Тёмный

Prezida Neva arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kihari kigiye gutorerwa umuti 

Mashariki TV
Подписаться 281 тыс.
Просмотров 72 тыс.
50% 1

#Burundi Umukuru w'igihugu arahumuriza abarundi ko ikibazo c'ikena ry'igitoro kimaze igihe cibonekeza kigiye gutorerwa umuti. Mu masengesho yo gushimira Imana yari yatunganijwe mu ntara ya Mwaro, prezida Evariste Ndayishimiye yavuze icari cateye ico kibazo aca agira ati: "Turiko turakora ibishoboka vyose, icari yabitumye twarakimenye,...Umwizero uriho, mu gihe kitarambiranye muzoza mubona ibintu bitonze..."

Опубликовано:

 

21 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 301   
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w 6 дней назад
Sha bakwibeshyeho wowe ntiwarukwiye kuba president pe😅😅😅
@rainboxiteka2699
@rainboxiteka2699 6 дней назад
😂😂😂😂😂
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Wagomba hajende ???
@Invisible-97
@Invisible-97 2 дня назад
Yimitswe n'Imana shaaa NEVA OYEEEEE🎉🎉🎉❤
@PhilbertNIMUBONA-tw4yz
@PhilbertNIMUBONA-tw4yz 6 дней назад
Turakwumva Mutama...Ibihe duciyemwo tuzobirengana twemye mw'Izina rya Yesu Kristu Umwami wacu. Turizeye Imana kandi nawe turakwizeye.
@user-lc7oq4ze8r
@user-lc7oq4ze8r 3 дня назад
😂😂,😂?😂tenyenyaaaa,turi mu manga nawewe uringah urasamye huuuuuu
@shizirungusamaime8520
@shizirungusamaime8520 6 дней назад
Ukuntu Bari kumurebana umujinya we😭😭😭 Aho kumukomera mumashyi..
@gildashakizimana2560
@gildashakizimana2560 6 дней назад
Emwe turamaze kumenyera pe kuko Ubu ibibazo twifitiye twaravyakiriye nkindwara ngendanwa😢
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 6 дней назад
Pole murundi mujye mukora cyane mukore Imana izabahezagira ariko mwakoze
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 6 дней назад
Hari character iranga umuyobozi yitwa leadership skills and strategy uyu mugabo asa naho ntayo afite!jye nemera gusenga kuko birafasha ariko iyo ibintu byose ubyise Imana Imana uba ugaragaje weakness !tekereza iyobowe n'umuntu babwira ikibazo cya fuel ngo Imana Imana
@benderuta7725
@benderuta7725 2 дня назад
Uribeshya cyane :ibyo wita leadership skills ni théories zahimbwe n'abantu kuba atazifite ntacyo batwaye kuko atazikeneye kuko we afite umurongo yihaye igifite agaciro nuko agera Ku ntego. La fin justifie les moyens.😅😅😅😅😅😅
@benderuta7725
@benderuta7725 2 дня назад
Uribeshya cyane :ibyo wita leadership skills ni théories zahimbwe n'abantu kuba atazifite ntacyo batwaye kuko atazikeneye kuko we afite umurongo yihaye igifite agaciro nuko agera Ku ntego. La fin justifie les moyens.😅😅😅😅😅😅
@cyizajeanyves
@cyizajeanyves 2 дня назад
@@benderuta7725 ahubwo se urumva icyo bivuga ?wayobora udafite amayeri mubuyobozi ? Na Rushatsi yarabikoreshaga nkaswe Neva!! Sikiya umu president ujya mubaturage akavuga ngo jewe mfise itoni y'ibiharage iwanje jewe mfise itoni y'ingano iwanje hhhhhhhhhhhh Uzi icyo abo ayobora babona!tu connais ce que on appelle un vantard? Muzicare mwige
@benderuta7725
@benderuta7725 2 дня назад
@@cyizajeanyves None se wowe urakeka ko neva adatekereza? Na we arakoresha stratégies ze singombwa izo ziri common. Ikindi turi mu isi iri complexe aho buri wese akoresha umuvuno runaka wamufasha kugera Ku byo yifuza. Utazi ubwenge ashima ubwe.
@benderuta7725
@benderuta7725 2 дня назад
@@cyizajeanyves Leadership styles ushobora kuzikoresha bitewe na contextes uri gukoreramo. Uriya mutype mwihorere aba azi ibyo arimo mwe mukamwita injiji. He is a wrong opponent. Intare umenya ubukana bwayo iyo icakiye umuhigo cyangwa itangiye guhiga.
@user-yu7rr8mp9u
@user-yu7rr8mp9u 6 дней назад
Toka kure his excellent Ntaco uriko uravuga kweli
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 6 дней назад
None igitoro naco mugisaba ideni kweli!!! Mumaze imyaka ingahe mugisaba ideni.
@MC3112
@MC3112 6 дней назад
He is just incompetent, Burundi🇧🇮you deserve better than this.
@niyongabo5566
@niyongabo5566 6 дней назад
Icakora uno mu president arababaje pe, ngo igitoro ntabwo ari ikibazo,ngo abantu bagomba gukora ico bagomba,mbega burundi.Muri CNDD nta bagabo bazima barimwo kweri ?😢
@jisilenechurweryimana5340
@jisilenechurweryimana5340 6 дней назад
Basi urwanda hariciza mwoba muburundi turabazi
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 6 дней назад
U Rwanda uruzanye gute
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 6 дней назад
wewe urumugabo genda ukizane nayo abagumyabanga duhagaze neza ,canke niwewe yavuze kuri mubavuze gwitoro, Uburundi ntidushoboye kukiriha kunyu kashobotse mumpimba.
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 4 дня назад
Abayobe babaho kbx nkumugesera yitora ngo igitoro ntimukizane iburundi hagiye kuba coup d'état uwosumwasi w'igihugu kweli Ngo uburundi ntibuzoshobora kuriha igitoro imbesire nkizo zikwiye kuva mugihugu pee😢😢😢
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 дней назад
Uri injiji kurwego rwo hejuru
@patrickniyomuco
@patrickniyomuco 6 дней назад
Icingenzi si njiji nkaso
@LameckNgabo
@LameckNgabo 6 дней назад
😂😂😂 ibomukanyaru barantwenza ngo injiji 😂😂😂
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Nawe ucubiki??
@songamberetv2219
@songamberetv2219 6 дней назад
Basi namba muri 13millions zirenga warabuze abakozi babishoboye ukacuguma wihambiriye kubantu nkabo badashakira ineza igihugu basi uburundi guterimbere biracari kure nkukwezi
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 6 дней назад
Kare yahora avuga ngo agiye kubakura abakora nabi none Ubu naho ngo ntantumwe azokura naho yokora nabi!!!!
@nicodemensengimana9992
@nicodemensengimana9992 6 дней назад
Kumbe Mutama baramuruhisha basha😢😢
@praise7436
@praise7436 6 дней назад
Gukorere IMANA bitandukanye na Politics Neva , ukwiye gushaka abantu bagufasha ugategura speech ibereye abenegihugu uyoboye urebye Speech yawe ubona ko Umuyobozi nkawe utarukwiriye kuyivuga kuko iri hasa cyane bitandukanye nka President urabona ko abenegihugu bawe ntakintu bari gukuramo m burundi mifite anyabwenge benshi ubashaka bajye bagutegurira speech kuko uri umuyobozi uba ugomba kuba smart
@user2379
@user2379 5 дней назад
Iriko mwagiye mureba ibibareba
@mr_binxp
@mr_binxp 4 дня назад
Nukuri pe ibi nibyo
@mr_binxp
@mr_binxp 4 дня назад
Abanyagihugu nta murare bafite
@25eyal17
@25eyal17 3 дня назад
@@user2379ntukigire ikigoryi ufite ubwenge, iyi ni discours digne d'un président?
@benderuta7725
@benderuta7725 2 дня назад
Uzagende umusimbure ujye uvuga nziza imeze nk'iya président nyawe.
@DieudonneNyandwi-em6of
@DieudonneNyandwi-em6of 3 дня назад
Imana ihezagire uburundi n, indongozi Zacu n, abarundi Bose iduhe ivyenkenerwa bikenewe vyose amen
@rudahunganzideson7383
@rudahunganzideson7383 6 дней назад
Uyu muperezida ari mu marembera
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Abanyarwanda kuvunika mutikoreye
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 дней назад
Igihuramutwe kirahooo😂😂😂😂😂
@user-xc4di7cp7f
@user-xc4di7cp7f 6 дней назад
😂😂😂😂😂😂
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Igihuramutwe niso
@user-qu9rj1ek1h
@user-qu9rj1ek1h 6 дней назад
😂😂😂😂😂kuvuga ko dufise ibirato mugabo nabarwayi badafise ambulance 😢😢zidafise igitoro
@alexndihokubwayo8010
@alexndihokubwayo8010 6 дней назад
Mwiyumvira nkimburabwenge mwiyumvira kwubaka uburundi 2060
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd 6 дней назад
Que le tout puissant protège notre pays🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@user-nf1pw4ls8k
@user-nf1pw4ls8k 2 дня назад
C'est Dieu seulement
@obedemanirabona
@obedemanirabona 6 дней назад
Haribihugu bigoye kweli kuko amoko yabinyoshe kandi guterimbere bicari kure
@masumbukoaugustin5327
@masumbukoaugustin5327 5 дней назад
mungu akubariki sana. guhumuriza abanyaguhungu .mungu akulinde
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w 6 дней назад
Disi baba bumiwe abo abwira 😂😂😂,amashetani😅😅😅
@HamufariMpawose
@HamufariMpawose 6 дней назад
Rekuza amenyo nkingangura nagano,ivyudahwa udendemba namenyo nkimfuku wibaz ubwo bwiyorobetsi bwaw ntitububona?wamusenziwe Utaz nukuvuga ugicira inkonda Nkumwana ntubona iyo igihugu wagishiz Mumanga, nutihanura ngo wemere uyamanike urek abavyigiy bayobore uburundi Ndakurahiy Imana izakudahwa
@rudahunganzideson7383
@rudahunganzideson7383 6 дней назад
Iki gihugu nta muyobozi gifite
@user-ux1bo1hy3m
@user-ux1bo1hy3m 6 дней назад
Iyo ninzigo kubera mutakironka isamaki toka
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
NTIDUKENEY IKINWAMARASO CIWANYU
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Nimwe mumugise uwo mwicanyi
@IRANDAGIRAULEDI
@IRANDAGIRAULEDI День назад
Imana irakubona Mutama wacu komeza ibikorwa
@DonatienHakizimana-wp2ge
@DonatienHakizimana-wp2ge 6 дней назад
None izo ndongozi zibikora nimuzifute (Delete them from government 😢) Kuki indongozi mbi zigumaho Kandi muzizi
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 6 дней назад
Vyanse igihe yavuga ko acifitiye muminwe nn Ubu naho?
@rumaragishyikalambert2837
@rumaragishyikalambert2837 6 дней назад
😂😂😂😂
@Blaisenishimwe-kp1wu
@Blaisenishimwe-kp1wu 6 дней назад
Wirambire mutama wacu❤❤❤❤
@jacquesnteziryayo3767
@jacquesnteziryayo3767 5 дней назад
Nakamaramaza vraiment, Burundi uragowe speech ye iri primitive chane.
@aloysbisengimana1078
@aloysbisengimana1078 6 дней назад
Bikomeje kugorana 😊
@user-yl5vt3mf6f
@user-yl5vt3mf6f 6 дней назад
comedian nomber 1 out there
@user-vl2ps2zb7v
@user-vl2ps2zb7v 6 дней назад
Umuntu abwira abantu bariye umujinya nkuko agacazana ngo ngwifungurwa zirahari
@EricNtwari-og7il
@EricNtwari-og7il 6 дней назад
Ntitwihebure Imana iri kungoma.
@maondabihawe2037
@maondabihawe2037 3 дня назад
Nimba umukuru wigihugu azi abantu batera ibibazo mu gihugu, none ko atabajana imbere yubutungane.
@user-bf2zb7nu7q
@user-bf2zb7nu7q 6 дней назад
Ni ubwa mbere mbonye umukuru w'igihugu uvuga ijambo audience iravuye uku 😢😢. Azibere pasteur
@TopUpTv257
@TopUpTv257 День назад
Vyose birakunda Imana ibishatse
@user-ux1bo1hy3m
@user-ux1bo1hy3m 6 дней назад
Muzehe kumbe?ndumva naw uri muntambara itorosho ariko Imana izobafasha kweli bigende neza
@saidindizeye2206
@saidindizeye2206 6 дней назад
Huuuwaa!! Urumva rero uzokwemera ko dukenye aruko twarwaye imvunja 🫢 , ebagabo aba DD muratera iseseme pe. iipu kweri ntavyanyu.
@JosephNtunzwenayo
@JosephNtunzwenayo 6 дней назад
Wubaw mutama wacu,imana izogufasha ibandany uturongora
@muturarwandainnocent3979
@muturarwandainnocent3979 6 дней назад
Ikijuju 😀😀😀😀
@thebesthoyame
@thebesthoyame 4 дня назад
Njye nikundira abaturanyi bacu b'abarundi goseee. Ejo ni heza mufite ubuyobozi bwiza. Imana ibashigikire.
@MedardNiyongabo-yo2wp
@MedardNiyongabo-yo2wp 6 дней назад
Opu Leta irakenye ikibazo c'igitoro nigihabwe abagwizatunga babishoboye Ikindi indya zihari ataterambere industrielle rihari ntakigenda Hama narabe yugurure industries zugawe abajeunes baronk akazi❤
@user-ui8qj4yk9p
@user-ui8qj4yk9p 2 дня назад
Imana twemera ko ishobora byose ariko ntizamanura ibitoro mw'ijuru nta kintu mwakoze Barundi nshuti zacu
@erobert693
@erobert693 6 дней назад
Ndayishimiye na chilombo bariko barahamba ibihugu barongoye nsinzi nimba namwe mubireba
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
TOKA KURE WAMBEWBW Y UMUNYARWANDA, TUVIRE MURI TELEVISION YACU
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 5 дней назад
Iyo ureka kumwishura vyari vyiza cane ​@@Irene28092
@user-qt3tw7km4x
@user-qt3tw7km4x 4 дня назад
Gahambwa ubona
@erobert693
@erobert693 4 дня назад
@@Irene28092 nyamara muzagenderamo nimutagira ubwenge
@erobert693
@erobert693 4 дня назад
@@user-qt3tw7km4x😂😂😂
@user-dq7bh7ok9z
@user-dq7bh7ok9z 6 дней назад
Nta muru wigihugu mufite
@julesndayambaje8887
@julesndayambaje8887 5 дней назад
Ewe Burundi 😢
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 6 дней назад
Muvyeyi mwiza abibereye!Gumana umwete mutama turagushikiye 100/100 tuzoshika neza cane ivyo mudukorera twaranyuzw cane ababibona;abanebwe nindyarya nibashobora kutunesha aba entrepreneurs natwe baratugwanya ariko dukomezwa nuko dufise papa Burundi Ari kukivi kumpande zose bidutera kurema nukurinda muvyeyi turiko duhagarara neza cane imiteg yabansi bigihugu tuvutura muzogume mudushigikiy mwiterambere
@karangwa2315
@karangwa2315 6 дней назад
Uburindi bufise ukuntu buyobowe kwisi yose ntahandi biba ariko biri primitive bitangaje
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 5 дней назад
Imana iriho ivyo yadukoreye nivyinshi n'ubu igiye kuduhezagira benshi bazotangara Burundi n'Abarundi oyeee
@InterviewRwanda
@InterviewRwanda 5 дней назад
Much love from Rwanda 🇷🇼
@FrankManirakizacom
@FrankManirakizacom 6 дней назад
Yaba nyakubabahwa président warigusoma komanteur yanj mwarikunyishura mbe komuvuga uwayanditse kwikitoro kitoza muburund knd ukavuga kumuzi kuki utomukura akareka kutwononera ataruko vrt igihuhu kitagira uwufata iryanuma hakaba hagwiriy abavuga aband bakavuguruza vrt ntayo kiriko kiraja Kbx
@saidiamisi2463
@saidiamisi2463 4 дня назад
Ibibaz biza kugira bikwigish ibibih twarabimenyerey
@user-ip4pl1rk1y
@user-ip4pl1rk1y 3 дня назад
Ibintu biraza nabi barundi ahomurihose mwihangane ivyishirahejuru Ndiho azobicisha bugufi nakamuna
@jboscoigiraneza9864
@jboscoigiraneza9864 6 дней назад
Kubindongozi biragoye nkewa😢
@magalajoel91
@magalajoel91 6 дней назад
Uwo nakwiye kuyobora igihugu akwiye kuyobora utugari
@user-ne3wl7di3z
@user-ne3wl7di3z 5 дней назад
Wenda iyo uvuga isibo 😂😂
@huyy484
@huyy484 6 дней назад
May God save this poorest country
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
WHICH POOREST COUNTRY ARE U TALKING ABOUT? MAYBE URS
@NduwimanaSedrick-fg2bz
@NduwimanaSedrick-fg2bz 4 дня назад
Imanishimwe amina
@Harerimanadonatien-zs9qd
@Harerimanadonatien-zs9qd 5 дней назад
Murazi gishimangana❤
@Musindi736
@Musindi736 6 дней назад
Ese uyu mugabo koko ayo majambo nayiki zana igitoro ntabindi
@AsmanHabinincuti
@AsmanHabinincuti 4 дня назад
Yego muvye nibigeragezo imana niyonku vyose bizohera
@user-km5vb4jj6u
@user-km5vb4jj6u 5 дней назад
nyakubahwa President ndebye abakwicaye imbere, mbonye ko batacyumva ibyo uvuga,
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 6 дней назад
😂😂😂😂 ngo warahariye uwavuze ngo igitoro ntikize??????uramuharira ariko umunyamakuru akora umwuga wiwe unigira mugasho.😂😂😂😂
@Tybys-oc1kl
@Tybys-oc1kl 6 дней назад
Ko NEVA yavuze ko igitoro acyifatiye mu minwe uwo muntu wanze ko cyinjira mu Burundi yavuye he?
@LameckNgabo
@LameckNgabo 6 дней назад
Urasaramumutwe umumenyeshamakuru agendana passport yigihugu hamwe nikarata yimpunzi 😂😂😂😂 ngo yikorera umwuga wiwe
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 6 дней назад
​@@Tybys-oc1kl Ntahora ababwira se ko ari Kagame😅
@user-mp8lv1qz5l
@user-mp8lv1qz5l 4 дня назад
Izondongozi niba muzizi ko mutazifata mushireho ba shasha bakundigihugu canke niportice yanyu
@stainelectronics-gv4cr
@stainelectronics-gv4cr 6 дней назад
Ubundi urebye never ndamwemera cyane
@user-bd3mz2jl4z
@user-bd3mz2jl4z 4 дня назад
Asha warabamenye kl president wacu
@innocentnshimiye-vq2nr
@innocentnshimiye-vq2nr 4 дня назад
igitoro niki ?
@TrizaMumo
@TrizaMumo 14 часов назад
Yarakwiye gukorerwako nka Ruto womuri Kenya inzushasha ziriwanyu nuvengaho nibagukorereko nka Ruto
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 17 часов назад
Utanguye gusaba ibigogwe abiba igihungu 😊😊😊😊😊
@rukundolukatony5064
@rukundolukatony5064 5 дней назад
Sendagara mabya ya so😊
@user-gv3op7er3j
@user-gv3op7er3j 4 дня назад
Uragerageza ndake
@eliasmanirakiza9281
@eliasmanirakiza9281 6 дней назад
Akantu kantwengeje nako ngo nimureke lmana izokwikorera ! Ndumiwe ! Gusa turarushe peee!!!
@shizirungusamaime8520
@shizirungusamaime8520 6 дней назад
Hhh, 😅😅😅 abarundi Ni mugerageze murware amavunja Ndayishimiye nibwo azamenya ko mukennye yite kubibazo byanyu ,
@Tybys-oc1kl
@Tybys-oc1kl 6 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 6 дней назад
Hhhhhhhh hhhhhh ndayishimiye na kasamutwe
@hakizimanapouro
@hakizimanapouro 2 дня назад
Sha na president dufise pe😢😢😢
@nyirambarushimanaclementin9723
igitoro nigiki ko ndi umunyarwanda nkaba ntazi ikirundi😅😅😅
@muhiziGentil
@muhiziGentil 6 дней назад
Mbega injiji!!! Uburundi nta president bufite tu
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
INJINJI NIWOWE WAMBUNUZA WE
@alanbronzecreations2011
@alanbronzecreations2011 6 дней назад
Warebye ibikureba , ibyo mu Burundi ukabireka
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 6 дней назад
@@Irene28092 poor you 😢😢😢😢
@user-gv3op7er3j
@user-gv3op7er3j 4 дня назад
Niwewambere mbonye usara neza neza urakavumwa
@bernardsinzobatohana1671
@bernardsinzobatohana1671 4 дня назад
Erega muzehe nuko atawuharira nuwumuruta nayahandi mugihe abobantu babidabanganya ubazi ukabihorera nuwuburwishe ninzara kandi igihugu kidahana kirwiza inkozi zibibi rero jewendumva kandi nzinezako nabandi arikobavyumva iryojambo ntawe ryohumuriza mugihe wumva ukiturereyeko abariko baradukoresha nabi ubizi ivyonavyo vyubutunzi kubanyagihugu ntukabivugeko birebire nimana ikitwitungiye ahandiho bugezahatemba namba atacuhinduye
@philiberthabogorimana3904
@philiberthabogorimana3904 2 дня назад
Umukuru w'igihugu nomuhanure kuza ari inumira maze abarundi tumubonere kubikorwa. Amajambo atagira ibikorwa ntaco amaze. Kuva agiye kubutegetsi yaturuhishije amajambo. Turarushe kubera ingorane yadusutsemwo. Muri make ntashoboye. Ikinyoma kirarenze.
@TrizaMumo
@TrizaMumo 14 часов назад
Yarakwiye gukorerwako nka Ruto womuri Kenya inzushasha ziriwanyu nuvengaho nibagukorereko nka Ruto 😅😅😅
@user-jx6fi2et3p
@user-jx6fi2et3p 5 дней назад
Reka ubwoba kirogorogo Evariste
@MFATAMUGENZI-mg5fj
@MFATAMUGENZI-mg5fj 3 дня назад
President komera turi kumwe
@trustjesuspaulau4
@trustjesuspaulau4 6 дней назад
NDAYISHIMIYE WAKISHE
@user-gc9vs4qd7z
@user-gc9vs4qd7z 6 дней назад
Ni Pasteur
@NahimanaAbdoul
@NahimanaAbdoul 6 дней назад
Jeneral Neva bagorore muze wacu
@cashmoney_rw
@cashmoney_rw 3 дня назад
President oye oye oye ❤❤❤❤
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz 6 дней назад
Ariko uyuni president ayoboye igihugu ? Nibara Nakamaramaza 🫢🫢🫢😓
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
NONE TUYOBORWE N INYENZI?
@Martin-xf1bw
@Martin-xf1bw 5 дней назад
Mwubahwa Sebarundi: tubwire uwo muntu atuboheye amaboko i mugongo yanka ko igitoro kiza maze tumumese!
@zephilinminani9561
@zephilinminani9561 6 дней назад
UmWas wabarund yinyegej mubarund mugani wamukimboz
@rajihijarajihija8371
@rajihijarajihija8371 17 часов назад
Uhageze numugore nabana bawe
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 6 дней назад
Abarundi baba bumiwe disi. Kubona ikintu atabwenge kigira kibahagaze imbere kibomborana nkikijerekani
@user-dq7bh7ok9z
@user-dq7bh7ok9z 6 дней назад
Ngwarashaka gukuraho ubutegetsi bwu Rwanda nta tiny no bivugaga
@shortylo1515
@shortylo1515 6 дней назад
Ubwoba bwiki warabonye General ategwa ubwoba nimiguta ikitaraza kirimunzira muzatangara 😅
@biambiwelidu5536
@biambiwelidu5536 6 дней назад
u Rwanda muraruzi se ??? azahirahire azibonera General Kagame wakangaranyije amahanga ibyo azamukorera.
@Irene28092
@Irene28092 6 дней назад
@@biambiwelidu5536 HAAA KAGAME AFISE ABANSI INJOJO MUGIHUGU, TUJ N ABANYARWANDA NYENE BODUFASHA
@user-bf2zb7nu7q
@user-bf2zb7nu7q 6 дней назад
Igitoro, isukari, amatara, dollars nabyo ubwabyo byamukuyeho
@shortylo1515
@shortylo1515 6 дней назад
@@biambiwelidu5536 u Rwanda turaruzi abahutu baho ntabwo babakunda rwose barindiriye imbarutso. Abo mwirirwa murahungeta mubona binumiye mukibaza byose nimahwi. Turabazi
@NimubonaDesire-uc7pe
@NimubonaDesire-uc7pe 6 дней назад
Karakora mutama ubemeze. Siko
@YamunguMuha
@YamunguMuha 6 дней назад
Reka ubujuju
@user-fp1lj5zp9j
@user-fp1lj5zp9j 6 дней назад
Niwubahwe muvyeyiwacu
@user-bf2zb7nu7q
@user-bf2zb7nu7q 6 дней назад
President utinya shetani uku azabishobora koko😢😢😢
@257-re7hb
@257-re7hb 6 дней назад
abatama harya inyuma bumiiiwee
@NiyomwungereClovisi
@NiyomwungereClovisi 6 дней назад
Komera mutama wanj❤❤❤❤
@nyamwasajmv5138
@nyamwasajmv5138 6 дней назад
Wowe uzamera nkawamugani wabidishyi umwami bamwambittse uruhu rubisi rumwumiraho kuberako yari yababwiye ngo ijambo avuga bajye barisubiramo yavuga ngo uruhu rurankanya nabo bagasubiramo rujyezaho rumwumiraho arapha😮😊😅😢😂😂
@IssaIrankunda-n6b
@IssaIrankunda-n6b 23 часа назад
Komer mutam wubahw kuvyubahir vyaw intumv zizokwamah
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 6 дней назад
President kuki utavuga kubibazo bihari ? President nambare utarayobora uburundi abarundi baratyaga bararimaga bambaraganeza nikihe gishasha wakoze ? Kuva wajya kubutegetsi ?
@MmMm-br3tu
@MmMm-br3tu 4 дня назад
Ntagih uvuga ngo ushire mungiro uwomuntu yobuza kuzana igitor kutomuhana Uko nukutubesha kugira tubon kushoboye wabamenya ntiwabahana ibintu vyigihugu vyaranyobeye wofata imana ukavanga numupfumu mannweriwomuruyigi ngo igihugu kirajah gitwagwa nabapfumu haaw
@user-cr4xx4qf1e
@user-cr4xx4qf1e 2 дня назад
Komera 🎉 NEVA
Далее
Stray Kids <ATE> UNVEIL : TRACK "MOUNTAINS"
00:59
Kuvuga ibijanye n'ubuzima ndorabitsina mw'isengero
22:31