Тёмный

UBUTUMWA BW' UKURI ARIKO KURIMWO AKAGAYE K'IMANA. 

HUNGA ICAHA MINISTRY
Подписаться 66 тыс.
Просмотров 17 тыс.
50% 1

Опубликовано:

 

25 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 18   
@jeandedieuniyongabo9041
@jeandedieuniyongabo9041 Год назад
AMEN AMEN MUKOZI W IMANA.IJAMBO MUTWIGISHIJE RIRATUNYUZE PE. ARIKO MUNTUNGE NIBARIZE AKABAZO NUBWO NGIRANGO BITEMEWE /nihehe muri bibiliya handitse ko yuda azoja gihenomu?/ nashaka munfashe kugira ntahure kumbure haraho noba ngarukiriza hafi. mwoba mukoze hamwe mwompa iyo nyishu.
@EricNdihokubwayo-p3r
@EricNdihokubwayo-p3r Год назад
Amen
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Год назад
Yesu Kristo ndagusavye imbabazi zawe zimbeho subire nguhimbare Amen Amen Mana yacu yomw'ijuru n'uhabwe icubahiro nukuri
@iranziarnaud-Orgnl
@iranziarnaud-Orgnl Год назад
Amen Amen
@Sara-iz2nr
@Sara-iz2nr Год назад
Amen watubwir ariko ntitwuva kandi uratwubaka
@CelestinRudatinya-z5s
@CelestinRudatinya-z5s Год назад
Uhezagirwe cane ubutumwa uduha buratwubaka
@ProspaBakanibona-p9l
@ProspaBakanibona-p9l Год назад
Vyiza can umukama abakomez
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Год назад
Abantu bible ngo Imana ishimwe , abandi bice abandi ngo Imana ishimwe cane Iyo mvugo uzoyigeko.
@munezeroalexis6713
@munezeroalexis6713 Год назад
Nijelbayuwambere
@HavyarimanaEtienne
@HavyarimanaEtienne Год назад
Amen Amen👏❤
@IradukundaDesire-b9f
@IradukundaDesire-b9f Год назад
Amen uratwubaka mwana w'Imana ezidori ariko kandi ndashaka number yawe iconzokubaza
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Год назад
Bibi ararwaye=Imana ishimwe cane,intambara ya Israel na Palestine =Imana ishimwe cane,iyo ni imvugo ya shitani. Unezerejwe nuko bibi arwaye canke Israeli na Palestine barimwo bararwana? Imana ntikoreshwa mu bibi,
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 Год назад
Imana ikubabarire
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Год назад
@@habumugishaterry6543 jewe nabajije, umuntu niyica uwundi tuzoza tuvuga Imana ishimwe cane? Rya tegeko mu y'Imana rivuga ntitugakoreshe izina ry'Imana mubitarivyo ntituzoba turirenze kandi bikozwe na Mbayagaza Izidore ?
@Nyf989
@Nyf989 Год назад
Ubu urarebye ubona mubyo yavuze byose kuvugango Imana ishimwe ari imvugo ya satani 😢genzura neza nshuti niwitegereza neza akunda gukoresha (Imana ishimwe cyane cg Imana itubabarire)so iyo umuntu ahamagawe agira ijambo rimufasha cg rimubagukira iyo yigisha
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 Год назад
@@Nyf989 uyo Mbayahaga ndakunda inyigisho ziwe ariko twokoze ikosa turikosore. None atanze inyigisho ngo naka yafashe umugore w'uwundi twobiherekeza Imana ishimwe cane?
@sabojanvierjaja2007
@sabojanvierjaja2007 Год назад
Amen Amen
Далее
IY'IMANA ITABA M'URUHANDE RWACU KARI KABAYE🙈🙈
50:25
Думайте сами блин
18:15
Просмотров 386 тыс.
NAH UH
00:17
Просмотров 2,2 млн
UMUTIMA WO GUSHIMA IMANA
38:44
Просмотров 27 тыс.
IVYO NTAVYO TWARI BWUMVE
1:01:32
Просмотров 15 тыс.
BACEMWO NAWE BIRAKUNDA
46:01
Просмотров 20 тыс.
NAHO WOBA UTUMVA IBI WOVYUMVA, IYUMVIRIRIZE
1:12:39
Просмотров 36 тыс.
UKU N'UGUTIMBA
57:17
Просмотров 22 тыс.