Les paroles de cette romance vont droit au coeur. Elles s'adressent tendrement aux âmes des personnes qui s'aiment sincèrement. Nos remerciements à son auteur qui a su exprimer ces sentiments dans cette poésie bien inspirée !
nubwo, ntari umurundi iyi ndirimbo inyibutsa mon enfance (le meilleur moment de ma vie) mu Ngagara no kuri école Libre. Umunsi mwongeye kugira abalilivyi ba bahanga nkabo muzadusinyale pour que mes enfants sachent la définition du mot artitse de genie.
Iyi myaka ubuzima bwari buryoshe abantu bose wabonaga bangana natwukize cyane, tugura umukate wa 10, isukari yo ku biyiko, amavuta yo ku gakoroboyi. Karyohere aba nya Buyenzi, Bwiza, Jabe, Nyakabiga n´abanyarwanda bakuriye i Burundi.
Il y a des années, le Burundi comptait des hommes et alors des vrais. None ntaburyo bwo gushingishiriza urubanza ivyo bisuma, imihimbiri n'ingegera zigana indirimbo zitari izabo? Aidez leurs familles s'il vous plait! Car cela se fait sous d'autre cieux.
Je crois que cette chanson est parmi les plus profondes jamais chantées dans notre langue. Umuntu yogira lyrics yarwo yoyidushirirako uoba akoze cane. Izina naryo umengo yitwa Appolinaire si je ne m'abuse.
@kabadugaritse Reka sha u Burundi bgacu ntakigenda, umengo nta droit za aba artists zibaho, urevye ukuntu indirimbo zaririmbge nabo bo hambere abandi bantu birigwa bazisubiramo bazonona. Uca umengo abo baziririmvye kera ntakamaro bari badufitiye.