The only easy day was yesterday! Bro I liked it ! is a powerful reminder that success requires hard work, dedication, and a willingness to step outside of one's comfort zone.
I like this mindset. Iyaba bose biyumvira nkawe. Kujayo si bibi ariko to invest mu gihugu cawe wasize no kukigarukamwo no matter what ikaba objectif. Nabo kugira ngo bagere aho bageze unu ntivyizanye. Many are living a routine life ugasanga bakora ivyo umuzungu adashobora gukora ck agaya hama umwirabura akabijamwo atari muri cadre yo kwiteza imbere ariko bikamubera comfort zone akabipfiramwo.
Big up to you.Urumuntu wumugabo ufise mind.Nivyo wavuze ukuru nkatwe twaharungurutse mubihugu vyohanze ni danger.Arik uwuri muri Africa were umengo ningwara bagwaye bose bipfuza kujayo
Iki kiganiro ni cyiza,njye numvishe ubuzima bwe numva intumbero ihari kandi art nziza cyane,uyu muhungu azatera imbere,mukomeze gahunda y ubukangurambaga
Gaël, Reka kuba utuzanira izo nywarumogi . None ba ba diaspora bagura ya mazu yo kwa Fabrice muri COME and SEE BURUNDI bakura hehe amahera ko mbona wama wagiye kubatera ama Camera aho baziguze !!!!
Uwo mutual yari umwonyoni mumbarize abo bubatse amaetaje vyagenze gute? Ko nyabugete yuzuyemwo abanyamerika amerika nimanamba but home is all ways sweet.
Ivyuko yagize ingorane zomumutwe ko mutabivuze ? Sukumwagiriza ariko nibaza ko bikenewe kuko yaravyivugiye kuri Mashariki TV ko biri muvyatumye ataha. Courage ariko ! Hose ubuzima buriho.
@eric. Effectivement, mugihe we nyene yoba yaravyivugiye ce serait un element tres important. Mugabo rero nogukora hanze mu bushuhe bwa ete no mumbeho yo muri hiver ni abantu bake bobishobora.
Nureke kuba ushikuza sha, ndahamaze umwaka m nije mbona ivyiza vyaho kandi ndamaze kuza mu Burundi muri vacance kandi nuyumwaka nzozanana numuryango. So ngira America tubamwo ziratandukanye kabisa,sindagutahuye nagato!
Ubwo buzima umuntu yabaye dubai yobushobora kuko nakwunvirije ingorane ziri dubai ninvise ari cokimwe na USA.gusa dubai nta kori kumushahara .kandi dubai ivyokurya birazimbutse bukebuke inzu ningorane za ma visa niyo ngorane