Itegeko Rigenga CVR ryarasubiwemwo, ariko amakosa y’agacamutwe y'uwo murwi aguma yongerekana kandi yiyerekana: guhayagiza abatikije Abatutsi be no kwivuguruza mu ngiro, ni vyo biguma biranga CVR.
Hampande yo kwizizira Abatutsi mu Burundi no muri Kongo Yiyitira Intwaro Rusangi, abagendera ku vyiyumviro vy’ihonyabwoko "idéologie génocidaire" ubu baharaye kwifatira mu gahanga Intwaro y'Urwanda yahagaritse ihonyabwoko muri ico gihugu.
12 июн 2024