I know this gentleman;-Fred/Lucus, and we went in the same High School around 1998-2000. My good friend and a husband material and very humble man kabisa! Sha, nibyo Fred/Lucus arasetsa cyane@Gogo, aka kantu nange ndakazi mu myaka 20 years ishize! May God bless you and your family.
Ce qui et Ma Soeur murashimishje. muzakomeze gutebya biraryoha mu rugo, iyo abantu babana nk'inshuti kurusha uko babana nk'umugore n'umugabo. its increases bondage and trust.
Ariko Sabin usigaye u censura cane nta kiganiro utabona hari ivyo ukuyemwo ubuho nko kuri 45 min ukuyemwo vyinshi bica biraboneka cane ko hari ibyo usimbutse.