Тёмный

MILITARY PARADE🔥IMBERE YA GENERAL NEVA🇧🇮 ABASIRIKARE BATANGAJE ABARUNDI MU BIRORI VYO KWIKUKIRA 

Fulgence Mika
Подписаться 41 тыс.
Просмотров 26 тыс.
50% 1

"No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #kwikukira62 #burundi #military #militarytraining
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika

Развлечения

Опубликовано:

 

30 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 66   
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 8 дней назад
A very Happy Independence Anniversary to my fellow Burundians ❤️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Imana itube hafi iterambere, ubumwe n'ibikorwa bibe arivyo bituranga!🙏🙏🙏 Icubahiro n'amashimwe ku Mana Mushobora vyose, maze Ingabo n'intwazangabo z'igihugu cacu zubahwe kandi zikomere ku mirimo! 🙏🇧🇮❤️🤝👏💪
@ndayiragijelevantus5906
@ndayiragijelevantus5906 День назад
@FulgenceMikaOfficial thank you my friend.
@Intwazamuheto
@Intwazamuheto 18 часов назад
Imana ihe umugisha abarundi ibahe iterambere nabo nabavandimwe , gusa birasaba akagufu kbsa harabura byinshi
@ManiradukundaJpaul
@ManiradukundaJpaul 2 дня назад
Burundi bwacu❤❤
@NyabyendaCharles
@NyabyendaCharles 5 дней назад
Nta kigenda kabis
@JonasJonas-tj6sj
@JonasJonas-tj6sj 8 дней назад
Rwanda muribanza mukiherekeza❤🇷🇼
@inezaJustin-pq7zd
@inezaJustin-pq7zd 7 дней назад
I Ingabo zareta ❤❤ 🎉
@user-yu7iy1rb2r
@user-yu7iy1rb2r 8 дней назад
Igisirikare cuburundi cashiriye murikongodisi ntaperezida dufise yamariye abanabigihugu mubucakara
@ndayiragijelevantus5906
@ndayiragijelevantus5906 8 дней назад
Wewe wapfuye wanna uburundi knd uburunzwe mwo.
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
hhhhhhh mwihangane
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 День назад
Wahamvye bangahe? Harashirirayo abo banyarwanda banyu bapfira inyungu za fpr hagupfira igihugu cabo mayo tweho bari kugikorwa kizwi nigihugu wa mwanawe!
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 7 дней назад
Parade bagerqgeje ariko Ibibibunda nibyakera muzabahindurirepe mperuka kubibonanurwanda nk mubuhumbi bihiri 2000
@NdayishimiyePhilippe-tp3or
@NdayishimiyePhilippe-tp3or 8 дней назад
❤❤❤❤murigabo zigihungu zikwiye zirya munyu❤❤
@gerayotv3240
@gerayotv3240 8 дней назад
Love ❤❤❤ Burundi
@sengaubudasiba6973
@sengaubudasiba6973 3 дня назад
Harya akarasisi barakogeza😮😮
@Intwazamuheto
@Intwazamuheto 18 часов назад
Nguhe link yakarasisi keza , nyarukira kwisimbo tv wandikemo ngo akarasisi ka RDF
@AliceBagiriwabo
@AliceBagiriwabo 4 дня назад
Reka mwikwibeshya ngo barize ahubwo mwicare mwige😂😂😂😂😅🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🙏
@thierryndayishimiye5645
@thierryndayishimiye5645 3 дня назад
1:59 2:00 2:01 2:02 2:03 2:03 2:04
@ntwarititi
@ntwarititi 7 дней назад
Mbabwizukuri warebye akarasisi kingabo zurwanda ntiwareba aka kingabo zuburundi wapi 😅😅😅
@rodriguerwaka987
@rodriguerwaka987 6 дней назад
😂😂😂ejo le 04 uzabona itandukaniro naho aba barakina ibyabans😂😂😂
@user-td9rl2qu8i
@user-td9rl2qu8i 8 дней назад
Mbega abadoda!!!!! burya M23 irakomeye cane itsinda intwarangabo zuburundi
@user-dx3vp5ee1l
@user-dx3vp5ee1l 8 дней назад
Turaziko neeeeza KO atavyiwacu mwokwishimira tuzobana ukwonyen tuziko murabansi
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 8 дней назад
🤣🤣🤣 uvuga RDF AKA M23 None ko mutarafata Intara? Canke biragoye?
@Irene28092
@Irene28092 8 дней назад
Yaraj iburundi turatsindwa? Haaa
@yisabriel
@yisabriel 6 дней назад
​@@burundishallsmile1day109bazayifata kangahe se cyangwa nta makuru ufite bamaze abarundi banitse imirambo imirambo yabo Croix rouge yirirwa ihamba ibisigazw imbwa zarariye zirahaga
@n.e.1433
@n.e.1433 8 дней назад
wagira ngo ni udutera disi
@user-dq7sg8sh9m
@user-dq7sg8sh9m 7 дней назад
Igihugu carapfuye ntabutegetsi dufise
@gasirimundizihiwe2975
@gasirimundizihiwe2975 7 дней назад
Ibyo muvuga ninko kwikiririgita mugaseka murihasi cyn
@ubuzimatv3.622
@ubuzimatv3.622 8 дней назад
Umwana arya uko yagaburiwe murimo kugerageza
@cadeaunsabiyumva5304
@cadeaunsabiyumva5304 3 дня назад
uyo agaya ingabo zacu araza kuvogere azozibona ico zibereyeho
@MenardSharangabo-rg1jr
@MenardSharangabo-rg1jr 3 дня назад
V6
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 дня назад
V8
@muturarwandainnocent3979
@muturarwandainnocent3979 3 дня назад
Ni bazalendo buzuye kabisa
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
iyi parade ibishye nkibiryo bitagira umunyu ngo he he he dore utwo tugeri😂😂😂😂😂😂
@user-ww3xx8rp4c
@user-ww3xx8rp4c 8 дней назад
Pared yanyu irihasi rwanda irihejuru cyane🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤❤❤
@Irene28092
@Irene28092 8 дней назад
Ni mélodie zitandukanye, singombwa qu on imite le Rwanda
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 7 дней назад
@@Irene28092Wap namaguru ntagenderahamwe ntagororotse nibibunda bakoresha nivyakera.
@muturarwandainnocent3979
@muturarwandainnocent3979 3 дня назад
Nonese kombona bamwe bagenda barebimbere abandi barebakurihande 😂😂😂
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
dore parade nkaba umuntu wee 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mwicare kuri rtv murebe akarasisi kingabo zurwanda
@yisabriel
@yisabriel 6 дней назад
Le pays le plus pauvres du monde
@rukundowilly3228
@rukundowilly3228 2 дня назад
🙃🙃🤣🤣🤣
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 8 дней назад
Abarundi barakaze! Ninde amaze kubona ko abagira Comments benshi ari abanyarwobo!? Yooo😊Ntibaronka itiro barigorewe nsinobahisha! Je sindabona Abarundi basidukana n Iyonka bagira Commentaires muvy IRwanda canke bazane abatumire kuri You Tube zivuga politique y uRwanda Yamara bo baratumira Abantu baganira uburundi gusa nkuko bavuga Russia, China ,USA canke Igihugu gikomeye😢
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 8 дней назад
Ni hatari!
@IshimweEnock-ur5jy
@IshimweEnock-ur5jy 6 дней назад
Erega abarundi ntagobbakoresha RU-vid 😀😂😆
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 дней назад
@@IshimweEnock-ur5jy Eeh Burya!?izi Channels bazishiriyo Abaturage bohakurya ya Kanyaru?twarabaye nka BBC rero kuduhurura n abari muyindi Micungararo! Canke n uko tubabuza Itiro iyoduhumeka!
@IshimweEnock-ur5jy
@IshimweEnock-ur5jy 6 дней назад
@@burundishallsmile1day109 ark nawe urabizi ko abarundi badakoresha RU-vid uretse wowe se Hari Indi comment wabonye yumurundi ariko genda upostinge Facebook urebe ko udahita ubabona nka million mwagiyebmwemera ko igihugu gifite ibibazo ko nawubaseka erega abarundi muzira kwiyemera
@muturarwandainnocent3979
@muturarwandainnocent3979 3 дня назад
Nonese bazahano kandi ntamuyagankuba bafite ubwo nawe wasanga utuye m rwanda
@mcgapapu
@mcgapapu 3 дня назад
😂😂😂😂Cyakora Abarundi murasekeje kweli ese ntago mwabireka aho guseba nokuvúnagurika kuriya😂😂😂
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 3 дня назад
Ariko nka wewe kueli!
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
sha abarundi mwarasigaye mujye muza mu rda mwige
@user-cn6tj2hx4m
@user-cn6tj2hx4m 7 дней назад
Abarundi oyeoyeoyeoye hhhhhhhh ndagushuka muriba sabizeze wasebiyogera rebutwotugeri batera. Yooo munda ntakirimo Twabishyuriye amadeni 1milliali$ none murannya homutere ste basha Turabibikiye Tubarinda ibihano
@RichardNduwimama
@RichardNduwimama 7 дней назад
genda gacye sha kuk ntabyo washonora gose
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
mbega akarasisi weeee wagirango nakirondo ryumwuga sha muzaze RDF ibigishe military parade
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 дня назад
Nkawe kueli!
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
@@FulgenceMikaOfficial nkange iki c uvuze ko nyirurugo yapfuye niwe ubumwishe ubux iyi ni parade nyabaki
@rukundowilly3228
@rukundowilly3228 2 дня назад
@@user-ig9yf4sp5x 🤣🤣🤣
@Mucyu134
@Mucyu134 8 дней назад
kitumase tuta bafata matekwa
@user-ig9yf4sp5x
@user-ig9yf4sp5x 2 дня назад
mufata bande se
@Lock940
@Lock940 3 дня назад
Hah😂😂😂😂😂😂
@user-cz3ce5bd5w
@user-cz3ce5bd5w 8 дней назад
🇧🇮𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 🇧🇮𝐛𝐮𝐫𝐚𝐤𝐚𝐛𝐚𝐡𝐨 𝐢𝐦𝐲𝐚𝐤𝐚 𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐧𝐢𝕓𝐢𝐡𝐞 𝕧𝕪𝐨𝐬𝐞 𝕀𝕄𝔸ℕ𝔸 irakayiha indongoz zibikwiriy🙏🙏
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 8 дней назад
Ameen!
@ManiradukundaJpaul
@ManiradukundaJpaul 2 дня назад
Burundi bwacu❤❤
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial 2 дня назад
Burundi 🇧🇮 Buhire!
Далее
Cabeças erguidas, galera! 🙌 Vamos pegá-la!
00:10
POLI зовет Газана
00:12
Просмотров 1,3 млн
Извини😂инст:sarkison7
0:42
Просмотров 1,3 млн
Дед и новая машина😁
1:00
Просмотров 4,3 млн