Good job President Samuel , jewe mba Arizona phoenix , imburakimazi , imihimbiri , ibinembwe nibo baguma bagomba ko basubiza iterambere ry’abandi , babwire nyakubahwa Samuel . Thank you kandi chimamanda kuva ndagukurikirana niryo rya mbere ukoze ikiganiro ciza good job too.
Umusi chimamanda azoheba gutyoza igihugu agatangura kuvuganeza igihu kuva uyomusi nyene bazoca bamwita imbonerakure uwuharira azompinyuza gusa icondamukundiye nukwo yarondeye samuel bivuganire one on one which is very nice 😊😊
😊😊 President Je ndemeranya nawe na Fablice,yamara harico ntemeranya namwe ... Projects zikozwe n Abarundi,zihuriwemwo n Abarundi mwihangane muze muraziha Amazina y Ikirundi.🙏🏾 Ubu ndabaha 4/5 gushika muhinduye Projects mu Mazina meza y Ikirundi. Abongereza boshira Igikorwa Cabo mw Izina ry Ikirundi??? You speaking Good Points though 🤔 ✊🏾🇧🇮
Samuel Imana iguhezagire cane gusa muvyurikuvuga biboneka ko chimamanda atavyunva kuko neza bivanye na bimwebimwe ashoboye kuba yaratamitswe gusa samwel wagerageje kusigura murupfasoni ivyo wabajijwe no kurirya document uzakumurungikira urakoze . Samuel kora ntiwunve abantu
Mbega samuel ndayiragije, wewe woba president wa diaspora ugahabwa ubwo butware mu kayanza, amatora ahagarariwe na gouverneur wa kayanza? Mbega ayo matora yatumweko na nde?
Kayanza ni mukuzimu canke ni mukirere? Isi ya kayanza itandukaniye he nisi ya Bujumbura canke gitega , mbega Samuel numunya Kayanza ?😂😂😂 Murateye isoni