Тёмный

Navuye Kure: Igihe Bafashe Mpunga, Nakundaga🥰 AKABYINIRO/ Ubu Nabaye Mushya/ Umurundikazi 

AFRIMEDIA LIVE
Подписаться 55 тыс.
Просмотров 19 тыс.
50% 1

Subscribe‪@Afrimedialive‬ +254727060107
afrimedialive?igshid=exe0mv9s6irx
NAGURIWE IKIGONGWE, BAMFASHE MPUNGA IGIHUGU, NAKUNDAGA🥰 AKABYINIRO 😢UMURUNDIKAZI, NABAYE MUSHYA
TANGA IBITEKEREZO KURI:
EMAIL: Afrimedia.live@gmail.com
FACEBOOK: / afrimedia.live
TWEETER: / afrimedialive
BEHANCE: www.behance.net/afrimedia
#AFRIMEDIALIVE #JUSTSUBSCIBE #RELEASEINTERNATIONALMISSION

Опубликовано:

 

16 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 29   
@Afrimedialive
@Afrimedialive Месяц назад
PART 2: IGICE CYA 2 ru-vid.com/video/%D0%B2%D0%B8%D0%B4%D0%B5%D0%BE-WcS1caOL-nI.htmlsi=9J98ouLkhVx2Co9d
@peggys.4125
@peggys.4125 29 дней назад
Uyu mubyeyi umwaka yamaze mu Rwanda adatekereza ku bana inyibukije inkuru yo muri Bibiliya, igihe Nebukadineza yamaraga imyaka irindwi atari ku ngoma, yaragiye kurisha mu ishyamba, mu gihugu cye ntihagire uwibaza aho umwami yagiye!!! Imana ifite ububasha burenze ubwenge bwacu.
@user-np5wf9dx5j
@user-np5wf9dx5j 19 дней назад
Ndaryohewe cane kumbe ivyo ukora warabitoranijwe Ndiho ashishikare kugushoboza muvyeyi twahuye muri Kenya wambereye umuvyeyi ndakwishimira cane message zubutumwa utanga buzoguherekeza
@user-mt4em9pr9m
@user-mt4em9pr9m Месяц назад
Halleluia Maman wacu turashima umuhamagaro Imana yagushizemwo ndumwe mubashingira intahe ko uri umukozi w' Imana Kandi Imana ibandanye kubasiga amavuta
@JacquieIninahazwe
@JacquieIninahazwe Месяц назад
Shalom Muzotubandanirize mutubwire ingene watanguye gukorera Imana i Burundi Vyadufashije
@user-mt4em9pr9m
@user-mt4em9pr9m Месяц назад
Bishop Aline twebwe abari hafi yawe Rongai turagushingira intahe ko watumye benshi baza kuri kristu nitwe tuziko Uri umuvyeyi w' amahanga . Turakengurutse kuvyiza ukorera abo Uzi nabo utazi. Imana ibandanye kugukoresha
@Umukunzilil
@Umukunzilil Месяц назад
Wow Mbega, Mbega UBUHAMYA weeeeee Nukuri Ndafashijwe Uyumubyeyi Imana yamukuye Kureeee Yarigufiteho Umugambi Koko Ati Yona Yona 😂😂😂😂
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 21 день назад
Uyu mudamu Avuga ikirundi neza 100% Abantu mutazi ikirundi ingene kuvuga, tege amatwi.
@Umukunzilil
@Umukunzilil Месяц назад
@Afrimedialive Muduhe Igice cya Kabiri 2 rwose, Mbega Ahantu Musoreje Igice cyambere weeeee, Shahu Muzi kubara Inkuru koko🤭🥹😜 Mutubabarire rwose Muduhe part 2🙏
@uwinezajeanine5666
@uwinezajeanine5666 Месяц назад
Wahamagawe neza kbsa
@jeaninembonimpa2160
@jeaninembonimpa2160 Месяц назад
Aline wanje weeeeee, ndaryohewe no kukubona sha, uracari mwiza nkakera peee, ntuhinduka
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 21 день назад
Kandi azi kuvuga neza,ijwi ryiza,aratekanye.
@mariechantalchannel5175
@mariechantalchannel5175 29 дней назад
Woooow uyu muhamagaro neza ni nkuwanje🙉🙉🙉
@rurangirwaviateur6494
@rurangirwaviateur6494 26 дней назад
Ndishimye kuba nongyeye kukubona
@nizigiyimanaRosette
@nizigiyimanaRosette Месяц назад
Muvyeyi twebwe wareze turemeza ko wahamagawe Kandi uri umuvyeyi wabenshi. Kandi mubo wareze ababaye ibirara bakanka kwumvira impanuro zawe ntibobura kugucafuza ariko ubandanye gukorera iyo Mana yagukuye kure.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 21 день назад
Bishop w' umugore? Umugore?
@UMUCYOKITCHENTV
@UMUCYOKITCHENTV Месяц назад
Umucyo Kitchen TV mudutere inkunga nyamuneka ❤❤
@user-rs7zq8gg1r
@user-rs7zq8gg1r Месяц назад
Courage
@mdivine7015
@mdivine7015 Месяц назад
Ubuhamya nibwiza no kubaza sibibi ariko umunyamakuru rwose aramubaza cyane bigatuma amutesha kugumana sujet na focus kubera kuguma abaza ibintu bimuteye amatsiko ...mwabikosora murakoze
@kayitesijeannedarc1522
@kayitesijeannedarc1522 Месяц назад
Uyu munyamakuru rero nawe urabaza ukarengera gabanya ibibazo ureke avuge neza ubuhamya
@shazaxtv2926
@shazaxtv2926 Месяц назад
Afite amateka kweri
@rurangirwaviateur6494
@rurangirwaviateur6494 26 дней назад
Muraho neza nitwa rurangirwa wampa Numero yuwo mumaman twariganye ariko ntamakuru ye narimfite hashize imyaka mirongo ine
@Afrimedialive
@Afrimedialive 26 дней назад
Muraho neza Nshuti Numero Yazivuze Kurikira Asoza Video Yazitanze
@Afrimedialive
@Afrimedialive 26 дней назад
Urebe Kuri Part two 2
@ndatinyajob6846
@ndatinyajob6846 Месяц назад
I wish you to paform in your business
@UwumukizaJeane
@UwumukizaJeane Месяц назад
Iduhe numbus zawe
@MucyoAmani
@MucyoAmani Месяц назад
Tubabarira Rwose dukeneye partie ikurikira
@Afrimedialive
@Afrimedialive Месяц назад
Vuba Irabageraho rwose
@UwumukizaJeane
@UwumukizaJeane Месяц назад
Duhe numbus zawe
Далее
Wait for the BOWLING BALL! 👀
00:38
Просмотров 26 млн