Тёмный

Prezida Neva asaba Abarundi kugira imbonakazo ya 2040 iyabo no kudatakaza umwanya. 

Mashariki TV
Подписаться 294 тыс.
Просмотров 5 тыс.
50% 1

#Burundi: Kuva kuri uyu wa 09 Mukakaro 2024 Umukuru w'igihugu yaratanguye urugendo mu ntara zigize igihugu c'Uburundi rwitiriwe #INKEBUZO aho ariko agendera ibikorwa vy'urwaruka vyo kwiteza imbere yongera yifadikanya n'abenegihugu mu bikorwa vyo gukingira ibidukikike . Urugendo akaba yarutanguriye mu ntara ya #Cibitoke.

Опубликовано:

 

9 июл 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 16   
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 18 дней назад
President Neva ndamukunda cane kumutahura bisaba kwitahura❤❤
@estaniyongabire9956
@estaniyongabire9956 17 дней назад
Komera Nyakubahwa wacu S.E, Imana yakuduhaye ikudutungire🙏
@harerimanajoseph1741
@harerimanajoseph1741 17 дней назад
Yooo ndishimye pe neva aca bugufi pe❤❤
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 18 дней назад
komera Sebarundi tukurinyuma.
@Rashinfo94
@Rashinfo94 17 дней назад
Niyirambire Umwubahwa wacu❤
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 18 дней назад
Urwaruka turi mukazi👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 18 дней назад
nukuri Imana yaraduhaye igihugu ciza nanje mutama yarankanguye nararimye ndeza ubu meze neza 3million ntizonkanga
@WORLDACTUALITY294
@WORLDACTUALITY294 18 дней назад
🇧🇮🇧🇮
@shadrachrukundo7514
@shadrachrukundo7514 17 дней назад
Uwomutumba ntubaho imurwi aho nimugina
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 17 дней назад
Umugabo akunda iterambere ry'uburundi nabarundi.vyiza twomutahura hama tukamushigikira kuneza ya twese
@melchiadehishakiye8639
@melchiadehishakiye8639 17 дней назад
Umugabo akunda iterambere ry'uburundi nabarundi
@NzayisengaPlacide
@NzayisengaPlacide 18 дней назад
Byaza ❤ ❤cyane
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 18 дней назад
👍🏽🎩
@IsaacNsengiyunva-yc6vy
@IsaacNsengiyunva-yc6vy 18 дней назад
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@Lock940
@Lock940 17 дней назад
😂😂😂😂😂
@Rashinfo94
@Rashinfo94 17 дней назад
Gusa nimba Kennedy ariwe yafashe iyi video arakwiye udukoni dukeyi kugira akosore gato zibone
Далее
Как вам наш дуэт?❤️
00:37
Просмотров 500 тыс.
Mapping the Trump Shooting
6:12
Просмотров 14 млн
ESANYU!! NGA BANAMUYOMBA COMEDY NGA BALABYE BOBIWINE
12:16