Тёмный

NDAYISHIMIYE AVUYE MUGACERERI ATUKA NDAKUGARIKA NA NDIKURIYO ABARUNDI NIBIBORE MU MUTWE 

BURUNDI NEWS
Подписаться 77 тыс.
Просмотров 192 тыс.
50% 1

Ndayishimiye akoze ibara

Опубликовано:

 

7 май 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 205   
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 18 дней назад
Haragowe umuntu ananiza umuvyeyi. Reka tubasengere imivumo ize ibakurikirane hamww nabazobakomokako Bose. Nimwizina rya Yesu tubisenze. Amen.
@KemigishaDoris-sj7lo
@KemigishaDoris-sj7lo 11 дней назад
L
@KemigishaDoris-sj7lo
@KemigishaDoris-sj7lo 11 дней назад
G
@user-yd4ts2zk7f
@user-yd4ts2zk7f 12 дней назад
Abougira abagenzi nibobakurya abobakuzugurutse wigir ngonibo bagufasha nibobakuzuguruka bakakutukisha ukaboneka kwariwew mubi utazi kuyobor igihungu kbs baramaze kukwabura kere
@enjoyafricatv
@enjoyafricatv 18 дней назад
Afande! Ibyuma bifata amajwi muzatange amabwiriza bazane ibyiza. ABARUNDI NABA NYARWANDA TURI ABAVANDIMWE . #enjoyafricatv from Rwanda 🇷🇼.
@user-ue1te1oh9b
@user-ue1te1oh9b 15 дней назад
Nimuhinduke burya aho ariko atakamba Imana iramwumvira abiba igihugu kumbure mwikebuke aho arinze ashavura ukwo kubwabantu bamwebamwe n,Imana irashavura
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 19 дней назад
Ndababara iyo umukuru wigihugu ariko aravuga ababaye bikarangira ntakintu nakimwe gikozwe😊 nyene icubahiro abanyagihugu bamaze kurambirwa...ngo uravuga ariko.. ntagikorwa nyuma yayo gikorwa.nigute uvuga ODECA ukaba waramenye amaKosa hama ntuhane abansi bigihugu...rek ubwoba CNK AKAMWANA WA MAMA ica funga hana abansi bigihugu amategeko yubahwe..nibwo igihugu kizotera imbere...uzashak akarorero ko hakurya ya kanyaru...barubahirije amategeko,
@byigeroeugene7678
@byigeroeugene7678 22 дня назад
Ariko abarundi nukujya tunabasengera ahasigaye baragowe,ngo bajye barimba bigera,uziko uyu mugabo arumugome cyane Koko,ni ugucukura imva bayijyeramo ,ahhh murayobowe ntimugasekwe.
@cecilendayishimiye8548
@cecilendayishimiye8548 21 день назад
Ikirundi ntacuzi . Bavugango uwutazi ikirundi zkirundwamwo
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 19 дней назад
Wewe menyana nivyiwanyu urekan nivyabarundi ibitakuraba urabahasi
@2balanicet257
@2balanicet257 19 дней назад
Umurimyi wikawa niwe aba akwiye kurya meshi kuko bimutwara uburyo bwishi kugira aronke umwimbu, imiganda yubwatsi ashashira iba yamuvunye , utibagiye kwimba urwiri
@sandranibigira
@sandranibigira 15 дней назад
Nukuri IMANA ibabarire Umuntu atumye uyuvyeyi ameruku Kuko afise agahinda😟😟😭
@gapyisizephilin3276
@gapyisizephilin3276 21 день назад
Perezida w'u Burundi ni umuyobozi ukorera abaturage, akababazwa n'uko batitabwaho. Abamunenga bamutuka ngo si perezida, mumugereranye na Kagame wanyu, ufite agatsiko gakandamiza abaturage. Kangondo na Kibiraro ni urugero rwiza rwo gupima urukundo rwa Kagame ku baturage be! We yanabise ibifobagane bose! NEVA, Imana iguhezagire gose!
@ngabovalenshassan4559
@ngabovalenshassan4559 21 день назад
Uri gapyisi nyine ntabundi bwenge wagira
@amossinoden60
@amossinoden60 21 день назад
Imana iguhe umugisha hama mutama Never I Imana ikujimbere tuzogutora nabari inyuma yigihugu
@-freeness
@-freeness 21 день назад
​@@ngabovalenshassan4559ubwose urikuvuga ibiki? Niba abanyarwanda basenyerwa amazu, ww uba utabibona ?
@TetaIgiraneza
@TetaIgiraneza 21 день назад
Uzabiregere hanyuma muburane uraboshye niba neva wamugereranya na président wacu urimbwa uzajye uhora umoka gusa Kagame nindashyikirwa muribyose wa njijiji we
@egidedusabe6605
@egidedusabe6605 20 дней назад
Sha jyuvuga ibyuzi nukuri urihenze pe !uzaho abavuye kangondo aho batuye ?Sha ubu niba harabantu bishimye nibo uzabaze aho bita mubusanza amazu meza batuyemo .ntukaganzwe nagashavu nurwanko hanyuma ngutuke umukuru wigihugu cyacu cyurwanda .kdi nabatuka uyu mukuru wigihugu cyuburundi njye sinemeranya nabo umukuru wigihugu wese nuwokubahwa n lmana iba yaramushyizeho .porotike zibihugu ntizigatume urengera ngo wuzure urwango .ejo ndakumva wahura numunyarwanda ubanza nawe wamutwika nkabacongomani barigushukwa bakica abantu umuntu ninkundi porotike ntizaguhindure umwanzi wabane wanyu abanrundi nabanyarwanda turabavukanyi
@user-iv9ze5bg4e
@user-iv9ze5bg4e 21 день назад
Birabaje cane hariho abikubira bakarya menshi mugihe umurimyi w aba atubitse umukandaa
@jdedieundihokubwayo2794
@jdedieundihokubwayo2794 21 день назад
Hashire abo muri opposition bo bafise ivyo batinya abo carabavunye .
@user-dh6mr6tr2g
@user-dh6mr6tr2g 19 дней назад
Imana ikugimbere ushobore guhana ibisuma vyose
@jeanclaudeakili2372
@jeanclaudeakili2372 22 дня назад
😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅😂😅Mutama 😅😂😅❤😂😅😂mugihe ca Yesu nukwitwarira ubuyahudi ❤😂😅😂😅😂😅😂😅😂akokantu ni bien Papa ❤🎉!
@pazzop2591
@pazzop2591 19 дней назад
we need humanity like this in all African turambiwe ibusambo nokwikunda kwabamwe
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 19 дней назад
Son Excellence nukuri baramuruhisha kandi birakwiye ko yitoraniriza abo bikwiye gukorana batitaye kumugambwe
@kimanaevelyne1030
@kimanaevelyne1030 19 дней назад
Muvyukuri kera ikawa yeze mugihugu cose vyaramenyekana
@ThimotheeIradukunda
@ThimotheeIradukunda 12 дней назад
Ntimugakenger umwami nubwowomer gt iman iraguhana.
@nelsontabu6052
@nelsontabu6052 20 дней назад
A happy man who makes the best from what he has. Live happily and stay happily.
@user-di7tc9gq7m
@user-di7tc9gq7m 12 дней назад
Hakwiye gutunga abarimyi nibo baruha cane
@OdatOman-uz5dt
@OdatOman-uz5dt 17 дней назад
Yewe uhoraho niwe wogutabara. Igihugu cacu ciburundi
@user-zd9ck8km5i
@user-zd9ck8km5i 22 дня назад
Ubabajwe n'abarimyi , nyakubahwa ibuka n'abariko batikirira Congo
@user-fx5xb9qk9p
@user-fx5xb9qk9p 21 день назад
Gbanyubujju.bo barahiriy gupfirigihugu WaMu civil.muri somali ntabapfuy.rwagasore ntiymey gupfirabarundi bamugbanyamajambo.
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 19 дней назад
Wangegera we abapfa we barakureba bararahiye kumenera igihugu amaraso... ibisigaye ntibikureba
@EzechielNIYONKURU-yq4ct
@EzechielNIYONKURU-yq4ct 21 день назад
Barakwihereza mwubahwa wacu dukurira inkofero!!Udukuye iyo rwotrera izuba,UMUKAMA abandanye akutuzigamire,ntaco bakugira shetani nukuyisongako tuguma kumavi!!
@user-wx4tp1co6k
@user-wx4tp1co6k 16 дней назад
Mutama pfa kuruta tweho nkabenegihugu twarumiwe pe imana yo mw'ijuru iguhangaze kuko nawewe ga mutama kukuri ufise ukoresha hari abakurira umujinyapeeeee
@ubuzimabuzimatv
@ubuzimabuzimatv 20 дней назад
Umuyobozi mwiza nureberera Abo Ayobora❤ Abashaka inkuru ku Ubuzima hamwe ni Inzobere mubyubuzima zitandukanye mwajya ku Ubuzima Buzima TV
@HabimanaJeanclaude-bg6hf
@HabimanaJeanclaude-bg6hf 19 дней назад
Ese umusozi muguhirima urihomvomvora Kandi ingunguru itagira ikiyirimwo niyo ivuga har ijambo mperutse kwumva kuri nyakwigendera ngo uziba amatora Imana izomukubita inkoni mugahanga ese mwese umurage numwe cyangwa namwe muvugana nimana ariko rero menye nticokorwa ihagurutse ib ihagurutse Kandi yo ikora kumwanya wayo ntiyonanigwa nokugukubita akanwafu nibimoko
@franceoliviergatabazi6387
@franceoliviergatabazi6387 18 дней назад
Ibi ni ibyo bita raw character !! Nta manière !! Waca maneno !!
@NduwimanaJesus-xj1vh
@NduwimanaJesus-xj1vh 18 дней назад
Komera sebarundi
@cycyira7457
@cycyira7457 18 дней назад
Wavuga nuko ubwira abatumva..gusa nukuza murabahan....muhashire ababishiboye
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 20 дней назад
Ego nyakubahwa Pezida wacu Neva nukuri mwisonzesheje muririra abenegihugu Imana ntizobura kukunva
@kamuzinziolivier9939
@kamuzinziolivier9939 18 дней назад
Va mu ndirimbo ,uhane ibyo bisambo,naho abarundi barambiwe kuribwa imitsi naba ministres bawe!!gusa gisekedi yaragushutse
@OdatOman-uz5dt
@OdatOman-uz5dt 17 дней назад
Ahubwo muburundi. Twaridufisigihugu gito ariko. Ubutunzi burimutibwo burarenze. Igitoro Amabuy yagaciro Nikere
@loverylovery4514
@loverylovery4514 22 дня назад
Thankd u tell them truth😢😢😢😢
@Innocentciza-nz7uy
@Innocentciza-nz7uy 16 дней назад
Nyakubahwa bafate ubajane nibo barembeje igihugu
@user-ph1nh8wu8b
@user-ph1nh8wu8b 21 день назад
Emweee amenyo nabati rwose ese koko wakwize déontologie professionnelle mbega abapfira Congo sabarundi
@user-pu1ku5cd2v
@user-pu1ku5cd2v 21 день назад
Abarundi muzotugurisha amahera mukunda amahera gusumvya abarundi
@HypaxeManariyo
@HypaxeManariyo 20 дней назад
Babwire nyakwubahwa turabe ko bokwisubiruko abarund bakoroherwa muburimyi bagakora ivyunguka navyo kbs
@SandrineNkezimana-lh5yx
@SandrineNkezimana-lh5yx 17 дней назад
Ngazobarinyuma yamatora😂😂😂
@ElvisMapozy
@ElvisMapozy 19 дней назад
Sha kubatuka siwo muti jewe mbonako yokoersha inguvu akabigoza abo yitwa kwaribo barigusubiza inyuma itarambere ryigihugu
@TerrySojaboy
@TerrySojaboy 16 дней назад
Oya nukuri baramurusha.
@user-xj4vl6cy5c
@user-xj4vl6cy5c 17 дней назад
Muzee bakuruhij abobagab
@IvoneMrudi
@IvoneMrudi 22 дня назад
Nkomeza numirwa kbsa mbega mbega😂😂😂
@user-pu1ku5cd2v
@user-pu1ku5cd2v 21 день назад
Ndayishimiye akorana nabanyonyezi abanyoni banyonya itunga ryigihugu
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 22 дня назад
Nawene ubusuma Nindabyasumvye amaboko birakurembeje.abana ubagize imfuvyi,abagor ubagize abapfakazi urahurasamye😢😢😢ntiworeka gutikiriza beneburundi muri kongo .yemama ngurikurahiga amadorari ureke kuduhenda ngaho😮😮vyooose bivakuntwaro mbi.nanje ndayaronse nojabuka
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 20 дней назад
abaraho barahatswe iyoba ubuhiri bwarihafi mwakubitwa mwese😂yesu atabare uburundi
@DoliceNIRAGIRA
@DoliceNIRAGIRA 17 дней назад
Ivyo nivyo tuba dushaka kwumva umunyagihugu muto hezagirwa
@raphaelmbonimpa5356
@raphaelmbonimpa5356 21 день назад
In 2024 this is a head of State🤭🤣🤣🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈😂😂😂😂😂😂😂😂
@Bizimana-yb4vq
@Bizimana-yb4vq 21 день назад
Sha uyumugabo numukomediye pe abasirikare bari muri Congo 🇨🇩 bo baraziriki ko batari kurwanira igihugu cyabo ariko ikawa yakubabaje Burundi 🇧🇮 bavandimwe mukomeze kwihangana nawe ayarya nimeshi pe
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 21 день назад
Kwabasirikare Buburundi babaza abanyarwanda nuko bababujije kwiba nogufata congo Burundu
@tetamegan7761
@tetamegan7761 21 день назад
​@@bizomenyimanaelias5455ariko kuki mukunda ibibazo hahaha u Rwanda nirwiza isi yose iratuzi wewe
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 20 дней назад
Keshi aba Perezida baba aribeza ariko abamufasha gutwara nibo babiiii Imana niyo yo kudutabara
@kanezereclaudine9244
@kanezereclaudine9244 21 день назад
Nukuri turagipfiramwo ninzara kabisa
@DedeDede-xg2sv
@DedeDede-xg2sv 20 дней назад
Wewe uvugisha akarimi ariko gushira mungiro ntavyushoboye niyompamvu abomutavuga rumwe mukorana bagusuzugura ntuzi gufata Décision 😢😢
@user-hu4ci9jg6x
@user-hu4ci9jg6x 21 день назад
Ndakurahiye uburundi ntibuzoter imber mugihe abadutwara aribo biba tuzogum twizera biherera mu nzira nn twebwe bato bato tubeho gt twizere band!??? Na badutwara ntibatwitayeho!?? Uwaroze uburundi ntiyakaravye
@user-xj4vl6cy5c
@user-xj4vl6cy5c 17 дней назад
Tworonse batatu nkabo ibint vyohindutse
@Yohani-jw5ob
@Yohani-jw5ob 22 дня назад
Ku munwa umeng afise inyishu zose, mu ngiro ntaco amaze… ko utabirukana abo banyonyeza? Waramaze abasoda b’igihugu udadanza muri Congo, abatashe nabo ugafunga.. Iyo Mana uriko uravuga urayitinya
@melaciraphael4125
@melaciraphael4125 18 дней назад
Nciye numva intuntu
@iratubonastam2248
@iratubonastam2248 19 дней назад
Ngo ubuyahudi😂😂😂😂
@omernshimirimana
@omernshimirimana 21 день назад
Nitwe twarose abayobozi abandi baribesha mana yenje😢
@user-iz2gg2bh1p
@user-iz2gg2bh1p 19 дней назад
Nyakubahwa President vuga izina ryumwe murabo barimbere yawe uzi ko ari mubakora Sabotage tumumenye ! naho kuvuga muri rusange ntacyo bifasha Abarundi!!
@user-ek5sr4sd4r
@user-ek5sr4sd4r 20 дней назад
Ivyobisuma vyirukane nibobishe igihugu Ariko.amarira yabarundi azobahumira nagasukari ntikikaronka
@user-gp9bh3bu7z
@user-gp9bh3bu7z 21 день назад
Azoja gusuzuma mukwichenda 2025 tuzoba tuvuy mu matoora niinde yakuumvise nkaanje 😂
@MkPas6gMkPas6g
@MkPas6gMkPas6g 20 дней назад
Nakumvise Sebarundi wacu Baramurusha mumutwe nukuri Gs niyihangane
@semuganzabicusulaiman2353
@semuganzabicusulaiman2353 19 дней назад
​@@MkPas6gMkPas6gkazima aruhishwa nabene wabo.
@user-gw1kg4wy6r
@user-gw1kg4wy6r 20 дней назад
Nyakubahwa warabuzeabagufasha kweri ndumva impande zose harizindi nguvu zikugeramiye utazikuyeko zose ngo nikamwana wamama ngo nimbonerakure ntaho tuvuyentaho Turi ariko ntiwibagire nabo mûri Rona nabo baranyonyeje imitungo yarona
@UndersonGerald
@UndersonGerald 19 дней назад
Urota nabi bukarinda buca natwe twatoye nabi wagunjuwe
@habonimanamelchiade4265
@habonimanamelchiade4265 17 дней назад
birababaje vyukuri
@DuduNcube-st5uz
@DuduNcube-st5uz 21 день назад
😂😂Tora inkoni uzurabakubita
@AmelieNatalie-zz2ns
@AmelieNatalie-zz2ns 19 дней назад
Ko perezida wacu ariko avuga Ivy I Burundi, nyakuntu mwovuga ivyiwanyu murwanda?
@JbaptisteNdayisenga-ct3vl
@JbaptisteNdayisenga-ct3vl 18 дней назад
Agasobanuye by rock
@NIMUBONADieudonne-sk5je
@NIMUBONADieudonne-sk5je 20 дней назад
God ,have mercy upon us😂
@gilbertfungameza3700
@gilbertfungameza3700 22 дня назад
Bantu Ntaco Mvuze Kugihugu Cacu Mmmmmhh
@ngagishow2614
@ngagishow2614 21 день назад
Abadashaka kubuhinzi buterimbere ujubakanda.
@zaackoficial2269
@zaackoficial2269 19 дней назад
Aho hari kera hakiramahoro
@IsidoreHAKIZiMANA-gs4vk
@IsidoreHAKIZiMANA-gs4vk 21 день назад
Muzeeeeh wahora uhana Noe vyaroyehe bahane kuko murabazi
@Viateurkarenzo-zs9yj
@Viateurkarenzo-zs9yj 21 день назад
Yahanye nde?
@FirmatNahayo-uv7gr
@FirmatNahayo-uv7gr 22 дня назад
Non azoshavura kugeza ryar??vyos arakwereka ko abibonye ukarindir icahindur amaso 0
@jhappynesjo8747
@jhappynesjo8747 21 день назад
Mana y ikigonrwe ibuka iburundi😱😭 Mana yanje umviriza ibisabisho vyabana bawe
@SamwelIrankunda
@SamwelIrankunda 20 дней назад
Wagerageza muta ubura abagufasha😢😢😢
@Nya602
@Nya602 22 дня назад
Uyu 👮‍♀️👮‍♀️Şu Muperezida ni Kya mayibobo… Ubanza agiye gupfa ndabona afite umujinya mwinshi . Wowe umarishije abasoda babarundi ubohereza muri congo .. Kubera amahera Tchisekedi yaguhaye
@amossinoden60
@amossinoden60 21 день назад
Uwutazi umuti awunyako wewe wipfuriza gupfa Ubuntu washizweho nabenegihugu isinzi turakuvumye uzopfe mbere ivyiza uburundi bugezeho uzopfa wipfuza kwiba wewe iiiiipuuuuu urakaruswa
@Nya602
@Nya602 21 день назад
@@amossinoden60 👮‍♀️👮‍♀️👮‍♀️ceceka aho wagipfu we Kadye amabya ya Neva kiriya kigome kicishije abasoda nabarundi ngwo kirashaka amahera ya Tchisekedi
@user-xe1um4tf7e
@user-xe1um4tf7e 21 день назад
Nihehe abobagabo uvuze bahurira nikawa nicayi?canke nivyo umutimawawe nubwenge vyishakira?
@user-oe5nr5hc3f
@user-oe5nr5hc3f 20 дней назад
Reka nisomere comantere nirenganire kk twarafashwe
@IgiranezaClairis
@IgiranezaClairis 18 дней назад
Haaaa!!!!!!. Muzehe.nakubari
@bosconiyonzima7741
@bosconiyonzima7741 22 дня назад
Fatirahonyene muvyeyi wacu
@getadolphenyangezi3118
@getadolphenyangezi3118 19 дней назад
Igisambo,na Tshisekedi yaragushutse,kuki we atafunze imipaka,ikijuju
@bucumijeanbosco4857
@bucumijeanbosco4857 17 дней назад
Hari n ikicucu cafunze umupaka wa Gatuna 😂😂
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 дня назад
Nibakubambe ndabekowemera wewokoranka yezu yezuwe yarumugabo wabagabo ntiyarimwebwe mwamazabantu mubagurisha madorari twarabahinyuye
@yhnmsc87
@yhnmsc87 22 дня назад
Ariko uburundi hhhhhh ese ubu bajyira president koko sha mwihangane pe president yarapfuye
@user-pd5og3fj5e
@user-pd5og3fj5e 19 дней назад
Mukuru irijombo ryiza gusa imana ikomeze uburundi
@user-tr2tr3bu2h
@user-tr2tr3bu2h 21 день назад
Non wew uwokubaza ikintu umariyigihugu nigiki?burka kwimaramaza imbereyabantu waracishe
@Niragira-xc8fy
@Niragira-xc8fy 20 дней назад
Ahubw mutama abobantu kubazi bafatire ingingo zibaberey kuko iyubabwira bica mugutwi kumw bigaseruka mukundi.
@user-pu1ku5cd2v
@user-pu1ku5cd2v 21 день назад
Ndayishimiye abahaye umwaka umwe gusa kweli bavemwo
@dativauyisengaofficiel8338
@dativauyisengaofficiel8338 20 дней назад
Nanje nzogufasha kwisonzesha mutama
@JbaptisteNdayisenga-ct3vl
@JbaptisteNdayisenga-ct3vl 18 дней назад
Agasobanuy by rock
@SengiyumvaMonicka-ug2jv
@SengiyumvaMonicka-ug2jv 20 дней назад
Bivuge ubisubire murishe igihugu kiragiye mugacrise kandi bitari bikenewz
@bismillahtv1596
@bismillahtv1596 22 дня назад
Ariko umuntu nka perezida avuga ahuma imbere yabanyagihugu?😂😂😂😂 Ngo nkwinkwiiiiii😂😂😂
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 22 дня назад
😂😂😂😂😂😂😂nihatari mbona umeng ntaritahura ko.atwara igihugu ahandi ho ntaco twanze
@abdulrahmanalotaibi2304
@abdulrahmanalotaibi2304 20 дней назад
😊
@user-pu1ku5cd2v
@user-pu1ku5cd2v 21 день назад
Abarimyi nibo bavunika nibo barima bahabwe amahera
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 дня назад
Nawurimwo ukababogoza niwubahishira muhuriye mumabanga ntawobavangira murazinanye
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 22 дня назад
Nawurasambura ntiwubaka vyarakunaniye utumaze kwabana muricongo baguhiki samadorari atumazekwabana babasoda ntibahoneye muricongo abanabacu bamazwe nande siwewe wabagurishije
@user-tr2tr3bu2h
@user-tr2tr3bu2h 21 день назад
Non wew uwokubaza ikintu umariyigihugu nigiki?
@freetv4209
@freetv4209 22 дня назад
Namwe nimwumve amagambo y'umukuru w'igihugu???!! Aba bantu bapfa iki nubwenge koko??
@gilbertfungameza3700
@gilbertfungameza3700 22 дня назад
Igitoro Kiri Mumaboko Umenga Ya Nyenicubahiro Ngira Kiriho Numusesekara
@NzizaNyiranshuti-mg7oj
@NzizaNyiranshuti-mg7oj 21 день назад
😂😂😂😂😂nkomeje kumirwa
@RichardNkeshimana-hz6ob
@RichardNkeshimana-hz6ob 22 дня назад
Uratew isoni reka kwitweng ahorero ugomb kutwerk kubabay nahonukuduhum amaso mbg wew kwariw ufs ijambo ryanyum mugihug kuberik udatorera umuti ibibazo bihanze uburund nabarundi nukuberek imiborogo gs motif ngurabakund twarakumeny ntaho utaniy nabandi ahubwo uranabarusha ubunyonyezi nn ahuntubon kovyakunaniy kwer igihug gitemb ubon 😅nguri president nakagend nkabon niryambere kuvanabaho
@JeanpaulNdayiragije-ws4zq
@JeanpaulNdayiragije-ws4zq 21 день назад
warintwari mutama ubuze abagufasha mumbokazoza
@gakwayajanvier5459
@gakwayajanvier5459 17 дней назад
uyu muperezida wanyu ameze nkikigoryi
Далее
Big Mouse 😂
00:13
Просмотров 56 тыс.
Myanmar's Best Kept Secrets Uncovered
23:36
Просмотров 22 тыс.