Тёмный

Kamikazi - GITANDARA (Official vidéo) 

Kamikazi Sandrine
Подписаться 126 тыс.
Просмотров 617 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

23 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 458   
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 Год назад
Abaribakumbuy ibikorwa vya kamikaze nkanje tumenyane 👇❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️👏👏👏👏👏👏👏👏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Olalala hezagirwa cane
@goretndumana8267
@goretndumana8267 Год назад
Nihabwi cubahir nyakubaw hezagirw
@bahatsnn7448
@bahatsnn7448 Год назад
Ndagukunda cane kamikazi ❤❤❤❤❤
@niyonkurureverien1914
@niyonkurureverien1914 Год назад
La 😂'❤' ❤?¿‽¿¿] k'‹l'la aslq q' 'Non a '. ❤'''​a qp' @@ de a 'ne a sa nyn ?1@@>. ¡?0?01?k ? Ni' ala''q p' 'l Alal n'' 1 a0@@goretndumana8267l😂p q
@tuyizerefabie8271
@tuyizerefabie8271 3 месяца назад
​@@KAMIKAZISandrinehy 3:54 ❤❤❤
@kanezasoso5878
@kanezasoso5878 Год назад
Welcome back Kamikazi ❤️🥰❤️❤️❤️❤️❤️ Love you ❤️❤️ Amen Gitandara C'Imana Rekanguhungireko🙏🙏🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Merci merci
@Nadinekwizera
@Nadinekwizera Год назад
Waoooooooooo Gitandara c'lmana reka tuguhungireko.👏👏👏👏👏 Uhezagirwe Cane Maman.urakunzwe canne ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@stitore2388
@stitore2388 Год назад
Amen amen kamikazi karibu wariwakumbuwe mwizawanje yesu akongere amavuta 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅👌🙏
@erichavyarimana3605
@erichavyarimana3605 Год назад
Uz'undeke nkwisunge 🙏🙏🙏🙏🙏Ameeen!! imigisha myinshi mukozi w'Imana Kamikazi
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Atugirire neza
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Год назад
Amen Amen kamikazi mwarahezagiwe cn Imana ibandanye ibagirira neza Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌
@kwizerarosine7676
@kwizerarosine7676 Год назад
Kamikazi twari tugukumbuye hezagigwa mwiza ❤️❤️❤️🥰🥰
@jdtirdknd7190
@jdtirdknd7190 Год назад
Amen kami wari waduhevye
@dianeirakoze6550
@dianeirakoze6550 Год назад
Nari nkumbuye indirimbo zawe maman 🙏🙏🙏 hezagigwa uri umugisha ku mahanga😍😍😍
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@nanaira9677
@nanaira9677 Год назад
Gitandara c'Imana Indirimbo nziza cane 🙏🙏🏼💞
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Welcome back Kamikazi🗣️🗣️🗣️ Twari dukumbuye ibikorwa vyawe🥰🥰🥰 Muhezagirwe🗣️🗣️🗣️🗣️
@erickhussein5960
@erickhussein5960 Год назад
MUNGU mwenyezi Baba alikuleta dunian ili uweze kuwahunilia walio waovu na wapate kuokoka Mungu azidi kukubaliki
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen Amen
@JeanineNyiramuhirwa
@JeanineNyiramuhirwa 5 месяцев назад
Yegoman🙏🙏
@solangenizigama2018
@solangenizigama2018 Год назад
Amen Amen Imana igukomeze kumurimo wayo mchr ndakwikundira 💕
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@audryigiraneza
@audryigiraneza Год назад
Amen courtage kami wacu utwongere n'utundi uriyo USA maman god blesse you
@irakizalove101
@irakizalove101 Год назад
hezagirwa maman .abantu mukorora amosozi kuber iyi ndirimbo tumenyane ndafashijwe cane
@saraal5512
@saraal5512 Год назад
Kamikaze
@saraal5512
@saraal5512 Год назад
Iyo ndirimbo twayironka
@saraal5512
@saraal5512 Год назад
Gute
@idesndayisenga4359
@idesndayisenga4359 Год назад
C'est coupables,😅
@aplmbyemalaria6126
@aplmbyemalaria6126 Год назад
Amen kamikazi wacu , welcome again WE need more songs
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Yesu atugirire Ubuntu nimbabazi ntakiryoshe nkogukorera mumuhamagaro.
@francoisk7395
@francoisk7395 Год назад
@@KAMIKAZISandrine ......one day in US America someone shared with your video then i Always listen to your songs but i dont understand your language. Could you please add transcription in English or French to coming songs. For God has annointed to sing
@georgesmulamba8636
@georgesmulamba8636 10 месяцев назад
0
@jeannenifasha6823
@jeannenifasha6823 Год назад
Amen urakoze kami abahezagiwe niyindirimbo nkanje muhite mundamutsa
@ferdinandndanezerewe6351
@ferdinandndanezerewe6351 Год назад
Mahoro cane .Nanje iyi ndirimbo yampezagiy cane
@charlesciza9874
@charlesciza9874 Год назад
Aleluya maman warahezagiwe
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen
@eulalieirakoze
@eulalieirakoze Год назад
Welcome again kamikazi.ntahandi hoguhungira atarikwa YESU
@fortunathaelnest8339
@fortunathaelnest8339 Год назад
Amen tuliku miss sana Mama mzuri balikiwa sana mpendwa❤️❤️
@claude6789
@claude6789 7 месяцев назад
Amen kamikzi ubndanye uhezagigwa Iman ibndanye ikwungura ijambo ryayo thx
@chachalizzymelodyofficiel5052
Amen Amen Amen mugire umugisha my sister
@everline7804
@everline7804 Год назад
Narindagukumbuye. Kamikazi. Nukuri. Urakwiye. Gusubirakumurimu. Nkukowahora. Uzimitimayabantu. Wasanawanye. Turagukunda. Rabugaruke
@pascalntwari2818
@pascalntwari2818 Год назад
Amen Gitandara c'Imana reka tuguhungireko kubw'imbabazi zawe.... Uhezagirwe cane twari tugukumbuye Kamikazi wacu
@MenedorNiyibona-zp4lz
@MenedorNiyibona-zp4lz Год назад
Amen kamikazi imana ibandanye ikugirira neza🙏🙏🙏🙏
@irakozecaliste1812
@irakozecaliste1812 Год назад
Amen imanikuturindire muvyeyi ntakutagira🙏🙏
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Год назад
Welcome back sister wacu, twari tugukumbuye cane. Gitandara c'Imana reka nguhungireko.wubahwe ncuti yacu ahuri hose numuryango wawe wose. Mukomeze kugira umwaka mushasha🙏🙏🙏🙏🙏.Abana uti yambu💖💗💗❤️❣️❣️💞💞💗💗♥️♥️♥️🇦🇺🇧🇮
@jeanclaudenahimana3302
@jeanclaudenahimana3302 Год назад
Kamikazi uririmba neza cane Imana iguhe umugisha muri vyose ❤❤🇧🇮🇨🇦🇨🇦👍👍🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️
@chantalkamikazi9559
@chantalkamikazi9559 Год назад
Amen amen murampezagiy cane kuriyi ndirimbo
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 Год назад
Nice song! Uhoraho abandanye agukomeza agukoreshe nivyubuhizi
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen Amen
@jeanmariemuco1132
@jeanmariemuco1132 Год назад
Amen ndahezagiwe cane gose Inomihezagiro ndakwipfurije kotwoyisangira ibihe vyose Amen
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Hezagirwa cane
@irankundadivine7782
@irankundadivine7782 Год назад
Murakoze caane mukozi w'Imana Yesu abandanye abongera inkomenzi
@ngendakumanaalvere-pf6yo
@ngendakumanaalvere-pf6yo Год назад
Urakoze cane kamikazi,Imana Ikongere Inkomezi Zogukora Umurimo w'Imana kugira Imitima Ya benshi Ihembuke.kandi Turipfuza cane ko wosubira gutegura Impamba y'Umunsi
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Hezagirwa cane
@joselynenahigombeye1256
@joselynenahigombeye1256 Год назад
Murakoze cane twari tugukumbuye.uhoraho akomeze aguhezagire.reka tuguhungirko mana
@nyiracumialoysie1955
@nyiracumialoysie1955 Год назад
Nndagukunda cyane.uririmba neza.Amen.Yesu agukomereze impano.
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
AMEN
@DidaceNizere
@DidaceNizere Месяц назад
Amen Imana ibandanye kuha imbaraga indirimbo zanyu ziratwuza
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Год назад
Welcome kamikazi warukumbuwe Gitandara c'Imana amen amen ndahezagiweee 🙏🙏🙏urumugisha
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen Amen
@florencenshimi9353
@florencenshimi9353 Год назад
Ivyotwokora vyose numwete wacu wose .... icogitero ndagikunda . Barikiwa
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Hezagirwa cane
@ManaproRolin
@ManaproRolin 5 месяцев назад
Kamikazi Imana ikomeze kuguhezagira ndahezagirwa cane nindirimbo zawe❤
@mutoniphionah7423
@mutoniphionah7423 Год назад
Narigukumbuye nukuri imana ikomeze kukwagura muribyose 🙏🙏
@BukuruNicole
@BukuruNicole 5 месяцев назад
Karibu muntu w,lmana turagushigira lmana yomwijuru ishishikare kungera umugisha.
@ShetuHaruna-gb5yq
@ShetuHaruna-gb5yq Год назад
Twari dukumbuye ibikogwa vyawe😍❤️❤️♥️♥️♥️♥️🥰🥳🙌🙏🙇
@chitegechefrancis5980
@chitegechefrancis5980 Год назад
Mungu atukuzwe hakika mungu ariupenda urimwengu hata akamutowa mwanawe iri kira aminie awenauzima wa milele mungu akutunze kamikazi
@Mary-hq3hu
@Mary-hq3hu Год назад
Amen, naguma nza nkeguza ndaba ko waduhaye bishasha nkabura non nciye nsanga nacerewe, Uhezagigwe
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Ooooh disiii
@PerpétueNAKINTIJE
@PerpétueNAKINTIJE Год назад
Mpa watsap yanyu mwoba mukoze
@FistonNimbona-e2x
@FistonNimbona-e2x 10 месяцев назад
Amen hezagirwa twongere kandi twatyohewe❤
@PromoterWImana
@PromoterWImana Год назад
Good Song my Sister
@niyonkurumicheline6599
@niyonkurumicheline6599 Год назад
Amen kamikazi wacu uhezagirweee
@OdetteNdacayisaba
@OdetteNdacayisaba 6 месяцев назад
Kamikazi wanj❤ ndagukunda gose❤uranyuzuza uriko urahimbaza Imana❤
@uwimananadia5846
@uwimananadia5846 Год назад
Amen amen Imana igukomereze kumurimo wayo
@GiseleAkimana-pe9gt
@GiseleAkimana-pe9gt Месяц назад
Yesu akongere amavuta ubandanye urugendo rwimana agutwikirize amaraso yiwe maman
@ndihokubwayomelance3163
@ndihokubwayomelance3163 Год назад
Amen kamikazi wubahwe kwer
@francinendayavugwa8950
@francinendayavugwa8950 Год назад
Amen Amen Imana ibongere imbaraga ndabakunda cane gose 😍😍😍😍😍🙏🙏🙏🙏
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@ndayishimiyeFuraha
@ndayishimiyeFuraha 2 месяца назад
Imana iguhe umugisha
@dorinehalima4382
@dorinehalima4382 Год назад
Ndahezagiwe niyi ndirimbo kamikaze Imana ibandanye kuguha inkomezi numva ndose inkomezi nyishi mumubiri
@ndayisengalydwine8939
@ndayisengalydwine8939 Год назад
Welcome kamikazi ❤️💜💕
@daniellakoze
@daniellakoze Год назад
Nkundira gitandara nguhungireko twari tugukumbuye kabix komez wihezagirigwa
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Hezagirwa maaa
@latifanishimwe9937
@latifanishimwe9937 Год назад
Merci beaucoup kamikaze ❤️❤️❤️❤️❤️ tubatwaritugukumbuy vyahatari
@jdjwhwbhwjw7231
@jdjwhwbhwjw7231 Год назад
Amen uhezagirwe Kami kandi imana ibandanye kugucurukundi
@ivenduwayo6619
@ivenduwayo6619 Год назад
Amen
@venusteiradukunda4837
@venusteiradukunda4837 Год назад
Amen. Ndahezagiwe nukuri
@nsabimanaemmanuel1911
@nsabimanaemmanuel1911 Год назад
Amenaaaaaa 🙌🙌🙌 Amenaaaaaa IMANA igushyigikire ikonjyerere imbaraga namavuta 👏👏👏👏 Amenaaaaaaa
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 Год назад
Love from Josiane 💓🇧🇮,nice song
@ndayisabajoyeuse2611
@ndayisabajoyeuse2611 Год назад
Forum amarir yurukundo
@nsaburukundoemelyne4934
@nsaburukundoemelyne4934 Год назад
Amen maman wacu i miss you,welcome again Burundi urampezagiye
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@chantalmukeshimana5374
@chantalmukeshimana5374 Год назад
Amen lmana izidufashe izidushoboz tuze twibanire nuwomwami wacu yesu christo
@erastehakorumukiza970
@erastehakorumukiza970 Год назад
Aaamen !! Mwarahegiwe
@alphonsineirabishikije5326
@alphonsineirabishikije5326 Год назад
Ameni kamikazi
@ClaudeNdikumana-nl2lp
@ClaudeNdikumana-nl2lp 5 месяцев назад
🎉❤❤kamikazi yesu aguhezagore
@gloriadusabeyezu5900
@gloriadusabeyezu5900 Год назад
Ohoooo!!!gitandar c'Imana unzundeke nkwisunge mbega amasanamu mezawe hezagirwa mwiza
@udhcjchc9971
@udhcjchc9971 Год назад
Amen 🙏 amen 🙏 amen twari dukumbuy ibikorwa vyaw courage ndagukunda kand can
@richardngendakumana6076
@richardngendakumana6076 Год назад
Amen kamikaze imana ikubehafi
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Murakoze cane
@etiennebangi4417
@etiennebangi4417 Год назад
Ntahandi hoguhungira ataraho . More blessings
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 Год назад
Amen amen God 🙏 🙌 👏❤ 👏
@GroliaIrishura
@GroliaIrishura Месяц назад
Imbohezakristo'ntimukumbura'kami'burundi❤❤❤
@randaal1695
@randaal1695 Год назад
Waoooo😭😭😭😭😭amen amen amen👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤
@SamuelNkorerimana
@SamuelNkorerimana 7 месяцев назад
Kamikazi ndagukunda bikandenga ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@PrincessOm3285
@PrincessOm3285 Год назад
hallelujah happpp Glory be to God Gitandara cyi mana uzundeke ngwisunge Mana be blessed sis 🙌😭
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Azotugirire ubuntu.
@axellaassia8930
@axellaassia8930 Год назад
Ameen Ameen Ameen warahezagiwe mwiza Yoooh urankumbuje muhira bukeye nukuri mbonye kukibogoye🤣
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Год назад
Kamikazi ndagukunda shn
@verouthemanirakiza6598
@verouthemanirakiza6598 Год назад
Amen Amen balikiwa sana kamikazi mwarahezagiwe 🙏🙏🙏
@pinpajo1155
@pinpajo1155 Год назад
Wuuuuuw indirimbo nkunda isizwe uhezagirwe my Sister Kami
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Hezagirwa cane
@nadineciza2777
@nadineciza2777 Год назад
Gitandara c'Imana uzureke nkwisunge
@cedricndayishimiye
@cedricndayishimiye Год назад
praise God 🙌 Mrsiiiiiiii bcp ma tantine 👏
@belladannygikundiro382
@belladannygikundiro382 Год назад
Gitandara ci Mana uzundeke nkwisunge,🙌
@ndayipfukamiyeemelyne1903
@ndayipfukamiyeemelyne1903 Год назад
Amen.hezagirwa mukunzi wacu
@evelenkadega7919
@evelenkadega7919 Год назад
Amen twari tugukumbuye cane iman ikuzigame turagukunda💞💞🙏🙏🙏
@spesndihokubwayo8059
@spesndihokubwayo8059 Год назад
Ego Gitandara c'imana tubere ubuhungiro!
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 Год назад
Warukumbuwe. Mama joshua
@chantaldusabimana9510
@chantaldusabimana9510 Год назад
Amen muvyeyi ntahandi harubungiro nahonye
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Ukonukuri
@groriarichard8562
@groriarichard8562 Год назад
Waaawooooo Nikazi Nzuli
@niyibitangaisai7308
@niyibitangaisai7308 8 месяцев назад
Une très belle chanson muvyeyi wame uturirimbira nizindi
@EzechielNiyonizeye-pj3xi
@EzechielNiyonizeye-pj3xi 4 месяца назад
Mugu agukomeze mwizina dyayesu❤❤❤
@SamuelNdikumana-s5q
@SamuelNdikumana-s5q 2 месяца назад
Aho maze di kamikazi
@MukadusengeBelise
@MukadusengeBelise 9 месяцев назад
Ndagukundacyane mubyeyi💕💕👍
@hatungimanagilberte3414
@hatungimanagilberte3414 Год назад
Imisi nyishi,Imana igukomez kandi ubandany wabikoz neza cane,indirimbo nziza cne♥️♥️♥️♥️♥️
@AngelaNiyingira
@AngelaNiyingira 2 месяца назад
Ndagukunda cyane kam indirimbo zawe ziranyubaka cne
@vaking2672
@vaking2672 Год назад
Amen waraheza giwe imana ikomeze kugusiga amavuta🥰🥰🥰🥰
@ClaudineCoco-nn8ir
@ClaudineCoco-nn8ir 3 месяца назад
Amen muhezagirw
@hakizimanajules3168
@hakizimanajules3168 Год назад
Komereza muri cantique, komereza ahoooo
@uwimanaangenelly348
@uwimanaangenelly348 Год назад
Warukumbuwe muvyeyi Imana ikomez kugukoresha naga flm turakanyotew cn
@yvettempawenimana7111
@yvettempawenimana7111 Год назад
Amen cane uhezagirwe
@KAMIKAZISandrine
@KAMIKAZISandrine Год назад
Amen
Далее
KAMIKAZI SANDRINE Album HIMBAZA  2021
26:50
Просмотров 195 тыс.
James Arthur - Impossible
3:30
Просмотров 775 тыс.
Китайка нашла Новый Дом😂😆
00:20
Alvella Muhimbare - YAMISI
5:54
Просмотров 503 тыс.
KAMIKAZI-UBUGINGO(Official video)
6:46
Просмотров 690 тыс.