#indundinews :#Gabriel_Rufyiri armutswa ishirahamwe ridaharanira inyungu za Reta Olucome yamenyesheje KO baha Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye na Reta yiwe amanota #50% , akagirako yerekana na vyishi bifuza KO vyoshigwa mu ngiro
Démographie galopante du Burundi et Rwanda-Urundi,yatumwe nabakolonije ivyobihugu babiha imbibe ntoya cane ,ONU n'a UA nabasubiremwo imbibe za Afrique zingane.
Kuko ata sukari, ata gitoro, ata mazi, ata devises, kuko abarundi bagowe ay'ikivumvu bari bakwiye 0,51%. Nayo ivya 2040 na 2060 iyi ni promesse y'uwananiwe kandi ata vyizigiro afise vyo kuzoba agifise ubutegetsi
Bizoba nko mûri Sud Afrique. Bariko baratora abari barabacinyije. Kuko abo biyumvira basanze ari abaeyi gusa. Naha rero mu Burundi ni mwitegurw niko bizogenda
Kuvyara ntabwo bisubiza inyuma igihugu habenamba(ni fénéandisme)!😂😂😂 Ahubwo gouvernement nta mbono ifise yo guteza imbere igihugu,visite Burkina Faso avec des machines à cultiver les champs gratuitement