Тёмный

« Nasohokanye n'umuzungu, biherera muri drogue » 

Yaga Burundi
Подписаться 38 тыс.
Просмотров 31 тыс.
50% 1

🚬 Kunwa ibiyayuramutwe, kwiba, gupfungwa, kugendana n’abazungu nivyo vyaranze ubuto bwa Mireille Uwamahoro.
☹️ Ubwo buzima yabutanguye afise imyaka 13. Uno musi aratwiganira ingene yabivuyemwo.
#AkariKuMutima
#ukubaho

Опубликовано:

 

4 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 56   
@Noameurice157
@Noameurice157 Месяц назад
Yooo Imana iguhezagire kandi yame igukomeza ntuze usubire inyuma kuko Satani wewe ntiyicaye yipfuza kowobigumamwo ariko yaratsinzwe mw'izina rya Yesu Christu nshimiye Imana kuntahe nziza uduhaye amen.
@kanae7677
@kanae7677 Месяц назад
Urakoze cane kuriyi témoignage, iri nisomo rikomeye cane uhaye abandi
@user-zn5qg4vh4x
@user-zn5qg4vh4x Месяц назад
Nanjye nanywaga itabi cyane nkumva ntabwo namara umunota ntararinywa, ariko njyewe nifatiye umwanzuro ndavuga ATI "ndaburetse" guhera uwomunsi narabiretse byose nimumutwe nomumutima, ntamuntu wakubwira kubireka
@ANNETTVSHOW
@ANNETTVSHOW Месяц назад
Ubuhamya bwawe burimo isomo rikomeye kurubyiruko! Thank u❤❤❤❤❤
@niragiraferdinand6438
@niragiraferdinand6438 Месяц назад
Imana ihabwe icubahiro. Kandi bravo kuri uwo mupfasoni yakize kandi intahe yiwe ishobora gukiza benshi
@ThierryKwizera-kr5yp
@ThierryKwizera-kr5yp Месяц назад
Aho rero Imana yabigukuyemwo ng wihane maman,ukabona utihanye ngo watur ivyowakoze Imana ikubabarire ham ikwongere inkomez ntubisubiremwo bishobor kugaruka
@aubinmaestro7526
@aubinmaestro7526 Месяц назад
Waouuuuh...mr6 bcp...uzofashe abandi kko Ijwi ryawe ryokwumvikana canee kko tu sais what it is!! Wandike n'Igitabo gishike kureee😍
@rutabanafrancois9443
@rutabanafrancois9443 Месяц назад
Imana yacu irashoboye. Imana ishimwe cane
@pearly36
@pearly36 Месяц назад
Oh Nana je crois, waryanye intambara nyishi sister wacu wa Ocaf👏🏾👏🏾👏🏾Imana ibandanye ikurinda🙏🏾🙏🏾
@claudenduwayo1577
@claudenduwayo1577 Месяц назад
Utubariye partie nto cane. Ndibuka 2010, 2011 nahonyene ntiwari bwamere neza.... Imana ibishimirwe cane hamwe yoba yaraguhinduye, yitwa Mutananirwa.
@Claire-rq9cg
@Claire-rq9cg Месяц назад
Wow merci pour le partage de cette histoire
@Capy-xo1
@Capy-xo1 Месяц назад
Mpore mpore mukobwa . Imana iguhezagire ❤️❤️🥰
@eddykevinkanyankire400
@eddykevinkanyankire400 Месяц назад
Un fort témoignage brave dame. La leçon : L'âge de la jeunesse est éphémère donc il serait judicieux qu'on en jouisse à bon escient sans regrets éternels.
@charleneirakoze9617
@charleneirakoze9617 Месяц назад
❤❤ bravooooo. Imana ibishimirwe
@user-kj2xh6bt5y
@user-kj2xh6bt5y Месяц назад
Pole sana imana irakubonaa
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 Месяц назад
imana ishimwe uko wabihevye pe🙏🏾🙏🏾
@claudenduwayo1577
@claudenduwayo1577 Месяц назад
Imana ikomeze kukugirira neza Mireille. Naguheruka kera sinarinzi iyo ugeze.
@BernieBizimana
@BernieBizimana Месяц назад
Imana iguhezagire cane kandi ikube hafi mûri vyose Mireille kuriyi ntahe utanze.
@mutembayirealine5935
@mutembayirealine5935 Месяц назад
Imana ishimwe ko yakubohoye.Ikomeze ikurinde mama
@ndayizeyekevin8714
@ndayizeyekevin8714 Месяц назад
Tinyukaaa urashoboyee 😮😊warushoboyeee kabis
@rumaragishyikalambert2837
@rumaragishyikalambert2837 Месяц назад
You make me tears😭, mfite sisiter nawe nuko bimeze kd nta numwe ashaka kumva.
@mjlk450
@mjlk450 Месяц назад
Sister wacu👏👏👏
@aliyahfanuel-qc7gn
@aliyahfanuel-qc7gn Месяц назад
ndashimye ukuvugisha ukuri kw' uyu muntu ariko hari ico atavuze! umuntu ntavyuka rrimwe ngo ndahagaritse cocaine canke ndahagaritse inzoga ari umu alcolique! L' addiction ni ingwara kandi iravugwa. Kenshi ifata isoko mukugirigwa nabi mu bwana, uwo yatanguye à 13 ans, nibaza ko ava mu muryango ushobora kuba warimwo ingorane.
@verasteakimana6627
@verasteakimana6627 Месяц назад
Wow hezagigwa
@user-hp8hv5vo9h
@user-hp8hv5vo9h Месяц назад
Pole sana
@sibomanaathanase4210
@sibomanaathanase4210 Месяц назад
Mungu asifiwe saana
@Mich_3503
@Mich_3503 Месяц назад
Imana Ishimwe ko wabohotse ku nzoga. Ndakwibuka ndi mutoya wama waje kudutira telephone fixe ngo uterefone waza waborewe nanje sinarinzi uko umuntu aborewe amera
@alicekrahenbuhl6949
@alicekrahenbuhl6949 Месяц назад
Hooo imana ishimwe caneee kukurokora. Ibandanye ikumurikira
@rahmakaneza5467
@rahmakaneza5467 Месяц назад
Ego di nana....Imana ninziza nimba koko vyose warabihevye
@NimenyaLionel
@NimenyaLionel Месяц назад
Benizi Temoignages mumyaka 10 cank 20 iza zizoba ari nyinshi; urwaruka mbona ubu rugira m kirere, ntaco worubwira pee.
@user-qw2ug8pj9z
@user-qw2ug8pj9z Месяц назад
😢😢😢 sha wavuye Kure kwl
@bebebebe9269
@bebebebe9269 Месяц назад
Yooo Nina sha nukuri je narinzi ko yafuye ❤ twarasagiye Drugs sha twabuyekure YESU CHRISTO yaradukijije ndifuza number yiwe MANA warakoze🙏🙏🙏
@user-lc5hu6vn5d
@user-lc5hu6vn5d Месяц назад
Amen
@akimanaali7226
@akimanaali7226 Месяц назад
My Allah bless you 🙏
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Месяц назад
Yiooo ndamwibuka 2011 mu ngagara nivyo disi ndabona umenga warahindutse
@DigneNdayiragije-hy8sp
@DigneNdayiragije-hy8sp Месяц назад
😂😂😂😂😂 wa ocaf😂gabanya ihoro sh nana
@Paradiotv
@Paradiotv Месяц назад
Amen😊😢
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 Месяц назад
Iyakurokoye yarifitiye imigambi wagakoze urwaruka turimunzira waciyemwo komeza uhanure abandi
@richardburundi3090
@richardburundi3090 Месяц назад
Kumenga nubu umwotsi uracarimwishi😀😀😀😀
@Mambo936
@Mambo936 Месяц назад
Wari waratumazeko amashuka wariba nu mu senegal mwagendana Yesu ahimbazwe yakurokoye
@kennymugisha4360
@kennymugisha4360 Месяц назад
Nanaaaa
@lbm3234
@lbm3234 Месяц назад
Erega abizanye hano ku mihanda baba bazi ibyo biteze. Nibo ba provoka abavuzizi kandi nabo babyungukiramo. Utabavuze babura akazi. Twebwe dukurikira ibiganiro nukurorera nk'abareba umupira.
@user-dj2zk9js7v
@user-dj2zk9js7v Месяц назад
Ndakwibutse nanj kwell okafe
@Therealvoice1
@Therealvoice1 Месяц назад
Ubuhamya bukomeye pee, ariko nyine byose ni mumutwe koko
@kennyrichman
@kennyrichman Месяц назад
Nana😂💀🔥🔥
@mrsnzinahoraticket5344
@mrsnzinahoraticket5344 Месяц назад
Wagize amahigwe sha urigobotora ubivamwo abandi babigiramwo mpala iwabo wabose.
@manirakizafiston3368
@manirakizafiston3368 Месяц назад
Efesiens 2:1- 7
@cizaviateur
@cizaviateur Месяц назад
Uhoraho ahabwe icubahiro mwompa nimero yiwe?
@seraphinkd5228
@seraphinkd5228 Месяц назад
Uwo muntu arakenewe cane mur centre Strong Bridge de Nyabugete
@aduhiremagnifique9868
@aduhiremagnifique9868 Месяц назад
🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@bizimanadia6377
@bizimanadia6377 Месяц назад
😂😂😂😅😅😅
@alicemwamikazi1257
@alicemwamikazi1257 Месяц назад
Urabesha
@kankobwavillage
@kankobwavillage Месяц назад
Nawe ubwe ni umu drug users... umusatsi we uramugaragaza cyane
@manirakizafiston3368
@manirakizafiston3368 Месяц назад
Ikivyawe n'Imana cose kinesha isi
Далее
“Bellissima” irateye impari muri indasi
7:45
Просмотров 3,3 тыс.
“Ubutare bwo mu Kirundo”, bobwimba gute ?
6:26
Просмотров 7 тыс.
Воскресный утренний стрим!
1:00:16
Your bathroom needs this
00:58
Просмотров 17 млн
РУБИН - ЗЕНИТ: ВСЕ ГОЛЫ
01:03
Просмотров 162 тыс.
Inoti yose piii
3:49
Просмотров 3,8 тыс.
Billy yama mu bisanga
5:11
Просмотров 6 тыс.
Mireille Ndenzako
4:38
Просмотров 40 тыс.
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Просмотров 8 тыс.
Воскресный утренний стрим!
1:00:16