Тёмный
No video :(

NARWAYE CANCER YO MUHOGO, INYAMA ZABOZE NIZO ZAKOROKA HASI NKOROYE// INTAHE Y᾽UWAHOZE ARI UMUMARAYA. 

Ubugingo Busagutse TV
Подписаться 12 тыс.
Просмотров 1,8 тыс.
50% 1

Iki n'igice ca kabiri c'intahe y'uwo Yesu yahinduriye ubuzima amukura mu bumaraya. Muri iki gice aratubwira ubushobozi bwa Yesu bwamukijije cancer ibihetangabo bibiri (iyo mu kuguru n'iyo mu muhogo).
Uriko urakurikirana iyi ntahe turasenga ngo nawe aho uri ubushobozi bw'Imana bukugenderere bugukize ingwara ziri mu mubiri wawe mw'izina rya Yesu Kristo.

Опубликовано:

 

22 авг 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 11   
@nadiaaruberi4194
@nadiaaruberi4194 3 года назад
Nari imaraya nagenda ijoro noneho yesu yarankoreye ibitangaza inkura mubusambanyi yesu ninyishu kweri 😭😭😭😭
@dianendayisenga5529
@dianendayisenga5529 3 года назад
Imana ninziz Can😭😭 Apôtre imana iguh ubushoboz bwish
@phinanibizi4611
@phinanibizi4611 3 года назад
Imana ni nziza
@iradukunda3699
@iradukunda3699 2 года назад
Imana yacu irateye ubwoba!!! Irarengeye ivyo tuyiyumvirako vyose!!! Igakora bikagarara!!! Urakoze Yesu kubariko barakira bose kubera bumvise iyo ntahe!!!
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 20 дней назад
IMANA yacu irakomeye knd iratey ubwoba
@nadiakeza4525
@nadiakeza4525 3 года назад
😭😭😭 Mana weeee
@itangishakaamos934
@itangishakaamos934 2 года назад
Imana ihabwe icubahiro iraruenze
@inesmunezero6310
@inesmunezero6310 2 года назад
IMANA nihabwe icubahiro 🙏😭😭😭
@mariegorethmunezero6692
@mariegorethmunezero6692 Год назад
imana irakomeye
@paccy-k5860
@paccy-k5860 3 года назад
Amen
Далее
#MENYA_WIRINDE: Kanseri y'igifu
26:23
Просмотров 34 тыс.
Menya byinshi utari uzi ku ndwara y'umwingo
4:46
Просмотров 4,7 тыс.
INTAHE Y'UWAHOZE ARI UMUMARAYA  |  Part 1
39:29
Просмотров 23 тыс.