Тёмный

NCIYE NUMVA NKUNZE ABASODA 

HUNGA ICAHA MINISTRY
Подписаться 66 тыс.
Просмотров 29 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

25 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 41   
@sibomanagraus7905
@sibomanagraus7905 11 месяцев назад
Imana ikwongereze inkomezi mu murimo wayo yaguhamagariye kuko uri wenyene ntiwoshobora ariko urikumwe n'Imana n'Umwana wayo Yesu Kristo bizogushobokera. Mugire Ūw'Imana mwiza. Ndashaka kwama ndonka buno butumwa uko bugiye kurubuga vyihuse.
@kristinluksy2759
@kristinluksy2759 Год назад
Pastor Mbayahaga wacu lMANA ikomeze kukuzigama cane
@ezechielniyonkuru1622
@ezechielniyonkuru1622 Год назад
Amen amen amen, murakoze cane mukozi w'imana ku majambo mazina nudutahuje , maze reka ambere example muri buri kimwe ncamwo anshoboje gutahura intege nke zanje bituma Nca bugufi nitakambira nsaba inkomezi nsha
@CedrickNgabirano-rh7eg
@CedrickNgabirano-rh7eg Год назад
Ijambo ryiza cane.Imana kabisa itwongere inkomezi. Yemwe ncuti irya ndirimbo ya 108 siyo gufyinirako kweli.ndajorewe
@NdayizeyeJeandedieu-dg1qx
@NdayizeyeJeandedieu-dg1qx 10 месяцев назад
Urumuntu w'umugabo kabisa
@yvettebukuru1447
@yvettebukuru1447 11 месяцев назад
Uravuga ukuri kabisa .lmana ni dutabare
@jabiletuyisenge8484
@jabiletuyisenge8484 11 месяцев назад
Imana itubabarir cane
@EvangelineKwizera
@EvangelineKwizera 4 месяца назад
Ngaharagiye mumwuka Vava arko yarihevy p arko imana ntahitadukur nukwizer gusa
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 Год назад
😊❤ Imana ibandanye igukomeza, Mukozi w'Imana ❤
@JeaquesGikuyo-fc6of
@JeaquesGikuyo-fc6of 11 месяцев назад
Moi
@khanwkk
@khanwkk 11 месяцев назад
Iyinyigisho iranyubatse mumutima
@jeandedieuhabonimana9866
@jeandedieuhabonimana9866 Год назад
Be blessed Bayahaga uravuga ! komeza
@JeanbertrandIrakoze
@JeanbertrandIrakoze Год назад
Waoo Pastor uramfashije
@Odette-b9y
@Odette-b9y 11 месяцев назад
Ubu butumwa burakomeye ariko burantwengeje cane😂😂😂😂😂
@KwizeraJeanine-nj8wu
@KwizeraJeanine-nj8wu 10 месяцев назад
🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🤲🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤❤Amiiiiiiin Jesus christ🎉
@gospelchannel7795
@gospelchannel7795 Год назад
More powerful, More Blessings to you Apostle
@NduwayezuFerdinand-pp1xb
@NduwayezuFerdinand-pp1xb 11 месяцев назад
Uko nukuri kwuzuye
@kristinluksy2759
@kristinluksy2759 Год назад
Muntunge cane uyumusi mpisemwo gutwenga😂😂
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Год назад
Amen Amen Amen Mana yacu
@harerimanamelance7105
@harerimanamelance7105 11 месяцев назад
Komera komera pasteur.wewe ndakwemera cane
@mugabodavid3006
@mugabodavid3006 Год назад
Ndafashijwe.
@JoeNiyomwungere
@JoeNiyomwungere 10 месяцев назад
❤❤❤❤
@kabanamary453
@kabanamary453 11 месяцев назад
Amen, amen, hallelujah
@eliane802
@eliane802 11 месяцев назад
Imana idufashe nukuri 😢
@NzorantevyeRichard
@NzorantevyeRichard Год назад
😂 urimbayahaga nyene
@habonimana
@habonimana Год назад
Ameen Ameen
@EricNdihokubwayo-p3r
@EricNdihokubwayo-p3r Год назад
Mana ndumiwe kwl
@KashushaSumuni
@KashushaSumuni 11 месяцев назад
Non abazojay nabahe
@jeandedieuhabonimana9866
@jeandedieuhabonimana9866 Год назад
Bandanya muduha
@YoungGrace-k3n
@YoungGrace-k3n 11 месяцев назад
Amen amen
@EricNdihokubwayo-p3r
@EricNdihokubwayo-p3r Год назад
Pasta wubahwe
@MwambaCal
@MwambaCal Год назад
Nta cours ya moral mwontorera yari yerekeye abasoda!!!
@HavyarimanaEtienne
@HavyarimanaEtienne 11 месяцев назад
👏
@silyivanensabimana9120
@silyivanensabimana9120 11 месяцев назад
❤Amen
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 11 месяцев назад
Amen❤
@MwambaCal
@MwambaCal Год назад
Sha, uno munsi ho vyari ivya grave🙏🙏
@kristinluksy2759
@kristinluksy2759 Год назад
😂😂😂😂😂
@ClaudeNiyonsaba-l1x
@ClaudeNiyonsaba-l1x Год назад
Wubahw mutama
@pali3502
@pali3502 11 месяцев назад
Amen❤❤❤❤❤❤❤
@KaburaCharles-e1x
@KaburaCharles-e1x 11 месяцев назад
❤❤❤❤
@NdayizeyeJeandedieu-dg1qx
@NdayizeyeJeandedieu-dg1qx 10 месяцев назад
Urumuntu w'umugabo kabisa
Далее
IY'IMANA ITABA M'URUHANDE RWACU KARI KABAYE🙈🙈
50:25
Скинь той самой ❤️‍🔥
00:15
Просмотров 17 тыс.
AVUZE AMAJAMBO AKOMEYE KUBANTU BAGWANYA UBUTEGETSI
1:12:43
UBUTUMWA BW' UKURI ARIKO KURIMWO AKAGAYE K'IMANA.
52:53
MARIAGE Y'UBU ITEYE AMAKENGA MENSHI
1:06:48
Просмотров 59 тыс.