This guy is amazing.Nubwo yavuye mu mahanga afise uduhera dukeya,igikomeye ni leçon yabonye atashe.Keep thinking,work hard.Hanyuma uze urakoresha gloves ntukore kubifungurwa hanyuma urondere paper towels zo guhanagura ibintu.
This man is a warrior🥋 mubuzima twes turaca mubintu bigoy ariko what is worse is not passing through errors, confusion or hardships but it's worse when you never take a lesson and make a good turn to refine yourself✍️
Ntabwo kubona document waragiye ufite visa ya A (aba diplomate) byoroshye. Yabonye kuguma yo byaba ari ugut’umwanya maze aritahira. Ntihagire umuseka, ahubwo ni uko izo datails zamunaniye kuzitanga kubera amashuri make. Azashake visa ya B1/B2 ubundi azaceho burundu.
Mwiriwe. Ivyo uvuga ni vyo. Nta kazi kaheze.Muri USA ubuzi ni bwinshi. Haheze visa yo kuba muri USA. Aho wihendeye : wari kuca uja kwideclara ko uri impunzi. Bakaguha les documents de séjour. Muri USA nta muntu birukana yahashitse. USA ni ahantu heza caaane ku muntu afise ubwenge. Jew mazeyo imyaka 17 ndahazi. Nta hantu heza habaho nka USA. Warahomvye cane. Kirazira kwanjanjwa waronse.
Who was the Burundian ambassador at that time? What year was it? How come he came back with $2000 after more than 2 years in the US? This are real questions to think about.
Kumwita umusazi n’ukwihenda! Abany’Africa bamaze kugaruka kurima, korora, canke gukora iyindi mirimo ni benshi! Abazungu bahevyiwabo bibera mubihuga vya Africa ni benshi! I don’t know where you get your words to criticize he guys!
Sinemeranya n’uyu muntu, iyi mitwe ariko adandaza sinibaza ko yoba isumba akazi ko yakora amerika. Niyemere ko vyanse areke gutuka amerika. Erega ntiyari yemerewe gutura amerika kuko yari umukozi wa ambassade
nimba udatahura ko uba USA 2ans ugatahana 2mil, urabaza abamaze 10 ans batararonk nayo kwubaka maison simple i bujumbura. Si kuvuga ko bagiye bahembwa make ariko ariya twita menshi($2500-$3000) ashobora guherera mu mibere ho yawe ya misi yose iyo uba mu bisgara bikuru hazimvye(nka Washington, cank ahandi). Rero inzira yerera uwundi wewe irashobora kukunanira kubera mubaye ho ugutandukanye. Tumenye kudatwenga cane abo vyananiye kuko ejo bishobora kuba wewe.