Тёмный

Nta mu nyarwanda abujijwe kwinjira mu  

Radio Peace Fm Ijwi ry'urwaruka
Подписаться 10 тыс.
Просмотров 773
50% 1

Ingingo nkuru nkuru
1. Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye,yemanga ko ata umunyarwanda n'umwe abujijwe kwinjira ku butaka bw'Uburundi,ni mugihe yariko arizeza abanyabugenegene ko bakwiye gutungwa n'ivyo bakora .
2. Mw'ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu ESDDH,bavuga ko ibijanye n'agateka ka zina muntu mu Burundi bikirimwo agahaze . Germain Rukuki arongoye iryo shirahamwe abivuze inyuma yaho umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye aciriwe urubanza rw'akarenganyo .
3. Ukuronderera ineza abarundi bose n'ikibazo gihanze reta kuko umwe wese ashira inda yiwe imbere ,ibi bigashikirizwa n'umushikirizwa n'umushikiranganji wa mbere wa reta y'uburundi Gervais Ndirakobuca batazira Ndakugarika navyo muca muvyumva.
Amakuru twabateguriye saya gusa tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Viator Torry Haragiramungu ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Yves Irakoze m'ubuhinga bw'ivyuma kaze mwese.
#msd #rwasa #cndd_fdd #cnl #m23 #ndayishimiye #nkurunziza #parcem #burundi #imbonerakure

Опубликовано:

 

6 окт 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии    
Далее
ЛЮБИТЕ ШКОЛУ?😁​⁠​⁠@osssadchiy
00:20
ОРБИЗ-ГАН за 1$ vs 10$ vs 100$!
19:01
Просмотров 242 тыс.