Тёмный

#KuKAYI 

PAM Channel TV
Подписаться 26 тыс.
Просмотров 10 тыс.
50% 1

Herbert NTWARI ni umurundi yabaye imyaka igera kuri 10 muri Canada, hama arahitamo gutaha mu Burundi, aca arashinga umugambi w'iterambere mu gisata c'imyidagaduro. Uyu musi nyuma y'igihe gito atanguye uyo mugambi afise amasoko y'amasihamwe akomakomeye mu Burundi. Kurikirana ikiganiro twagiranye nawe utahure ibanga ry'iterambere ryiwe.

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 22   
@Armel_Josselin
@Armel_Josselin 4 месяца назад
Ikiganiro ciza cane ! Turashaka n’abandi nkabo baza guteza imbere igihugu. Keep it up #MrBabybabe # PamChannelTv 🙏
@emilien2298
@emilien2298 4 месяца назад
Ravie de revoir mon ancien camarade de classe 😍
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 4 месяца назад
Europe turagukwirikira❤️❤️❤️💪🏾💪🏾
@alidan257
@alidan257 4 месяца назад
Wow👌🏾 Nabandi bagume batuzanira bishasha🎉
@nancyina5241
@nancyina5241 4 месяца назад
Mr. Babybb 👏🏽👏🏽🥳🥳🥳🥳♥️♥️♥️🤙🏾🤙🏾🤙🏾🥰🥰🥰🎊🎊🎊
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 4 месяца назад
Good emission 🇩🇪
@steffy_keina
@steffy_keina 2 месяца назад
🤍🤍🫂🫂🤗courageee mr babybabe!!!
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 месяца назад
😊this Lady! Dentifrice😅
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 4 месяца назад
Jewe ndumu fana wiweeee😂😂😂
@ornelladushime5996
@ornelladushime5996 4 месяца назад
😂😂😂😂😂😂iyo introoo iranduhuyeeeee peee
@mrsingleb
@mrsingleb 4 месяца назад
Uyu mu type afise amaso y'inyana. Aratesa.
@ClovisNtirubuza
@ClovisNtirubuza 4 месяца назад
Cnk nkaya Rwagasore Umuganwa😂.
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 месяца назад
Oya nyamuhungu agira amaso nka y'inyana 😂😂😂😂
@iranziarnaud-Orgnl
@iranziarnaud-Orgnl 4 месяца назад
Iyi chaine yubahwe vrm mu ma chaine yose yi.Burundi! From CANADA
@fabiorukundo2023
@fabiorukundo2023 4 месяца назад
Gros gros fan❤
@Floribert21622
@Floribert21622 4 месяца назад
Trust nobody
@jean-boscosenani7652
@jean-boscosenani7652 4 месяца назад
Pam muratesa pe ariko wararyohewe n ikiganiro gushika aho nawewe umufasha kukiryosha !! " Bati Diridiri ko wambaye neza nawe ati harakantu iyumbona ejo"!!Natwe harakantu emission 2
@nimubonabeaudry1065
@nimubonabeaudry1065 4 месяца назад
Muga ntimwavuze aho akorera canke contact ziwe bomutorako
@irenepamelairakoze8820
@irenepamelairakoze8820 4 месяца назад
Ngo kakaye vrm😂😂😂😂 mutwigishe igiswahili abakizi please🙏🙏
@chrishima9203
@chrishima9203 4 месяца назад
Icara hasi 😂😂😂
@nirenganira8433
@nirenganira8433 4 месяца назад
😁😁😁😁😁😁
@fistonndayisaba8524
@fistonndayisaba8524 4 месяца назад
Courage Paméla;je suis fière de toi
Далее
When I met the most famous Cristiano
01:03
Просмотров 24 млн
When I met the most famous Cristiano
01:03
Просмотров 24 млн