Тёмный

Malawi: Visi Prezida Saulos Chilima n'Abandi 9 Bahitanywe n'Insanganya y'Indege 

Radiyoyacu VOA
Подписаться 56 тыс.
Просмотров 788
50% 1

Prezida wa Malawi Lazarus Chakwera yemeje ko abantu cumi barimwo visi prezida wiwe, Saulos Klaus Chilima bari mu ndege yari yaburiwe irengero kuva ejo ku wa mbere, bose bahitanywe n’insanganya yayo.
==
Ijwi ry’Amerika (VOA) ni cyo kigo cy’Itangazamakuru mpuzamahanga kinini cya Leta zunze ubumwe z’Amerika. Gitangaza amakuru mu ndimi zirenga 40 ku bantu bagera kuri miliyoni 237. Ijwi ry’Amerika rikora amakuru n’ibiganiro byo kuri internet, televiziyo na radiyo. Biroroshye kugera ku makuru y’Ijwi ry’Amerika ukoresheje telefoni igendanwa no ku mbuga nkoranyambaga. Amakuru yayo kandi agera kubayumva hakoreshejwe satelite, ku mirongo ya FM, n’imirongo migufi ya SW, kandi amakuru yayo akwirakwizwa ku yandi masitasiyo ya radiyo agera ku 3,000 dufatanya.
Kuva muri 1942, Ijwi ry’Amerika ryiyemeje gutanga amakuru acukumbuye kandi yizewe kubayumva. Mu gihe cy’intambara ya kabiri y’isi, intambara y’ubutita, mu ntambara yo kurwanya iterabwoba ku isi hose, no mu rugamba rwo guharanira ubwisanzure hirya no hino ku isi muri iki gihe, Ijwi ry’Amerika rikomeza ritsimbaraye ku mahame y’itangazamakuru ryigenga.
Uko wakumva amakuru n’ibiganiro byacu.
SURA URUBUGA RWACU: www.radiyoyacuvoa.com
KUNDA URUBUGA RWACU RWA FACEBOOK: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI INSTAGRAM: / radiyoyacuvoa
DUKURIKIRE KURI X: / radiyoyacuvoa

Опубликовано:

 

10 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 1   
@user-yo6ik5yb7m
@user-yo6ik5yb7m Месяц назад
Condolences pour les Malawites spécialement et les Africains en général !
Далее
КРАСИМ ДЕНЬГИ В РОЗОВЫЙ!
01:01
Просмотров 220 тыс.
Le Journal Afrique du mardi 04 juin 2024 sur TV5MONDE
26:13
TRADITIONAL MARRIAGE IN RWANDA
5:31
Просмотров 12 тыс.
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 08.06.2024
29:48
Просмотров 11 тыс.