 11 дней назад
Ko uvuga wisubirako !!!! Ngo igitoro ntagihari, ngo oya kiriho. None udakora wumva wobaho neza gute udakora ?Erega udakora uba homeless nyene .Ba muhenda abo barundi batazi ingene hanze hameze . None abo bana bawe ko ubagumiza muri Australie ntubatahane i Burundi gusamira isazi ku ryinyo . Ikindi naco umengo uri umuvugizi wa Reta y’Uburundi ngo Uburundi ntaco bubuze. Na Fabrice ngo arya mazu yubaka ngo ni aya reta yaba DD . Mbega Reta ko irungika abakobwa n’abagore bubatse mu bihugu vy’abarabu n’uko yorohewe !!! Wewe uri MISI NCA UKUBOKO !!!
@regisbayihaye4404
@regisbayihaye4404 11 дней назад
None ufise ikibazo ca leta y'Uburundi??yatanze iciyumviro ciwe . Inzu za FabHomes nazo niwaba ufise uburyo uragenda usabe inzu urabeko bayikwima urekane na CNDD FDD
@eliasaamina9165
@eliasaamina9165 11 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂​@@regisbayihaye4404
@cladyclady7215
@cladyclady7215 11 дней назад
None Madame , abatutsi bo mu Kiziba na Musitanteri wa Commune Mwumba Kazonkiza Alphonse bishwe n’iki ko aba soda bashitse iwanyu abatutsi bapfuye ??? Gusa kwari ukukubaza kuko wavuze ko abatutsi bose bari bapfuye babanabasahuye .
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 10 дней назад
Wigeze wumva abivuga? Yabiciye kuruhande, yanse kuvuga agahomerabunwa abatutsi bahuye nako
@user-ut3mx5ke6m
@user-ut3mx5ke6m 9 дней назад
𝑼𝒓𝒂𝒌𝒐𝒔𝒆 𝒄𝒂𝒏𝒆 𝒊𝒏𝒕𝒂𝒉𝒆 𝒊𝒓𝒂𝒕𝒘𝒖𝒃𝒂𝒕𝒔𝒆 𝒄𝒂𝒏𝒆 𝒖𝒚𝒖𝒎𝒖𝒎𝒂𝒎𝒂 𝒏𝒅𝒂𝒎𝒖𝒌𝒆𝒏𝒆𝒚 𝒌𝒘𝒍 𝒌𝒌𝒐 𝒏𝒅𝒖𝒎𝒗𝒂 𝒘𝒂𝒎𝒑𝒂𝒏𝒖𝒓𝒂 𝒄𝒂𝒏 𝒎𝒖𝒃𝒖𝒛𝒊𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒏𝒅𝒊𝒎𝒘𝒐
@user-ut3mx5ke6m
@user-ut3mx5ke6m 9 дней назад
𝑵𝒅𝒂𝒃𝒂𝒔𝒂𝒗𝒚𝒆 𝒖𝒘𝒐𝒎𝒖𝒗𝒚𝒆𝒚𝒊 𝒃𝒂𝒔𝒉𝒊𝒓𝒆 𝒎𝒖𝒓𝒊𝒚𝒐 𝒈𝒓𝒐𝒖𝒑 𝒎𝒖𝒓𝒖𝒈𝒆𝒏𝒅𝒐 𝒈𝒐𝒌𝒖𝒋𝒂𝒎𝒆𝒊𝒋𝒖𝒓𝒖 𝒏𝒂𝒏𝒋𝒆 𝒏𝒅𝒂𝒌𝒆𝒏𝒆𝒚 𝒌𝒖𝒃𝒐𝒉𝒐𝒌
Далее
Drive through the color🚗❓
00:13
Просмотров 5 млн