Тёмный

Ku nama yo ku wa 15/11/2020 : vyanka he kugira ngo abavuga ko ari abadasigana baje hamwe ? 

Isanganiro
Подписаться 73 тыс.
Просмотров 3,2 тыс.
50% 1

Itariki zine z'ukwezi kwa 11 umwa w'2020, Professeur Evariste Ngayimpenda, kw'izina ry'umurwi w'abanyepolitike bavuga ko ari abadasigana ba UPRONA itavuga rumwe n'ubutegetsi, yandikiye umushingamateka Abel Gashatsi, umukuru w'uwo mugambwe, amusaba ko hosubira kuba ibiganiro vyofasha abadasigana kwiyunga. Ivyo na none, ngo biri mu vyo barondera imbere y'amatora aheruka ngo kugira bayajemwo bari umugambwe umwe wiyunze mugabo birananirana.
Mbega vyanka he kugira ngo abo bavuga ko ari abadasigana ba UPRONA baje hamwe ? Kino gihe umuntu yovuga ko koko hariho UPRONA itavuga rumwe na Leta n'iyivuga rumwe nayo ? Hariho iyemewe n'iyitemewe n'ubutegetsi ? Ukutumvikana hagati y'indongozi za UPRONA vyoba bifise ingaruka izihe ku banyamigambwe basanzwe ? Kwiyunga vy'uwo mugambwe hamwe vyoba koko ari nkenerwa vyoshoboka gute ?
Ido n'ido ni muri kino kiyago co ku nama.

Опубликовано:

 

4 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 5   
@nahishakiyesaid51
@nahishakiyesaid51 2 года назад
UPRONA yajemwo aba Commissionaires benshi!! Akazu n’akaduga nivyo vyasambuye UPRONA!!
@elyfanelyfan8727
@elyfanelyfan8727 3 года назад
Uprona igisigaye kumugumya ni ba nsumirinda gusa
@nsabimanaizidori9659
@nsabimanaizidori9659 3 года назад
Interesting conversations murahagije mwese
@jimmynizigiyimana3773
@jimmynizigiyimana3773 3 года назад
Umumenyesha makuru aratwengeje, rwagasore agarutse yogarukana naba palo mirerekano,ntiwumvako i prona yoca isubirana benewo,
@felicienvyukusenge8432
@felicienvyukusenge8432 3 года назад
Burundi bwacu bwama burimwo abashamirana nababutera ingorane.mbega bizadushikana kuki?Mana ugarukire ingabire waduhaye
Далее
PERFECT PITCH FILTER.. (CR7 EDITION) 🙈😅
00:21
Просмотров 3,3 млн
ОВР Шоу:  Семейные понты  @ovrshow_tnt
07:21
السودان | بودكاست فنجان
1:31:39
Просмотров 3,1 млн