Тёмный

IBITAVURWA KUWASAMBUYE IGISIRIKARE MU BURUNDI.NINDE YATUMYE IGISODA GISAMBUKA? 

RADIO TV  INKINZO
Подписаться 11 тыс.
Просмотров 18 тыс.
50% 1

Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923

Опубликовано:

 

2 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 20   
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 20 дней назад
Kuva hatanguye ayo ma missions y'abasirikare aho baronka agashiruka bute gafadika, aho za somalie, Centreafrique, murabizi ko cane cane abasoda basigaye i Burundi babonye ko abavuye muri ayo ma missions baje bafise uduhera two kwubaka, murazi ko hari ama quartiers yitwa Mogadisho, batanguye gutanga ibiturire kugira babashire kuri liste yokuja muri ayo ma missions, ubwoko bwose. Muca mwumva ko atagisikire kizima kikihari. Igisikare carataye akaranga, n'akanovera. Ubu n'impehe nsa.
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 20 дней назад
Kuva igisirikare vyategerezwa gukogwa mu bwotonzi budasanzwe, ariko Buyoya nabarya bamufasha gutwara bahisemwo inzira yoroshe, turaziko habaye igitugu c'ibihugu dusangiye imbibe, Tanzanie cane cane, cane cane hamwe bafatiye Uburundi embargo, Tanzanie yara menasa ko iniga Abarundi mukubima inzira y'igitoro n'ibindi bikenewe bica mu mihora ya Tanzanie. Hanyuma, Urwanda, Uganda bari muri ivyo vya embargo. None uwo Buyoya atari azi ingene afata ayandi ma strategies mukuvugana cane cane nabo batari bacumbikiye iyo migwi y'inkorabara, dont DD niyindi, uwo Buyoya wumva yari umutegetsi nyabaki. Abazungu nabo baramugize kw'iterabwoba ko bahagarika imfashanyo bilaterale et multilaterale, éventuellement bakumu menasa ko bazana abasirikare bagatera uburundi. None uwo mu Buyoya n'abamufasha gutwara batashobora guhangana nayo ma menaces, none yagarutse k'ubutegetsi aje kurya iraha sivyo, yaje agarutse gushira mu ngiro ivyo abo bazungu bamusavye ba mu menasa. Muribuke Mandela atuka Buyoya nabo barikumwe, akabagaye nkabantu atco bamaze, akabita ibijuju, Buyoya ntakure ururimi mu kanwa. Reka turabe imbere kuko akahise karatwigisha gutegura kazoza keza. Duharanire iteka, birya bavuga ngw'iteka aho ryamye, ntirikihari n'ukurigwanira. Murakoze k'uvyiyumviro mudusangije.
@Micara311
@Micara311 4 дня назад
Vuga discipline igisirokare kigizwe na discipline
@user-xc5fd2ve5r
@user-xc5fd2ve5r День назад
Muzopfuko mwagomba hagume igisoda cubwoko bumwe kugira mubandanye mwica abahutu muzosubire mwamihimbirimwe kurivyo muzorinda mupfa mutinjiye kwantare mwabajonosiderimwe mwamaze abahutu Ubu igisoda kimeze neza kiravaze kandi bavyunva kumwe kiretseko muguma mugomba kuduteranya
@user-qp3uy8cy7u
@user-qp3uy8cy7u 19 дней назад
Basha aho ntubeshe kabisa, muri 2007 abasoda abasoda baja somalia vyukuri hagenda abashingantahe,kandi nabanyagihugu baho barabonako arabasirikare bindyamunyu, mbere na 2013 hagenda abashingantahe,gusa munyuma niho vyagiye biba, kuburyo naba nyagihugu batagikunda abarundi nka kera
@user-bl2vh3kg2g
@user-bl2vh3kg2g 19 дней назад
Ikibazo gikomeye cane gihagaze kuri corruption !!! Corruption ni umugera wateye inzego zose !!!
@HakizimanaJonas-i4g
@HakizimanaJonas-i4g 16 дней назад
Ahahaha ndumva muzi vyishi iciza nuko mwogirico mukoz mugakurah ivyo bitagenda nez nimba mwobishobora ndumva vyarayangay nimuhaguruk musubizibint kumurong
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 6 дней назад
Abagwanye benshi batawe mumabohero bapfirayo bamwenubu baracari mumabohero nivyinshibibi ntawobivuga gwabimare
@user-xn9od4ze1j
@user-xn9od4ze1j 21 день назад
Sha nukuri muri abagabo bijunja nijambo imana yomwijuru ikomeze kubana n'amwe
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 6 дней назад
Nonoho abasoda arashiriye muricongo nivyomutazi hapfuyebenshicane begeranije menshi nibobayariye nayobaca kukwezi ntibayabaha bazirubusa
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 16 дней назад
Ivyo rero vyari kujana n UGUTOHOZA BAKAMENYA ABAKOZE IHONYABWOKO N IBINDI VYAHA BIKOMEYE BIGATUMA HABA UMUGWI WEREKANA UKURI N UKUREKURIRANIRA
@MUHIZIHESRON
@MUHIZIHESRON 17 дней назад
Ivy'abarundi biragoye kuko abarundi bafise ivyiyumviro biyobeye
@user-dr5jo9bi1c
@user-dr5jo9bi1c 14 дней назад
Apostle Bernard, ntukwiye kudeha umuntu naho yrertse imukondo ijuru! Ntukwiye no kunyegeza igihugu yatwara. 1986 hatwara Bagaza, uwo muzimu yaje muri visite i Burundi ni Mitterand kandi bukeye bwaho bona son premier ministre de sinistre mémoire Chirac nibo batamguye kubona ko borondera ikirofa cosubirira Feu S.E. le Président Bagaza Baca batangurira isambura ry'igsoda n'igihugu ngahonyene, nibo bateje Ntega-Marangara... Nibo Bicishije Ndadaye, nibo basunikiye Ntaryamira mu ndege bari bukorore, nibo bagarukanye feu... ngo asubirire Ntiba, bimuyobeye gutwarira i gihugu mu mayira abiri!!!! Feu... bati nyarutsa nyarutsa uheraheze guhamba Uburundi uje Mali..... Sije nohahera hohera ivyo bisizimwe!!! Uburundi buzozuka nka Lazaro.
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 12 дней назад
Hahahahaha
@archangemutibagirwa554
@archangemutibagirwa554 18 дней назад
😂😂😂😂😂 ni gisirikare ca barundi gusa .
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 16 дней назад
Uwo Mugwi ugakorana n Ubwo Butungane bwigenga CNDD FDD KUKO YAKOZE IHONYABWOKO RY ABATUTSI YACIYE IBIGWIZA NUBUSA YISHIRIRAHO Umugwi CVR KUGIRA GENOCIDE BAKOZE IGWIZWE N UBUSA
@rosehakizimana8691
@rosehakizimana8691 16 дней назад
Hari ivyari kuzana Amahoro baravyirengagije Ariko Accord Arusha yari yavyemeje Navyo nibi UBUTUNGANE BWIGENGA KANDI MPUZA MAKUNGU MPANAVYAHA
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 20 дней назад
Igisoda catanguwe gusambugwa na Buyoya, n'bandi basoda babatutsi bari mu nzego zohejuru iruhande ya Buyoya babigizemwo uruhara kandi turabazi. Aba DD baje bahohosha n'ubu barabandanya. Ahubwo nuguhimiriza abasore n'inkumi bakwije ivyangombwa, atabikwije babirondere babandanye binjira mu gisoda no mu gipolisi no muzindi nzego z'umutekano.
@omernshimirimana
@omernshimirimana 19 дней назад
Bobo komera uvuze neza ntagisoda gihari uravye amakuba uburundi burimwo abasoda baginzwe Imbata pe!umengo nibirobo vya cn.dd efdd nkomuri congo Bari mubiki?
@user-ch2dq6ob4o
@user-ch2dq6ob4o 19 дней назад
Ivyuyo mu apotre bireke kulo arinze yavahasi akavuga yarengewe ivyuburundi birarenze bisiga ubwenge.
Далее
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Kunzes Dolma elected as LBA Women wing  President
9:20