Тёмный

SINAGIZE AMAHIRWE YO KUMENYA ABAVYEYI BANJE KANDI NDI IKINEGE 

Christ Life Center
Подписаться 18 тыс.
Просмотров 3,6 тыс.
50% 1

#warubizi #christlifecenter #abana #God

Опубликовано:

 

7 сен 2024

Поделиться:

Ссылка:

Скачать:

Готовим ссылку...

Добавить в:

Мой плейлист
Посмотреть позже
Комментарии : 12   
@JosueNkunzumwami
@JosueNkunzumwami 5 месяцев назад
Nukuri Ferstation Nadege mwakoze ikiganiro neza cane all of you God bless you so much 🙏👍🧏 ndumva nishimye burya hari ico nungutse kandi gikomeye cane Reka turindire mwarimu nawe ndizera ko mu zomutuzanira vuba cane nawe tukamwumva kuko turafashwa cane ni nyigisho zimuvamwo cane cane (me) koko ndamwigirako vyishi cane kubwimpano y'Imana Irimuriwe♥ mukomeze muhezagirwe n' Imana Ndabakunda cane.
@BerniseMuhoza
@BerniseMuhoza 4 месяца назад
Imana ibahe umugish ikiganiro biradufashcn kand bikatwubakr
@NinA12587
@NinA12587 5 месяцев назад
Nadege is so cute. Avuga ibintu mubwitonzi bwinshi. Ndabona ari umuntu ashinze imizi neza. Imana turayishimye yakoze imirimo muri wewe Nadege. Thank you Dada kuguma utuzanira variete zitesa. On mange equilibre vraiment. Thank you!
@efrideakeza9152
@efrideakeza9152 5 месяцев назад
Nukuri ikiganiro canyu kirampezagira cane muri umugisha kubantu beshi mura turemesha cane ....Imana ibagure cane
@bujabuja1933
@bujabuja1933 5 месяцев назад
Nadege bravo uracari uwambere
@espk4104
@espk4104 5 месяцев назад
@bwengejeanbosco, muri duke nzi gukizwa= reconnaître qu’on est pécheur, demander pardon à Dieu, accepter Jésus Christ comme Seigneur et Sauveur afin que ton nom soit inscrit dans le livre de vie. Ariko gukizwa sivyo idini kanaka kuko même les catholiques peuvent être sauvés. Mu kirundi bavuga ngo umudyambwa abumwe agatukisha umudyango, personne n’est parfaite….ce qui est important nuko uwariwe wese yorondera kubaho akora ibinezereza Uhoraho. Muhezagirwe 🙏
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 5 месяцев назад
Jew rero ingorane mfise ndakizwa nkasanga nabisubiyemwo Kandi birambabaza😢😢😢😢
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 5 месяцев назад
Yooo nuko twese bigenda… gusa Imana niyo bishoboka gukomeza urugendo 😊
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 5 месяцев назад
Abarozi, abasambanyi,abadasenga Imana yo mw'ijuru bo ntibaronka abagabo canke abagore kandi bagasazana kandi bahuza?
@BahatiTido-hj6cv
@BahatiTido-hj6cv 5 месяцев назад
Ndakunda ibiganiro vyanyu
@user-zb9uv8rv6o
@user-zb9uv8rv6o 5 месяцев назад
Dada ,est ce que aba catholique si abakizwa? Mu biganiro vyawe, on dirait que umuntu aba umukizwa ari uko agiye muri église protestante!! Sindumva uwuza avuga ko yakikijwe ari umu catholique 😢!
@eduigenicishatse8549
@eduigenicishatse8549 5 месяцев назад
Gukizwa ni kwemera KO Yesuuuu yapfuye kubera ivyaha vyaw hanyuma ukabyatura, abaroma10,9-10
Далее
Butch REACT to Creative way to fix damaged tile!
00:46
Je te donne tout - Hosanna clips - Sandra Kouame
7:23
ONLY Strong Christians Know This About Their Faith
29:48
Butch REACT to Creative way to fix damaged tile!
00:46