Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Lolilo urikudusazira nabi. Reka bavuge ivyiza vyawe apana guhora ubirata. Twese turabizi kbs mur game uruwambere yakoze vyishi vyiza. Rero ha respect izina ryae. We love you bro.
lolilo reka kuba misi yose amajambo zama zako zimeicha reka abandi bashushe umwanya wanyu mwawukoreshej nabi misi yose umunwa reka kora akazi kavuge maoni yangu ni hayo tu
Ivi uyu jama anajuwa maana yakutowa Mtu kimziki?aujawai kumlipia big video wala audio alafu kila siku kelele et umetowa Mtu ww wakati wepeke yako umekuwa unajipambania?SEMA tumekuwa close Sana ila apan umemtowa kimziki stop kusema iyo kitu Lolo fanya kazi Diih fizzo is the best
Naona ausikiyagi kirundi vizuri, alisema kama vile aliimba mbele yake ila kusema batu baanza kumuona niyeye njo alimuletaka mu game kumutowa ku ma vidéo
@@AdB-oe9yh man sikubaza kuko jewe narinciye ubwenge avant yuko Lolilo aza muri game twahora twumviriza indirimbo za Fizzo ziri muri album yise mbarira kuri cassette ico gihe twaba mu nyakabiga abantu twumviriza cane yari Fizzzo na kidumu hm mu nyuma hasohoko Dilemme Lolilo aca arayisubiramwo kuko bamwita Nelly du Burundi barasa cane tuza kumumenya uko. Yarakundo no guca mu nyakabiga jewe na baptit frère ba lolilo ndabazi kuko twariganye
Umve, ariyemereye ko fizzo yaririmvye mbere yiwe, ariko akavuga ko ariwe yamuzanye.....une contradiction. Ariko muzorabe neza, lolilo n est pas assez intelligent et encore moins sage.