Тёмный
No video :(

mbega umukobwa ateye agahinda//anywa ikiyayuramutwe gikorwa mu bwonko bw'inzoya//atinya gusambana 

Siren Vibes TV
Подписаться 159 тыс.
Просмотров 46 тыс.
50% 1

Amandine n'umukobwa yashoboye kwemera ko anywa ikiyayuramutwe bita Boost, kimumereye nabi biteye ubwoba, arasaba ubufasha kugira ashobore kubivamwo.. yiyemeje ko aramutse aronse ikintu yocuruza atosubira gusega canke kunywa ibiyayura mutwe vyamugize nabi
nimba ufise ico woterera duhamagare kuri 61233934..
Murakoze kubaza gukora igishoboka cose kugira dufashe Amandine🙏🙏

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 443   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Mwaramutse canke mwiriwe... inyuma yo gushirako iki kiganiro abantu benshi barifuza kumufasha Amandine arinaco gituma twiyumviriye gushiraho groupe ya wtsp... wifuza kujamwo twandikire kuri 76 711 802🙏🙏 icarico cose wibaza ko comufasha Amandine kugira ahebe izo boost kirakenewe murakoze cane🙏🙏
@michoubigirimana4070
@michoubigirimana4070 4 года назад
Uyo niwe azovuga ko yakunze muga birababaj imana imushoboze abihebe kwer
@manirambonanorbert2689
@manirambonanorbert2689 4 года назад
Oraraaaaaaaaaaaa my goodness ndababay cane gwos Musabe reta imufashe batuze nivyobiyovyabwenge Ham ndi tayali kumufasha ninamanyish kudandaza siwomuti mumushire mukigo azomaremwo amezi 6 ham abamufash bakomez bamufash azovayo acakora ivyotwamutererey merci
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
@@manirambonanorbert2689 ushaka kumufasha twandikire uje hamwe nabandi
@pacifiqueirambona8443
@pacifiqueirambona8443 4 года назад
Kabisa aragowe cane gose
@kellyingabire1881
@kellyingabire1881 4 года назад
@Siren vibes tv Ndamuzi Amandine 🙆🙆🙆nakuze ndamubona ,j'avais plus de ces nouvelles ,Imana imufashe cneeee ,How can i see her pliz?Birababaje caneee goseeeee
@leocargocarton3297
@leocargocarton3297 4 года назад
Hosy plz ibiganiro nkib nivy tub dukeney nomurwand bensh batang ibiganiro nkib
@McClara20
@McClara20 4 года назад
Omg I remember her muri ville when I visited buja.. first thing first akaneye kugira detox, akagira drug addiction treatment. Hama abantu bakamuha occupation.. Ndimubifuza kumufasha.. ndababaye cane nkandi ndamushimira kuba avyemera ko akoresha drugs and ashaka kubiheba.. courage sana... Turinyuma yawe...
@amiellairad9956
@amiellairad9956 4 года назад
Kera yari mwizaa cane ndamwibuka gose twariganye... ariko ngo ntaho Imana itokura umuntu ariko ngo ifasha uwifashije nabanze ahebe iryo ligala rimutuma abinywaa... nukri Imana imufashe abihebe
@alixkyliemugisha9943
@alixkyliemugisha9943 4 года назад
Hello Hosy, merci beaucoup pour cette vidéo. Kimwe gusa nokubwira nuko Amandine ikintu ca mbere akeneye ni désintoxication na traitement ituma mu mubiri haba lavage yiyo boost, mu nyuma rero akagira iyo occupation akeneye. Kuko kumufasha ngo agire ico akora ataraba désintoxiquée nukuri mbona ataco twoba tumufashije kuko azosubirayo kandi. Nous sommes prêts d’aider muga dufashe kwanza aronke désintoxication. Merci beaucoup
@jadixtheblacker3411
@jadixtheblacker3411 4 года назад
Uvuze neza cane
@taiamaronko7524
@taiamaronko7524 4 года назад
Alex kylie mugisha uvuz ukuri ham hosy Amandine ni mugire erreur yo kumufasha ngo akeneye occupation ntibubeshi navyo yoshobora ni mukurikize iyo conseil ya Kylie Mugisha niho bizokunda kuko aba boosteur cnk aba boosteuse barabesha sana merci bcp kukiganiro Hosy
@grettabantegeyeko9549
@grettabantegeyeko9549 4 года назад
@@taiamaronko7524 sukuvuga ko babesha gusa nabo nyen nkuko amandine yabivuze barifuza cane kubiheba kimwe gusa birabagora gose ko bobiheba batamugiriye désintoxiquation nkuko @alix kylie mugisha yabisavye ntaco twoba tumufashije naho we asaba ahanini ko twomufasha mukumuha ico yokora.
@hosyirakoze
@hosyirakoze 4 года назад
Amandine n'umukobwa yashoboye kwemera ko anywa ikiyayuramutwe bita Boost mu gihe benshi batavyemera, kimumereye nabi biteye ubwoba, arasaba ubufasha kugira ashobore kubivamwo.. yiyemeje ko aramutse aronse ikintu yocuruza atosubira gusega canke kunywa ibiyayura mutwe vyamugize nabi nimba ufise ico woterera duhamagare kuri 61233934.. Murakoze kubaza gukora igishoboka cose kugira dufashe Amandine🙏🙏
@jeancallixtekwizera5052
@jeancallixtekwizera5052 4 года назад
Nn ubufash suguheb ivyo bintu
@PazzosBi
@PazzosBi 4 года назад
Mwagize neza kumuyagisha, ubwo ni ubufasha bwambere mwamuhaye. Arakeneye acompagnement psicologique kugira abanze aje kumuringo. Urashobora gukene ufise mumutwe hameze neza, agaciro ukakagumana. Turamuhojeje vrraiment kuko ibibazo kw'isi ni vyinshi, kwiyahuza ibiyayuramutwe ni ikintu umuntu atakwiye gukora kubw'ingorane z'ubuzima ... ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-r-Ue2nsCdSE.html
@Alice-vl2kn
@Alice-vl2kn 4 года назад
Niyakir umwami Yesu nkumwami numukiza mubuging bwiw ivy vyo kunyw ivy biyayur mutw bizoher knd aseng Imana yonyene azobiheb Ntac Imana idakora
@jonathanndikumana2206
@jonathanndikumana2206 4 года назад
Hosy muzomuronderere abamujana kwa muganga azokira. Ntimuzohebe kumukutikirana
@nimbonasteve7917
@nimbonasteve7917 4 года назад
Hosy God bless you vrt😢😢
@drlafoo7650
@drlafoo7650 4 года назад
😭😭😭😭nirababaje nukur ndarize arik narondera kanguka imana izomutabara abihebe vyose kuk hariyo imana muri kanguka🙏
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 4 года назад
Amen
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 4 года назад
Can gosee🙏
@ericab3027
@ericab3027 4 года назад
Amen amen ,ndiho ntakimunanira🙌🙌
@AIME_NITEREKA_OFFICIAL
@AIME_NITEREKA_OFFICIAL 4 года назад
Yesu aracakora ni murondere umukozi w Imana agusengere urakira,hari benshi bari bameze nk uyo kandi bakize ...kuko yaramaze kubohwa na booster bisaba masengesho,kandi Umwami Yesu arakiza!!! merci Hosy
@oluwaburundi698
@oluwaburundi698 4 года назад
Iki Kiganiro kirambabaje Gusa Imana ifashe uno mushikiwacu😭😭😭😭
@oliviernkurunziza2997
@oliviernkurunziza2997 4 года назад
Ntaho IMANA itokura umu,tu.Ikindi turasavye bamutware ku bakozi b'IMANA bamusengere en plus anakizwe kko YESU ashoboye vyose kko ntakimunanira.Yaravuze ngo NIMUZE MWESE ABARUSHE NABEREMEREWE NDABARUHURA.
@constancehatungimana9953
@constancehatungimana9953 4 года назад
Amandine mumuzane mu Ngagara Q7 ni 36,kurya buconyori kuri église Sabaoth church kumukozi w'Imana Prophet of Jesus Joshua Joshua amusengere uwo akeneye délivrance imbere yuko afashwa muvyumutahe akwiye kubanza kubohoka kuko benshi bama babihevye kubwogusengerwa bakabohozwa.Nihafi cane yaho Amandine aba nta bus vyomusaba,ni kuri salle LE SAPHIR.Kumusi wa kabiri(Mardi)azoze kuva saa tatu(9h) zigitondo.Canke kuwakane(Jeudi)sacenda(15h) canke kuwa mungu(Dimanche)9h ou 15h.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Thank you so much... tuzomutwarayo nukuri
@francineniyokwizera6451
@francineniyokwizera6451 4 года назад
Sengumwami Yezu Kristu azakubohore uraja Buja bazogusengere urakwiye Kwakira Yezu Kristu AMEN Ntabindi!
@olivierndayishimiye9048
@olivierndayishimiye9048 4 года назад
Hosy ntibishoboka ko umuntu aheba ibiyayuramutwe igihe bimaze kugera kuri phase ya addiction! Abihevye yonapfa! Ica mbere ni ukuja kwa muganga! We love you!
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 4 года назад
Oyaha ngo hariho imiti ibivura, nukumuvuza
@jamilairakoze6600
@jamilairakoze6600 4 года назад
@@AllaboutHosy ego kwer nukumuvuza akabiheba kuk nawe akazokiza abandi kuk birababaj gusa yobanza akavuzw kkuk kubiheba biragoye
@jimkwizera128
@jimkwizera128 4 года назад
Ndamuzi kandi nanj niregeze kubinwa igihe kinini ariko Ubu Meze neza ndashima Imana
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Wabigenje gute kugira nawe bimufashe
@innocentnsengiyumva8938
@innocentnsengiyumva8938 4 года назад
W carl weee!
@gerardrivuzimana9776
@gerardrivuzimana9776 4 года назад
Mumugendere mumugire inama uko mwabigenjeje kuko urunva ko yicuza kandi aracafise ubwenge yobivamwo
@adelinemurwaneza1820
@adelinemurwaneza1820 4 года назад
Mana weeee😭😭😭😭😭😭😭mandine ndamwibutse weee😢😢😢😢😢yakundanye numutipe yaba kumutakura kweli ndamuzi cane birigwa bagenda mwibarabara yooooo😭😭😭😭😭ndababaye ga manaaaa sindi muburundi ariko reka njemwo muriyo Grp tu mufashe Mana mworohereze weee ararushe nuwakera murivyo bintu
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 4 года назад
😭😭😭hosy thx shn gukoran ikiganiro nuyo mu dada gusa kudandaza ntivyomworohera akora kumahera kubigur byob byoroshe
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 4 года назад
Yobanza kuvugwa
@nsr5135
@nsr5135 4 года назад
Ico nico kiganiro tuba dukeney apana insaku zaba bidondo bitagir ejo twereke aho duca tumufashe
@kellyiradukunda3416
@kellyiradukunda3416 4 года назад
ababishoboye niba mufashe bamurihire aje “iwawa”mu Rwanda amenyere kubaho atabifata hariho nayandi ma formation menshi ahakorerwa kugira umuntu afate rythme yubundi buzima kuburyo avayo yaramenyere
@minabeatriche6989
@minabeatriche6989 4 года назад
Shaaaa abazi imiti yokumura kugirango abihebe bomufasha nukuri
@julesbonfils5691
@julesbonfils5691 4 года назад
Urakoze Hosy...Nibaza ko ico kiganiro arico kiganiro ca mbere c'akamaro kanini ukoreye société. Bandanya ukora vyinshi vyerekana ingaruka mbi y'inyifato mbi zimwe-zimwe zikorerwa cane-cane mu bisagara!
@ndayiragijeemilemarlon1369
@ndayiragijeemilemarlon1369 4 года назад
Yoooo sinari nzi ko amandine afise ubwenge bwo kuvuga nkuko .kumufasha ni sawa ariko yerekane abo basangira ivyo naho babigurira.yavuga ngo igitigu kiramwish
@Amanabouba
@Amanabouba 4 года назад
Murakoze kurico kiganiro cinkoramutima. Ibiganiro nkibi birigisha cane biratuma abantu bajijuka. Icambere cokorwa ni detoxification hama occupation ikaza munyuma.
@nzobakengaesperanza6266
@nzobakengaesperanza6266 4 года назад
Yoooo Yesu tabara urwaruka rwabana baba rundi nyaguhora kungoma
@jadixtheblacker3411
@jadixtheblacker3411 4 года назад
Pole sana dada yangu yote ni sehem ya maisha,ati ntamvura idahita burimusi simumwiza oya,ejo buzoca Imana yoroshe ugaruke ibumuntu
@betina6549
@betina6549 4 года назад
Akeneye cure ya desintoxication naho occupation yo nyene ntaco yomufasha. Uwomufasha akamujana kuri Kira hospital ndibaza baragira desintoxication
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 4 года назад
Voilà gusa irazimvye nibaba bayikora nico gituma akeneye ubufasha buhagije
@minabeatriche6989
@minabeatriche6989 4 года назад
Shaa wewe ukorakazi neza cane ibi nivyo tubadushaka kbs
@odiborndi4188
@odiborndi4188 4 года назад
Ikiganiro ciza cane nimube mukora ibiganironkivyo gusa uyo akwiye umuntu amushira ahantu akamwitaho akamufasha kuko adandaza yoba Akora kumehera yohava aja kubigura kuko mumisiyambere urumvako bitoroshe kubiheba bisaba uwomuba hafi mumisi yambere
@claudendayisaba5430
@claudendayisaba5430 4 года назад
Uwo muhungu yabimunywesheje nuko yapfuye yarakwiye gukurikiranwa n'ubutungane.Ariko nubundi azobibazwa n'Imbere y'Imana!
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 4 года назад
Imana imutabare kweli nijwi ryaragiye kweli nukwonda kweli yaheze kweli
@tuyikezebelyse1295
@tuyikezebelyse1295 4 года назад
Bariba osy abantu bose bagendan n amandine nabasuma bose ntaco bimarira kand birazivye ivyobintu yabisangir nabana babamanyi bavuye munzu aho banywerey usanga atabwenge nabukeyi usanga bafise nibirozi ivyobintu
@ndayishimiyepriscillah3719
@ndayishimiyepriscillah3719 4 года назад
Urakoze kuba waganirije amandine
@doxanekakunze1167
@doxanekakunze1167 4 года назад
😭😭😭birateye agahind imana imugirir nezaa 🙏
@honorekabalisa4497
@honorekabalisa4497 4 года назад
Icyo aceneye cyambere nukumuvuza ;bakabimukuramo ibyo biyayurura mutwe;
@passyk9968
@passyk9968 4 года назад
Ibi nivyo biganiro vyaribikenewe cane. Bishoboste mworondera umuganga abizi agasigura inkurikizi zivyo bintu. Good job!
@consoleeniyonkuru1336
@consoleeniyonkuru1336 4 года назад
Imana ikugirire neza kweli,uratey'agahinda
@minabeatriche6989
@minabeatriche6989 4 года назад
Manawe wamukobwa shaaa nuwakera cane arasega kugira aronke ubufasha kabisa
@sakubujustin193
@sakubujustin193 4 года назад
Hosy bien sana ukoze ikintu gikenewe kandi uzogihemberwa
@dianeizere4887
@dianeizere4887 4 года назад
😭😭😭Amandine Yezu aragukunda cane kandi igihe co gukira nikinyene.Il faut ko abanza kujanwa muri centre de désintoxication ntabwo yokora ibindi atarabivamwo.Prions pour cet enfant de Dieu.
@alex-adaxndereyimana5747
@alex-adaxndereyimana5747 4 года назад
Yiyegerez'Imana ayisab'imbabazi Izomufash kubiheba
@nestorminaniofficial955
@nestorminaniofficial955 4 года назад
Hosy Irakoze cane. Nemeye kuzoja mubazomufasha uwo mwigeme. Mutubwire uko mubitegura.
@zazazawadi7270
@zazazawadi7270 4 года назад
Imana igufashe ubireke kweli
@nkljk0170
@nkljk0170 4 года назад
Yoo😭😭😭nukuri arakeney kubanza kuvuzwa kk nicogikuru nimbahariho ikigo kibijejw nivyiza kobomukurikirana kk atarahantu mukigo bamukurikirana kubiheba vyomugora
@kingstonclaudinga2045
@kingstonclaudinga2045 4 года назад
Uwomwana muzotwerk suite Yiw twipfuza gusubira kumubona Arimubikorwa ..yakize Mungu mbele Sisi nyuma
@belyseshalomnshimirimana1573
@belyseshalomnshimirimana1573 4 года назад
Birababaj Imana imuh guhinduka
@Emmy22655
@Emmy22655 4 года назад
Birondesha cane kandi birabavuna cane amagufa yumubiri .abiwacu bari sauza Africa yoooo barifiriye .nukubasengera cane
@anesieanesie9126
@anesieanesie9126 4 года назад
Uyumukobwa umengondamwibuka ariko aradusaba nkikoreramuri ville atubwirango agwaye.igwarayokuribwamundakumbe vyarivyo poresana dada yangu
@heleneelsa8737
@heleneelsa8737 4 года назад
Yooh Yesu mugirire neza ndasavye 😭🙏🏾
@jeenali3991
@jeenali3991 2 года назад
Amen amen
@lazizerujanabose8802
@lazizerujanabose8802 4 года назад
Uyo Mudada, icombona kumuvyamugendeye nuuko umuryango woba waramuharanye ivomo kumvo yuko yatwanye inda yubushumbu niho guca ata ubushake bwokubandanya nkabandi mubuzima mwiterambere ariko kwarinze avyivugira arashobora kubivamo igikuru nuuko yoba ocupée akagira nuwo bamana amucungera kugira naho yogira inyota yavyo ataburungenzira yomuhereza munyema bica bigenda neza
@patrickbizimana842
@patrickbizimana842 4 года назад
Nice intev vraiment ni bafashe uwo mwana kuba yemeye kubivuga uwo vuba arabikize
@graceniyonzima3130
@graceniyonzima3130 4 года назад
Jesus😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭ubuzima nkubwo narabubayemwo nukuri ntababeshe Biragoye guheba canee nanje kugira ndabivemwo nezaaa nuko namaje kuva muhira n'ishure nararihevye kandi ntababeshe abakubona bibaza kufise izindi ngeso bivanye nukuntu umubiri wawe uhinduka Abandi bakibaza kugwaye Za Sida gusa ( Hosy ndabasabe ikintu kimwe kumufasha umutahe vyari vyiza kandi nivyiza gusa vyiza mwomufasha kumuba hafi vyonyene nivyo bimufasha kurusha please ko yitahuye mumutahure mumube hafi i feel so😭😭
@regisbayihaye2429
@regisbayihaye2429 4 года назад
Uwo mukobwa nibaza ko akeneye désintoxication cank réhabilitation! Hama merci Hosy kuba wamushitseko. Twizere ko azokira
@sexsex5379
@sexsex5379 2 года назад
Nukuri biteye gahinda umenga mbonye umukobwa twakuranwe yitwa Mellisa
@user-pp3uy7ob2g
@user-pp3uy7ob2g 9 месяцев назад
Nukur igikuru Muri vyose Nukumuba hafi.
@princess-uf5ux
@princess-uf5ux 4 года назад
Hosy imbere yaho bomufash muvyo adandaza nabanj aje kwivuz kk urabon ko amerew nabi
@esther8032
@esther8032 4 года назад
Imana igutabare mukobwa
@emmanuelndayegamiye3857
@emmanuelndayegamiye3857 4 года назад
Boost warayitanguy ntushobora kuyiheba.umuti wonyen uhari nuko bomutwara mur centre de désintoxication. N'ikiyqyura mutw kibiq maze kubona. Uyitanguy ntamahoro uronka utayiros
@ashallytv1090
@ashallytv1090 4 года назад
mukama wisi nikigongwe none niyerekane aho asanzwe abigurira abo bantu bayifate
@m.mabeba1972
@m.mabeba1972 4 года назад
Impressive work Hosy! but the dude seems like he knows more about her. he should have a word.
@hervenkengurutse2257
@hervenkengurutse2257 4 года назад
Bnsr à tous jew uwo mukobwa nkimubona narinziko afise nka 10ans vraimnt nkumbe arakuze sha so Imana ihabw icubahiro hma kumufasha ntakumuha ikintu ngo yokora kuk ntavyo shobora tu mbona twomushira ahantu tukamuhumuriza coe ça tukaraba ko bimuheramwo di m8ins avyibagira akabiheba hma umuntu akamufasha abona amaze kubiheba
@helhhelh5481
@helhhelh5481 4 года назад
Yoooo uyo mu dada ndamuzi vrmt birababaj kbx 😭😭😭
@batamurizashimeyesu8367
@batamurizashimeyesu8367 4 года назад
Yesuwanjye birambabanjye pe imana ikurwanirire shuti 🙏
@kesneyken1651
@kesneyken1651 4 года назад
akeneye Yesu mubuzima
@leocargocarton3297
@leocargocarton3297 4 года назад
Yooo imana imitabar hosy vert good tub dukeney ibiganiro nkib uyumunt nam ndamubon nanj nkamuh amahr kumb nuk kwer
@preshprecious6059
@preshprecious6059 4 года назад
Ewe amandine ndababay chrie ndakwibuka kwa yake kuri solidarité urikeza ga mana ufisubwirabur bumara ga mana ...yesu agukize ma petite
@williamndayikeza427
@williamndayikeza427 4 года назад
birababaje cane..Amandine twariganye 7,8 yari imwigeme mwiza w akaranga kumubona uku biteye agahinda
@blindabarutwanayo6565
@blindabarutwanayo6565 4 года назад
Uyumuntu arababaje
@nsenganjinaz5349
@nsenganjinaz5349 4 года назад
Ossy nukuri bandanya kuribibiganiro nyn kuko birafasha cane
@adolpheniyibizi4252
@adolpheniyibizi4252 4 года назад
Birababaje uyumu soeur wacu yarahuye nibibazo vyi'isi kabisa.Nukumusengera mumasengesho yomukiganiro Kanguka bizohera mukwizera
@PazzosBi
@PazzosBi 4 года назад
Nivyo. Ubufasha bwambere akeneye ni amasengesho hamwe na accompagnement psicologique. Amaze gukira moralement, nibindi bica bija kumuringo ... ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-r-Ue2nsCdSE.html
@munezerochance5337
@munezerochance5337 Год назад
😭😭😭😭Amandine twariganye kuv 8 gushika 10 Imana irakora mukunzi humura iyakuremye izimpamvu yivyo vyoseeee reo wicika intege ugarukir Imana izokwakira kuk ikunda abanyavyaha
@seraphinemohamad5854
@seraphinemohamad5854 Год назад
Yes weee birateye agahinda kl😢
@ericmbazumutima9270
@ericmbazumutima9270 4 года назад
Hosy uzoze uraduha ibiganiro nkivyo shaa!! Big up saaan👌
@rayanalmahrooqi4661
@rayanalmahrooqi4661 4 года назад
Mana yanje ndasavye utuharire ivyahavyacu yani mana🙉🙉🙉🙉🙉nimumutware mumasengesho iyo nipepu mbaya wallah yarabiiii naishia wallah
@uwayesucynthiauwayesucynth3635
@uwayesucynthiauwayesucynth3635 4 года назад
Amadine arababaj twarigany solidarity sinarinz ko vyakomej nukur yoooo Imana nigutabare nukur
@AllaboutHosy
@AllaboutHosy 4 года назад
Amen sha
@tuyikezebelyse1295
@tuyikezebelyse1295 4 года назад
Ndarize Manawe amandine
@laaatlllt4411
@laaatlllt4411 4 года назад
Imana imukinz
@yvonneakimana9089
@yvonneakimana9089 4 года назад
Hosy merci kurubwo bufasha turi beshi babajwe na Amandine. kuri jewe Amandine twariganye kuva 2eme année primaire gushika 5eme année; maman wiw yari umwigisha wacu kuri primaire kinanira...kubwivyo nibeshi nibaza ko ari umwana yamye afis ingeso mbi nibindi habe nagato. Amandine yahawe indero nkabandi yakuriye mumuryango mwiza umukunda,iyo ningorane yagiz bivany nabo bafitaniy imigenderanire .rero tuvyiteho kumufasha no kumusengera canecane hama dushire uburyo hamwe tumufashe .merci à tous
@arsenemukunde3576
@arsenemukunde3576 4 года назад
😭😭😭😭Imana imubohore mw'izina rya Yesu. Arateye ikigongwe nukuri
@Mel5555.
@Mel5555. 4 года назад
Amen!
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Amen
@yvannkera9778
@yvannkera9778 4 года назад
Uyo mudada ndamuheruka kera akiri mwiza yooohh nihatari
@al0sershere875
@al0sershere875 4 года назад
Sindiko nda hatinga mais sinibaza que kumuha umutahe atarinze kubiheba burundu vyomworohera gikuru nukumufasha aka gira cure de desintoxiquation hama umuntu abonye ko yashoboye kubiheba burundu aka muha uyo mutahe
@alicecishahayo3107
@alicecishahayo3107 Год назад
Hariho centre igitega ivura abantu banyoye ibiyayuramutwe, yogenda bakamuvura kugira aronke ubuzima, birababaje
@greva-joellamuhimpundu3723
@greva-joellamuhimpundu3723 4 года назад
Thanks sana Hosy....ndibaza ko icambere akeneye yoba ari accompagnement psychologique kugira ngo iyo addiction kuri boost ihere. Force à elle
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Nivyooo
@swallowbae
@swallowbae 4 года назад
Muvyangingo wari watumbereye ahantu heza mais nuko mutamubajije nk'Abantu bazi kubaza! Ubwanje ndagaye ikiganiro
@niyiganzamoses7586
@niyiganzamoses7586 4 года назад
Yoooo birabaje ahubwo Imana igufashe
@Foltynfamontop12
@Foltynfamontop12 4 года назад
Ndarize Mana tabara Imana yankuye munzoga na weed. Imana imufashe😭😭
@esperancenijimbere323
@esperancenijimbere323 4 года назад
yooooh maskini 😭😭😭😭😭😭ahora agenda avuga disi ngwagwaye igitigu 🙈ncie ndamwibuka birababaje. icihutirwa d'abord yobanza kuvuzwa yarononekaye disi. kndi Imana ishobora kumukiza pe
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Icambere nukuvugwa kabisa
@Alexisntirenganya-no2kr
@Alexisntirenganya-no2kr 4 года назад
Ararushe uwo Nahimana gusa ntawomenya koyovayo uwo
@shurwedydy2715
@shurwedydy2715 4 года назад
Yoooo yesu tabara amandine ararushe😭😭😭
@habonimanayusra8729
@habonimanayusra8729 4 года назад
Mana tabara Amandine nukuri yarumukobwa mwiza twariganye twicarana kuntebe nukuri 😭😭😭😭😭
@fantomemaso8868
@fantomemaso8868 4 года назад
Proud of you hosy dusabe diaspora imufashe
@sirenvibestv
@sirenvibestv 4 года назад
Nimufashe kabisa ive mu nduru za Miss ku Gasaka
@user-ud5oc3fk1j
@user-ud5oc3fk1j 9 месяцев назад
Oya nukuri akokantu kararyoshe sawudia Niko binwera
@viggoohb1263
@viggoohb1263 4 года назад
abakinyi bama film mwiyegereze Amandine kko afise impano idasanzwe yo gukina film...arafis talent idasanzwe kdi abigize umwuga vyomuha iyindi nzira.
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Год назад
Nihatari kwr pol sana
@benjaminhavyarimana9479
@benjaminhavyarimana9479 4 года назад
Leta yuburundi irakwiye kwiga ikibaz cico kiyayura mutwe kuko nibenshi babinwa ariko bashak kubiheba bikanka knd uko vyinjira nibaz KO bica kumipaka rero nibaz KO bobishira muvyo bokwiyamiriza cane knd bakagwany abavyinjiza
@cbanews4730
@cbanews4730 4 года назад
Waruberewe hosy
@chema1328
@chema1328 4 года назад
Akeney kweger abagang ,ham akakir umwami Yesu kuk nih har ubuzim
@rolphnp692
@rolphnp692 4 года назад
😭j espère pour elle qu elle va avoir quelqu'un qui l aidera pour vaincre cette maladie 😭
@thierryirakinga1463
@thierryirakinga1463 4 года назад
Hosy courage vrt uri mukazi kabisaa👏👏
@nicodemendayishimiye7400
@nicodemendayishimiye7400 4 года назад
Hosy urakoze cane,Nico kiganiro ciza ukoze kurusha ibindi,turabasavye rero muze muradukorera ibiganiro nkibi vyinshi kugira vyigishe benshi.merci,terimbere
@desirenkunzimana1161
@desirenkunzimana1161 4 года назад
Uyo twarahuriye kumutakura ndamuha amaheraa yanje sinarinziko agité kwigurira ibiyayura mutwe gusaa aho arakize KO tumubonye nukuri
@grethamutoni
@grethamutoni 4 года назад
Imana irikumwe naw Amandine W’iwacu🇧🇮🙏🏽
@broandss4004
@broandss4004 4 года назад
Oh my Jesus at ubuhanga bwabana birababaje pe mungu akusaidie dada
@johnn7188
@johnn7188 4 года назад
arababaje kbx
Далее