Тёмный

Umukuru w'Igihugu abaza igituma Uburundi budatera imbere nk'ibindi bihugu? 

Indundi TV
Подписаться 293 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

#indundinews: Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye arababaza akanatanga insiguro y'igituma igihugu c'Uburundi kidateye imbere nk'ibindi bihugu..... tumwumvirize muri vidéo

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 36   
@niyongabojuvenal8114
@niyongabojuvenal8114 2 дня назад
Il faut d'abord instaurer la politique claire qui permet : - de mettre l'umurundi avant tout pas les parties politique - de mettre en place une éducation qui répond aux besoins et aux attentes de la population Burundaise-africaine - mettre l'enseignant à l'origine du développement plus que tout le monde - mettre en place une politique de production et d'industrialisation de tous les besoins burundo-africaine sinon les besoins sont tous sans exception aucune en provenance de l'occident "La meilleure façon de vivre libre et de vivre digne, c'est de vivre africain "
@patrickmuhireroger8771
@patrickmuhireroger8771 2 дня назад
Kwigana u Rwanda byo ni sawa kabisa. Intara 5 nk'u Rwanda.
@johnnikunkuru1038
@johnnikunkuru1038 2 дня назад
@EgideRiyazimana-b2d
@EgideRiyazimana-b2d 3 дня назад
Idée professionnel
@emmanuelniyonsaba4568
@emmanuelniyonsaba4568 2 дня назад
Aussi longtemps politique yogukumirana nta terambere wapi
@OmarRwamakuba
@OmarRwamakuba 3 часа назад
Ndabarahiye. Mugihe uburundi bukigendera mubyubwoko. Buzahora buba ubwanyuma muri africa
@LaulentiEzekiel
@LaulentiEzekiel 3 дня назад
Nivyo kwel
@janvierlion751
@janvierlion751 13 часов назад
The reason why Burundians are not progressing is their President because is the country's first strategist & implementer
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 3 дня назад
🎉🎉🎉🎉
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 дня назад
Nyakwubahwa,mwaragura n uko mutavura !!! Umunsi uMurundi azohanwa n Amategeko kubera "Ugupfumbatishwa",Azohanwa kubera akoresheje Ijambo ngo "Ncorera hewe" uMurundi azohabwa Amabanga y Intwaro kubera ubushobozi n Umwete abifitiye atari kubera ko azwi na Kanaka Aho tuzoba turi muri ya Nzira y Imbonakazoza!
@DrNelsonJohnMuhirwe
@DrNelsonJohnMuhirwe 2 дня назад
Murakoze cane Papa wacu Neva jewe Ndagukunda cane kubwanje ndabonako urimose Uhoraho yahaye Abarundi nuburundi najewe ndimubeyemeje kubaha nokumvira indongozi.
@HajiKelly
@HajiKelly 2 дня назад
Eka niso pe niba ufise so wikirogorogo nkuko numva ufise so pe😅
@AntoinetteFanny-l8s
@AntoinetteFanny-l8s 2 дня назад
Davis Barbara Martinez Christopher Martin Mary
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 3 дня назад
Kbs
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 дня назад
Uwaroze aba DD ntiyakaravye nkaho ariko aDDmba iki?
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 День назад
None nka wewe atanindero ugira, utubaha abakuruta nyoko iyakaguta mwiwese vyari gufasha cane🙄🤧
@AbrahamBahati-f5q
@AbrahamBahati-f5q 3 дня назад
Muzehe wac imbona kazoza umushinge wayo nyakur ni amatara namazi Kuk niho namba yoba arumubaji akaba ashak kugura impene akaror azotuma acarara arabaza mpaka ayigur
@Favour3558
@Favour3558 2 дня назад
Nibahindure politic . Ibintu vyose nabantu bose ntibategerezwa kuba pilitize. Kuki Bdi bashaka ko ibintu vyose Reta iba involved? Harabaho ico twota private sectors , without private sectors forget going forward ⏩ , mushaka gufata ibintu vyose nkahumenga nivya leta birancana intege. Ikindi bahebe gutoteza opposition. Freedom of speech please. Pritirioze citizens instead of pritiriozing your own pockets . Nivyijshi tuuu nuko mudahereza abantu ijambo ngo mwumve ivyo dushaka as citizens . Ibindi bihugu batahereza abanyagihugu chance yokuvuga bakabumviriza
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 дня назад
Nyakwubahwa Sebarundi Za murabereka Irembo ry Abataha abo batovyi! bashake baze bakwite Dictateur!❤ ✊🏾🇧🇮
@DNAT_show
@DNAT_show 2 дня назад
diaspora nabarundi barimugihugu nitwe dukwiye gukurako ishusho amahanga yahaye Burundi bwacu, ndazi ko uburundi bufis vyinsh vyogutuma busayangana ariko abarundi nibo bakene, reka tuve hasi duteze imber igihugu cacu 🙏
@sese667
@sese667 День назад
Uburundi n'ico Gihugu cambere gikenye kw'isi dufatiye ku mibereho y'abanyagihugu (PIB), si ishusho amahanga yahaye Uburundi, ukwo n'ukuri kandi mu Kirundi bavuga ngo : "Uwuja gukira ingwara arayirata" ... Abarundi b'aba diaspora n'a ba locals, barashobora guteza imbere Igihugu ariko Igihugu gitera imbere kuko cane cane hariho plitike nziza yo kugiteza imbere, ntidushobora gukena igitoro isukari n'ibindi vya nkenerwa hama ngo tuvuge vision 2040-2060 kuba ari uguhenda abantu ...
@NimubonaBenoit
@NimubonaBenoit 3 дня назад
Egooo idee ninnziza cane nyakubahwa mugabo ubutungane ntabwo
@edouardmiburo795
@edouardmiburo795 3 дня назад
Komera kukivi Muvyeyi!
@lieserebazombanza7004
@lieserebazombanza7004 3 дня назад
Ingorane Abirabure ntidufashanya umwewes arikunda agashaka kwikorana nico kitubuza bitugora guterimber vyihuse
@williampro815
@williampro815 3 дня назад
Kubera twikunda Kandi twanka iterambere
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 3 дня назад
Ubusuma kubarongozi,nibwo butuma lgihugu ataho cishikana,Tange lbikorwa vyose vyigihugu bikorwe namashirahamwe yabikorera utwabo murabe lngene gitera lmbere.hama ayoteje lmbere lgihugu mureke lndongozi zirire.
@emmanuelniyonsaba4568
@emmanuelniyonsaba4568 2 дня назад
Ugukumirana mufata abantu bize ivyubutunzi kagaca baja kwigisha muma fondamental ngonuko mutdasangiye ivyiyumviro vya politique nta politique nziza izopfibaye
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 2 дня назад
Wari intwari nuko tutumva kbx❤❤🎉🎉
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 2 дня назад
😂😂😂😂inde Ari intwari?uravuga never canke uriko uvuga n'uwundi?😂😂😂😂😂
@gasarabwepatrick659
@gasarabwepatrick659 2 дня назад
😂😂😂😂 Kirofa nyama
@MrsEdmond_2.0
@MrsEdmond_2.0 День назад
Nyoko na so nibo birofa bakuvyaye, pumbavu🙄🤧
@Princetuyishime
@Princetuyishime 2 дня назад
😂😂😂😂😂😂😂😂wibeshya ituma uburundi budaterimbere ni politic baba DD yamacakubiri mwimitse Igiturire muriheza ntimubana nabandi
@Favour3558
@Favour3558 2 дня назад
Bafise nda ndende . Kandi amacakuburi bafise ashingiye kuri politic zabo . Bategerezwa kumenyako igihugu Atari urugo rugekwa numumtu 1 😂 Kandi without private sectors forget iterambere . Aba politicians bdi bashaka gukontrola buri kintu nkahumenga vyose nivyabo . Ibaze uro hanze ukora 7days a week then ngo utashe umu DD aguhe itegeko ryayo uzomuhemba muri business zawe Kandi mudasangiye umutahe
@Favour3558
@Favour3558 2 дня назад
None iconkinogo ko mutagikuraho ? Nawe rero uratubeira ibibazo nsbabitera ariko turarushe , talking alone is cheap Mr president , please do something stop preaching naah
@Simvura
@Simvura 2 дня назад
He is cheap He doesn't know anything else but talking only
Далее
I Did This With Coffee! 🤯☕️ #shorts
00:22
Просмотров 420 тыс.
@ItsMamix учу делать сигму😎
00:12
Просмотров 785 тыс.
Burundi: inama yahuje umukuru w'igihugu n'abacamanza
36:13