Тёмный

Prezida NEVA avuga iki kw'ikena ry'igitoro riza riribonekeza mu Burundi ? 

Mashariki TV
Подписаться 282 тыс.
Просмотров 28 тыс.
50% 1

#Burundi Prezida Evariste Ndayishimiye ati: ...Kuva mu 2020 gushika ubu abarundi bamaze kugura imiduga 33.168. amapikipiki 40.922 . ama moteurs yatsa amatara 7784, ama moteurs aduza amazi 16.638 Uwu mwaka wonyene, muri aya mezi 6 abarundi baguze imiduga 2.739, amapikipiki 5.575. ama moteurs yo kwaza amatara 900, ama moteurs yo kuduza amazi 10.287. Nimuce muraba ibinywa igitoro vyiyongereye ingene bingana. Tuce turaba rero umwimbu w'igihugu twashoye hanze ingene ungana..."

Опубликовано:

 

21 июн 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 109   
@ladislasmasabarakiza1012
@ladislasmasabarakiza1012 7 дней назад
Mamaweeee!!!! comédien vraiment, ibikogwa birihe
@songamberetv2219
@songamberetv2219 9 дней назад
President wacu yova mwizo comedie akaja mubikogwa biteye nisoni kwumva widoga ngo haguzwe amamodoka meshi ngo bica biterikibazo mubitoro kandi yari inyishu ehe imodoka zibaye nyishi Zitanga amakori ayo makori kuri reta ibona kure ica iyajana mubitegwa njabukamazi maze yama dollars akaguma yabonetse none ndabira uwu nawe ivyo yibereyemwo ngo yopfa yateje Imbere igihugu ahubwo azosiga esenye umugambwe wacu twakunda CNDD FDD 😥
@vinceruba9841
@vinceruba9841 9 дней назад
6:30 Yooo mbega lbisubizo! Quel homme d'état! Donc kuba ejo utarufise ntacyo ugomba kubaza ubungubu. Sha hari ikosa rikomeye ukora, ukunda gukinisha Imana uvuga ibibushanye nivyukora! Iyo mana iragutegereje
@user-nono372
@user-nono372 9 дней назад
Amajambo twayahaze nikuvuga make mukarwiza ibikorwa
@user-bd8vd4eq9q
@user-bd8vd4eq9q 6 дней назад
Mukomereze aho. Edeni imbere cyaneee. Mu Rwanda dukomeze twiyoborerwe na PK
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 9 дней назад
ubujanja bwuwitwa ngo Ni President😂😂😂😂Uri injiji ihebuje pe.😂😂😂Nkaho ariko avuga iki?😂😂n'uko ngo umwenegihugu yitura umukuru w'igihugu????😂😂😂ngo ntawicwa kubera Ari we ubica ntawucicwa?😂😂😂
@user-uf2jy5sg8q
@user-uf2jy5sg8q 9 дней назад
muyobowe nu umugabo wu umuswa kbsa
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 9 дней назад
Uburundi bwarahuye n'uruva gusenya kubona uburundi buhura n'umugabo nk'uwo Ni icago kuburundi.Urahaze
@mjlan10
@mjlan10 8 дней назад
Ahubwo ngira n'icaha twakoze iri n'ibara gusa
@InGodwetrust0991
@InGodwetrust0991 8 дней назад
Aha narumiwe jewe sinukuvuga, kuko narihweje mumpande zose mbona binsiga ubwenge
@clemmudage9417
@clemmudage9417 7 дней назад
​@@mjlan10ntacyaha mwakoze nukuyoborwa nikigoryi cyitumva buriya baragitinya ntibacyibwira ahari amakosa.
@mjlan10
@mjlan10 7 дней назад
@@clemmudage9417 ariko kuki ibi bishikir'uburundi gusa kw'isi har'ahandi haba abatware nk'aba?
@user-qm7on5ll7z
@user-qm7on5ll7z 8 дней назад
Abarundi murabe ingaruka zo guhendwa numudiho wa CNDD FDD
@codemysite3807
@codemysite3807 9 дней назад
Uyu icoshoboye nukwigisha ijambo ryimana ugutwar igihugu ntavyazi kwl
@OnesphoreShimirimana
@OnesphoreShimirimana 8 дней назад
Nabe pastori arek ivyo ivyogutwar
@sevelinshimirimana1745
@sevelinshimirimana1745 9 дней назад
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ntaco mvuze mutima comedian
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 8 дней назад
Abarundi murababaje cyane kumva president nkuyu ashinzwe abene gihugu yi shimira ko haguzwe imodoka 2000 mu barundi miriyoni 13000000 birababaje kumva yishimira ko haguzwe imachine zitanga umuyagankuba aho gushaka uburyo izo machine zozima
@TheogeneByiringiro-yz8bk
@TheogeneByiringiro-yz8bk 8 дней назад
Un comedie
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 8 дней назад
Abarundi bashaka president Gwasa nago mukenewe
@NahimanaDonkelly
@NahimanaDonkelly 8 дней назад
Asha akaga kabaho kabx dukomeje kumirwa
@Angedangel
@Angedangel 9 дней назад
Ces 4 ans = bilan negatif. turabibona.
@JosephMugisha-rs9nz
@JosephMugisha-rs9nz 8 дней назад
Nakamaramaza peee 🫢🫢🫢🫢yaaa Asha uburundi twarariwe nimbwa yamujeri. Nakambaro kibara.
@kazungugerais252
@kazungugerais252 8 дней назад
Ntivyoroshe pe nimureke abenegihugu bimbe ubwobutare hama leta ibagurire erega icishe aburundi bavuga ngo narize nuwuje yerekana iterambere bakamunaniza mu misoro kugira ananirwe nimureke abenegihugu basohoke barondere ibikenye mugihugu babizane muborohereze mu misoro kubinjiza mugihugu naho ugomba kub umutegetse kuri vyose igihugu kizokena ntakabuza
@taramatv1260
@taramatv1260 8 дней назад
Ubu habuze ukuraho uyumugabo a arundi ninde wabarozee
@RenovatNzisabira-o6e
@RenovatNzisabira-o6e 8 дней назад
Kabisa gushika kwiterambere biracagoye usangwa aruko
@user-kr5jx5uq5o
@user-kr5jx5uq5o 8 дней назад
Yemwe ndabona muri Edeni bitoroshye imana ibarengere
@paulrurangwa5194
@paulrurangwa5194 8 дней назад
Mbeyemwe ajaraba ivyo yavuze abanyagihugu bumiwe
@dworldtv250
@dworldtv250 9 дней назад
Abarundi bari mu rugendo rugana i Kanani😂😂, niba mubyemera muri ibicucu
@novatidamian7236
@novatidamian7236 9 дней назад
Vananangaho izo theory ntagitoro zizokuzanira nimbwa zitazicikamo $ remesha abantu ubabwirako bokwemera ubukene bwigitoro gushika aho tuzigira twitunguruza kumukokoteni nkakera.
@huyy484
@huyy484 7 дней назад
Reka niturize pe😂😂 icyonzicyo Kagame wacu tuzamutora 100%
@VincentUwimana-dl2nm
@VincentUwimana-dl2nm 8 дней назад
Icumvikana nuko inzira bacamwo mukonona igihungu utazibona ! Kand'abarundi ariwe twari twizeye kuturabira, none nawe ubibona ivyononekara vyamaze kwononekara . Twitega kumva iterambere ry'igihugu (inyungu rusangi : amabarabara , Amahinguriro atang'umwimbu umeze neza k'umwenegihugu .amashirahamwe ya leta akora neza) .ariko ukatubwira iterambere ry'umwene gihugu kugiti ciwe ataco rimarira bangenzi biwe uretse wenyene. Kandi binashoboka akaba ari nawe yononye itunga ry'igihugu. Utubwira abitwaye nabi imbere yababitura ariko ntutubwira ico wakoze kuwakoze amakosa nkayo kandi wemera karibo mashetani azigamitse uburundi.
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 8 дней назад
Uyu ntaterambere yageza kubarundi cyakoze yabigisha amategeko 10yimana
@KNOW-HOW2303
@KNOW-HOW2303 8 дней назад
Mujomba, mujomba.....
@user-qm7on5ll7z
@user-qm7on5ll7z 8 дней назад
Nuko uhaze sha niyompamvu uvugako tudakenye
@habumugishaterry6543
@habumugishaterry6543 9 дней назад
President wacuwe turabire igitoro numuriro biboneke
@OnesphoreShimirimana
@OnesphoreShimirimana 8 дней назад
Uravuz kwr ukwizera kutagira ibikorw ninkokusara kwr urik ukora iki kugira bibonek
@emmanueluwamurengeye1049
@emmanueluwamurengeye1049 9 дней назад
😂😅😅😅😅uyu mutipe yakigiriye guhinga ibijumba ubu ntekereza icyo abarundi bincabwenge bari kumva iki kintu kivuga ubusa ubu barikumva bameze gute? Biteye isoni😢😢
@clemmudage9417
@clemmudage9417 7 дней назад
President wiburundi Neva arwaye baopora .Seriously mumufashe mumugire inama ibi nibiki aba avuga .koko
@Nangayivuza
@Nangayivuza 9 дней назад
Nivyo kweli mukuru w igihugu cyacu ibibazo vyose bizohera
@kwzrvivanHamza
@kwzrvivanHamza 8 дней назад
Nimwakire ijambo ry'imana amiin🙏
@dworldtv250
@dworldtv250 9 дней назад
Nzakora subscribe kugira ngo ndebe comedy za president wanyu 😂😂
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 8 дней назад
Ngajye nuko
@fannyadventurehub2789
@fannyadventurehub2789 8 дней назад
Nanjye mba naje kuruhuka mumutwe 😂😂😂
@fannyadventurehub2789
@fannyadventurehub2789 8 дней назад
Nanjye mba naje kuruhuka mumutwe 😂😂😂
@dworldtv250
@dworldtv250 8 дней назад
@@fannyadventurehub2789 foo
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 8 дней назад
Mbega aho avuga aribagiy inka z'abanyagihugu bariy abo bagesera tutavuz imiduga baturira y'abantu tutavuz abo banyaz. Imana imbabarir ariko abo badd bariko umuvumo w'amaraso!
@user-qm7on5ll7z
@user-qm7on5ll7z 8 дней назад
Ushaka kwigira patiri heba poritike ugende gatorika ikwatire ube patiri winryarya ureka kutebesha
@Amafaranga300
@Amafaranga300 7 дней назад
Birangoye kwigumiza ndatwenga!
@madibafiftynine5965
@madibafiftynine5965 7 дней назад
Ariko umu president nkuyu yaje avahe koko 😂😂😂😂😂😂
@renovambonihankuye1139
@renovambonihankuye1139 3 дня назад
Ariko amahinguriro asaba umuyagankuna mwishi kandi naho muburundi umenga nimuke
@user-uf7ym8sb5s
@user-uf7ym8sb5s 7 дней назад
Imana niyo izotuma bikunda🎉❤❤❤.Turagukunda prezida wacu❤❤❤.
@agapitemaniratanga
@agapitemaniratanga 6 дней назад
Birababaje Canée nizimvugo ngo kera igitoro bakivomahehe hahaaaa
@Dizzoboy3
@Dizzoboy3 8 дней назад
Mbega icyigoryoweeee
@Corneil7
@Corneil7 8 дней назад
Ntamu president dufise nimbwa kabisa
@user-mr7ns9ro3f
@user-mr7ns9ro3f 5 дней назад
Birababaje
@NishimweRichard-qv2iy
@NishimweRichard-qv2iy 8 дней назад
imana ifaha uwifashije shaaaa gusa ntaribi
@ReubenFeitoto
@ReubenFeitoto 9 дней назад
Bibagiye guharura ...
@user-lw7oz2rb5w
@user-lw7oz2rb5w 8 дней назад
Sha mufite president wumuswa pe😢,Ese ntanubwo yubura amaso ngo arebe abo babwira ngo amenye ko bamwumva cg batamwishimiye!!!reba uko abo baturage babaye pe,aravuga ibintu bitagira icyizere
@levygasper7438
@levygasper7438 7 дней назад
Buryarundi musumvy kumenyimana aba Islayeli
@user-qb2pr9ri2c
@user-qb2pr9ri2c 3 дня назад
Niwowe ukwiriye😅😅😅😅😅😅😅😅
@ClaudeNdayishimiye-im8oe
@ClaudeNdayishimiye-im8oe 9 дней назад
Mudufashe mwebwe mumwegereye Uburundi busigaye Arubwakagwi twarakuniwe tubimenye Ibibazo bihanze abeneguhugu ntavyabona ntavyo yumva Aramenye Ko arongoye Abagabo Knd Ko nawe Arumugabo urumva ishari gusa afitiye Abenegihugu Ntakindi Ajwejwe nukuraba icumwenegihugu yungutse ivyo nibiki ugo rusaku ninyabaki 😂😂😂😂😂😂 Abarundi kabisa tuzosanga turi nanamber batekereje kwisi
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 9 дней назад
Icokizeze ngo Bari batunze 😂😂😂😂.Inyagasozi zibaho nukuri kw'Imana😂😂😂😂😂😂mbega discours y'ikizezeweeee.😂😂😂😂mbega injiji weeee😂😂😂
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 8 дней назад
Bugira indero. Uratuka umuntu mutangana nkawe wumva uzovamwiki?
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l 7 дней назад
Ngirendavyifatiremuntoki. Niryozina kbx. Kuk nikoyama
@nsengiyumvajeamarie5962
@nsengiyumvajeamarie5962 9 дней назад
😢
@therealtruth4637
@therealtruth4637 8 дней назад
Umunsi Neva yavuyeho hakaza ubakanda amabya, neva muza mukumbura 😅
@Plat84Genuine7
@Plat84Genuine7 6 дней назад
Birababaje kubona igihugu cyiza nkuburundi kirikwangirika gutya kubera umu president nkuyu🥲🥲🥲 Never AKA nonsense.
@gervaisntirenganya470
@gervaisntirenganya470 9 дней назад
Abobantu bankako abagwizatunga bazanimitahemuburundi nkabobamenyekanya baba bakwiye gukugwamumabanga bajejwe
@user-ne3wl7di3z
@user-ne3wl7di3z 4 дня назад
Mbega igisubizo ahari uyu ni pastor 😂😂😂😂
@leonidasniyomwungere1388
@leonidasniyomwungere1388 8 дней назад
nn sivyo yaburiye he :ewe mukama
@user-kr1ct7pf2s
@user-kr1ct7pf2s 8 дней назад
S'ingorane yadutse ubu nikuva na kera kabisa uburundi buhura n'isanganya
@NellyCynthia-jm4ky
@NellyCynthia-jm4ky 5 дней назад
😂😂😂😂 nihatari muri edeni ibint vyabae nabi 😂😂😂
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 8 дней назад
Sha ntu nasaba ni mvura ikwiye iyo ya bahaye ya ra batwaye irabamara
@EddyPeter-ez5kt
@EddyPeter-ez5kt 6 дней назад
Uyu ntiyari akwiye kuyobora igihugu yakagombye kuba ayoboye segiteri kuko niwe president wikijuju kwisi
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 8 дней назад
Urebe ko harukoma na mashi nuko ibyo avuga ntawe bifasha nibaza umukorera discour
@user-gw9xi2tc2b
@user-gw9xi2tc2b 9 дней назад
Abo vyananiye. 0:46
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 8 дней назад
Kumyaka 20 niturababona?kweri invungo zagahemo
@murengerangomajeanbaptiste7468
Cyakora uyumugabo abakenewe kugirango tumenye uko president wacu PK ari umugabo
@ErickNduwimana-tp9gb
@ErickNduwimana-tp9gb 8 дней назад
😂uyumugabo Nduva asekeje kweli gusa Biteye isoni kunva umuntu yize avugankivyo avuga nta point irimwo habe namba bapfume bahereza umukuru wumugabwe rekagutesha abantu umwanya!
@pascalmanirambona9201
@pascalmanirambona9201 9 дней назад
Tuzobashigikira mpaka muvyeyi mwiza abatabona bushinga kwidoga bibashe;iterambere turiko twirukako ntawundi yobishoboye Atari umunyamwete wukuri nka our president;
@renovatnshemezimana2018
@renovatnshemezimana2018 8 дней назад
Iki kinyamakuru kiracunga neza muminsi baracugara. Kibandanije giha uburenganzira kwabantu bavuga iryo bishakiye. Burya démocratie yubu iragira limite.😂😂😂
@minabuelysee8
@minabuelysee8 8 дней назад
😂😂😂😂❤❤❤❤
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 3 дня назад
Harya iki kigoryi ngo kiyobora abantu kubera ko gifise impoho? Africa waragowe kabisa
@kasongo_barber
@kasongo_barber 8 дней назад
😂bifirahe
@PrinceTuyishime
@PrinceTuyishime 8 дней назад
President kuki utavuga kubibazo bihari ? President nambare utarayobora uburundi abarundi baratyaga bararimaga bambaraganeza nikihe gishasha wakoze ? Kuva wajya kubutegetsi ?
@dworldtv250
@dworldtv250 9 дней назад
Ikibazo ni ukuba ukennye utabizi
@user-lk6bj8xf7h
@user-lk6bj8xf7h 8 дней назад
Ngayo nguko.
@user-gc9vs4qd7z
@user-gc9vs4qd7z 8 дней назад
Comedien
@kabusanzaaytv
@kabusanzaaytv 7 дней назад
Igotondo ni iki on English
@flaviakezimana4596
@flaviakezimana4596 8 дней назад
Kuberiki iyo président avuze abansi batahura ivyabo.president arafise ishaka ryogukora ahubwo ndumva yabuze abamufasha
@minabuelysee8
@minabuelysee8 8 дней назад
Uvuze neza,nyakwubahwa genda umufashe turabe ko bopunguza kugura imodoka kugira igiroro kiboneke
@madibafiftynine5965
@madibafiftynine5965 7 дней назад
Ibi gwarudubi bira gwiraa koko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@Ntambwe4040
@Ntambwe4040 8 дней назад
Ga basha uyu mugabo nawe aravuga ko igihugu ata mafaranga mva makungu , igitiro , nibindi ko atavyo akaturemesha ko bigiye kuboneka. Umva ata nimisi ibiri irahera ivyo atanguye guturagurika. Nikive kubutegetsi abisire ababishoboye. Reka kuza mubesha ngo amatora akoregwa ku mugaragaro muyiba ngo muzogahinyanyura. Nukuri uburundi burakwiye kwikurako iyi ntwaro. Uri ikijuju
@abafundi8592
@abafundi8592 8 дней назад
Hanugwa wumve se barundi, vugana n'abarundi bahunze kuko wewe ntaco mwapfuye pe
@Shimz14
@Shimz14 8 дней назад
Noneho ndumiwe ibitagenda byose ubitera yabonetse "shetani", ibi rero ntibizatuma uburundi butera imbere kuko nta accountability igaragara mugihe ibintu byose bigerekwa kuri "shetani" kandi ababyangiza bagihari ntawubibabaza cg ngo bacirwe imanza. vision 2040-2060. izahera munzozi. "shetani" aho ari arabaseka
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 9 дней назад
Ministre wa mines ntakuntu mwomuruhurira , hama les ministères nibzige gukorana kuko bose barakenereraniye, uwa mines ategerezwa kwama bahura nuwa comerce cokimwe nuwa agriculture kugira bashobore kumenya ivyabo ukwo biri kuri terains
@pascalbucanayandi
@pascalbucanayandi 8 дней назад
Ko vyose wabigize ivyawe,urabaza umugore wawe na wewe
@fikirinzoyisenga6583
@fikirinzoyisenga6583 3 дня назад
😂😂😂
@itsmeagain7507
@itsmeagain7507 7 дней назад
😂😂😂😂😂😂
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere 8 дней назад
Igiti cama ivyama cama giterw,amabuye ariko umukaratusi ntuterw,amabuye ntanuwukirangamiza.mwama muvuga nabi nevan'uburundi.mbega komutavuga kagame n'urwanda?nuko ntaco muhazeye ,ntabutegetsi canke ubutunzi.uburundi songambere abansi mujingitwe
@minabuelysee8
@minabuelysee8 8 дней назад
Uravuga make urazi abarundi bamutoye uko tungana?usomye neza ama commentaires wabonye bangahe bamushigikiye?aho ntacirwa uhakura?canke aboyarik arabwira ninde wabonye yaranezerew?canke yakomye amashi?tugomvye twokwivugira make kuko iy'isi ntisakaye
@user-lk6bj8xf7h
@user-lk6bj8xf7h 8 дней назад
😂😂😂😂🙈
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw 8 дней назад
Mbe basha aba bagabo bazotuvako?umve iryo yambo?ngo kare twagikurahe igitoro?erega niwewe duteze amaso?ninde yandika iryo jambo?
@bomborombanza5887
@bomborombanza5887 8 дней назад
😅😂 😂😳
@UWIRAGIYEdanny22
@UWIRAGIYEdanny22 2 дня назад
👈👈👈❤️Kanda kugafoto sub
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 8 дней назад
Abo bose bari muri trubine imodoka zuzuye igitoro we agikurahe aherekezwa ni modoka isinzi zikurahe igitoro abene gihugu babuze bivuga igitoro na gike kiboneka kija iwabo
@shizirungusamaime8520
@shizirungusamaime8520 8 дней назад
Hhhh,reba abo ari kubwira amanjwe ukuntu bari kumurebana isesemi🙈🙈🙈
Далее
Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
7:29
Просмотров 8 тыс.
Mer noire : des drones américains agacent Moscou
7:39