Тёмный

Ku nama yo kuwa11/07/2021: ugutahuka kw’abanyepolitique bahunze kuva mu mwaka w’2015 

Isanganiro
Подписаться 69 тыс.
Просмотров 5 тыс.
50% 1

Muri kino kiganiro, tuyaga ku vyerekeye ugutahuka kw’abanyepolitique bahunze kuva mu mwaka w’2015. Hari bamwe bamaze gutaha, hakaba n’abakiri hanze y’Uburundi.
Abanyepolitique bari hanze boba biyumvamwo gutaha mu gihugu c’amavukiro? Hoba hari intambamyi zihanze abipfuza gutaha ? n'igiki leta itegerezwa gukora canke abo banyepolitique bo basabwa iki kugira ugutahuka kwabo gushoboke ? ugutahuka kwa bamwe muri abo banyepolitique bizana akarusho kameze gute mu gihugu ? hakwiye iki kugira abanyepolitique bahunze bagaruke kwubaka igihugu cabo ? Nivyo dushimikirako.
Abatumire ni :
1. Pancrace CIMPAYE, aheruka gutaha inyuma y’imyaka 6 ari hanze y’Uburundi ; yahoze ari mu runani CENARED, rugizwe n’abatavuga rumwe na leta bari hanze y’igihugu, yarigeze kuvugira umugambwe Sahwanya Frodebu;
2. Anicet NIYONKURU, umukuru w’umugambwe CDP, nawe yarigeze kuba mu buhungiro, uno munsi ni umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bujejwe kumenyesha amakuru, ubuhinga bwa none n’ibinyamakuru,
3. Honorable Léonce NGENDAKUMANA, icegera c’umukuru w’umugambwe Sahwanya FRODEBU,
4. Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano

Опубликовано:

 

10 июл 2021

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@joeltoyi6050
@joeltoyi6050 3 года назад
Pancras antera amakenga kweli. umuntu yubahutse agasabira ibihano igihugu ciwe ari kumwe na ba Minani. igihugu camuvyaye!!!!
Далее
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 26 Mukakaro 2024
14:22
Просмотров 1,2 тыс.
Получилось у Миланы?😂
00:13
Просмотров 1 млн
Isanganiro: Amakuru yo ku wa 25 Mukakaro 2024
16:29
Просмотров 1,4 тыс.