Тёмный

#KuKAYI 

PAM Channel TV
Подписаться 26 тыс.
Просмотров 27 тыс.
50% 1

#pam #kukayi #pamchanneltv #thepassword #Burundi #goodtalkshowburundi #entrepreneuriat #business #innovation #tourismeauburundi #visitburundi #pamchanneltv #smartmind #Kwijob #Kw'ijob #burundi2022 #Potentiel #diaspora #inspiration #youthinspiration #Changing #Mindchange #artisteburundais #Burundianartist #Openmic #Anaise #Sexylove #Anaisesexylove #mariage #Figene #PasteurFigene #Nicole
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Nina Gloire INGABIRE & Darcy MWUHIRO
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 26   
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 Год назад
Ikiganiro cambere kinryoheye!!! Yaba ama familles yose yoshoboye kuraba ico kiganiro, tukisuzuma tukiga, kubera umugani wa Pamella yari seminaire nukuri!! Merci beaucoup à ces invitées bavuze neza gose, et les hosts Anaïs aguma abiryosha et toi aussi notre Pamella 🤗🤗😍😍👏👏👏
@ukuri0717
@ukuri0717 Год назад
Coup de chapeau. Ndemeranya namwe uko uvuga ton partenaire niko bazomufata
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 Год назад
Nkunda uyu mu Maman wo ku Kayi🌺
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 Год назад
merciii
@Ildephonse-dosiya
@Ildephonse-dosiya Год назад
Ikiganiro ciza kabisa... courage..
@sandrineineza7574
@sandrineineza7574 Год назад
Merciii bcp pour l'émission vt iri top irahanura goose
@blandinemuco
@blandinemuco Год назад
L'intro 😍😍😍😍😍....Bivuge di 😂
@emeryniyonkuru9864
@emeryniyonkuru9864 Год назад
Les intermédiaire de tous les côtés, merci Madame ku nyishu z'ubwenge
@cizajacqueline3194
@cizajacqueline3194 Год назад
My freind pasteur Figene.Eweee Pamela Nawe ivuga ivyiza gusa iyo 'ngabire izogwire cane
@dianensanimfura580
@dianensanimfura580 Год назад
Émission ikenewe caaane lmana idufashe gutahura ukwibona urugo
@uweradaniella2910
@uweradaniella2910 Год назад
Ni top ndabakunda
@Blessingblessed241
@Blessingblessed241 Год назад
Abarundi turi abantu beeeza caaane pe!👌. Ko ivyo ibintu biriho j'aurais aimé kwumva mu ba invitées uwabibayemwo nyene, peut-être yonatubwira uko yabivuyemwo. Nayo ibindi ça reste des théories.
@sungraciella2308
@sungraciella2308 Год назад
Love thissss
@user-gv6hg6kz4s
@user-gv6hg6kz4s 10 месяцев назад
Impande zose nukoroha mu mutima kuko umwe wese amufiseko uruhara,umwe n,umwana wiwe uwundi n,umugabo wiwe ,mwijambo rimwe seng, Imana ibahe urukundo .
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Год назад
Ama introo yanyu yama atesa 😂😂😂
@francinentamashimikiro9039
@francinentamashimikiro9039 Год назад
Pamela uranryohera vrmt
@dushimechanella9849
@dushimechanella9849 Год назад
Icigwa ciza cane Kandi ngirakamara.
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 5 месяцев назад
Ndabaramukije, ikiganiro ni ciza cane, jewe ngeze y'aho numva nosambura kuko akantu kose ab'iwabo nibo bafata decision.Dupanga projet twokora mu rugo inyuma y'umusi vyose biba bihindutse. Ico abavyeyi biwe badashatse ko gikorwa ntikiba. Narinzi ko ari jewe jenyene bibako numvise mfise abagenzi. Tumaranye trois ans nta project n'imwe turakora ndi hanze , abavyeyo buwe bambwiye ngo tuzokora projects ar'uko ansanze iyo ndi. Vy'ukuri abavyeyi bakwiye kwisubirako.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Год назад
😅😅🙈
@ImeldeNdayishimiye-qg4xq
@ImeldeNdayishimiye-qg4xq 2 месяца назад
Mbega umukwe ahetse inabukwe ku moto ni amakosa?
@ImeldeNdayishimiye-qg4xq
@ImeldeNdayishimiye-qg4xq 2 месяца назад
Mw'ibura ry'ibitoro ,umukwe ahetse umugore wiwe hamwe n'a inabukwe.None harimwo amakosa ga yemwe?muduhe umurongo mwiza.
@jusyleneagacuti967
@jusyleneagacuti967 Год назад
Iki kiganiro kiranryoheye cane,ndashimiye cane pasteur kurico kintu avuze co kuzana abantu munzu iyo mariage iheze, nukuri uwo kitarashikira ntaze agikore,uwuzoba akeneye ubufasha uzomufashiriza iyari ariko apana kumuzana munzu,kuko benabo bantu dutunga mu mazu ngo twaje kubafasha haba kuri côté yumuhungu canke yumukobwa, ntaco wokora na kimwe ngo baze bashime akigoro wabakoreye.rero ibintu vyo kuzana abantu dufasha mu mazu yacu tubihagarike.kuko birateranya cane kandi bikanasambuza ningo.
@kanimary5642
@kanimary5642 Год назад
Ibi vyabo tuzana jw narabibayemwo biragatsindwa. Baca banaduga ruguru kuguteranya nincuti zumugabo ; reka reka sibintu. Za murabafashiriza iyo bari please !
@jacobayanke463
@jacobayanke463 Год назад
Nyokobukwe canke muramukazi wawe akunegura , araba mwisorori akwirukanira umukozi,... ntabikora kurukundo. Mumajambo make ntibaba baragukunze babq barondera aho baguca bakwqnkishe uwo mwubakanye.
@jacobayanke463
@jacobayanke463 Год назад
Eheeeee aba mabukwe naba belle soeurs bubahwe. Ibazeeee. Batakworohereje nukwihagararako icubshiro ku rugo rwawe
@mizerogratia6098
@mizerogratia6098 Год назад
Lp
Далее
IGIKOMERE CO KUTEMERWA
15:22
Просмотров 2,9 тыс.