Тёмный

Menya ukuri kubwican 1965-1985&1972  

URUGENDO NEWS
Подписаться 116 тыс.
Просмотров 11 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

17 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 40   
@binancerwanda
@binancerwanda 2 месяца назад
Ni hakagire umuntu ushimishwa no kwitwa umuhutu, ahubwo ashimishwe no kuba Umurundi. Nibwo muzatera imbere
@urugendonews
@urugendonews 2 месяца назад
N;'ukuri uvuze neza.
@binancerwanda
@binancerwanda 2 месяца назад
No mu Rwanda 🇷🇼 nicyo cyananje kwigwaho niyo mamvu kera wumvaga hariho campaign zivuga ngo "ndi umunyarwanda" sweets zo kugati zanditseho ndi umunyarwanda. Mu gihe kera bashimishwaga no kumva ko ari abahutu cangwa abatutsi, bikanashyirwa muri id cards hmm 🤔. Ni ukuri byari akamaramaza. Tugihunguka mu Rwanda 🇷🇼 1994 abatutsi bari bafite muri bo kwihorera, ndetse ababyeyi bacu bafite ubwoba ko bazicwa kuko bari abahutu by id card. Twasanze hari abantu bari mu nzu zacu bazanye n'inkotanyi bitwaje ko ari abatutsi ariko Paul KAGAME hashize iminsi avuga ko buri wese akwiye kuva mu mitungo igasubizwa nyirayo. Paul KAGAME yabaye inyangamugayo Akarorero: Hari abitwaje ko bafatanye igihugu nawe ariko bakarya ibiturire abo ntiyabihanganiye. Services nyinshi za leta ziba online niyo mpamvu ibiturire mu Rwanda 🇷🇼 biri hasi. Nubwo hari abatuka u Rwanda nabo baba bigiza nkana cyangwa bafite ishyari kuko kuri iyi si ntuzabura abanzi uko wakora neza kose
@BANA_MBOKA_TV
@BANA_MBOKA_TV Месяц назад
Très bien mugabo
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 месяца назад
Ubu Ndayishimiye akomeje kwica gusahura ibyabakoranye n'a Buyoya na Peter ? Umututsi arapfa azira ko ari Umututsi, umuhutu arapfa azira ko atemera amafuti nibyaha bya Ndayishimiye na team ye.
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 месяца назад
Turiko turarangaza amazuru gusa abandi bariko bipanga mugwanda baza kutumarira ariko twebwe siho turi turikugura amazu haze twubaka ama etaje ariko abana bacu ntamuraga wigihugu tubasigiye none tuzobabwirako twamaziki nozonzu ntazo bazobabanamwo
@NGOGA45
@NGOGA45 2 месяца назад
MBEGA UYO RWASA WANYU KO YIYEMEREYE ABANYAMURENGE YISHE MUGATUMBA ? KO UTABIVUGA IVYO?
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 месяца назад
Voici la réalité : Ndi umuhutu ariko umva uko byagenze : Abahutu bateguye gukubita coup d'état près micombero kuko haribyo yari atangiye kubangamira abo babaha ibiryo Abakomanda benshi bari abahutu. 1972 : none njyewe ndavuga ibyo nzi mpagazeho neza. Nibwo abahutu bishe abatutsi bose fonctionnaires ba leta n'abacuruzi bose bakomeye. Umuhutu araza abeshya micombero ngo abanyamuramvya bamaze abanyabururi. Micombero aba arengeye kunyamurambya atangira kwica les intellectuels none haza umututsi wibururi ati have wimara abanyamuramvya bakubeshye , abahutu bamaze abatutsi , Micombero aba arahagurutse afata abahutu bize n'abacuruzi nawe arabica. Nyuma abahutu bahita bahungira Tanzania n'a rwanda.
@Jospindusabe
@Jospindusabe 2 месяца назад
Yavyemera yareka yarabikoze ou pas azo dealinga n'Imana iciza nuko yari kuva mwisi yihanye asavye n'imbabazi abarundi kuko gusaba imbabazi gusa Imana ntibihagije kugira ubabarirwe.ijambo ry'Imana rivuga ko utegerezwa kwanza gusaba imbabazi mwenewanyu wagiriye nabi,ngo ikiboshwe mw'isi no mw'ijuru kiba kiboshwe.rero yaba pasteur yareka ivyo arabizi nimba azi ivyo yakoze yovuye mwisi abikemuye
@MugaruraIssa-z8e
@MugaruraIssa-z8e 2 месяца назад
Ese nimba plan ariya Arthemon simbananiye abasirakare ba batutsi bari bangahe?abahutu bari bangahe?Nico kumenya .abahutu nibo bateguye genocide na nubu
@MugaruraIssa-z8e
@MugaruraIssa-z8e 2 месяца назад
Plan ya 1972 niya Ndayahoze Martin, Remie Gahutu,karatasi
@etienneuwimana3797
@etienneuwimana3797 2 месяца назад
Hahaha
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 2 месяца назад
@@MugaruraIssa-z8e Ni abo nyene bareke kurementanya ngo ni za plan simbananiye
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 2 месяца назад
C'est bizarre, nawe ruramwubahutse, Dieu seul est grand, amen.​@@GiseleUwera-m6g
@sese667
@sese667 2 месяца назад
​@@GiseleUwera-m6gUmugambi wo guhonya Abatutsi mu Burundi mu 1972, watangujwe n'abiyise "Abarwanashyaka” munyuma baza kwiyita "Inshirwarimenetse”, barabo muri UBU (Umugambwe w'Abakozi b'Uburundi), barasohoye ku wa 29/04/1972, ico bise "Urwandiko ku Nshirwarimetse”, urwo rwandiko rwahamagarira Abahutu bose guhonya Abatutsi mu Burundi bwose, badasize inyuma n'uwuri munda kwa Nyina, gushika aho mu Burundi, Umuhutu azosigara yibaza uko Umututsi yasa ... UBU warushigikiwe na Perezida Kayibanda, kuko ico bashaka kwari ugukora Ihonyabwoko mu Burundi no Rwanda ekambere bishobotse no mu karere kose k'ibiyaga bigari kugira bafute burundu zina Mututsi wese kandi UBU warufise umugambi wo guhindura izina ry'Uburundi, bukitwa "La République du Soleil Levant” ; “La République de Martyazo”, idarapo ry'iyo Repubulika, ryari rifise ibara ry'urwatsi rutoto (vert) rikagaburwa n'umurongo (diagonale) utukura (rouge) uhereye mu mfuruka hejuru iburyo ... Iyo Micombero adahaguruka Abatutsi bagira bahonywe, n'ivyo Micombero yavyitwayemwo nabi cane arajaniranya, yica n'Abahutu innocents batari bari mur'uwo mugambi ico bita “répression aveugle et sanglante” mugabo iyo bikunda UBU igafata ubutegetsi, ndakurahiye nta Mututsi n'umwe aba akiriho mu Burundi ... Kandi kuvuga ko Abatutsi bagomvye guhonywa mu 1972 mu Burundi, ntibikuraho ko hari ho Abahutu na cane cane mu ncabwenge (les intellectuels) bajaniranijwe bazize ama listes y'intererano zatangwa muri UBU ... inyandiko zitagira umukono (tracts) za UBU zirarika gusenyura intwaro ya Micombero no guhonya Abatutsi zarabayeho kandi hari n'Abahutu b'imvugakuri bazi ukuri, bavyemeza atakurya umunwa ...
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 18 дней назад
@@MugaruraIssa-z8e Uko ni ukuri 100%
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 месяца назад
Mugisha mutama gwasa turamwubaha ariko yarahemukiye iragi rya gahutu remi rero nuko turibijuju yaba mutama gwasa na nyakubahwa prezida wacu barikwicarana bakarabira hamwe icatumwe baja harya hantu ibisuma biriko biriba igihugu bakabifatira hamwe bakabishengeza yademokrasi twambugwa 1993 bakayigarura bakayihagararira none ubu ndabona bariko bikwegerako gusa kandi nibosi
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 месяца назад
Ivyabanyamurenge bapfuye hari nabatundi bacu bishwe zagihanga nahandi bishwe nabanyamurenge bakorana nabadoda bita fb igisoda cishe ndandaye ntimudukangishe abanyamurenge banyu gukonabo bari barahawe inkoho barya baguye kirugamba urimpunzi kirazira kwivanga muvyigihugu kiguhaye indaro mutama gwasa yarivunye
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 месяца назад
Ntanarimwe uburundi buzigigera butera imbere kuko muhora mushakisha ibintu bibasubiza inyuma gusa. 1. Ubwicanyi hagati y'abatutsi n'abahutu bwateguwe nabo musaba ibiryo bakoresha abahutu bwambere nyuma bakoresha abatutsi nyuma bakoresha abahutu .Noneho kubera ko abarundi mureba aho muhagaze gusa. Mu rwanda bamaze gusobanukirwa ibyaribyo niyo mpamvu byose babivuyemi ubu bose ni abanyarwanda kandi bakorera hamwe ubu ruteye imbere. Ukoze icyaha ahanwa nkumunyarwanda ntahanwa nkubwoko. 2. Ibintu byose bya social média ninde yababeshye ko byose ari ukuri. 3. CNDD rero urarushye ikomeza gushaka ibyakwegera Massacres uburundi kugira ngo mutabona ko kuyobora igihugu byabananiye.
@kanimary5642
@kanimary5642 2 месяца назад
None uwo Munyarwanda wew nigute ? Nagira cokorwa n'Umurundi
@ritza3452
@ritza3452 2 месяца назад
Que Dieu te donne iruhuko Ridashira.
@nsavyinganji
@nsavyinganji 2 месяца назад
Voilà le malheur de ne pas laisser un livre de votre vie.
@jeanmariebizoza654
@jeanmariebizoza654 2 месяца назад
NEZA NEZA ARTHEMON SIMBANANIYE YISIGURA NKA GÉLASE NDABIRABE,UBWO SI GRAND FRÈRE WIWE? BAVUGA KUMWE!
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 месяца назад
Ibaze ko uwuzasimbura Ndayishimiye azabanza amwice yice na team yiwe yose imitungo yibwe igaruzwe nivuba ni abahutu bazomukuraho . Gutsyoooo None abarundi muragana he ????
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 месяца назад
Jewe murantwenza umututsi niwe mubona yapfuye gusa ?ntamuhutu yapfuye iyomwaka yose sawa
@citegetseceline8139
@citegetseceline8139 2 месяца назад
Amaraso arahuma.Wumvise ukuntu uyo mutama yagerageza kwisigura,nta nyishu nimwe yatanga.Gusa habuze ubutungane ubundiho yari gutsindwa rwose.
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c 2 месяца назад
Ko ntarumva muvuga ubwicanyi bwa 1993???
@EmmanuelRwamoya
@EmmanuelRwamoya 2 месяца назад
Izo témoignages si convenquants
@SantaNiteka
@SantaNiteka 2 месяца назад
Mubizanye ariko yapfuye?
@Isa3th
@Isa3th 2 месяца назад
Ngo wabaye uwambere hehe? Haruwo mwahiganwa simwe mwica mugakiza IMANA imbere ntawe duciriye urubanza muga amasoko namasengero mwarashe muraza musabe ikigongwe abarundi mutazopfana amaraso🤦🤦🤦🤦🤦
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 2 месяца назад
reka kwisigura ahubwo iyo bakwica nawe
@amirimasabo8709
@amirimasabo8709 2 месяца назад
Arthemon simbananiye..niwe colonel bagosora wo mu burundi 1972
@ezecheilhavyarimana6681
@ezecheilhavyarimana6681 2 месяца назад
Basha le ridicule ne tue pas iyo abantu bakora ivyaha vy'ubwicanyi ariko ntibaheze ngo bavyemange intahe ibokeje ngo batume basaba niburiburi bagasaba ikigongwe birateye isoni pe none abantu Bose bapfa canke bapfuye mu 1972 nkuko benshi babivuga bariyishe ga yemwe ? Nihatari pe abarundi biragoye ko tuzokira
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 2 месяца назад
urumwicanye pee
@PhilippeHARUSHIMANA
@PhilippeHARUSHIMANA 2 месяца назад
Ikindi mugisha bobo rugurika zobabera kinkwara nincira guko wewe nakagwi barikumwe bafise erema ziriko ziriga mugwanda muri isicamu ishure ryagisirikare nono bazokwica neva gusa gwasa atarimwo nimusubize ubwenge kugihe guko turacahari ntiturasaza
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz 2 месяца назад
Bamwe babaha ibiryo barongera babwira bagaza bati kubita coup d'état micombero Bagaza rero we ntabantu yica waba umuhutu cg umututsi iyo wakora ibyaha yaragufunga gusa Nawe haribyo yaratangiye gupfa nababaha ibiryo babwira Buyoya bati kuraho bagaza aba amakuyeho. Ibyo kwa Buyoya ni bibi : kwica abatutsi bose bazi ubwenge Ngo batazukuraho aba azanye igihwere ngo ni démocratie abahutu bati uduhe ubutegetsi baba batangiye kwica abaturage civile & abanyeshuri . Buyoya aba yishe abahutu nyuma abamuhaye ubugari babona génocide nyayo ntibaye bati tanga ubutegetsi, arabutanga subira kubutegetsi abusubiraho bati butane arabutanga. FRODEBU nayo irica, CNDD yo iri muri finale kuko urica itanzitse. Péter yaratangiye gusugura abamuhaye umugati babwira Ndayishimiye bati mwice kuraho nawe aramwica.
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 2 месяца назад
Ah oui Simbananiye, nawe rurakwubahutse! Dieu seul est grand. Amen.
@UwimanaFidelite-ik2ev
@UwimanaFidelite-ik2ev Месяц назад
Murumva ico kinyoma ko Idi Amine atarazi ko NTARE atarakirumwami kandi Idi Amine yarumugenzi wa Micombero uyo mugabo niwe yamaze inganda 1972 aba rebelle bateye mwijoro rya 29/4/1972 narabiboneye namaso yiwanje aho bita place de la révolution imbere ya Parquet na grand bureau baranyagara muri birya bice igihe cisaha zibiri zijoro abo bazananye mukiyaga ça tanganika no mukugenda bajanye muri quartier asiatique vyumvikana ko ubwato babusize kukiyaga tanganika
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 20 дней назад
Yavesha nkuko ahema, site yagiye kuzana Ntare, ataco amuvugishije ng'amutabagure, bugaca babesha ngo abahutu bagomba gutorotsa Ntare bamugir'umwami bakure Micombero. Bagaca birara mubahutu ngo n'avamenja.
@genevievemuhakwanke5926
@genevievemuhakwanke5926 13 дней назад
Yabesha nkuko ahema, niwe yagiye kuzana Ntare ataco amuvugishije ng'amutabagure abesha ngo abahutu bagomba gutembagaza Micombero, basubize Ntare ku ngoma. Yari plan yabo kugira barigite abahutu. Baca barengera mu bahutu baratemagura nk'ibinyamanswa. Bavuga ngo Kwicisha umuhutu inkoho c'est un honneur. Défense de pleurer les morts sont des bamenja. Comment on peut pardonner et oublier ?
Далее
Wildest 10 SECONDS OF HIS LIFE 🤯 @TomIsted
00:14
Просмотров 4,8 млн
AMAKURU ARAMBUYE 16 10 2024
35:27
Просмотров 1,9 тыс.