Mu Kiganiro ku nama Hon. Rwasa Agathon umu candidat w'umugambwe CNL mu matora y'umukuru w'igihugu yagiranye na Radio Isanganiro, aratuyagira muri make ivyo abarundi bomwitegako mu gihe yotorwa.
"A ce que vous avez dit; je n'ajoute rien" nimwe mwenyene Nyenicubahiro mufise imigambi irashe gusumba abandi bose kure caaane. Ni ukuri intstinzi ni cash.
Ndashimira isanganiro kubaganiro nk ibi igirana n abakandida tukamenya imigambi n imigabo yabagomba kwitoza babe abasuku b abarundi. ese na rtnb iyo ikora nk ibi abari hanze tukabona imforo n ijunja yabashaka kutuja imbere.