Тёмный

NIBA HARI IKINTU COBA CARAGENZE NABI MU MU RYANGO, NIGUTE WAKINGIRA ABANA? Elvis Kazungu 

Christ Life Center
Подписаться 18 тыс.
Просмотров 2,5 тыс.
50% 1

#Warubizi #abana #clc
🎥 ushobora no kuraba iyi video: 🎥
www.youtube.co...
• INZOGA ZARI ZIBATANDUK...
• INZOGA ZARI ZIBATANDUK...
• KUMENYA ABO TURI BO MU...
✨ Subscribe for More ✨
Don't miss out on future discussions! Hit the subscribe button and turn on notifications to stay updated on WARUBIZI 's latest insights.
👍 Like, Share, and Comment 👍
If you enjoyed this video, give it a thumbs up, share it with your friends, and leave a comment below. Let's keep the conversation going!
#imbabazi #gukunda igihugu #Burundi #christ life center #abimukira #gutsinda itotezwa#urukundo rutangaje

Опубликовано:

 

17 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 11   
@goodz993
@goodz993 6 месяцев назад
Papa Kazungu nukuri Imana ishimwe ko waciyemwo ivyo vyose kugira uyumunsi tube turiga wisdom ❤❤❤❤merci bcp Imana iguhezagire
@nsengiyumvaaxelpele5991
@nsengiyumvaaxelpele5991 7 месяцев назад
non seulement ko uri my uncle, you always bless me iyo ndakumviriza..uri the living testimony kabisa
@Nganjidonbayle-x6q
@Nganjidonbayle-x6q 7 месяцев назад
Ndagushimiye ku burere Bwiza utwigishije papa Kazungu
@idairankunda7946
@idairankunda7946 7 месяцев назад
Merci bcp mon cousin Kazungu uradufashije🙌
@nellynanetteinamuco9816
@nellynanetteinamuco9816 7 месяцев назад
Papa Kazungu : Imana ishimwe! God bless you for your heart. All the team. Muhezagirwe! Muraturemesha, murubaka vy'ukuri. Nshaka nsabe papa Kazungu: azoze atwigishe ku masengesho/afunze[yisonzesheje] yakoze kuva kuwa mbere gushika kuwa gatanu atanywa/atarya. Nimba yarakora. Twashaka bikunze azodushingire intahe ngene yasenga muriyo minsi yamafungo. Yesu abahezagire. Mukomere murugendo.
@Hunter007-i3y
@Hunter007-i3y 6 месяцев назад
Ooooh 🥺 Uryamwana aranezereje kumbe nirwanyu kuvyo mwaciyemwo nuburere mwatanze Imana yacu ibishimirwe cane 🙏naramukunze Alia numwana afise kazoza vrt Imana idutahuze uko dukwiye kurera abana bacu🥺
@nadege1518
@nadege1518 7 месяцев назад
Murakoze mukozi w'Imana
@dorianendayishimiye2970
@dorianendayishimiye2970 7 месяцев назад
Muhezagigwe caneee kutwigisha ingene twokwifata imbere yabana numubabaro wabo 🙏
@ParfaitNdayizeye
@ParfaitNdayizeye 6 месяцев назад
Amahoro mon frère,babwire babwire...
@colombeirakoze1969
@colombeirakoze1969 6 месяцев назад
Franchement kenshi hatunanira gestion du temps😢
@Nganjidonbayle-x6q
@Nganjidonbayle-x6q 7 месяцев назад
Umukama agukomereze izongabire yaguhaye
Далее
Wildest 10 SECONDS OF HIS LIFE 🤯 @TomIsted
00:14
TESTIMONY// NIWUMVA UBU BUHAMYA URASUBIZWAMO IMBARAGA
19:55
Témoignage de Madame Jocelyne In.
1:09:24
Просмотров 10 тыс.