Тёмный

MY LIFE STORY PART 8 Maman Alvella Yoba azutse?_-Inkuru Y'uko Estime na Alvella Bahuye 

Ntera Nj’imbere Films
Подписаться 21 тыс.
Просмотров 121 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

11 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 425   
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Год назад
My life story yadushwayemwo💃💃💃💃💃💃💃💃 merci bcp ma chérie Alvella 🙏🙏🙏 abar bayirindiranye igishika mump Ut like hashake hake abarundi mukunda ivyiwacu mur bwabumwe tumenyane🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-rf1ut3zc6l
@user-rf1ut3zc6l 6 месяцев назад
Turakeney iyibandanya
@AlbertShikabi-jl9cx
@AlbertShikabi-jl9cx Год назад
Alvella twari tunurindurany igishika none imana irabikoze ntituri i Burundi arik tugukurikira uko bukeye uko bwije twari tugutegerej cyane alvella imana ikujimbere ndagushirire izompanuro zigisha benshi naj'utiyibagiye couarage%%%%
@divinekezakimana4820
@divinekezakimana4820 Год назад
Waoooh love from KEZAKIMANA Divine 😘 abakunzi ba alvella tumenyane🔥🔥
@AlbertShikabi-jl9cx
@AlbertShikabi-jl9cx Год назад
Turahari wanjye aha amaso namyoye nogukomaguzwa ntubibamwo
@فرنسينا
@فرنسينا Год назад
Ariko sha francin umukobwanyu wamuhoye ubusa nawe biraguhitanye wihangan icubiba nico wimbura🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@patrickndayishimiye8027
@patrickndayishimiye8027 6 месяцев назад
Respect abakunzi ba alvella ariko ndabiravy part8 niyo yari gutangura ikaba part1
@niyonzimaalice8841
@niyonzimaalice8841 Год назад
Nta muntu wokwizera ,Alvella Imana niyo yokukurinda
@itangishakadine9384
@itangishakadine9384 Год назад
Mbaye uwanyuma basi arikk nimundemer twatuntu
@الاصيلة-ي1ف
@الاصيلة-ي1ف Год назад
Nazindutse ndi mur cumi bambere soo abakunzi ba my life story mukande ngaha dutwike twimanukira
@sosomh5430
@sosomh5430 Год назад
Mana weeee, uyu muntu Alvella yizeye weee 😭😭😭😭, gusa ndabona ishavu rya tantine rishobora kumutabara.Imana iguhe ivyo ukeneye sha Alvella uzoze urayiduha kumwanya
@evelynenkurikiyimana2572
@evelynenkurikiyimana2572 Год назад
Nkunda alvella hamwe n'ibikorwa vyiw♥️
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Год назад
Abacerewe nkanje bari murukundo niyi movies my life story abari bayirindirany igishika nkanje mundemere Like ngaha 👇👇👇 tubandany kwiryohereregwa film ndundi hejuru cn 🙏🙏🙏🙏🙏
@niyomwungerejeanine-sy7zo
@niyomwungerejeanine-sy7zo Год назад
Twaritubakumbuye kwer mwubahwe mukina neza nta link mwompa yawatsapp
@JeanneNimpaye-yv2rw
@JeanneNimpaye-yv2rw Год назад
Imana ishimwe Estimé aje yakina rôle nziza pe
@toussineigirukwishaka9152
@toussineigirukwishaka9152 Год назад
My lifeee,waooo,narintaguy kubabara none alvella kub yaragambaniwe,tantine wiw agomb amurokore.
@umutesiwasejeanne4460
@umutesiwasejeanne4460 Год назад
Alvera ndabakunda ❤️ mbakurikirana ndi MuRwanda
@languida1836
@languida1836 Год назад
Uhezagirwe cane
@MukeshimanaAngelique-ux7mc
@MukeshimanaAngelique-ux7mc 9 месяцев назад
Alvera nkunda inyigisho utanga mbakurikira ndi Mu Rwanda
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Год назад
Nkaba nahageze jewe umwana wabaki 🥺🥺🥺ndemera like ngahaaaa 👇
@indirimbotv59
@indirimbotv59 Год назад
😂😂😂😂😂wew umukobwa wabaki😊😊
@claudinevyukusenge1538
@claudinevyukusenge1538 Год назад
Muyizany twaritwayinyotewe
@divinekezakimana4820
@divinekezakimana4820 Год назад
Kumunota wa 52 nanje nazindutse💃💃
@niyubahwemfisciee4799
@niyubahwemfisciee4799 Год назад
Mbayuwambere ayirabyee mundemere kbx🥰
@EmelyneSindakirimana-cg1vy
@EmelyneSindakirimana-cg1vy Год назад
Oy ww ntiwantanz
@niyubahwemfisciee4799
@niyubahwemfisciee4799 Год назад
Nagutanz nyene
@stitore2388
@stitore2388 Год назад
Yoooooo nacerewe ariko ndayirabatuuu alvella courage mwizawanje 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅🤝✍👍🙏
@mushimiyimanatheogene3256
@mushimiyimanatheogene3256 7 месяцев назад
Alvera we love you so much,you are amazing player
@rindaklelia7986
@rindaklelia7986 Год назад
Alvella curage 🥰
@alinekubwimana9520
@alinekubwimana9520 Год назад
My life story ♥️♥️
@bizirakwiheburapatrick7590
@bizirakwiheburapatrick7590 Год назад
🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲 Zambie turabakwirikirana estimé ndakwemera uvyifatamwo neza big up
@esperanceniyonkuru6970
@esperanceniyonkuru6970 Год назад
Yoooooooo Mana weeeeeeeeeeee . estimé cicanyi weeeee.eeeeeee urumugome,????? Iyo vidéo vipi,ndasavye we tantine nukuri musubirane na Alvechou kugira iyo vidéo ikize Alvechou nukuri,ndarindiriye,ibikurikir,gusa alivella ntasubire gukomeretswa nuwo mugom My estimé atumye.Estimeeeeeeeeeeeee duhuye nziruka💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Год назад
Courage alvella uwo muhungu wizeye numugenzi wa estime mbe amakuru amushira ameze gt?hagiy gusha 🔥🔥🔥❤❤❤
@jonasmbonyingingo4787
@jonasmbonyingingo4787 Год назад
Tantine we wakoreye ikibi Alvella Ubu ugarutse kurondera icavuye mukibi kugira wihore estimé hoho KO wakunze estimé kand yarakubwiye KO afise uwakunda atorota aheba wewe muhuzwa nakanoti gusa Reka turindire turabe iyo bizoherer kwiyo video nuwo mwana mugihe se atozana iyo video ndabakunda cane Estimé n'a Alvella n'a Tantine ❤
@evelynenshimirimana5873
@evelynenshimirimana5873 Год назад
Well come back m'y life story 💃💃💃💃Nari ndayikumbuye
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 Год назад
Yoo arvella urambabaje wizeye umuhemu umugome😢😢😢 gusa muradutebereza kuyiduha❤❤❤❤
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Год назад
Je mber nar naravyibagiy ks
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Год назад
Sha tantine,urumugome pe!!!! Niwe wahuje Alvella na Estimé kugira wihore vrt ???😭😭😭ikindyoheye n'uko nawe wakunze Estimé kandi yarakubwiye ko yifitiye umukunzi. Koma musosi rero sasa!!!!
@consoleeniyobuhungiro8960
@consoleeniyobuhungiro8960 Год назад
Woooowww Tentine aragarutse estime ivya RUSUTIEN bizohera kuko icaha kizokwagira pe
@ellaangeleizere-ki6tz
@ellaangeleizere-ki6tz Год назад
❤Lova lova na Alvella shahu!❤ Ornella sha urishurana kabisa izonyishu kwli bakundekere🤒🤒🤒
@GakiraGonzague
@GakiraGonzague 8 месяцев назад
Mbega umukinyi umukama akurinde
@dusengimanadevotha1242
@dusengimanadevotha1242 10 месяцев назад
ndabemera cyane Alvella ndagukunda pe gsa mwaratinze kuri part 9 mudufashe muyiduhe
@YvetteKANYANGE-pj8pd
@YvetteKANYANGE-pj8pd Год назад
ubu niho ngitahura impamvu mwari mwayitebanye. mwariko murayiryosha. courage cane
@NiyibonaMenedor-uq4xy
@NiyibonaMenedor-uq4xy Год назад
Mubikora neza nukuri courage alvella ariko uryamuntu wizeye siwe gusa Imana ikujimbere
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 Год назад
yayayaya mbega mbega Alvella pole sana kuba wizeye umuhemu akoran n'abakurondera🤭🤭gusa nyen inzir zayo n'ibihumb iy video niyashikir tantin waw ngir ac ashengez estim naw usang inyish yaw irabonets.Mpor can kabisa😚gusa nyen iy film irimw inyigisho nyinsh mrc
@josephineminanisalma3792
@josephineminanisalma3792 Год назад
Wao😂 🇧🇮🔥🔥😍 hashe hose 🔥 mwari mukumbuwe 💞💃
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 Год назад
Waoooo my life story yarikumbuwe sana so reka ntoragateb nicare mbendaterama
@IteritekaJeancrode
@IteritekaJeancrode 3 месяца назад
Aluvella ndagukunda cn imana ikomeze kukuba hafi ariko aluvella aluvella nkabakunzi nkabakunzi bawe turakeneye kukubona
@KirumaraChedy-hi3uh
@KirumaraChedy-hi3uh Год назад
Nshaka mbaze vyukuri uyu Alvella Afise ikibazo nyabaki mukazikiwe ko Akora ibintu Atari buheze!!!!!!
@jesusmaryjosephburundian7516
Manaweee muranyigishije caanee nukuri kandi caneee eeee murabizi kwelii Alvera na team yawe Imana ibazamure kwenye kiwango kingine juu zaidi
@lydiankurunziza3289
@lydiankurunziza3289 Год назад
Waooo courage my life story🔥🔥
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Год назад
Welcome movie 😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️🎥🎥🎥🎥 Alivella Iman ikubere maso kwizera uyomuntu😢😢😢🤦🤦 ham nawe frasine ihangane kukw naw mubihemu urimwo umenyeko wahemukiy Alivella 🙄🙄🇸🇦🇧🇮
@manishimweerineste4747
@manishimweerineste4747 Год назад
Iyi movie ninziza cane ikibicyayo nuko itabonekera kigihe nahubundi yariryoshye
@bleindaakiteka5889
@bleindaakiteka5889 Год назад
Ego vmt ikibi Nico Naya handi iraryosh cane
@gabrielfurahas5723
@gabrielfurahas5723 11 месяцев назад
Ndabona biriko biraza Alivella Ashobora kuzokora ibikomeye. Ico Ntabona neza nikirundi kitarikirundi kivugwa na bamwe mubakinyi nka Sammy , Estime nabandi nkabo .
@joycemunezero3927
@joycemunezero3927 7 месяцев назад
Courage Alvera weeeeee.!!!ndabona hagiye gusha kwl yinyarukane❤❤❤
@iam_janette
@iam_janette Год назад
Wwuuu alvella twahageze🇷🇼♥️
@editharakaza9511
@editharakaza9511 Год назад
Ngiy nabona iciza estimé yigeze gukora mubuzima hhhh
@languida1836
@languida1836 Год назад
Hariho ahandi yigeze gukina ar'umwana mwiza cane
@felicitentahimpera4760
@felicitentahimpera4760 Год назад
Am In💞 with my life storry
@nishimwealine1535
@nishimwealine1535 Год назад
Alvella wubahwe mwiza estime ndaknd ukunt ukina team yose hejuru caaan😍😍😍
@gqe3152
@gqe3152 Год назад
Umwana wimbeba azira urwanko rwanyina fim iryoshe Kndi yigishs alvella urandutevya kwicwa nuburoho🙇🙇🙇🙇🚴🚴🚴
@munezerodaniel-nj6hu
@munezerodaniel-nj6hu 10 месяцев назад
God blessed Burundi in 2000s wid Mugisha movie now it's Alvella❤️😭big up Alvella's team one luv from Moçambique 🇲🇿 n i luv Burundi dat's my second home❤️🇧🇮
@djaliatuwineza630
@djaliatuwineza630 9 месяцев назад
Niko kuri turashoboye
@ndayikezajuvenal9115
@ndayikezajuvenal9115 Год назад
Yooooh ewe Alvella shn mpore ndabona tantine nawe aratanguye kubona ko yahemukiye uwo atarakwiye guhemukira agomba yicuze bitagishoboka karibu mufashanye na Alvella gukurikirana urupfu rwa papa wiwe
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 Год назад
Harahiye kimwe muratunyoteza🔥🔥❤
@ndihokubwayoarene5986
@ndihokubwayoarene5986 Год назад
Imana igifashe ntusubire kutunyoteza yiduhe kabiri mudwi canke wogeze iminota
@wilsonericndihokubwayo5253
@wilsonericndihokubwayo5253 Год назад
Alvella dukunda,waratunyoteeeje my life story pe!
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 Год назад
Eeeeeeeeee,kumbe Danny yabanye na Ornella afise Alvella???? Gusa tantine araronse isomo.kwihora si vyiza hewe !!! Raba nawe ibikubayeko ngo uri kwihorera mwenewanyu !!!!
@user-oq4sn6sg6g
@user-oq4sn6sg6g 9 месяцев назад
Alvella Imana ikuduhezagirire nukuri ukkkomeze kndi Imana yivange muvyawee nawe turagukunda cane❤
@chancegikundiro9152
@chancegikundiro9152 Год назад
Love you guys ❤❤❤ muzaduhe iyindi ❤❤
@user-tn9nw7zw8e
@user-tn9nw7zw8e Год назад
Twari tugukumbuye cane nukuri
@user-tn9nw7zw8e
@user-tn9nw7zw8e Год назад
Congratulations my freind
@chadrackniyonkuru-kv2xj
@chadrackniyonkuru-kv2xj Год назад
Alvella iyireres murikomuradushikiriz vrem irumwimpanuro nyish canne cann mbe part yicenday izobirez nimunduhis shaaaaa ?turashimibikorw murikomurakor
@elsielystiaor2032
@elsielystiaor2032 Год назад
Noé tantine yiriza kuberiki kndi bri bvugany KO bapfan amahera n estimé 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@nihorimberedorine9945
@nihorimberedorine9945 Год назад
Waooo courage 🥰🥰🥰🥰 bien joué
@nadegedusabimana6081
@nadegedusabimana6081 Год назад
Waaooh! Film 🇧🇮 hejuru👏👏❤️💚
@AllenMutesi
@AllenMutesi Год назад
Mujya mutinda kutwereka flm koko😢
@joselyneniyindamutsa4525
@joselyneniyindamutsa4525 Год назад
My life story urakunzwe p mur 18min mbaye uwa 47😂😂
@HiHi-wh6ig
@HiHi-wh6ig Год назад
Alvella nagutanze gutweng kwipantaro y estime yatabutse😂
@joselynetuyisenge5870
@joselynetuyisenge5870 Год назад
Courage ariko murayitevya cane kweri
@deborahumuhoza8327
@deborahumuhoza8327 Год назад
Wooo nayikunze mudufashe tubone akandii gace prz we love you 🇺🇬🇺🇬🇺🇬
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx
@AhishakiyeJoselyne-ir4sx Год назад
Ego ndemey mbay uwanyum basi me aba diaspora begere alvella vmt uwo mwana afis,impamo
@kirezirosette8139
@kirezirosette8139 Год назад
Waaaaaaooooo nice story kuberik mudutevy raba nkubu turarindiriy turabue
@aahaha5492
@aahaha5492 Год назад
Narindayingway cn ndayirab mpejj ndater commentaire mpejj kuyirab
@nduwamungujerry7447
@nduwamungujerry7447 Год назад
Alvella ndagukunda ariko nk inter ishavu ukantevy
@niyomwungeredarlene4766
@niyomwungeredarlene4766 Год назад
Vyiza cane film igiye gutesa cane ahubwo mutunyarukirize iyindi partie
@maiakoakimana6168
@maiakoakimana6168 Год назад
Eeeeh lwarimukumbuwe p arvella kudukumbuza bibi
@irakozenehemie738
@irakozenehemie738 Год назад
Abaj nyuma yanj mundemer🤣
@IngoJuste
@IngoJuste Год назад
Bitera kuryoha . Ingorane turabakumbura caane
@mugishaclarisse8130
@mugishaclarisse8130 Год назад
😓😓😓😓😓😓
@remegienizigiyimana715
@remegienizigiyimana715 Год назад
Mukomeze kabisa. Malkeri arabuze ayacira nayamira. Ndabe kaheba umwana agakunda estime. Muze murayiduha kumwanya.
@ElyseIradunkunda
@ElyseIradunkunda 5 месяцев назад
Alvella Tubandaniriz dutagat na your life story
@edinenikuze3939
@edinenikuze3939 2 месяца назад
Etsime urumugom kbx urumuhem rab inzirakarengan murukundo nukur j urambabajvniman ntakukubabarir😢😢😢😢😢😢😢
@pacifiquetwagirayezu6651
@pacifiquetwagirayezu6651 Год назад
Alvera wewe uratunyotezaaaaaa Kimwe n'uko biza biryoshe nukuraba kakanyaruka basi ndaba❤❤❤❤
@belysehategekimana6216
@belysehategekimana6216 Год назад
Nibaz k utazosubir kuduterebeza courage Alvella twartu kumbuy
@aswa4795
@aswa4795 Год назад
😂mbay uwambere kwer
@alicenibigira
@alicenibigira Год назад
Bibi kwizer umwan w, umunt Arvella ntah wavuy knd ntah wagiy 🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰
@dusabeyvonne6727
@dusabeyvonne6727 Год назад
Nukuri mwarimukumbuwe cyane
@eerreffd4569
@eerreffd4569 Год назад
Munguwe ntimuryam nukur cank ngo uruhuk ndangir nduwamber nn mwantanze pe
@kwizerimanajacpueline269
@kwizerimanajacpueline269 Год назад
Alvella hezagigwa dukomeza gifashwa bagira basubiranemwo🎉🎉❤❤
@AbrahamHarerimana
@AbrahamHarerimana 9 месяцев назад
Nez can alvella umukam akuj imber turindirany igishika part9
@alexandrendayizeye3640
@alexandrendayizeye3640 Год назад
Yeeeeee arvella murageragez kubak film zirnysh mbere gusumvya inyagwanda
@sifanyirabwiza-mq8gm
@sifanyirabwiza-mq8gm Год назад
Iyi film esee mwara yihejeje kombona tuyibagiwe
@annonciatehabimana2727
@annonciatehabimana2727 Год назад
Haaaa ntumuzi rusutiye hunga🏃‍♀️🏃‍♀️
@MurengeziGermain-kz4lj
@MurengeziGermain-kz4lj 4 месяца назад
Salut les amies!!! Nonese iyi movie yaraheze ko nta bindi bice byo mbona kdi imeze nk'aho itarangiye? Ni umukunzi wanyu uri i Kgl. #Alvella ndagukunda pe! Cyane nkunda uburyo ukinamo pe!
@alicekanyamboalicekanyambo8178
Waooo bukuru hejuru canee ❤ estime naw akom cuhig arvella maz mwikundanire iy vidéo muyifis nibint vyanyu vyos muzobisubirana tuu
@claudinemanariyo3676
@claudinemanariyo3676 Год назад
Sha nah mwar mwatunyotej ark muradukorey umut 💋💋
@richardngendakumana6076
@richardngendakumana6076 Год назад
Arvell urandika kabisa asha ntusubire kutunyoteza harihakwiy kabiri mundw
@ndayisengajules-vm6ic
@ndayisengajules-vm6ic Год назад
Vyiza cne Mugire vuba muduhe part 8 Mwigore ntizotebe kweli Turayitegereje
@user-rb4gm8xt2c
@user-rb4gm8xt2c 10 месяцев назад
Hi muduhe next yiyo basha alvella reka kudutevya plz
@gloriam2903
@gloriam2903 Год назад
I have been waiting for this, for so long thank you once again for such a wonderful movie keep up the amazing work.❤❤❤❤❤
@irakevine338
@irakevine338 Год назад
My life story 😘😘😘 love you team Alvella
@ChachaChany
@ChachaChany Год назад
Mur 16min nkab ndahagez
@ElyseIradunkunda
@ElyseIradunkunda 5 месяцев назад
Alvella tubandanirize na your life story
@alicealice364
@alicealice364 Год назад
Alivella akuze umuntu yabaye impataro yatabutse alivella ashavuye aratweza
@kevineinarukundo7229
@kevineinarukundo7229 Год назад
Sha mbona urworushige bateye alvella arurwa vrai🤣
@icitegetseesperance8595
@icitegetseesperance8595 Год назад
Nurwa vrai vrt
@lioneljospinirakoze8390
@lioneljospinirakoze8390 Год назад
Bien joué kuva itngura niho ikiryoha kbx mwubahwe 🥰🥰🥰
@vaggagags3060
@vaggagags3060 Год назад
Ndahageze mwari mwadutebeje pee
@ZaZa-yf9kk
@ZaZa-yf9kk Год назад
Alvella filme iryosh cne yigisha gusa muza muradutevya ma belle
@Paccy.Tvshow
@Paccy.Tvshow Год назад
Komwatinzenkuduha episode i9 turabakondacyaneee🇷🇼🇷🇼
Далее
Дежавю, прескевю и жамевю!
00:59
Как подписать? 😂 #shorts
00:10
Просмотров 536 тыс.
BeastMasters Hawk just had enough #ti13
00:30
Просмотров 358 тыс.
Alicia-Un Destin difficile-Ep 01-HD 1080
31:33
Просмотров 134 тыс.
INTORENTINDI LIKE VERY MUCH  PLEASE SUBSCRIBE
6:26
Просмотров 3,6 тыс.
Дежавю, прескевю и жамевю!
00:59