Тёмный

Muratwenga muhweree😭🤣/urukundo rwa Raoul Comédien na Chrie wiwe n’igisoda🤣/Hosy yamwicaritse hasi😭 

Siren Vibes TV
Подписаться 165 тыс.
Просмотров 62 тыс.
50% 1

#comedy

Опубликовано:

 

2 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 323   
@sirenvibestv
@sirenvibestv 3 месяца назад
Helloooooooooo ko mwaryohewe ni muze duterere Raoul rero😩😂😂 Numero mwoturonderako mushaka kumuterera mu rubanza rwiwe rwa mariage ni 61899583
@antoinettenemerimana6996
@antoinettenemerimana6996 3 месяца назад
Ndamukunda cane afise ubupfura budasanzwe mubuzima busazwe twarahuye ahantu atanzi aranfasha .Nzogusubiriza munkoko umusumwe kandi aratwenza afise ingabire idasazwe urumuntu mwizi Raoul imana iguhe umugisha ikwagura cane
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 месяца назад
Ariko Hosy wewe ga Mana❤,ngo nta mariage ndigera ngira😂 simpaka bose bayikore shaa har.ukuntu abantu bamaze gufata ubuzima nka uniforme
@GG-ni1zj
@GG-ni1zj 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂 Nagira nije narongoye umu soda none Raoul arankoreye mungata. Ngo urahaze 😂😂😂😂
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 3 месяца назад
😂😂
@DivineNdayikeza-vk1ur
@DivineNdayikeza-vk1ur 2 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@IteritekaEvrard-z5x
@IteritekaEvrard-z5x 3 месяца назад
Umuhungu vrt umwise JANDAJANDA Jean Chargeur koba ari keza😀😀 hhhh gutora izina ry'umwana ataranibungengwa biratwengeje😀😀
@KazenezaHawa
@KazenezaHawa 3 месяца назад
❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Komera mwiza
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA 3 месяца назад
😂😂😂😂😂uramvuniyimbavu nukuri yoooooo😂😂😂😂😂😂ngo coupant mwana wamama utaravyonona,nn uramutinya Raou??
@gagakanyamuneza778
@gagakanyamuneza778 3 месяца назад
Sha ndaryohewe cne vraiment Hosy ndakunda ukuntu utwenga vraiment knd courage cne
@tashaelsie7109
@tashaelsie7109 2 месяца назад
Mana yanjy za ndabona ikiganiro kiryoshee😂😂 sha Raoul imana irakubonaa😂😂😂😂😂
@bolisiradukunda723
@bolisiradukunda723 2 месяца назад
jewe nzomuterera umunya musaga wacu nukuri ntakwiteza abantu😂😂😂😂
@igiranezaleilla2311
@igiranezaleilla2311 2 месяца назад
Maaana ndapfuy neza mukirundi😂 Hosy ndasavy uzohore utumira Raul nka rimw mukwezi vrt😊kandi merciiiii
@AliceCharme
@AliceCharme 3 месяца назад
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀Raoul vrt nsanze ntaribwamwuvirize arantwengej ndapfuy
@DivineNdayikeza-vk1ur
@DivineNdayikeza-vk1ur 2 месяца назад
Ngo ndakwisavye aho urahaze😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@EmelyneGahimbare-r9i
@EmelyneGahimbare-r9i 2 месяца назад
Raoul vraiment 😂😂😂😂😂nanj sha nzoguterera sha
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 3 месяца назад
Hosy mubwireko nawe umurusha abana acatuza😂 😂😂😂😂 icakoze Raoul nigitabo kizinguruye neza😅
@CiellaNigero
@CiellaNigero 3 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndapfuy nugutwenga nukuri Raoul ntakomeye .Ati ngo come go 🤣🤣🤣 Kigingi muzihurira. Merci bien vrt
@ELBLACKC
@ELBLACKC 2 месяца назад
Ndasarishije?? Vugisha ukuri? none navuze iki???😅🤣
@Buja2573
@Buja2573 3 месяца назад
@hosyirakoze, ikiganiro ca bien💥💥💥… feedback: izo intebe ziracafuye, urahindura igitambara.
@AuthenticAccurate257
@AuthenticAccurate257 3 месяца назад
Arazimesuza pe
@fleuryb8706
@fleuryb8706 2 месяца назад
Zirateye isoni pee
@pascalinensengumuremye4642
@pascalinensengumuremye4642 3 месяца назад
Mbega icongereza kirahoooo nacooo😂😂😂😂😂😂
@AnnyAudreyDushime-im3gc
@AnnyAudreyDushime-im3gc 3 месяца назад
Ng iy summer nugusama😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 2 месяца назад
Shaaa nukuri muranyishe😂😂😂😂😂 you made my day😂😂😂
@Olivier4493
@Olivier4493 2 месяца назад
Ba NTWARI 😂😂😂 urakoze Hosy jewe nitwa NTWARI
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 2 месяца назад
😂😂😂 ryooo, Raoul tora 5.000.000Fbu shaaa,ibisigaye uzogire urubanza rwiza maze❤
@khadijamoss293
@khadijamoss293 2 месяца назад
Uwomuhungu aratwenzapee reka nda muferesite cane mvugati.conglatratino❤❤❤❤❤
@alainblaise9401
@alainblaise9401 3 месяца назад
54:39 Nta numéros ziguma zica kuri écran! Ntazo mwigera mucishaho na rimwe
@devoteinakanyambo5881
@devoteinakanyambo5881 2 месяца назад
Ngo the money who whichy!!😂😂😂😂😂
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m 3 месяца назад
Basi raoul aranyeguye umunyamusaga wacu sha😂😂 maze ikiganiro ndushe nugutwenga😂😂
@MireneIrakoze-sm7vl
@MireneIrakoze-sm7vl 3 месяца назад
Raoul urantwengeje Mana we jewe ndakuravye mumaso gusa ncantwenga ati Ni muri summer azo ca Asama nyene Hhhhhh ndatwenze nduma,Raoul umu chr wawe tuba mukarere kamwe Musama3 na Musama5.Karibu knd mukanyosha iwacu
@ndayizeyefloride5277
@ndayizeyefloride5277 2 месяца назад
Ndagukunda uwo muhungu
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂ngo ndasarishije bazobikate rek ntanguy gutweng bikire kur introduction😂😂
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA 3 месяца назад
Nukuri raoul urakoze kuntwenza,ndaye neza kubwawe,❤😂
@eveblack2520
@eveblack2520 3 месяца назад
Murantwengej nukur 😅😅 Raoul yotum urongogwa kunguvu🤣 Hosy courage mwiza ubikora neza💞
@audry-paulinsimbare3022
@audry-paulinsimbare3022 2 дня назад
😂😂😂asha n'ukuri kubera responsabilité bazohore bakuriha😅
@CalvisHatangimana-o4e
@CalvisHatangimana-o4e 2 месяца назад
Bonjour madam !! Ikiganiro ni ca bien saana Mais pour microphone il faut changer, merci
@jean-maestrobizimana7126
@jean-maestrobizimana7126 2 месяца назад
Followed from 🇿🇦.Raoul t'es foux.😂😂😂😂
@MomoMUGISHA
@MomoMUGISHA 3 месяца назад
Manyina nawewe uri mwiza Raoul 😂
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 3 месяца назад
La future mariée ko akaze azokubitira Raoul munzu! 😂
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 3 месяца назад
😂😂😂😂😂
@claudinekabayoboke2688
@claudinekabayoboke2688 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 neza nzokwitumira😂😂😂😂
@LouiseKanyana-h9o
@LouiseKanyana-h9o 3 месяца назад
Ngo kupa utaravyonona 😂😂😂😂😂
@inesirakoze1954
@inesirakoze1954 3 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣, ahwi! ndmanyutse p, ngo ni come and go
@SalimaIrakoze
@SalimaIrakoze 3 месяца назад
Oyaaa kweri hosi narabe usanga agara ngaho🤣🤣
@chantalkaburente2465
@chantalkaburente2465 2 месяца назад
Nanje vyaranshikiye, nankakuriha 15000, ndiha 25000
@thierryniyongere7996
@thierryniyongere7996 3 месяца назад
Ngo nabanje gukubita mutoyi wiwe.😂😂😂
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 2 месяца назад
Nukuri Raoul nukuri ndamukunda ukuntu yimerey Imana izomuhe kuremba n'ukuri ❤❤❤🎉🎉🎉
@ChanellaNiyukuri
@ChanellaNiyukuri 3 месяца назад
Osi caméra yaw isigaye ibona can ndagkunda kandi
@melissanijimbere1577
@melissanijimbere1577 2 месяца назад
Au fait ndabuz ahompera pour vous dire merci vrt😂😂😂😂😂😂😂😂ndagorobej neza vrt kubwanyu.ew raoul mana yanj😅😅😅😅😅
@InesIrakoze-lj9pv
@InesIrakoze-lj9pv 2 месяца назад
Raoul shaaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@uwimana8584
@uwimana8584 3 месяца назад
Umugore waw ntari romantik 😂
@MakurazaJos-mi7my
@MakurazaJos-mi7my 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂 mana yanje Raoul uranyishe. Imana izokwubakire nukuri.
@eloinikuze
@eloinikuze 3 месяца назад
Raoul yanyoye sapor,😂😂
@audreyirakoze8315
@audreyirakoze8315 2 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ariko Raoul naho watubwiyeko umugore wawe nuwo mukanyosha,waduheze kweli,uyo numunyamusaga
@ChristaMimi
@ChristaMimi 3 месяца назад
Ngo kupa utaravyica 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ndayiragijegloria9177
@ndayiragijegloria9177 2 месяца назад
😂😂😂😂😂ik kiganiro nzogusubiramwo gatatu les 15 dernieres minutes
@ali-ckizofiolivierarakaza9284
@ali-ckizofiolivierarakaza9284 2 месяца назад
Ewan munkorey umusi p,akakaganiro kararyosh p.
@NduwimanaFidèle-i8l
@NduwimanaFidèle-i8l 2 месяца назад
Ntubaho kabisa witiranwa na mon fils
@godsgrace6820
@godsgrace6820 2 месяца назад
🤣🤣🤣🤣🤣ngo coupa mwana wa mama utaravyonona. Neza ndahwereye. Umugore wa Raoul ansumvya amapete mugisoda😂
@MCDUDU-jdu
@MCDUDU-jdu 3 месяца назад
Hosy wemey kwicara hasi nyn? ngo RAUL yagusumvye kura bamuhay irembo!!! mubwire naw ko ufis abana uri umu maman
@ChanellaNiyukuri
@ChanellaNiyukuri 3 месяца назад
Osi caméra yaw isigaye ibona can ndagkunda kandi
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 29 дней назад
Raoul vrt arantwengej cane gose
@annickn.617
@annickn.617 7 дней назад
Ndatwenz namosozi arakoroka😂
@InesBizimana
@InesBizimana 2 месяца назад
Ewe Raoul 😂😂😂😂😂😂
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 3 месяца назад
Mugabash nukur ntawenz ndakumbagar gus Hosy biri hout wayihevy
@Bugingo1
@Bugingo1 3 месяца назад
Love from Kigali Rwanda
@blandinechanisseiteriteka2072
@blandinechanisseiteriteka2072 3 месяца назад
😂😂😂😂 Mukama ndasanzaye ngo nanje
@bayiganeolivier
@bayiganeolivier 3 месяца назад
Raoul yarasaze wallh😂
@devoteinakanyambo5881
@devoteinakanyambo5881 2 месяца назад
😅😅😅😅😅😅😅 Aller retour
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 3 месяца назад
Raoul uranyishe imbavu😂😂❤❤
@IrankudaAlida
@IrankudaAlida 2 месяца назад
Ntangiye gutwenga ntaracanviriza
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 3 месяца назад
RAOUL & HOSY ntacomudakoze kukingereza peee!!!!!!!
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂ewe Raul gabasha
@NdayisabaAlice
@NdayisabaAlice 3 месяца назад
😂😂😂😂😂 iyi emmission iraryosh vrt😊
@gerardnzosaba2063
@gerardnzosaba2063 3 месяца назад
Ubundi Hosy asanzwe ari responsable
@DivineNdayikeza-vk1ur
@DivineNdayikeza-vk1ur 2 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@aliibnitwalibmuhirwa
@aliibnitwalibmuhirwa 2 месяца назад
Hhhhhh😂😂
@nduwamahoroPascasie
@nduwamahoroPascasie 2 месяца назад
Jewe muranyishe
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 3 месяца назад
Ijambo GUTERINDA ariko ariko!!!!
@guychrisnikuze5785
@guychrisnikuze5785 3 месяца назад
Raoul merc bcp vrt 😂😅🎉
@PiscoPhiri
@PiscoPhiri 2 месяца назад
Hozy. Muri katorika, abageni kugira bemererwe kugira ubukwe, baberekana mumibano rukristu iri kugatumba bakabuzuriza nimpapuro, niho bibera. Bafise amakosha duca tuja ku déposant kwi paroisse. Partiri ntabasabira umuhezagiro bafise ivyo bagirizwa, nk'uburozi, ubusuma, ukuraraguza n'utundi twica ikibano. Roul ntiyavyibutse, kuko baratanga urutonde rwabazogira mariage hama bagaca batubwira KO uwoba afise ico abaziko cotuma batubakana, akivuge before tucigeko. Kuko KUGIRA wubake Rukristu bisaba vyinshi. Merci kukiganiro ciza mwadusangije Ubu unye naje namwenyuye😂😂
@idrissaikorivyiza180
@idrissaikorivyiza180 2 месяца назад
Mb nyn k ntaramwumva bamusomye kumusaga.... Namahoro ga Raou
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 2 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Yoooooooh
@Nidivin
@Nidivin 3 месяца назад
Iyi summer nugusama nyene ngoyooh😂😂😂
@Vision2300
@Vision2300 2 месяца назад
51:00
@annickn.617
@annickn.617 7 дней назад
😂😂🤣😂🤣😂🤣😂🤣😂🤣
@SarahMukeshimana
@SarahMukeshimana 3 месяца назад
Ndakunda Hosy cane vrt
@sergetheeditor257
@sergetheeditor257 3 месяца назад
Nari nihanganye ark birangiye bigenzuko👉🤣🤣🤣🤣🤣😂
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂 raou nzoguterera papier mouchoir kuko urandijije no gutwenga ndabura ako nihanaguza.
@JosephineBAKANIBONA
@JosephineBAKANIBONA 3 месяца назад
Consultation ikorwa na bose mu Burundi, kabisa uko nukuri muvuze
@FleuryIrambona-u9f
@FleuryIrambona-u9f 3 месяца назад
Big up sana bro Raoul and hosy🙌
@eloinikuze
@eloinikuze 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂raoul arasazee kweriii
@mutakovachiti
@mutakovachiti 2 месяца назад
Introduction irandyoheye kweli 😂😂😂 ngo naragupfiriye🥱🥱🥱😂😂
@LILYLIESSE
@LILYLIESSE 2 месяца назад
😂😂😂🤣🤣🤣🤣😂imbavu zanje 😂😂🤣🤣🤣Joe Biden 😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂
@angeumuhoza8123
@angeumuhoza8123 3 месяца назад
Yoooooo yaragupfiriye shaaaa yooooooooooooooo😂😂😂😂😂😂😂😂 yoooo
@NadiaKankindi-l4o
@NadiaKankindi-l4o 3 месяца назад
Igitambara cintebe vrt....
@ffhcgggcjc-ix7fs
@ffhcgggcjc-ix7fs 2 месяца назад
Ngo nkakakantu Kajegt😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉😂😂
@GhgVvgh
@GhgVvgh 3 месяца назад
Ozi.uzogarukaneruru😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 2 месяца назад
Ikibazo ninsiguro camutanga insiguro yaryo😂😂😂 Mana yanje ndahwereye😂😂😂
@ThaddéeHamenyimana
@ThaddéeHamenyimana 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 yooooooooo😂😂😂😂 ndapfuyeeeee😂🎉😂😂😂😂😂
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 3 месяца назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 😂😂 Mbavu zangu Raoul aranyishe ku kingereza 4:39
@dushimechristine1152
@dushimechristine1152 3 месяца назад
😂😂😂😂😂
@سنتياالشهري
@سنتياالشهري 3 месяца назад
ROULI ngo wamaze kubishaka
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 3 месяца назад
Ndaphuye nugutwenga😂😂
@ArianeNikuze
@ArianeNikuze 3 месяца назад
Raou hosy nakureke uronse amahera numusi umwe urabigura vyose
Далее
Лучше одной, чем с такими
00:54
Просмотров 851 тыс.
Лиса🦊 УЖЕ НА ВСЕХ ПЛОЩАДКАХ!
00:24
Лучше одной, чем с такими
00:54
Просмотров 851 тыс.