Umu cameraman wuyumusi ni fek yabakata ya zoomy canee hama alvin courage vrmnt jew ndumu fan wawe ahubwo il faut k ugira chaîne yaw ya tv j sais kuhora ugira ama blog mais ibi ugira muma tv yabandi vyigirire muri tv yawe Kuko ufis Impano nyishi cane ww uzoshika kure caneeeee
Alvin avuga amajambo menshi cane, il coupe la parole les invités na Carla c'est désagréable, nabe areka nabandi bavuge... Kandi ibintu vyose aguma yivuga, il ramène tout à lui, moi je moi je moi je ibintu vyose aca yivuga, aranduhisha 😂😂😂😂 Avuga gusumba umutumire ce n'est pas normal... Nabe areka abantu bavuge baheze , ikiganiro ntakigire iciwe 😅😅😅